BBC News Gahuza

BBC News Gahuza Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from BBC News Gahuza, Media/News Company, BBC Gahuza, New Broadcasting House, Portland Place, Bujumbura.

26/12/2024

Amakuru yo hirya no hino yibanda cyane cyane ku karere k'ibiyaga bigari muri Afrika, n'amakuru mpuzamakungu.

Abamenyeshamakuru batanu bo muri Gaza bishwe n'igitero ca IsraelImboneshakuru yo muri Palestina ivuga ko bari mu modoka ...
26/12/2024

Abamenyeshamakuru batanu bo muri Gaza bishwe n'igitero ca Israel

Imboneshakuru yo muri Palestina ivuga ko bari mu modoka iriko icapa cerekana ko ari iy'abamenyeshamakuru, ariko Israel ivuga ko yateye umugwi witwaje ibigwanisho.

Imboneshakuru yo muri Palestina ivuga ko bari mu modoka iriko icapa cerekana ko ari iy'abamenyeshamakuru, ariko Israel ivuga ko yateye umugwi witwaje ibigwanisho.

Abashigikiye   bishe abasirikare 14 b'ubutegetsi bushasha bwa  Ingabo za reta zatanye mu mitwe n’abashigikiye Basha al-A...
26/12/2024

Abashigikiye bishe abasirikare 14 b'ubutegetsi bushasha bwa

Ingabo za reta zatanye mu mitwe n’abashigikiye Basha al-Assad yahora arongoye Syria, kamwe mu turere twiganjemwo inkehwa z'Abasilamu b'aba- ba Assad.

Ingabo za reta zatanye mu mitwe n’abashigikiye Basha al-Assad yahora arongoye Syria, kamwe mu turere twiganjemwo inkehwa z'Abasilamu b'aba-Alawite ba Assad.

Mu butumwa bwa  , Papa asaba ibiganiro vyo guhagarika intambara ya   na  Papa Fransisko yasavye kandi ko intambara ihaga...
26/12/2024

Mu butumwa bwa , Papa asaba ibiganiro vyo guhagarika intambara ya na

Papa Fransisko yasavye kandi ko intambara ihagarara muri , abafashwe bugwati bari mu minwe ya nabo bakarekurwa.

Papa Fransisko yasavye kandi ko intambara ihagarara muri Gaza, abafashwe bugwati bari mu minwe ya Hamas nabo bakarekurwa.

Mozambique: Imfungwa zirenga 1,000 zatorotse gereza mu gihe imyigaragambyo ku matora ikomejePolisi ivuga ko izo mfungwa ...
26/12/2024

Mozambique: Imfungwa zirenga 1,000 zatorotse gereza mu gihe imyigaragambyo ku matora ikomeje

Polisi ivuga ko izo mfungwa zafatiranye imvururu za politike zikomeje muri icyo gihugu zatewe n'ibyavuye mu matora ya perezida byateje impaka.

Polisi ivuga ko izo mfungwa zafatiranye imvururu za politike zikomeje muri icyo gihugu zatewe n'ibyavuye mu matora ya perezida byateje impaka.

Kubera iki abakristu bamwe badahimbanza  ?Nubwo abantu bemera ko Yezu yabayeho nk’umuntu muri kahise, baremera ariko ko ...
25/12/2024

Kubera iki abakristu bamwe badahimbanza ?

Nubwo abantu bemera ko Yezu yabayeho nk’umuntu muri kahise, baremera ariko ko itariki yavukiyeko itazwi neza. Nta nyandiko canke icanditswe ca kera kivuga umusi wiwe w'amavuko kandi itariki 25 Kigarama yafatiwe ku vyo bari basanzwe bahimbaza mu migirwa ya kera.

Soma vyinshi hano: https://bbc.in/3DvP2Pb

Hafi 40 baguye mw'isanganya ry'indege muri KazakhstanHafi 30 mu bari mu ndege barokotse iryo sanganya ryabereye hafi y'i...
25/12/2024

Hafi 40 baguye mw'isanganya ry'indege muri Kazakhstan

Hafi 30 mu bari mu ndege barokotse iryo sanganya ryabereye hafi y'igisagara ca Aktau mu burengero bwa Kazakhstan.

Hafi 30 mu bari mu ndege barokotse iryo sanganya ryabereye hafi y'igisagara ca Aktau mu burengero bwa Kazakhstan.

Kubera iki abakristu bamwe badahimbaza  ?Nubwo abantu bemera ko Yezu yabayeho nk’umuntu muri kahise, baremera ariko ko i...
25/12/2024

Kubera iki abakristu bamwe badahimbaza ?

Nubwo abantu bemera ko Yezu yabayeho nk’umuntu muri kahise, baremera ariko ko itariki yavukiyeko itazwi neza. Nta nyandiko canke icanditswe ca kera kivuga umusi wiwe w'amavuko kandi itariki 25 Kigarama yafatiwe ku vyo bari basanzwe bahimbaza mu migirwa ya kera.

