Ubuzima bwanje ni klistu

Ubuzima bwanje ni klistu Twigishanye ijambo ry'imana

19/12/2024
✝️ *UMWERANDA TWIBUKA**_Igenekerezo rya 23 Munyonyo_**KOLUMBANO (525-615), Umwihevyi*📖 _Umukama ni we Rumuri rwanje, ni ...
07/12/2024

✝️ *UMWERANDA TWIBUKA*

*_Igenekerezo rya 23 Munyonyo_*

*KOLUMBANO (525-615), Umwihevyi*

📖 _Umukama ni we Rumuri rwanje, ni We Bukiriro bwanje, notinya nde ? (lzabuli 26,1)._

Kolumbano yavukiye muri Irlande mu ntara ya Leinster. Muri ico gihe, abashunguke ibihumbi n'ibihumbi bashimye kwihebera Umukama, Kolumbano na we nyene yinjira mu mubano w'abihevyi b'i Cluam-Inis, aca yimukira mu kindi
kigo,mu kigo ca Banger.

Ariko lero ntiyashimye kuguma mu nzu aho basengera, yaciye afata urugendo rwo kumenyesha izina rya Yezu abatararimenya. Bari kumwe na Fiakre
mweranda n'abandi basaserdoti beranda cumi, baciye bagendura Ubufaransa, Ubudagi n'Ubuswisi.

Hose na hose yaratangujwe imibano y'abahanga-Mana ; naho yabahaye amategeko akomeye yo kwibabaza, abamukurikiye babaye benshi cane.

Ntiyatinya kugondoza abaganwa b'umwami Klovisi n' umwamikazi Bruneho ngo bisubize itoto. Bruneho ni we yari
yaragiriye nabi Didiye mweranda, yaciye ahama Kolumbano; nico catumye aheba Ubufaransa, agaca yiyumvira gusubira muri Irlande, ariko igihuhusi gisubiza ubwato amaja mu Bufaransa.

Arabandanya kugendura Ubudagi n'Ubuswisi, hanyuma lero aca agenda kugerera mu ntara ya Lombardiya, ku musozi wa Bobbio apfirayo. Mu bisabisho no mu nyigisho vyiwe, yatamarirwa n'ukugene Imana iri hafi y'abantu, yanditse ati : « Imana iri hose, Imana turondera ntiba kure yacu, iri hagati yacu, iri muri twebwe »

🙏🏾*_DUSABE_* : _Mukama, warahaye Kolumbano mweranda umutima w'ugukwiza Inkuru nziza ata makenga n'uw'ukwihererana muri Wewe ; n'uduhe natwe umutima w'ukugushingira intahe aho turi hose. Amen._

06/12/2024

Big shout out to my newest top fans! Niyokwizer Claudin, Nihimbazwe Fifi, Ndikumwenayo Jean, Noella Ngabireyimana, Anacle Kwizera

04/12/2024

Ndakeje abankurikirana bashasha! Ndanezerewe cane no kubakira! Anto Karema, Fabien Nahayo, Ndayishimiye Liby, Viateur Ahishakiye, Fabien Bizimana, Joachim Hatungimana, Asmabelle Thiana Irakoze Irakoze, Nepomcen Hakizimana, Peter John Jedeon, Jean Bosco Hakizimana, Saimond Sayvanny Simba Dangote, Audiphax Niyungeko, Akimana Doucie, Ange Quinèe Chaïnie Adônaick, Jean De Dieu Nduwimana, Manirakiza Noël, Erica Anny Bukuru Queens, Jeanmarievianney Evengeliste, Niyonkuru Josué, Roro Rodri Baramburiye, Didace Tempo Ncamubansi, Fafa Chou Irankunda, Jonas Mugisha, Blessing Jeajea Jeannette, Dally Darlène Niyubahwe, Vianny Havyarimana, Benjamin Shumbusho, Fleury Aury, Betty Nella Nishimwe, Niyonizeye Futurboy, François Niyokwizigira, Jouf Nic, Dudu Dushime El Odette, Epimac Nzoyikunda, Pacifique Salamandre Ntakarutimana, Innocent Igizeko, Patrick Niyonkuru, Nduwimana Innocent, Christophe Congeye, Mechack Profet Nishimwe, Giramahoro Richard, Cedrick Nduwimana, Domitien Nkurunziza, John Obi Claude, Dismas Dimaria Nshimirimana, Bertrand Hakizimana, Lina Blessing Aline, Nduwimana Anice, Stève Irkmwn'twe, Eric Nsanzamahoro

02/12/2024

Shishikariza cyane abafana bazamuka bashya banjye! Cynthia Cycy Irantije

20/11/2024

mumenye yuk' uzimuruye umunyavyaha, akamukura mu nzira yiwe yazimiriyemwo, aba amukirije ubugingo urupfu, kand' aba apfutse ivyaha vyinshi.
Yakobo 5:20

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ubuzima bwanje ni klistu posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share