Ishimwe Magazine

Ishimwe Magazine BATABIKOZE TUZOVYIKORERA

23/05/2023
Hello Burundi get ready for this bad man Kirikou akili
17/04/2023

Hello Burundi get ready for this bad man
Kirikou akili

17/04/2023

Mwaramutse Barundi

07/04/2023

My Burundi 🇧🇮🇧🇮

07/04/2023

Hello Burundi
Nawe ubakisha INZU ijanye n'Igihe
________________
Ushobora kuba utarabimenya canke utaramenya Aho woca kugirango bishoboke uronke INZU yawe nziza ijanye n'Igihe
Uyumusi tubazaniye team Ikora neza Kandi ifise uburambe expérience
DUKORA
Plan (Design)
Exécution
Travaux de rénovation et décoration...
#+25768231906
Betwork group

Bujumbura BurundiPhoto ziryoshe cane zarabonetse kumbuga zitandukanye
21/02/2023

Bujumbura Burundi
Photo ziryoshe cane zarabonetse kumbuga zitandukanye

Ubuhinga bwo kuvomera imirima _________________BURUNDI:🇧🇮Muvyotuma inzara igabanuka eka n'ibiciro bikagabanuka kw'Isoko ...
16/02/2023

Ubuhinga bwo kuvomera imirima
_________________
BURUNDI:🇧🇮
Muvyotuma inzara igabanuka eka n'ibiciro bikagabanuka kw'Isoko harimwo ukwijukira kuvomera imirima hakoreshejwe ama pompes ya kijambere aduza amazi ayakuye mukuzimu kure nko kumetero zirenga 100

Ivyo nacane cane mubiyaya canke ahasanzwe hari inzuzi maze bakazizitirira bagaheza bakayahereza imirima.
Uwumugambi iyo ukozwe neza abarimyi baraheza bakarima ibihe vyose haba mugihe c'Izuba cank no murushana maze imwimbu ukongerekana bishimiahije

🛢️Nkuko twavyiboneye rero intambamyi kumurimyi ikunda kwibonekeza niy'ikena ry'amazi,uruzuba gwinshi canke imvura nyinshi arinavyo bibangamira umwimbu

🛢️Hari umugwi w'abafundi uheruka gushira ahabona umugambi wo gutanga amazi mukarere k'ikiyaya bongera berekana umwimbu vyotanga, bavuga ko forage imwe ishobora gutwara amafaranga angana n'Imiriyoni 30fbu ariko igaca ikora imyaka irenga 20 iduza amazi neza. Canke iyo hagize akagorane gato bakagasubiramwo bitagoranye, bangera bameza ko nahatari umuyagankuba bashobora gukoresha ama panneau solaire.
Abo bafundi bavugako ikiyaya c'imbo gitekeye amazi menshi Kandi ko ri ubutunzi bukomeye kugihugu haba kubarimyi, kubakora ibikorwa vyo kworora, amaginguriro eka no mubuzima BWA misi yose
intererano canke harico mubaza kibijanye n'Ubuhinga bwo kuvomera Imirima canke kuronka amazi meza

HAMAGARA KURI
+25768231906

Ubuhinga bwo kuvomera imirima _________________BURUNDI:🇧🇮Muvyotuma inzara igabanuka eka n'ibiciro bikagabanuka kw'Isoko ...
16/02/2023

Ubuhinga bwo kuvomera imirima
_________________
BURUNDI:🇧🇮
Muvyotuma inzara igabanuka eka n'ibiciro bikagabanuka kw'Isoko harimwo ukwijukira kuvomera imirima hakoreshejwe ama pompes ya kijambere aduza amazi ayakuye mukuzimu kure nko kumetero zirenga 100

Ivyo nacane cane mubiyaya canke ahasanzwe hari inzuzi maze bakazizitirira bagaheza bakayahereza imirima.
Uwumugambi iyo ukozwe neza abarimyi baraheza bakarima ibihe vyose haba mugihe c'Izuba cank no murushana maze imwimbu ukongerekana bishimiahije

🛢️Nkuko twavyiboneye rero intambamyi kumurimyi ikunda kwibonekeza niy'ikena ry'amazi,uruzuba gwinshi canke imvura nyinshi arinavyo bibangamira umwimbu

🛢️Hari umugwi w'abafundi uheruka gushira ahabona umugambi wo gutanga amazi mukarere k'ikiyaya bongera berekana umwimbu vyotanga, bavuga ko forage imwe ishobora gutwara amafaranga angana n'Imiriyoni 30fbu ariko igaca ikora imyaka irenga 20 iduza amazi neza. Canke iyo hagize akagorane gato bakagasubiramwo bitagoranye, bangera bameza ko nahatari umuyagankuba bashobora gukoresha ama panneau solaire.
Abo bafundi bavugako ikiyaya c'imbo gitekeye amazi menshi Kandi ko ri ubutunzi bukomeye kugihugu haba kubarimyi, kubakora ibikorwa vyo kworora, amaginguriro eka no mubuzima BWA misi yose
intererano canke harico mubaza kibijanye n'Ubuhinga bwo kuvomera Imirima canke kuronka amazi meza

HAMAGARA KURI
+25768231906

Mwaramutse bakunzi ba Ishimwe magazine
16/02/2023

Mwaramutse bakunzi ba Ishimwe magazine

18/12/2022

Hello Burundi Welcome

20/11/2022
Israël Mbonyi
11/11/2022

Israël Mbonyi

11/11/2022
Mwiriwe neza Barundi!Akavura karagwa aho muherereye?  nisawa
11/11/2022

Mwiriwe neza Barundi!
Akavura karagwa aho muherereye?
nisawa

BURUNDI🇧🇮__________URAZIKO UHOBORA KURONKA AMAZI MEZA UVOMEREZA IMIRIMA, UKAGABURIRA IBITUNGW1,KANDI UKANARONKA AYO UKOR...
07/11/2022

BURUNDI🇧🇮
__________
URAZIKO UHOBORA KURONKA AMAZI MEZA UVOMEREZA IMIRIMA, UKAGABURIRA IBITUNGW1,KANDI UKANARONKA AYO UKORESHA
MUBIKORWA VYA MISIYOSE?

