Ijambo ry'Imana Ribohora

Ijambo ry'Imana Ribohora Nuko ni mugende, muhindure amahanga yose abigishwa,..

mubigishe kwitondera ivyo nabageze vyose.Matayo28:19-20
Tubwira abantu ubutumwa bwiza bubohora bugatanga ihumure n'amahoro mu mutima w'umuntu wese No kumenyesha abantu ko agakiza aruguharirwa ivyaha.

31/12/2025

YESU ARAGUKUNDA CANE

MUGENZI NDAKWIFURIJE AGAKIZA
30/12/2025

MUGENZI NDAKWIFURIJE AGAKIZA

30/12/2025

YESU
ARAKIZA
IVYAHA

29/12/2025

INDIRIMBO IFASHA UMUTIMA

28/12/2025

ubutumwa BWIZA BUBOHORA

28/12/2025

UMUGANGA
MWIZA
NI YESU

Usambana n'umugore aba igipfamutima ugira artyo aba arondera guhonya ubugingo bwiwe. Azoba yihamagariye inguma no gutitu...
28/12/2025

Usambana n'umugore aba igipfamutima ugira artyo aba arondera guhonya ubugingo bwiwe. Azoba yihamagariye inguma no gutituka, ibara azoba yiyambitse ntirizozimangana.
✍️Imigani 6:32-33.✍️
Bene Data mudukurikirana uyu murongo uyumusi muwibazeko kandi ntimugere aho gusa kuko Yesu Kristo nawe yageze aho avuga ati uraba umugore wa mugenzi we akamwipfuza mu mutima aba amaze gusambana nawe. Ibihe ni bibi ubusambanyi bwabaye modernisé ariko ijambo ry'Imana ryo ntabwo rihinduka Yesu niwe yavyivugiye ngo isi nijuru bizovaho ngo ariko k'umajambo yiwe nta nakanyuguti kazovako.
NUBWO ABANTU bohindura ibintu ivyera bakabigora ivyirabura,ibihumanya bakavyeza ntibizoca bihindura uko IMANA ibona ibintu,ICAHA KIZOKWAMA ARICAHA

HUNGA UBUSAMBANYI,UMUNTU WESE ASAMBURA USENGERO RE'IMANA IMANA NAYO IZOMURANDURA
Ntukarekurire inkomezi zawe mu bagore,
Cank' umutima wawe mu bonona abami.
Imigani31:3

Yesu abahezagire cane

IMANA IGUHE KUNESHA IVYAHA
27/12/2025

IMANA IGUHE KUNESHA IVYAHA

27/12/2025

UBUTUMWA BWO KWIHANA

Address

Wootton Bridge

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ijambo ry'Imana Ribohora posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ijambo ry'Imana Ribohora:

Share

Category