Tha classic fa jizzo

Tha classic fa jizzo Fa_ jizoo gangs

⚽️  : Naho yatanze ivyiza kuva mu 2021 agaruka muri uwo mugwi, Carlo Ancelotti atanguye kitishimirwa i Madrid 🏆 Inyuma y...
01/12/2024

⚽️ : Naho yatanze ivyiza kuva mu 2021 agaruka muri uwo mugwi, Carlo Ancelotti atanguye kitishimirwa i Madrid

🏆 Inyuma yo kugaruka muri uwu mugwi, uwu musaza w'umutariyano yahaye Real Madrid ibikombe 2 vya Champions League (2022 na 2024), ivyo bica bituma uwo mugwi ubandanya kuduza ikinyuranye c'ibikombe vy'iryo higanwa n'iyindi migwi

❎️ Naho biri uko, ingene ahitamwo gupanga abakinyi mu kibuga abakunzi b'umugwi ntibariko baravyishimira, bigaca bifatana n'inkino ariko aratakaza muri UCL, harimwo nk'urwa Lille, urwa Liverpool, n'iyindi migwi

⚠️ Ancelotti yaragiraniye inama na Florentino Pérez muri weekend aho yamwibutsa ibisabwa kugira ngo Real Madrid ntikorwe n'isoni, ko ari ukwama iriko iratsinda

⛳️ Ariko kandi ngo kuba Real Madrid iriko yerekana ishusho nziza muri La Liga mu kubandanya yiruka ku gikombe, ngo nivyo biriko bicungura Ancelotti

Source: Sport

🤗 Ubwo Ancelotti araragama muri uwu mugwi?
----------------------------------------

📺Raba intambara iri hagati ya Real Madrid na UEFA mu kuraba Video iri kuri YouTube ya uciye aha 👇:

Fa_jizzo boy

Sat b Yari yahuye umwe maba police bigihugu cacu bukuru lionel(darasa cnke black)❤️❤️biboneka kobayaze neza caneee
01/12/2024

Sat b Yari yahuye umwe maba police bigihugu cacu bukuru lionel(darasa cnke black)❤️❤️biboneka kobayaze neza caneee

Iyi ndirimbo yanje nshasha wayumvis gt??? Utarayumva ngiyi ngah👇👇👇👇👇jako wumve nawe utibagira s abonné commentaires Na l...
16/09/2024

Iyi ndirimbo yanje nshasha wayumvis gt??? Utarayumva ngiyi ngah👇👇👇👇👇jako wumve nawe utibagira s abonné commentaires Na like

Abakunzi b'umuziki Ndundi mu mihingo itandukanye bariko baragira subscribe ku bwinshi kuri YouTube ya LION OF THE MUSIC ...
06/09/2024

Abakunzi b'umuziki Ndundi mu mihingo itandukanye bariko baragira subscribe ku bwinshi kuri YouTube ya LION OF THE MUSIC INDUSTRY mukurindira 7.7.7 the album ko ija ahabona... abandi duhurire kuri digital platforms 💞👌🏽

- subscribe 👈🏽

06/09/2024
🔵🟣 Barcelona ino sezo ntamukinyi numwe araronka ikarata y'umuhondo canke itukura ivuye mubijanye nogushwana nabahagariki...
06/09/2024

🔵🟣 Barcelona ino sezo ntamukinyi numwe araronka ikarata y'umuhondo canke itukura ivuye mubijanye nogushwana nabahagarikizi

Kuvu Umudagi Hansi Flick yagera i Barcelona kimwe mubintu yahinduye cari muriyi ekipe niki kurya abakinyi baja guharira nabahagarikizi ngo barabiba bakaca babaha amakarata ico kintu kwa Flick yaragikosoye

Abakinyi abigisha kwicisha bugufi kubahagarikizi amakarata bazama kuronka ava kumakosa bakorera aba Abo bahanganye ntanimwe barabaha ngo nuko bubahutse abahagarikizi

Sezo iheze munkino 4 bari bamaze kuronka amakarata avuye kuja kwubahuka abahagarikizi uyu Mudagi Hansi Flick nawe ubwiwe ntakunda ivyo kuja gushwana nabahagarikizi yivugira make

✅Mundo Depoltivo

🛑🚨⚠️JORDI LIONGOLA atanguye ku ntebe y'abasubirizi😳❌✅OFFICIAL: Abakinyi 11 b'INTAMBA MU RUGAMBA bagiye gutangura mu kibu...
06/09/2024

