La joie d'un chrétien/Christian Joy official

La joie d'un chrétien/Christian Joy  official Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from La joie d'un chrétien/Christian Joy official, Broadcasting & media production company, Bujumbura.

23/06/2024
23/06/2024

mapozi of God

  🎙🎶🎵🎵   kuva kwi genekerezo rya 05/06/07/7/2024  eglise de Dieu de Naoth yabateguriye igikorane c ubutumwa bwiza no kub...
22/06/2024

🎙🎶🎵🎵


kuva kwi genekerezo rya 05/06/07/7/2024 eglise de Dieu de Naoth yabateguriye igikorane c ubutumwa bwiza no kubohoka hamwe no gusengera igihugu cacj c Uburundi n indongozi zacu

ico gikorane kikazoba kiremeshejwe na Mose 2 afadikanije n abandi bakozi b Imana bazoba bavuye muri Amerique.
Intumwa rukundo Mose wa 2 arongoye amashengero ya Naoth kw'isi yose.

kizobera NYABUNYEGERI imisi yose yayo magenekerezo twavuze kuva isaha 14h_17h30.

hazoba haje n abaririmvyi mukunda cane nka
1. THEOGENE BOSEBABIREBA
2.JAJA JEANINE UWIMANA
3.ISAÏ
4.CONSTANCE NIYO
5.JEANNETTE

ikibanza : kumashure y intango ya Nyabunyegeri.

kaze kaze dusangire umunezero no gutabangwa mumwami wacu Yesu Kristo.

photo du jour le 13/6/2024
12/06/2024

photo du jour le 13/6/2024

22/05/2024

Sat-B arihe kayemwe?

 :   AKAJAMBO K'INTANGO( naho woririmba nk'inyoni zaremenywe amajwi meza, udafise uburyo bukwiye umuziki wawe ntaho ushi...
22/05/2024

: AKAJAMBO K'INTANGO( naho woririmba nk'inyoni zaremenywe amajwi meza, udafise uburyo bukwiye umuziki wawe ntaho ushika)

NI KUBERIKI ?

uyu muririmvyikazi Jaja Jeanine Uwimana tuvugishije ukuri aririmba neza indirimbo mpimbaza Mana. Afise indirimbo abatari bake mwakunze:

1.KUKO UTARI BAYALI
2.NANJE NDIMWO ( mubo Yesu yagiriye)
3.IBIHE
4.YESU NI MWEMA
5.UGUSENGA
6.ASANTE YESU
7.ASIFIWE
8.IVYO WANKOREYE
9.NDANEZEREWE
10.HOLLY,......
etc,...

Izo ndirimbo zosecharimwo n'izo tutashoboye kuvuga, nukuri nukuri nukuri n'indirimbo atamuntu numwe y yovugako zitaryoshe. Ariko ingorane ntituriko turatzhura impamvu tutarumva yo fata mumugongo uyu mukozi w'Imana.

Nka🫴🫴 La joie d'un chrétien/Christian Joy official turiyemeje kumurihira indirimbo imwe ya audio muri studio yose yipfuza ziri aha Bujumbura.

Ariko turashaka uwundi muntu nawe yiyemeza vidéo.

Uwumvacko arongoye na Mpwemu yumva Ko yokwiyemeza Vidéo arahawe ikaze.

Nukuri abahezagiwe muriho kandi muri beshi iyi Vidéo muyirihe🙏🙏🙏

Plus d'infos : 67 19 19 32

 :   VESTINE SUZANA 🇧🇮🇧🇮Hari umusi uyu mwana  azobona abamufata mumugongo      🇧🇮67 19 19 32
21/05/2024

: VESTINE SUZANA 🇧🇮🇧🇮Hari umusi uyu mwana azobona abamufata mumugongo 🇧🇮

67 19 19 32

One love ,Follow us
18/05/2024

One love ,

Follow us

One love
18/05/2024

One love

Reggae king♥️♥️♥️ Bob Marley
18/05/2024

Reggae king♥️♥️♥️ Bob Marley

Mubo Yesu yagiriye neza nanje ndimwo
17/05/2024

Mubo Yesu yagiriye neza nanje ndimwo

Uyu mwana ashigikirwe turasavye
17/05/2024

Uyu mwana ashigikirwe turasavye

La photo du jour   Suzanne
16/05/2024

La photo du jour Suzanne

07/05/2024

Umuririmvyi jampara MAKANGIRA 🇧🇮 amaze imisi Ari ngaha m'Uburundi, imyiteguro irabandanya iwe kugira le 11/5/2024 muze mubane mumunezero kuri centre JEUNE KAMENGE.

