Inyanja twogamwo

Inyanja twogamwo journaliste

16/11/2024

MENYA VYINSHI KUMABANGA TWAHISHIJWE BY Ismael mwanafunzi

11/10/2024

Menya vyinshi kuri Hamas na Israel MWANAFUNZI

11/10/2024

Uko imbuga ngurukana bumenyi zikora korana by

🔴   mu 2015 : Lt. General Adolphe Nshimirimana yaragandaguwe. Tumumenye!🔸️Adolphe Nshimirimana yavutse mu 1964 muri Komi...
02/08/2024

🔴 mu 2015 : Lt. General Adolphe Nshimirimana yaragandaguwe. Tumumenye!

🔸️Adolphe Nshimirimana yavutse mu 1964 muri Komine Gishubi mu ntara ya Gitega.

🔸️Mu rwimo rwa 1972, umuryango wiwe wahungiye i Kigali mu Rwanda, aho yize amashure yisumbuye kuri Ecole Libre Technique de Gikondo, aheza mu 1986.

🔸️Mu nyuma, yarakoze ivyigwa vya gisirikare muri Republika Iharanira Demokarasi ya Kongo.

🔸️Prezida Ndadaye Melchior amaze gustsinda amatora y’umukuru w’igihugu, Adolphe Nshimirimana yarahungutse, aja kuba muri Zone Kamenge muri Quartier Kavumu, maze aca aronka n’akazi nk’umukozi wo mu biro vy’igendereza.

🔸️Melchior Ndadaye amaze kwicwa, Adolphe Nshimirimana ari mu ba mbere batunganije imihari igwana n’igisirikare c’Uburundi.

🔸️ Mu Kamenge niho yatangurije ikiroberi ari kumwe na Pascal Gashirabake, bita Savimbi, Adalbert Ntawuyamara batazira Dede, Vénant Ntirampeba n’uwo bita Gangi. Nk’uko tubikesha ikinyamakuru Iwacu. Bisome hano: https://shorturl.at/TuCIY

🔸️Yahavuye yinjira mu kibira ari nako mu nyuma yahava yiyunga n’abagwanyi ba .

🔸️ Mu gihe co mw’ishamba, Nshimirimana yabaye umwe mu ntwazangabo za CNDD-FDD zikomeye. Mu 2003, uwo muhari umaze gutera umukono ku masezerano y’amahoro, Adolphe Nshimirimana yagiye mu barongozi bari bajejwe igikorwa co gucanga ingabo z’Uburundi kugira ngo zikwize ibiharuro vya 50% vy’abahutu n’abatutsi nk’uko vyapfunditswe mu masezerano y’i Arusha.

🔸️Kuva 2004 gushika mu 2014 yarabaye umurongozi w’ibiro vy’igendereza mu Burundi.

🔸️Mu 2014 yagenywe kuba umuhanuzi mukuru ajejwe ingendo mu biro vy’umukuru w’igihugu.

🔸️Mu gitondo co ku wa kabiri Myandagaro 2015, niho yagandagurwa, mu gitero c’abantu bambaye impuzu za gisirikare bateye ibisasu ku modoka yarimwo, mw’ibarabara rya Boulevard Mwezi Gisabo, imbere y’ibitaro Roi Khaled.

IWACU ce sont toutes les voix du Burundi. Pas seulement les voix politiques. Iwacu s’intéresse à l’économie, la société, la justice, la santé, l’environnement, la culture, le sport, bref à tout ce qui fait la vie nationale. Nous ouvrons une nouvelle page de la presse écrite indépendan...

23/07/2024
29/03/2024
uyu munsi hashize umyaka Icenda namezi11 indege MH370 ya compagnie   airlines iburiwe irengero; yabuze kuitariki ya 08.0...
28/02/2024

uyu munsi hashize umyaka Icenda namezi11 indege MH370 ya compagnie airlines iburiwe irengero; yabuze kuitariki ya 08.03.2014 itwaye abantu 227 berekezaga beijing mu bushinwa. ntabwo ari ubwoko bw'impanuka bubaho kenshi gusa imiryango y'ababuriye ababo muri iyi ndege ishinja igisirikare cyo mu kirere cya Malaysia ndetse na compagnie ya Malaysia airlines kugira uruhare muri iri zimira. iyi ndege mu by'ukuri iri he??????mu kiganro cyo kuri uyu wagatandatu z'amanywa turabigarukaho. wibuke ni '30 aho kuba saasaba nk'uko bisanzwe.

30/01/2024

Tekereza kubuzima bwabana bimpinjya

Endereço

Lichinga
Cuamba
CEDRICK

Telefone

+258846566431

Website

Notificações

Seja o primeiro a receber as novidades e deixe-nos enviar-lhe um email quando Inyanja twogamwo publica notícias e promoções. O seu endereço de email não será utilizado para qualquer outro propósito, e pode cancelar a subscrição a qualquer momento.

Entre Em Contato Com O Negócio

Envie uma mensagem para Inyanja twogamwo:

Vídeos

Compartilhar