Kolly Da Magic

Kolly Da Magic Kolly Da Magic is The EAST African Music Producer Artist|BURUNDI🇧🇮, singer and songwriter

Umu Papa umwe yandikishije Umwana wiwe mu kigo c'amashuri cigenga, Umwaka w'ishure urangiye atahana amanota 25%. Nuko se...
17/12/2023

Umu Papa umwe yandikishije Umwana wiwe mu kigo c'amashuri cigenga, Umwaka w'ishure urangiye atahana amanota 25%. Nuko se afata ingingo yo kumwimura akamujana mu kigo ca Reta, ariko naho biranka aba uwa nyuma n'amanota 23%.

Nuko uwo muvyeyi yari amaze kubabazwa n'uko umwana wiwe ahora aba uwa nyuma, aca yija inama yo kumujana mu kigo c'abihebeye Imana b'abapatiri, Umwaka urangiye atangazwa no kubona Umwana wiwe yabaye uwa kabiri n'amanota 77%.

Papa wiwe aramwegera, aramubaza ati ko nakujanye mu kigo cigenga ukaba uwa nyuma, ndakujana mu ca Reta naho ukaba uwa nyuma, kuki wageze mu kigo c'abihebeye Imana ukaba uwa kabiri ukagira n'amanota meza?

Nuko Wamwana aramubwira ati: "Muri iki kigo c'abapatiri, Nagish*tsemwo nshika mbona abantu babamvye ku musaraba, mu mashuri n'izindi nyubako z'ikigo hose haba huzuyemwo abantu babamvye ku musaraba, ata gushudikanya naciye nibwira ko abo babamvye bashobora kuba ari abanyeshuri bananiwe maze ndara amajoro niga, nirinda gusamara ngo batazonyibambira".

Mubandanye rero mukurikirana akaririmbo kanje kakimota ubushasha mugasangize nabandi murakoze!

Audio : Kolly Da MagicGuitar : Naslo GtrVideo : O'FarcyCamera : Abu Back BaswahilliUwawe LyricsVers -Nama mbaza umutima wanje-Ko vyukuri uri uwanje -Nawo uk...

Hello FAM! Kubifuza gukora video challenge ya   kuri TikTok boca kuri ino link bica vyoroha thank you
11/12/2023

Hello FAM! Kubifuza gukora video challenge ya kuri TikTok boca kuri ino link bica vyoroha thank you

0 videos - Watch awesome short videos created with ♬ Uwawe

Mr. Tubane Neza Le Grand MAXIMUM ibihe twamaranye vyambereye ibihe vyiza cane twabanye neza p*e. THANK YOU
10/12/2023

Mr. Tubane Neza Le Grand MAXIMUM ibihe twamaranye vyambereye ibihe vyiza cane twabanye neza p*e. THANK YOU

Ndibuka kera turi mwishure yanyise akazina ngo : "MAXIMUM" impamvu yakanyise n'uko yabona ubwenge narimfise mwishure buri interro dukoze wasanga mfise (max) ni kuvuga yose kuri yose niko twavyita...

Twiga kwishure ryiza cane aho twari dufise na cour ya music kandi iryo ishure ryari rifise ama instruments musicale atandukanye....

Igitwengeje rero iyo tugeze umwanya wa cour ya music twaja muri salle ya music ico nakora naca mfata rya zina yampaye mw'ishure nkaca ndarimusubiza vyakanya gato, kuko niwe naca nita ako kanya kuko ku muziki niwe yaca aronka yose kuri yose jewe nkaronka ubusa 🤣ariko dusohotse akansubiza akazina kanje 🤣 ivyo nivyo bihe vyiza twabanyemwo na Kolly Da Magic ✌

nimba uharira raba muri commentaire ugende wumvirize ingene umuziki wiwe atari ibintu vyo guhatahata 🤣kandi s'indyankurye 🏃

🏃

Radio Indundi culture
04/12/2023

Radio Indundi culture

Ubwambere nambere mbaje kubashimira kurukundo munyereka na Support 🙏🏾🙏🏾 Hama rero Ndashaka ko uwumvise ino song ko yombw...
02/12/2023

Ubwambere nambere mbaje kubashimira kurukundo munyereka na Support 🙏🏾🙏🏾
Hama rero Ndashaka ko uwumvise ino song ko yombwira amajambo yakunze muri ino ndirimbo

Audio : Kolly Da MagicGuitar : Naslo GtrVideo : O'FarcyCamera : Abu Back BaswahilliUwawe LyricsVers -Nama mbaza umutima wanje-Ko vyukuri uri uwanje -Nawo uk...