Nubwo abantu bemera ko Yezu yabayeho nk’umuntu muri kahise, baremera ariko ko itariki yavukiyeko itazwi neza. Nta nyandiko canke icanditswe ca kera kivuga umusi wiwe w'amavuko kandi itariki 25 Kigarama yafatiwe ku vyo bari basanzwe bahimbaza mu migirwa ya kera.

Igitero cya   muri   kuri Noheli 'ntikigira ubumuntu' – ZelenskyPerezida wa Ukraine avuga ko Uburusiya bwarashe misile z...
25/12/2024

Igitero cya muri kuri Noheli 'ntikigira ubumuntu' – Zelensky

Perezida wa Ukraine avuga ko Uburusiya bwarashe misile zirenga 70 hamwe na 'drone' zirenga 100, mu gihe Abanya-Ukraine babarirwa muri za miliyoni bizihiza umunsi mukuru wa Noheli.

Perezida wa Ukraine avuga ko Uburusiya bwarashe misile zirenga 70 hamwe na 'drone' zirenga 100, mu gihe Abanya-Ukraine babarirwa muri za miliyoni bizihiza umunsi mukuru wa Noheli.

  yugaye ahubakwa uruganda rwa   ku gufata abakozi nk''abaja'Abakozi barenga 160 batabawe bavanwa  kuri urwo ruganda rw'...
25/12/2024

yugaye ahubakwa uruganda rwa ku gufata abakozi nk''abaja'

Abakozi barenga 160 batabawe bavanwa kuri urwo ruganda rw'imiduga , ku bw' abashikirizamanza.

Abakozi barenga 160 batabawe bavanwa kuri urwo ruganda rw'imiduga , ku bw' abashikirizamanza.

Mozambique: Umukuru w'abatavuga rumwe n'ubutegetsi yasezeranyije kwishyiraho nka perezidaNtibizwi ukuntu Venâncio Mondla...
25/12/2024

Mozambique: Umukuru w'abatavuga rumwe n'ubutegetsi yasezeranyije kwishyiraho nka perezida

Ntibizwi ukuntu Venâncio Mondlane ateganya kujya ku butegetsi kuko ubu yahungiye mu gihugu kitazwi.

Inkuru irambuye hano: https://bbc.in/4iNWplh

Mozambique: Umukuru w'abatavuga rumwe n'ubutegetsi yasezeranyije kwishyiraho nka perezidaVenâncio Mondlane yanze kwemera...
25/12/2024

Mozambique: Umukuru w'abatavuga rumwe n'ubutegetsi yasezeranyije kwishyiraho nka perezida

Venâncio Mondlane yanze kwemera ko yatsinzwe mu matora, mu gihe imvururu zirimo kwiyongera muri iki gihugu cyo muri Afurika y'amajyepfo.

Venâncio Mondlane yanze kwemera ko yatsinzwe mu matora, mu gihe imvururu zirimo kwiyongera muri iki gihugu cyo muri Afurika y'amajyepfo.

25/12/2024

Video: Aho iwanyu abagendana ubumuga binonora imitsi gute?
Raba umukinyi nserukiragihugu wa w'abagendana ubumuga mu mupira w'amaguru.

Mu gihe umunsi buca ari Noweli /   /  , abantu benshi baba bafata ingendo za kure baja guhimbaza, muri   ho bahuye n'iki...
24/12/2024

Mu gihe umunsi buca ari Noweli / / , abantu benshi baba bafata ingendo za kure baja guhimbaza, muri ho bahuye n'ikibazo c'ihagarikwa ry'ingendo z'✈️ z'ikompanyi . N'ubwo camaze umwanya muto, cahungabanije gahunda zabo.

Ingendo zahagaritswe nk'igihe c'isaha yose kubera ikibazo cadutse mu buhinga bukenewe mu guhagurutsa indege

Ingene ikigendajuru Parker Solar Probe ca   kiriko kigerageza kwegera cane izuba Abahinga bizeye ko ubu bushakashatsi bu...
24/12/2024

Ingene ikigendajuru Parker Solar Probe ca kiriko kigerageza kwegera cane izuba

Abahinga bizeye ko ubu bushakashatsi bushobora gufasha gutahura neza ingene Izuba rikora.

Abahinga bizeye ko ubu bushakashatsi bushobora gufasha gutahura neza ingene Izuba rikora.

 : Umugore wa   ariyamiriza ingingo yo kubuza kugendera impfungwa kuri  Abategetsi bavuga ko ku mvo z'umutekano impfungw...
24/12/2024

: Umugore wa ariyamiriza ingingo yo kubuza kugendera impfungwa kuri

Abategetsi bavuga ko ku mvo z'umutekano impfungwa zitemerewe kubonana n'ababo muri kino gihe c'imisi mikuru irangiza umwaka.

Abategetsi bavuga ko ku mvo z'umutekano impfungwa zitemerewe kubonana n'ababo muri kino gihe c'imisi mikuru irangiza umwaka.

Address

BBC Gahuza, New Broadcasting House, Portland Place
Bujumbura
W1A1AA

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BBC News Gahuza posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to BBC News Gahuza:

Videos

Share