Daniel Gelase Ndabirabe
UMUKURU w’Inamashinga mateka Daniel Gélase Ndabirabe Muntara Ya #Kayanza Yakuye Musitanteri wa commune BUSONI Mumahanga Y'ukurongora Commune Agiraho Namukura Mu Mugambwe CNDD FDD.
Umviriza Iyo Video Aho Munsi👇👇👇
Gira Icomushikirije Kuri #Ndabirabe
Vladimir Putin
Haheze Imisi 6 gusa , Umukuru w'Igihugu C'uburusiya Mr Vladimir Putin Agabishije Ibihugu vyo Muri Afrika Kobitokwivanga Murwano Irihagati Ya Ukraine-Russia Ahanini #Putin Yadomye Urutoke Ibihugu Nka Congo, Rwanda nu Burundi, Uyumusi UBurundi na Congo Vyagize Ubwoba Bica Bishigikirako Uburusiya Butegerezwa KIBANDANYa Intambara Bwatanguje.
Mwijambo Rimwe Ibihugu 2 Congo nu Burundi Bushigikiye Uburusiya Kubwiterabwoba Bwagizweko, Igihugu cu Rwanda Curwanda Atagutinya cashigikiye Ukraine.
Umviriza Iyo Video Ahomusi wumve Ivyo Putin Yavuze,👇👇👇
Turengane Utagize Icushikirize!
Raba Iyo Video:👇👇👇
Evaristo Ndiyishimiye
Akaborerwe Nikabi.
Evariste Ndayishimiye .
Bujumbura.
Arielle Kayabaga
#Burundi.
Yitwa Arielle Kayabaga Umurundikazi Aheruka Gutorwa Munamanshingamateka Mugihugu CA Canada, Muntara Yitwa London west.
Siga Akajambo Kamwe Kuri Arielle.👇👇👇
Humura Burundi
#Burundi.
Uwa 16 munyonyo,n'umunsi mpuzamakungu wahariwe ukwihanganirana.
Kubw'umukuru w'ishirahamwe Focode, mu Burundi haricibonekeza ukutihanganirana na cane cane mubijanye na Politique.
Pacifique Nininahazwe asaba abarongoye igihugu, bakomoka mumugambwe CNDD-FDD kwigarura, bareke kubiba urwanko n'ukuvangura abarundi. Bibandanije uko biri igihugu kizosubira mu ntambara.
Mubivuzeko Iki?
#Burundi
Canjo amissi yari Inde ?
RPA:Amakuru yo ku wa 14 Kigarama 2019, mushikirizwa na Hermès NTIBANDETSE.
# AMAKURU Y'UNOMUSI KURI RPA(n'ijwi ry'abanyagihugu rpa)