Ndabaramukije Bakunzi b’Umuziki wacu Ndabifuriza Amahoro Y’Imana kubana namwe muri Vyose! hama ndabafitiye aka Ganuke k’...
30/11/2023

Ndabaramukije Bakunzi b’Umuziki wacu Ndabifuriza Amahoro Y’Imana kubana namwe muri Vyose! hama ndabafitiye aka Ganuke k’Indirimbo nise *Uwawe* Kabagwe neza, Ndizeye neza ko kaza kubashika kunyota. Murakoze!

Link👇🏾👇🏾👇🏾
https://youtu.be/M0b1_d4Yeao?si=Lp4K-DafraogXNJz

Kuri Song Nshasha ngira ndabahe umwe wese ahitemwo Izina muri aya arı munsi iryo yibaza ko rigiye kwitwa indirimbo Nshas...
29/11/2023

Kuri Song Nshasha ngira ndabahe umwe wese ahitemwo Izina muri aya arı munsi iryo yibaza ko rigiye kwitwa indirimbo Nshasha ngira ndabahe.

-Uramfise
-Uwawe
-Mukunzi
-Nuwawe

Twagiye!

27/11/2023

INKURU Y’UMUSORE NA MUGANGA

Umukobwa yakundana n Umu Type umwe yamubwiye ko yasamye inda yiwe, Wamu Type biramucanganya kuko igihe baryamana cose bakoresha agakingirizo, atangura kwikeka uwo mukunzi wiwe ko yoba yaramucunze agatobora agakingirizo kugirango amutere inda bace bibanira. Nuko wamu Type yigira inama yo kuja k'umuganga abaze ko bishoboka gutwara inda bakoresheje agakingirizo.

Umu Type: Muganga, umukobwa dukundana aribungenze kandi buri uko turyamanye nkoresha agakingirizo, None yoba yasamye gute?

Muganga: Reka mbanze ngutere aga story! Habayeho umuhigi yahiga akoresheje inkoho, igihe kimwe agiye guhiga arihenda afata umutaka aho gufata inkoho yakoresha mu kurasa inyamaswa. Nuko rero yarakomeje ageze mwishamba abona intare imbere yiwe, agira arase asanga nta nkoho afise ahubwo asanga yitwariye umutaka, ariko abura amahitamwo ahitamwo kwifashisha wa mutaka mu gukanga intare ayikoresha nk uwurasa intare, agiye kuraba asanga intare y aguye hasi irapfa...

Wa mu Type (aca acira mwijambo muganga
ati: Reka ngende aho urambeshe ntibishoboka muganga! Ahubwo aho n uwundi mugenzi wiwe yayirashe

Muganga: Urakoze cane gusobanukigwa aga story kanje, ubwo nawe niko vyagenze nyene!

23/11/2023

So Talented! Ndafuha by Mow Kanzie ft Kidum Kibido

Kaze today mur Win club murikumwe na INGO Live Band
03/11/2023

Kaze today mur Win club murikumwe na INGO Live Band

Let’s just be who we really are.
17/10/2023

Let’s just be who we really are.

Magic Mix kolly Da Magic
13/10/2023

Magic Mix kolly Da Magic

Follow Future Destin on SocialsInsta: : futuredestinFacebook: futuredestinWe Love Muzika comes with their single "Selena" featuring Futur...

27/09/2023
Master Key From Magic Family
14/09/2023

Master Key From Magic Family

In this song(Guilty) I tell you a story about love when you are deep in love with somebody until you loose control and people fail to understand how you are ...

