
15/02/2025
๐จ๐ด๐ต Umukinyi wa FC Barcelona yavugiye mubwambariro yuko ubu yiteguye ashobora kwongereza amasezerano
โNi inyuma yaho uyumukinyi wakabiri ahembwa amahera menshi muri espagne amaze imisi muri zuguru zuguru na staff ya Fc Barcelona aho bari baramurungikiye ubusabe bwokwongereza amasezerano akaba yari yaranse kubwishura kubwo kubona ko yitanze umutima n'umubiri ariko umurwi wiwe ukaba utabihaye agaciro.
๐Jewe ndabona ko Fc Barcelona gutakaza uyumukinyi yoba ihomvye cane kuko iyari murirya defense iragira balance!! Weho ubibona gute??
Ndabasavye munshigikire mugukora kuri P.Sijen official