28/04/2024

comme vous pouvez le voir dans la vidéo, le chanteur JAMPARA MAKANGIRA 🇧🇮 vit à Amsterdam depuis de nombreuses années, il était heureux avec ses amis chantant la chanson ONE LOVE de Bob Marley. ce n'est plus un secret que l'on sait déjà que le 11/5/2024 il chantera dans un concert qui aura lieu au CENTRE JEUNE KAMENGE. il reste quelques heures pour le recevoir à l'aéroport international Melchior Ndandaye.
=================================

English

as you can see in the video, singer JAMPARA MAKANGIRA 🇧🇮 has been living in Amsterdam for many years, he was happy with his friends singing the song ONE LOVE by Bob Marley. it is no longer a secret that we already know that on 11/5/2024 he will sing in a concert which will take place at the KAMENGE YOUTH CENTER. there are a few hours left to receive him at Melchior Ndandaye International Airport.
==================================

Kiswahili

k**a unavyoona kwenye video mwimbaji JAMPARA MAKANGIRA 🇧🇮 amekuwa akiishi Amsterdam kwa miaka mingi, alifurahi pamoja na marafiki zake wakiimba wimbo wa ONE LOVE wa Bob Marley. sio siri tena tunafahamu kuwa tarehe 11/5/2024 ataimba katika tamasha litakalofanyika katika ukumbi wa KAMENGE YOUTH CENTRE. zimesalia saa chache kumpokea katika uwanja wa ndege wa kimataifa wa Melchior Ndandaye. Jiunge na ukurasa ili kupokea habari mpya

KATIKA FAMILIA YA AFRIKA MASHARIKI, Tanzania 🇹🇿 ina nguvu nyingi katika muziki.  Nishati hutoka kila mahali kwa upendo k...
28/04/2024

KATIKA FAMILIA YA AFRIKA MASHARIKI, Tanzania 🇹🇿 ina nguvu nyingi katika muziki. Nishati hutoka kila mahali kwa upendo kati ya watu na upendo wa muziki wao. huyu bibi ni UPENDO KININKI ana kipaji cha kuandika nyimbo nzuri ila anahitaji wafuasi ili nyimbo zake zisambae kila mahali. Tunaomba kila mtanzania anayeona ujumbe huu amuunge mkono kwa UPENDO MKUU mtumishi huyu wa Mungu.

https://youtu.be/DbjRF7XOCqY?si=5pWD8Cm2TFbKY0W0

28/04/2024

🤣🤣🤣🤣🤣

22/04/2024

YESU NI MWEMA by Jaja Jeanine Uwimana

21/04/2024

Uyu mu mama tugombe tumubabwire ivyiwe👇

hari akaririmbo kiwe karimwi ayo majambo yise NANJE NDIMWO akaririmbo kakunzwe n'abatari bake. Arinako twovugako kinjiye mubantu cane inyuma y'indirimbo KUKO UTARI BAYALI , ASANTE YESU, IBIHE, ABANTU SIBO MANA Eka n'izindi ndirimbo ziwe mwagiye murumva

Yitwa Jaja Jeanine Uwimana aka Ari umu Mama afise abana n'umwami wiwe(umugabo)

🌎RADIO 📻👇

Ama amaze imisi umutumira Aho bishika tukamwumva Kuma radio 2 canke 3 kumusi umwe. Hari ikibazo abamenyeshamakuru bariko baramubaza keshi kijanye n'ukuntu yashimye gusohorera album yiwe hariya muri aho akomeza kwishura agira ati:



🌎Kuri radio 📻 indundi culture 👇

Kumusi wa 5 uheze igenekerezo rya 19/4/2024 igihe c'isaha icenda z'umuhingamo(15h00) JAJA JEANNIE UWIMANA yari umutumire kuri radio 📻 indundi culture baramubajije bati:

👉gute umuririmvyi wa gospel ashobora kubeshwaho n'umuziki Kandi atabiteramo birihisha bakunze gutegura??

