Dj Franckiss

Dj Franckiss Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Dj Franckiss, DJ, .
(2)

M O N D A Y@5/5 Night Club👌🏾👌🏾Pull Up Tonight 😎😎
13/11/2023

M O N D A Y
@5/5 Night Club👌🏾👌🏾
Pull Up Tonight 😎😎

Come And Join Me Tonight At Dancing Club 5/5 From 10PM Till 6AM
23/10/2023

Come And Join Me Tonight At Dancing Club 5/5 From 10PM Till 6AM

Sunday Vibes💯
08/10/2023

Sunday Vibes💯

Let's go for tonight 💪🇧🇮
24/08/2023

Let's go for tonight 💪🇧🇮

Rien n'est permanent. Ne te stresse pas trop, car quelle que soit la GRAVITÉ de la situation...ELLE CHANGERA-franckiss✍🏽
06/08/2023

Rien n'est permanent. Ne te stresse pas trop, car quelle que soit la GRAVITÉ de la situation...ELLE CHANGERA

-franckiss✍🏽

New Mi###### is coming very soon🇧🇮🔥
22/07/2023

New Mi###### is coming very soon🇧🇮🔥

Muri benshi wama utakambira uzomenye neza ko abipfuza ko uterimbere ari bake🧠🧏
08/07/2023

Muri benshi wama utakambira uzomenye neza ko abipfuza ko uterimbere ari bake🧠🧏

Bazobuza Abantu kugukunda Ariko ntibazobuza Imana Kuguhezagira💪
03/07/2023

Bazobuza Abantu kugukunda Ariko ntibazobuza Imana Kuguhezagira
💪

14/06/2023

More Practice More Experience 💪

Music is my drug✍️🧏
02/06/2023

Music is my drug✍️🧏

Don't let the behaviour of others destroy your inner peace✌️
27/05/2023

Don't let the behaviour of others destroy your inner peace✌️

Dusenga ar'amajambo Tugasubizwa ar'ibikorwa💪🏼
24/05/2023

Dusenga ar'amajambo Tugasubizwa ar'ibikorwa💪🏼

Thank you KIBIRENGEYE 🙏 Happy birthday to me🥳
21/05/2023

Thank you KIBIRENGEYE 🙏 Happy birthday to me🥳

Hitamwo ABAGENZI bawe kuko ABANSI bawe bazoguhitamwo-franckiss….✍🏽
16/05/2023

Hitamwo ABAGENZI bawe kuko ABANSI bawe bazoguhitamwo

-franckiss….✍🏽

Uwiteka Ahezagire Umuntu wese aza kuraba iyi photo🙏🙏
29/04/2023

Uwiteka Ahezagire Umuntu wese aza kuraba iyi photo🙏🙏

Nta mweranda atagira kahise✍🏽, nta munyavyaha atagira kazoza🧏🏽‍♂️
27/04/2023

Nta mweranda atagira kahise✍🏽, nta munyavyaha atagira kazoza🧏🏽‍♂️

Umusi w'Imana mwiza kuri mwese🙏🙏
23/04/2023

Umusi w'Imana mwiza kuri mwese🙏🙏

BOOKING FOR YOUR EVENTS🇧🇮
20/04/2023

BOOKING FOR YOUR EVENTS🇧🇮

Ata Ndoto dufise ntaco twoshikako, atarukundo dufise ntaco twokwitaho, ata Mana mubuzima bwacu ntaco turico kandi ntanic...
12/04/2023

Ata Ndoto dufise ntaco twoshikako, atarukundo dufise ntaco twokwitaho, ata Mana mubuzima bwacu ntaco turico kandi ntanico twokwimarira

🧠

Ntuzonyereke kunyitayeho kandi bitakurimwo, Uzovyihorere kuko nubundi sinzoguhemba...
08/04/2023

Ntuzonyereke kunyitayeho kandi bitakurimwo, Uzovyihorere kuko nubundi sinzoguhemba...

Imana ntidukunda kubera turi beza Ariko itugira beza kubera idukunda💯🙏
21/03/2023

Imana ntidukunda kubera turi beza Ariko itugira beza kubera idukunda💯🙏

Don't wish for it Work for it🧠
19/03/2023

Don't wish for it Work for it🧠

Ibihe mwita ibikomeye nivyo vyangize uwukomeye
19/03/2023

Ibihe mwita ibikomeye nivyo vyangize uwukomeye

La vie n'est pas une question de ce que vous avez, mais de ce que vous en faites.
11/03/2023

La vie n'est pas une question de ce que vous avez, mais de ce que vous en faites.

Na Yesu yaravuzwe tureke jewe🥱
17/02/2023

Na Yesu yaravuzwe tureke jewe🥱

Uyu mwaka dufise akazi kenshi cane Bisaba ko turishirizaho kwicisha bugufi kuruta ukwo twahora✊
05/02/2023

Uyu mwaka dufise akazi kenshi cane Bisaba ko turishirizaho kwicisha bugufi kuruta ukwo twahora✊

Kora umere nkabo ugabanye kuvuga ngo turazinanye
02/02/2023

Kora umere nkabo ugabanye kuvuga ngo turazinanye

Prayers still working, just trust in God🙏
08/01/2023

Prayers still working, just trust in God🙏

Vivez votre vie comme vous le souhaitez de manière positive-franckiss✊
22/12/2022

Vivez votre vie comme vous le souhaitez de manière positive

-franckiss✊

Amazi Ashushe Yorosha Ikijumbu Akagumisha Irigi✌🏾✌🏾✌🏾
19/11/2022

Amazi Ashushe Yorosha Ikijumbu Akagumisha Irigi✌🏾✌🏾✌🏾

Harakantu gato ushobora gucamwo kakagufasha kumenya abantu bawe n’abatarabawe
08/11/2022

Harakantu gato ushobora gucamwo kakagufasha kumenya abantu bawe n’abatarabawe

Address

Telephone

+25768069699

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Dj Franckiss posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Dj Franckiss:

Videos

Shortcuts

  • Address
  • Telephone
  • Alerts
  • Contact The Business
  • Videos
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share