Kayanza TV

Kayanza TV Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Kayanza TV, Media/News Company, Kayanza.

15/01/2025

Ni kuber'iki Emmanuel afise amafaranga mumwita Emma, ariko uwukenye mumwita Manueli?😂😂😂

Umusi wawe w'amavuka, uwusangira n'abantu n'imiburiburi 9.000.000 kw'isi.War'ubizi?
15/01/2025

Umusi wawe w'amavuka, uwusangira n'abantu n'imiburiburi 9.000.000 kw'isi.

War'ubizi?

Hari uwo uherutse kwumva avuga ngo: "mpa iyanditseko"
13/01/2025

Hari uwo uherutse kwumva avuga ngo: "mpa iyanditseko"

Basomyi mwaraye mukwiye 20.000 mudukurikirana; ni ukuvuga ni nko kwuzuza stade   incuro zababa 12. Basi umusi wogirirwa ...
13/01/2025

Basomyi mwaraye mukwiye 20.000 mudukurikirana; ni ukuvuga ni nko kwuzuza stade incuro zababa 12. Basi umusi wogirirwa amahirwe yo kugirisha nk'inama abantu buzuye stade Gatwaro incuro imwe gusa, wokwiyumva gute?

Turabashimiye cane

Dukeze Barça itahukanye igikombe
12/01/2025

Dukeze Barça itahukanye igikombe

12/01/2025

FT: Real 2-5 Barça

12/01/2025

Real 1-5 Barça

12/01/2025

Real 1-4 Barça

12/01/2025

Real 1-3 Barça

12/01/2025

Real 1-1Barça

Mbappé aterekamwo ica mbere
12/01/2025

Mbappé aterekamwo ica mbere

Mukanya rurambikana. Iki gikombe ni uwuhe mugwi ugiye kugitahukana?
12/01/2025

Mukanya rurambikana. Iki gikombe ni uwuhe mugwi ugiye kugitahukana?

Ingo dukeze Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu uno musi afise isabukuru y'imyaka 49.
12/01/2025

Ingo dukeze Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu uno musi afise isabukuru y'imyaka 49.

Abagumyabanga b'umugambwe Cndd-Fdd bo muri komine   y'intara ya   basabwa gufatana mu nda no kubumbatira amahoro n'umute...
12/01/2025

Abagumyabanga b'umugambwe Cndd-Fdd bo muri komine y'intara ya basabwa gufatana mu nda no kubumbatira amahoro n'umutekano.

Ako kamo bagatewe kuri uyu wa gatandatu na Gervais Rurimwabagabo arongoye uwo mugambwe muri komine Kayanza yagutse, ni mu gihe ari kumwe n'icegera ciwe yari aramutse agendera abagumyabanga bo ku mitumba 4 yo muri iyo komine ya Muruta ariyo Muruta, , na .

Abagumyabanga bo muri komine Muruta basabwe kandi kwitegurira amatora yimirije ariko batibagiye gukora ibikorwa vy'iterambere badasize inyuma igiterwa c'ivoka, giheruka gushirwa mu biterwa njabukamazi.

Photo de la semaine
12/01/2025

Photo de la semaine

Kayanza TV iri kumwe na Biscuit 🍪 Beta Classic irabipfurije umusi w'Imana mwiza.Mwihereze biscuits Beta Classic mwumve u...
12/01/2025

Kayanza TV iri kumwe na Biscuit 🍪 Beta Classic irabipfurije umusi w'Imana mwiza.

Mwihereze biscuits Beta Classic mwumve uburyohe, uyu we ngo aca yumva ateusa🤗

Mwite Nduwayo Celestin Niwe aheruka kwizerwa ngo arongore umugwi wa   mu ntara ya  . Ni mu gihe bitegekanijwe ko abagize...
11/01/2025

Mwite Nduwayo Celestin Niwe aheruka kwizerwa ngo arongore umugwi wa mu ntara ya . Ni mu gihe bitegekanijwe ko abagize uwo mugwi mu gihugu cose, bazoba bakoraniye mu ntara ya Kayanza kw'igenekerezo rya mbere ntwarante 2025.

Tumukeze!

Address

Kayanza

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kayanza TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Kayanza TV:

Videos

Share