🛑🚨⚠️JORDI LIONGOLA atanguye ku ntebe y'abasubirizi😳❌

✅OFFICIAL: Abakinyi 11 b'INTAMBA MU RUGAMBA bagiye gutangura mu kibuga mu rukino rwa Malawi

Matteo Nkurunziza

Abdul Manirakiza Digidigi
Frédéric Nsabiyumva
Musore Prince

Aruna Majaliwa
Mossi Trésor
Ndayishimiye Youssouf Nyange

Saido Ntibazonkiza

Shabban Hussein Tshabalala
Kanakimana Bienvenue
Girumugisha Jean Claude

Urutonde murubona gute ??🤔

Come on You, INTAMBA 💪🏾🇧🇮

❤️

06/09/2024

🚨 Kuba se vyarakunze akandika amateka, ntibivuze ngo n'umuhungu wiwe n'uguca amukurikirana ! 🤷‍♂️

Umuhungu wa David Beckham umukinyi yanditse amateka kw'isi, yahagaritse gukina umupira w'amaguru kumyaka 22 gusa.

Romeo umwana wa Bekcham yahagaritse gukina kumyaka 22.

Yahisemwo guhagarika gukina ahitamwo kuja muvy'imideri (fashion).

Romeo yasinye amasezerano gukorana n'ishirahamwe ry'imideri ivya football yavuye inyuma.

[ Inkomoko y'inkuru 📰 : Sun Sport ]

✅🚨 Inkino n'uku zaraye zirangiye henshi hatandukanye kw'isi :☑️ Inkino zo kurondera uburenganzira bwo kuzokina CAN 2025 ...
06/09/2024

✅🚨 Inkino n'uku zaraye zirangiye henshi hatandukanye kw'isi :

☑️ Inkino zo kurondera uburenganzira bwo kuzokina CAN 2025 :

Algérie 🇩🇿 2-0 Guinée équatoriale 🇬🇶
Tunisie 🇹🇷 1-0 Madagascar 🇲🇬
Malawi 🇲🇼 2-3 Burundi 🇧🇮
Centrafrique 🇨🇫 3-1 Lesotho 🇱🇸
Guinée Bissau 🇬🇼 1-0 Eswatini 🇸🇿
Ghana 🇬🇭 0-1 Angola 🇦🇴
Congo 🇨🇬 1-0 Soudan du Sud 🇸🇸

Iyandikishe muri 1X BET canke Melbet utigire zino nkino ukoresheje Code Promo : PAJO

☑️ Inkino z'igikombe c'ibihugu vya Buraya Ligue des Nations :

🔵 LIGUE A
Portugal 🇵🇹 2-1 Croatie 🇭🇷
Ecosse 🏴󠁧󠁢󠁳󠁣󠁴󠁿 2-3 Pologne 🇵🇱
Danemark 🇩🇰 2-0 Suisse🇨🇭
Serbie 🇷🇸 0-0 Espagne 🇪🇸

🔵 LIGUE C
Azerbaïdjan 🇦🇿 1-3 Suède 🇸🇪
Estonie 🇪🇪 0-1 Slovaquie 🇸🇰
Biélorussie 🇧🇾 0-0 Bulgarie 🇧🇬
Irlande du Nord 2-0 Luxembourg 🇱🇺
San Marin 🇸🇲 1-0 Liechtenstein ( Ligue D) 🇱🇮

☑️ Inkino zo kurondera itike ryo kuzokina igikombe c'isi 2026 - Zone Asie - (Tour igira 3)

Australie 🇦🇺 0-1 🇧🇭 Bahrein
Japon 🇯🇵 7-0 Chine 🇨🇳
Sri-Lanka 🇱🇰 0-0 Cambodge 🇰🇭
Corée du Sud 🇰🇷 0-0 Palestine 🇵🇸
Ouzbekistan 🇺🇿 1-0 Corée du Nord 🇰🇵Qatar 🇶🇦 1-3 Emirats Arabe Unis 🇦🇪
Iraq 🇮🇶 1-0 Oman 🇴🇲
Iran🇮🇷 1-0 Kirghizistan 🇰🇬
Arabie Saoudite 🇸🇦 1-1 Indonésie 🇮🇩
💠Jordanie 🇯🇴 1-1 Koweit 🇰🇼

☑️ Inkino za gicuti z'ibihugu :