Superman
12/08/2023

Superman

Choose your preferred music service

19/07/2023

Umwana w’ Uburundi 💪🏿💪🏿💪🏿 Irahambaye Elyse Bass

15/06/2023

Da Magic

10/06/2023

Double Jay

10/06/2023

Kirikou Akili

Hak JEEZO - Level Nyayo ft Kolly Da Magic
19/05/2023

Hak JEEZO - Level Nyayo ft Kolly Da Magic

Level Nyayo Music Video performed by Hak Jeezo and Kolly Da Magic Song Prod by Kolly Da Magic Video Directed By Oli Black Under JayC ProductionsAss. Director...

18/05/2023

No Caption 😉😉

12/05/2023
Magic Mix
07/05/2023

Magic Mix

https://youtu.be/m5EgYcCtg6U Prod. Me, Let’s do it again 💪🏾💪🏾
20/04/2023

https://youtu.be/m5EgYcCtg6U
Prod. Me, Let’s do it again 💪🏾💪🏾

Big Fizzo - Ngangari (Official Video)Produced by Kolly The MagicDirected by Landry SB Under Grand PictureWriter : Big Fizzo, Munago, JQ TF7Script: Big Fizzo ...

NGANGARI Big Fizzo Prod. by Me 💪🏾💪🏾
16/04/2023

NGANGARI Big Fizzo Prod. by Me 💪🏾💪🏾

13/04/2023

RFM Barakora with MC Machad

05/04/2023
Ndi n’Iteka ridasanzwe ryokwongera gusangira namwe rino ganuke, Ndabizi Ko Nari narabanyoteje cane ariko rero igihe cari...
01/04/2023

Ndi n’Iteka ridasanzwe ryokwongera gusangira namwe rino ganuke, Ndabizi Ko Nari narabanyoteje cane ariko rero igihe cari giheze Sico cari gisigaye, rya sango n’Iri indirimbo mwantumye ngiyo ndayibashikirije kugira namwe mugire aho muyigejeje Murakoze, ngigwako ndanabashimira kukuntu mwamfashije n’ubu mukibikora Muri bwabumwenyene « NDAKWEMERA »
Ca Kuri ino Link wirabire :

Kolly Da Magic - Ndakwemera Audio : Master KeyMix & Mastering: Kolly Da MagicVideo : Landry SBFollow Kolly Da MagicInstagram : https://instagram.com/kollydam...

NDAKWEMERA Get Ready
31/03/2023

NDAKWEMERA Get Ready

Amahoro, Umunezero no kugubwa neza nivyo ndabifurije, Hama ukwemera umuntu Singh mbwa ngo abe ari umukunzi wawe gusa ara...
31/03/2023

Amahoro, Umunezero no kugubwa neza nivyo ndabifurije, Hama ukwemera umuntu Singh mbwa ngo abe ari umukunzi wawe gusa arashobora nokuba uwundi akora ibikorwa ivyarivyo vyose bishimwa ukamubwira uti « NDAKWEMERA » isango rero rya Audio na Video ni Samedi itariki 01.04.2023 Kuri Channel yanje ya YouTube https://youtu.be/WPMBboftO74 , nimusangize kano ka Link abandi kugira duhagurukire rimwe Murakoze Kuri Support yanyu. Twagiye!

Hello Family nimuce kuri ino link mugire subscribe , like comment na share kugira mushobore kuba abambere kwirabira no k...
30/03/2023

Hello Family nimuce kuri ino link mugire subscribe , like comment na share kugira mushobore kuba abambere kwirabira no kwumviriza ubwambere song yanje nshasha Thank you

Kolly Da Magic - Ndakwemera Audio : Master KeyMix & Mastering: Kolly Da MagicVideo : Landry SBFollow Kolly Da MagicInstagram : https://instagram.com/kollydam...

Address

Bujumbura

Telephone

+25761101065

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kolly Da Magic posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Kolly Da Magic:

Videos

Share