Yagivyunguka KURI PHONE PRO

Yagivyunguka KURI PHONE PRO Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Yagivyunguka KURI PHONE PRO, News & Media Website, Bujumbura.

Aha turi nihe??????Uyu musi dutanga agashimwe ka sabufu
18/06/2024

Aha turi nihe??????

Uyu musi dutanga agashimwe ka sabufu

07/02/2024
Anything about my work
25/01/2024

Anything about my work

24/01/2024
Turajana?
24/01/2024

Turajana?

Iyi nka riyiwawe woca ukoriki?
06/01/2024

Iyi nka riyiwawe woca ukoriki?

https://www.facebook.com/100067331377370/posts/684275663826807/?app=fblHehhh
01/01/2024

https://www.facebook.com/100067331377370/posts/684275663826807/?app=fbl

Hehhh

😂 Chérie iyo numéro niyagahungu kibaza ko dukundanye 😂

Iyi nkuri yukuri iryoshe kandi ibabaza,

Partie 1:

Umusore : chr uyu muhungu mbona mwifotozanije Ninde kuri wewe?

Umukobwa : chou ni umuhungu wo muri famille kandi turamana caaane

Umusore: ok chr !Ariko umenga ndafise numéro yiwe reka ndamubaze!!

(Ntazo yarafise kwari kumwiriza ivyo aca avuga)

Partie 2

Umukobwa amaze kuvyumva Ati karabaye! 😏Aca arihuta yandikira wamuhungu amubwira ati :

Turagowe vyabintu vyatanguye
24/12/2023

Turagowe vyabintu vyatanguye

Follow my page
24/12/2023

Follow my page

24/12/2023
🔴🇻🇦  ba   mu Burundi bati : "Ntibirekuwe kuronsa umuhezagiro abubakana bafise ibitsina bisa. Ni nk'uko kubana nk'umugabo...
24/12/2023

🔴🇻🇦 ba mu Burundi bati : "Ntibirekuwe kuronsa umuhezagiro abubakana bafise ibitsina bisa. Ni nk'uko kubana nk'umugabo n'umugore kw'abafise ibitsina bisa si igicumuro gusa ni ivumwe. Biteye kubiri n'imico myiza yamye iranga Uburundi."

👉 Abo basenyeri bakaba babishikirije mu rwandiko rwishura ku makenga abakristu katorika n'abandi bagize bivuye ku rwete rwa Papa rwitwa "Fiducia Supplicans"

❌️ Abo basenyeri bati :"Abantu bari mu gicumuro c'icese kandi batarekana ko bashaka kukivamwo, nta musaserdoti yobaha umuhezagiro."

✍️ Abo basenyeri bakamenyesha kandi ko kudaha umuhezagiro abo bakristu babana basangiye ibitsina atari kubaca mu muryango w'Ekleziya kuko baguma ari abana b'Imana. Bakamenyesha ko abakristu bakwiye kubandanya babitwararika kugirango biyumve mu muryango kandi bashobore no kwigarura.

👀 Abo basenyeri bakaba barangiza bamenyesha ko Papa atahinduye inyigisho y'Ekleziya muvyo kwubaka rukristu, ahubwo bagatumira abakristu kwirinda kujana n'ivyiyumviro vyiganje mw'isi ya none bisuzugura Imana n'itegeko ryayo, bigafutanya n'umuntu yaremanywe agashusho kayo.

🎤 Mwakiriye gute ibi bishikirizwa n'abasenyeri bo mu Burundi?





©️: Arakaza page

Twagiye muri 2024,Mfasha dukande kuri follow muzoba mukoze
23/12/2023

Twagiye muri 2024,

Mfasha dukande kuri follow muzoba mukoze

Ndabakunda cane mfasha mukande follow
23/12/2023

Ndabakunda cane mfasha mukande follow

23/12/2023

Ibihe biha ibindi

Nimba unkunda nturengane udakanze kuri follow ou suivre9

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Yagivyunguka KURI PHONE PRO posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share