Umutumire JAJA JEANNIE UWIMANA yishuye ati:
👉

🧏 Ngo impano iratandukanye n'umuhanagaro?

JAJA JEANNIE UWIMANA agira ati: muzokumva ko naka aririmba neza ariko bwaca kabiri mukamubura iyo yagiye kubera urugendo rw'umuziki wa gospel ruraruhisha cane kuburyo utari wamuntu yahagurukijwe kubwo umuhamagaro biguca intege vuba gutyo ukabiheba burundu.

Ati namwe nivyo mukunda kwibonera Aho turirimba indirimbo ikadutwara amahera Atari make ariko umuntu yamara kuyishira kumbuga zigurisha imiziki ugasanga yarabwe n'abantu bake cane kuburyo utuvuga ko vues zayo wozihemberwa amahera yokubeshaho.

Arongera ati : ariko indirimbo ishobora gukundwa n'umuntu umwe gusa ugasanga agufashije ibirengeye bimwe vyose wayikoreshako gutyo ugasanga umurimo uriko urawubandanya uko.

✍️ IKINTU C'INKIRA MUTIMA👇

Umuririmvyi JAMPARA MAKANGIRA 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮ahejeje gushikiriza Aya majambo akoresheje iyi sanamu mubona agira ati:Bisobanura ...
13/04/2024

Umuririmvyi JAMPARA MAKANGIRA 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮ahejeje gushikiriza Aya majambo akoresheje iyi sanamu mubona agira ati:


Bisobanura biti:

🌎 Janeth and fainess Hari haciye imisi mikenya cane umuririmvyikazi SANDY NDUWIMANA  atangarije abakunzi biwe ko ico yar...
08/04/2024

🌎 Janeth and fainess
Hari haciye imisi mikenya cane umuririmvyikazi SANDY NDUWIMANA atangarije abakunzi biwe ko ico yari yemereye ibi bibondo co kubafasha gukora indirimbo nziza ifise amasanamu meza ko agombe agish*tse.

Abatari bake barashimye ico ciyumviro kubera ko aba bana bamaze kugaragara nk'abanyempano idahatiririjwe mukwandika indirimbo zinyura mumutima w 'umuntu.

Kumusi wagatanu igenekerezo rya 5/4/2024 niho twabona amasanamu ya Janeth And fainess bari munyubakwa za HIDDEN TALENT RECORD bisigura ko igikorwa cogukora yandirimbo bemeregwa catanguye.

🌏Niyokwizegwa by Janeth And fainess

Ejo igenekerezo rya 7/4/2024 niho twaca tubona cover y'ururirimbo NIYOKWIZEGWA ngo rugiye gusohoka vuba igenekerezo rya 10/4/204 Aho beshi baciye bibaza bati:none indirimbo bemerewe iza ikozwe imisi 2 gusa audio video 📷 kuburyo iza isohotse nubwo hagisigay imisi 2 gusa kugira isango rya le 10/4/2024 rigere????

🌏Umuco utanzwe na La joie d'un chrétien/Christian Joy official

Iyi ndirimbo igiye gusohoka yavuzwe kera, mwibuke ko twariko tubona muriyimisi amasanamu meza meza atandukanye ya aba bana. Bivuzeko Ari amwe mumasanamu agize indirimbo nshasha NIYOKWIZEGWA. rero iyi ndirimbo yarisanzwe muri stock y'indirimbo zabo. Ariko ico twobatangariza nuko twizeye ko iyi ndirimbo igiye guhindura profile ya JANETH AND FAINESS.

gira subscribe kuri page yacu bizogufasha kuza urironkera amakuru avugwa muri gospel.

67 19 19 32

🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎙️👉
06/04/2024

🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎙️👉

🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎙️
06/04/2024

🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎙️

Plan d'une maison   🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👉
06/04/2024

Plan d'une maison 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👉

🇧🇮🇧🇮🎙️
06/04/2024

🇧🇮🇧🇮🎙️

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when La joie d'un chrétien/Christian Joy official posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share


Other Broadcasting & media production in Bujumbura

Show All