Fridolin

Fridolin All about entertainment news at all time
(2)

πŸŽ‚ Happy birthday day to you my Lovely πŸ’•  Sister πŸ€— I wish you all the best!   ...Uyu mwaka uze ukubere mwiza muri vyose, ...
28/01/2025

πŸŽ‚ Happy birthday day to you my Lovely πŸ’• Sister πŸ€— I wish you all the best!

...Uyu mwaka uze ukubere mwiza muri vyose, unezerwe uko uvyumva rero , ufate ico ushaka ndarihaπŸ€—

Happy birthday to you πŸŽ‚πŸŽ‚πŸŽ‚ Again

πŸ€—HAYA niryo Zina ry'indirimbo Nshasha F***y LavineeLavine agiye guhereza abakunzi biwe bari bamumenyereye cane mu gisata...
26/01/2025

πŸ€—HAYA niryo Zina ry'indirimbo Nshasha F***y LavineeLavine agiye guhereza abakunzi biwe bari bamumenyereye cane mu gisata ca Cinema,,akaba yaciye imigozi ati no mu guhibongoza naho ndumva akariro gakomeza kwaka muri jewe πŸ€—.

...Muriteguye kwakira urweze iyo ndirimbo?

BURUNDI MON PAYS (AMAKURU)

πŸ›‘ JAJA  Kanyana Abipfurije ijoro ryiza! BURUNGA NEWS
08/09/2024

πŸ›‘ JAJA Kanyana
Abipfurije ijoro ryiza!

BURUNGA NEWS

πŸ›‘ Abel Nduwayo Burundi  uku niko yahimbaje umusi w'Imana ! BURUNGA NEWS
08/09/2024

πŸ›‘ Abel Nduwayo Burundi uku niko yahimbaje umusi w'Imana !

BURUNGA NEWS

08/09/2024

πŸ›‘IMVA YA MWIHORO Part 8 :
&

πŸ›‘ Cadeau Ravelle official Burundian movie actress on the top
06/09/2024

πŸ›‘ Cadeau Ravelle official
Burundian movie actress on the top

πŸ›‘ Kugeza Ubu muri CinΓ©ma y' i Burundi ,umurwi Gihuhusi entertainment ushobora kuba ariwo ufise abakinyi benshi ugererani...
06/09/2024

πŸ›‘ Kugeza Ubu muri CinΓ©ma y' i Burundi ,umurwi Gihuhusi entertainment ushobora kuba ariwo ufise abakinyi benshi ugereranije n' iyindi mirwi !

Uno murwi ufise n' ibindi bikorwa urangura tuzogenda turabereka!
Muri benshi Uno yitwa ,ni umwe mubahabwa amahirwe menshi yo kugera kure muri uno murwi !

BURUNDI MON PAYS

πŸ›‘CinΓ©ma :  Umusore abimazemwo igihe   agiye kubonekana muri film   ya Ina LigeraMurabe igice ca 9 casohotse!  Link muri ...
06/09/2024

πŸ›‘CinΓ©ma : Umusore abimazemwo igihe agiye kubonekana muri film ya Ina Ligera

Murabe igice ca 9 casohotse!
Link muri comment

BURUNDI MON PAYS

πŸ›‘IMVA YA MWIHORO PART 08: umuriro uratse ,   ,   &   πŸ”₯πŸ”₯πŸ”₯
06/09/2024

πŸ›‘IMVA YA MWIHORO PART 08:
umuriro uratse , , & πŸ”₯πŸ”₯πŸ”₯

Film IMVA YA MWIHORO ni Film ihanura kudahuruduka mugufata ingingo runaka no kutihorera kukintu cose cabaye nkingaruka zo gufata ingingo mbi.icaduteye kwand...

πŸ›‘ Amwe mu mataranto arikwarakora cane Kuva mu mugwi Mejja TV  vuba cane mu bitege !  I DON'T CARE niryo zina rya film ya...
05/09/2024

πŸ›‘ Amwe mu mataranto arikwarakora cane
Kuva mu mugwi Mejja TV vuba cane mu bitege !
I DON'T CARE niryo zina rya film yabo nshasha bagira bashire hanze !

Burundi Business and Networking Corner (BBNC)

πŸ›‘ Ya misi ya kera Ca gihe n' uwukuzi mwahura ntakuramutse akigira nkaho atakubonye , ya misi tugihunja urume ikaburimbi ...
05/09/2024

πŸ›‘ Ya misi ya kera
Ca gihe n' uwukuzi mwahura ntakuramutse akigira nkaho atakubonye , ya misi tugihunja urume ikaburimbi tukiyibona nk' ikiyaga cirabura; none uno musi duca mumabarabara bipfuza gufotora ,abo bidateye isoni bagasaba agafoto !
Muri zΓ©ro havutsemwo 1000 !
Amashirwe agaruke k' uwubigira akabigirura : JEHOVAH niryo zina ryiwe !

Cadeau Ravelle official & Alvella Muhimbare

πŸ›‘Burundian movie Actors! Ubazi muyihe film ?
04/09/2024

πŸ›‘Burundian movie Actors!
Ubazi muyihe film ?

πŸ›‘ Ndababwiza ukuri ngo Mimi Mireille mumwitege mugikorwa ca film kandi giteye ubwoba !
04/09/2024

πŸ›‘ Ndababwiza ukuri ngo Mimi Mireille mumwitege mugikorwa ca film kandi giteye ubwoba !

πŸ›‘Umwe mu bakinyi ba films kuva mu mugwi Mejja TV  azwi cane   abipfurije ijoro ryiza !
03/09/2024

πŸ›‘Umwe mu bakinyi ba films kuva mu mugwi Mejja TV azwi cane abipfurije ijoro ryiza !

Address

Bujumbura

Telephone

+25768023566

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Fridolin posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share