62 July Films vuba tubazaniye film🎬 nshasha aho dufise ibikorwa vyinshi cane twashaka tubibarize bakundwa bacu mwipfuza ko tubaha
Film🎬 ihera canke Serie (Season)🎬
Duhurire muri Commentaire murakoze🙏 mwarahezagiwe🙌
62 July Films
Turatunze tukarata buhoro.
Uyu ni
Sami Tatiana Ituze
Umu actrice mwiza cane.
Mvuze ngo mwiza muvyumve,
😅😅😅
Akina neza, asa neza, vyose ni neza...
Gira ICO uvuze Nawe📝
Thank you so much for watching '#The_Ways_Part 1&2'!
We hope you enjoyed the film and would love to hear your feedback.
Please share your thoughts in the comments below.
Also, if you liked the film, please share it with your friends and family.
We appreciate your support and can't wait to hear from you!
62 July Films
@followers
Everyone
Link iri muri commentaire
👇👇👇
Wibaza ko urukundo rw'ukuri ruba rushingiye kuki??
Raba kano ga short video uheze ugire ico umbwira muri commentaire.
Utibagiye gufyonda #Follow and #Share
Arsene Wizard Mzizi
Niyonkuru Estimé
MJC Notorious
Kubwawe wibaza ko Urukundo ariki?
URUKUNDO S'AMAFARANGA.
Ikibi ntikiramba Kora iciza wirenganire
Ukora iciza ukagisanga imbere muga niwakora inabi izogukurikirana.
Ushaka kuza urabona zino video zigisha ntamahera dutoza oya ico usabwa nukugira #Follow kuriyi page yacu ya #62JulyFilms ukongera ukagira #Like utibagiye #Share kugira nabandi babonerweho.
Murakoze🙏
Raba kano ka video hama ugire uco umbwira muri commentaire.
Nyimba wemezanya nanje ko Imana ihari kandi ikomeye kandi ko itazigera iduta ikirirenze ibindi Yesu aradukunda kuko nawe n'Urukundo.
Nyimba wizera Yesu ko ashoboye vyose vuga Amen🙏
Vuga ati Satani ntabubasha amfiseko Yesu ace yikorera ibitangaza vyiwe.
Iyo Imana ikugiriye neza nawe utegerezwa kugirira ineza abandi. Kora ineza wirenganire uwugukoreye inabi mwishure ineza kuko ikibi gitsindwa n'iciza. ni 62 July Films🎬 ibahaye short movie
AKABAZO KUMUNSI
NB: 1000F kunyishu nziza
1.Ayamashusho ari muri film
Iyihe? (Izina)
2.Yagiye kuri YouTube ryari?
3. Iri kuri YouTube channel yitwa gute?
4.imaze kurabwa nabantu bangana gute?
5. Vuga amazina 3 yabakinyi wamenyemwo.
Amahera uyaronka aruko ubitoye vyose.
Tu Peux by Miryad'Or
--------------------
Wabushaka abantu bagukinira mundirimbo yawe canke muyindi video iyariyo yose?
Ntubaronderere ahandi atari
Muri 62 July Films
Ibikorwa vyawe bizoza bimeze neza bivanye nukuntu bakina neza cane.
Irabire nawe ukuntu
Baryoheje ino ndirimbo
https://youtu.be/dXrA1hsbbts
Niyonkuru Estimé
Cynthia Gloire
Øg Tokoto
Hey ma pipo
-------------
Ejo Aho bukera Vendredi
Le 09/06 twese duhurire
Kuri YouTube channel
Ya CYNTA FILMS
Turaba igikorwa co kurundi
rwego go hejuru
#BEHIND_THE_SMILE
#BurundianFilm
62 July Films
NSORO
Niyonkuru Estimé
Fanny Lavine