Russie 🇷🇺 3-0 Vietnam 🇻🇳
Bangladesh 🇧🇩 1-0 Bhoutan 🇧🇹
HongKong 🇭🇰 3-0 ÎlesSalomon 🇸🇧

☑️ Inkino zo kuronka uburenganzira bwo kuzokina igikombe c'isi 2026 muri America y'epfo :

Argentine 🇦🇷 3-0 🇨🇱 Chili

🚨🚨 OFFICIEL ✅✊ Umugwi nserukiragihugu wa Argentine waraye ukosoye igihugu ca Chili munkino za kurondera itike ry'igikomb...
06/09/2024

🚨🚨 OFFICIEL ✅✊ Umugwi nserukiragihugu wa Argentine waraye ukosoye igihugu ca Chili munkino za kurondera itike ry'igikombe c'isi 2026

FT Argentine 3-0 Chili

⚽ Alexis Mac Allister
⚽ Julian Alvarez
⚽Paulo Dybala

Igihugu ca Argentine nico Cabaye kirafata ikibazo cambere mu bihugu barikumwe mu kurondera itike ry'igikombe c'isi 2026

Aba bagabo ntibamenyerwa 🤔

🖐️🔵🔴 Flick ash*tse muri Barça, kimwe mubintu yakuye mubakinyi ni uguharira ingingo z'abahagarikizi !☑️ Ino sezo, Barcelo...
06/09/2024

🖐️🔵🔴 Flick ash*tse muri Barça, kimwe mubintu yakuye mubakinyi ni uguharira ingingo z'abahagarikizi !

☑️ Ino sezo, Barcelona umaze guhabwa amakarata y'umuhondo 8 mugihe sezo iheze mukiringo nk'iki bari bageze kuri 12.

Mur'ano makarata 8 bamaze guhabwa nta n'imwe bahawe kubwo guharira ingingo y'umuhagarikizi.

Mukiringo nk'iki, bari bamaze guhabwa ikarata z'umuhondo 4 kubwo guharira.

Hansi Flick nawe ni gake ndetse anatwara gahoro ikiganiro ciwe n'abahagarikizi, ivyari bitandukanye na Xavi.

[ Inkomoko y'inkuru 📰 Mundo Deportivo ]

🔵🟣 Réal Madrid amakuru fise nuko Jude Bellingham agiye kugaruka mukibuga Mario Cortegena umunyamakuru azwi kuri Athletic...
06/09/2024

🔵🟣 Réal Madrid amakuru fise nuko Jude Bellingham agiye kugaruka mukibuga

Mario Cortegena umunyamakuru azwi kuri Athletic yemeza KO Réal Madrid yoba ifiise intumbero KO Jude Bellingham azoba ari mubakinyi izotwara kukibuga ca Réal Sociadad Samedi iza ntawuramenya KO azokina canke atazokina gusa ngo azoba arimubakinyi Réal Madrid izotwara

🚨🚨 MGEGA MBEGA FOOTBALL ✅🤔Ndabira ya Espagne ya Dani Olmo ; Lamine yamal ; Nico Williams ; Dani Carvajal n'abandi ikubis...
06/09/2024

🚨🚨 MGEGA MBEGA FOOTBALL ✅🤔Ndabira ya Espagne ya Dani Olmo ; Lamine yamal ; Nico Williams ; Dani Carvajal n'abandi ikubise swata imbere ya Serbie bavana banganije🏃

Uku niko inkino za Ligue des nations zari zitegekanijwe unomusi zirangiye :

Danemark 2-0 Suisse
Portugal 2-1 Croatie
Écosse 2-3 Pologne
Serbie 0-0 Espagne
Biélorussie 0-0 Bulgarie
Estonie 0-1 Slovaquie
Irlande du Nord 2-0 Luxembourg
Saint-Marin 1-0 Liechtenstein

classic fa jizzo

Eder Militão arakorerwa ibipimo bishasha inyuma yo kuva mumugwi nserukiragihugu kubw'imvune ! 🤕🇧🇷Ibipimo yakorewe muri B...
06/09/2024

Eder Militão arakorerwa ibipimo bishasha inyuma yo kuva mumugwi nserukiragihugu kubw'imvune ! 🤕🇧🇷

Ibipimo yakorewe muri Brésil, vyerekanye ko ashobora kuja hanze hagati y'indwi 2-3.

Muri Real Madrid barondera kumusuzuma barabe neza ukwo bimeze n'ukwo boca bamwitaho.

