Pourquoi le paiement de la dot❓
Une question qui est un peu simple mais d'une autre part compliquée. Suivez notre émission en essayant d'écouter différents points de vues de ces jeunes.
#bmbcbroadcasting
IKIGANIRO CA NYENICUBAHIRO
IKIGANIRO CA NYENICUBAHIRO UMUKURU W'IGIHUGU N'ABENEGIHUGU
IKIGANIRO CA NYENICUBAHIRO
IKIGANIRO CA NYENICUBAHIRO UMUKURU W'IGIHUGU N'ABENEGIHUGU
"Natanguye uyu mwuga abantu bantwenga, ariko ubu urantunze, nta mwuga udakiza".
Ushobora kwibaza ngo icontunga n'uko nokora ibikogwa biri ku rwego rwo hejuru ariko ikintu cose iyo ugishizemwo umwete, ukagikora ugikunze ntakabuza kiragush*tsa ku ndunduro, Kurikira #Audreille_NIYOKWIZIGIRWA mu kiganiro #Icanzo_c_iterambere" aho atwiganira urugendo rw'ubuzima bwiwe.
Mu kazi, kirazira kuvuga umu chef wawe ariko aravuga, canke iyo mwicaranye ataguhaye uruhusha ngo umwunganire, naho yovuga ikosa mu nama kanaka kumuterera ngo umuvugirize mw'ijambo ntibikenewe.
#Icanzo_c_iterambere #Bmbcbbroadcasting
BMBC Construction ni ishirahamwe ryizewe, ntahandi muzobona ishirahamwe ryubaka rikoresha ibikoresho vyabo bwite kubijanye no kubguruza ibikoresho bakoresha
Ushaka ikiganiro cose fyonda ngaha 👉👉https://youtu.be/QTJuHSV6gBw?si=UCibqOjVnafwbm3Z
BMBC Construction ni ishirahamwe ryizewe, ntahandi muzobona ishirahamwe ryubaka rikoresha ibikoresho vyabo bwite kubijanye no kubguruza ibikoresho bakoresha
Ushaka ikiganiro cose fyonda ngaha 👉👉https://youtu.be/QTJuHSV6gBw?si=UCibqOjVnafwbm3Z
Ata nteguro, nta mugambi ushoboka.
Mu kiganiro #icanzo_citerambere umuyobozi mukuru wa #Bmbcgroup yavuze ko mu bijanye no kwitunganiriza imigambi bisaba ko umuntu agira integuro ikwiye (plan d'affaire ou planification) kuko ata nteguro ibayeho ntushobora gushika ku mugambi.
Muri Kino kiganiro murashikirizwa igituma abantu benshi bagira imbono zitandukanye mugabo bikananirana ko iyo mbono ishikwako.
#BmbcGroup
Ibisagara vy'igitangaza vy'aba Diaspora nivyo biriko vy'ubakirwa abarundi baba hanze
Kuva 2012 BMBC iriko yubaka amazu mu Burundi
#Burundi #burundidiaspora #BMBCHOMES
Mwari muzi ko twubaka ibigwati gusa?
Kurikirana ikibiriraho ibiganiro Umuyobozi wa BMBC GROUP yahaye abamenyeshamakuru