Imvune ziri muri Real Madrid aka kanya ⤵️📑 :

❌ Eder Militão
❌ Jude Bellingham
❌ Eduardo Camavinga
❌ Aurélien Tchouaméni
❌ Ferland Mendy
❌ Dani Ceballos
❌ Joan Martínez
❌ David Alaba

🚨🚨🚨 Hagat'aho Cristiano Ronaldo yaraye ashikanye ibitsindo 900 kuva atanguye kuwukina nk' uwabigize umwuga. 🔥🔥🔥🇪🇸Real Ma...
06/09/2024

🚨🚨🚨 Hagat'aho Cristiano Ronaldo yaraye ashikanye ibitsindo 900 kuva atanguye kuwukina nk' uwabigize umwuga. 🔥🔥🔥

🇪🇸Real Madrid: ⚽450
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿Manchester United: ⚽145
Portugal🇵🇹: ⚽131
🇮🇹Juventus: ⚽101
🇸🇦Al Nassr: ⚽68
🇵🇹Sporting CP: ⚽5

🏟 Inkino: 1248
⚽ Ibitsindo: 900
🎯 Assists: 285

🚨🚨 OFFICIEL ✅✊ Inyuma yo gutsinda Royal Vision 2026 ibitsindo (5-0) ikongera ikanganya na Flambeau du centre (1-1) ; Aca...
06/09/2024

🚨🚨 OFFICIEL ✅✊ Inyuma yo gutsinda Royal Vision 2026 ibitsindo (5-0) ikongera ikanganya na Flambeau du centre (1-1) ; Académie Deira iragaruka unomusi yakira Moso Suger mundwi igira 3 muri Primus League Burundi

Uku niko inkino zitegekanijwe hirya no hino kw'isi :

🌍 PRIMUS LIGUE

🇧🇮 Académie Deira -Moso Suger (13:00)
🇧🇮 Amasipiri- B.S.Dynamik (15:45)

🌍 QUALIFICATIONS CAN 2025

🇰🇪 Kenya - Zimbabwé🇿🇼 (15:00)
🇨🇩 DR Congo - Guinée 🇬🇳(18:00)
🇸🇱 Sierra Leone - Tchad🇷🇴 (18:00)
🇿🇦 Afrique du Sud - Uganda🇺🇬 (18:00)
🇹🇬 Tog - Liberia 🇱🇷(18:00)
🇲🇦 Maroc - Gabon 🇬🇦(20:00)
🇪🇬 Égypte - Cap-Vert 🇨🇻(21:00)
🇨🇮 Côte d'Ivoire - Zambie🇿🇲 (21:00)
🇲🇱 Mali - Mozambique🇲🇿 (21:00)
🇸🇳 Sénégal - Burkina Faso 🇧🇫(21:00)

🌍LEAGUE DES NATIONS 🇪🇺

🇰🇿 Kazakhstan - Norvège🇳🇴 (16:00)
🇱🇹 Lithuanie - Cyprus🇨🇾 (18:00)
🇧🇪 Belgique - Israël 🇮🇱(20:45)
🇨🇵 France - Italie 🇮🇹 (20:45)
🇮🇸 Islande - Monténégro 🇲🇪(20:45)
🇸🇮 Slovénie -Autriche🇦🇹 (20:45)
🏴󠁧󠁢󠁷󠁬󠁳󠁿 Pays de Galles - Turquie🇹🇷 (20:45)
🇽🇰 Kosovo - Roumanie🇷🇴 (20:45)

classic fa jizzo

💣💥 Unomwaka Ntakwasama Mwabonye SaSat-BKwisi Yose Nab Maitre Gms Yabaciyeko 🔥 Muri   🔥 Ngaho rero Nyereke Ya   Yanyu ⚠️👎...
06/09/2024

💣💥 Unomwaka Ntakwasama Mwabonye SaSat-BKwisi Yose Nab Maitre Gms Yabaciyeko 🔥 Muri 🔥 Ngaho rero Nyereke Ya Yanyu ⚠️👎

Narababwiyeko Izina SAT-B HazogerigiheTuryubakire Statu Hano Mugihugu 🇧🇮🔥
Raba Iyo List Yihangange Kwisi 🌍 Ariko Sat-B Wacu Niwari Kugiharuro Cambere 💪🔥

05/09/2024

Aga hit from Burundi sat b🇧🇮🇧🇮

Address

Kayanza
Bujumbura
76644

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Tha classic fa jizzo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share