________________________
Umugambi wo gutobora amazi ni mwiza cane na cane cane muri kino gihe iyo ayamazi uyaronse uba uronse uburenganzira bwo kurima umwaka wose wongera ukora n'utundi dukorwa dukenera amazi

🏮Ayamazi ushobora kuyaronka twifashishije umuyagankuba wa regideso canke umushwarara w'izuba bigashoboka kandi no kubakoresha amaboko yabo
___
TORERA INYISHU KIBAZO CAMAZI AHO UBAYE
📞TWAKURE KURI:
+257 68 231 906
EMAIL:[email protected]
⭕ Autre Adress
_____________
🔴 NTAHANGWA, KAMENGE, RN1,6ème AV

🔴Giheta    ___________Kumutumba wa kabanga hafi cane n'Iwabo w'abakinyi ba ninde hari umukobwa ahejeje guta umwana muman...
04/11/2022

🔴Giheta
___________
Kumutumba wa kabanga hafi cane n'Iwabo w'abakinyi ba ninde hari umukobwa ahejeje guta umwana mumanga
Bikavurwa ko yari aje ava Bujumbura
___
Abajejwe umutekano bakaba bariko baramurondeza

AMA company menshi akora imitobe nyakwije ibisabwa n'amayegeko.Amwe muriyo akoresha ama produit ava hanze mugihe berekan...
26/10/2022

AMA company menshi akora imitobe nyakwije ibisabwa n'amayegeko.
Amwe muriyo akoresha ama produit ava hanze mugihe berekana ko bayakura mundimiro
Aho twovuga iburorero BW'abavuga ko bakora ama jus yamabungo, umutobe w'Ibitoke, umutobe wa Yangawizi

______
Ayo kashirahamwe arenga 700 uaragabishijwe youngers arahabwa ikiringo ntarengwa kugirango abe yisunze amategeko, tutibagiye kuvuga ko bene ayomashirahamwe bafitaniye inzigo ifatiye kuvyo bakora.
___
Haranagabishijwe ayahingurira iyo mitobe mumihana y'abantu yongera asabwa ko yorondera aho akorera hemejwe n'Ikigo BBN

IKINYOBWA Tangawizi basanze kirimwo umwambira uboreza kandi iyo kimaze imisi kirahinduka kigacika acide abayihereza nabo bakavyimba amaguru

22/10/2022

Urugendo gwa Présidant NDAYISHIMIYE ahabitswe ama Groupe akomeye ya Regideso

Bujumbura-Burundi  ____Uku niko imyiteguro yahazobera ikirori ca freind Of Amster kizobera.  umuririmvyi MPUZAMAKUNGU na...
22/10/2022

Bujumbura-Burundi
____
Uku niko imyiteguro yahazobera ikirori ca freind Of Amster kizobera.
umuririmvyi MPUZAMAKUNGU nawe nahageze

Birihutirwa!Serbie ihengereye ngurishije ubusizi none barabihagaritse
22/10/2022

Birihutirwa!
Serbie ihengereye ngurishije ubusizi none barabihagaritse

Ariko Serbie muraduhoye iki vya vrai!?
22/10/2022

Ariko Serbie muraduhoye iki vya vrai!?

One is   and Other his name  -b Uribaza bariko bayaga muruhe rurimi?
22/10/2022

One is and Other his name -b
Uribaza bariko bayaga muruhe rurimi?

Serbie Biragaye Bahungu!🤭🤭______Uyumusi hazindutse inkuru itaryoheye ugwaruka gw'Uburundi bari bamaze Imisi basaranda ub...
22/10/2022

Serbie Biragaye Bahungu!🤭🤭
______
Uyumusi hazindutse inkuru itaryoheye ugwaruka gw'Uburundi bari bamaze Imisi basaranda uburyo kugirango bigire mugihugu ca aho inkuru yavuga ko hahagaritswe ingendo z'abarundi binjira mwicogihugu ata barinze Gusabwa.
____________
Weho iyinkuru ikikugera mugutwi wayakiriye gute? Hari abagenzi waruzi bari bafise gahunda yoguca Serbie?

21/10/2022

BURUNDI
nihehe twokora abadufasha mumigambi yacu ijanye n'Inyubako babikora neza?
_________
Uyumusi reka twongere tubereke ugwaruka ruriko rubikora neza muri iyi myaka
🧱abari kure n'Abari hagufi bose ngo barabakorera kandi kugiciro ciza cane
Ibitari bike bakora bisange kuri iyo photo ico twemeza nuko babikora neza

Burundi Abanyamwuga!___________Kuva utanguye umwuga wo kubarira ubu arashima intambwe agezeko akanahamagarira urindi rwa...
20/10/2022

Burundi Abanyamwuga!
___________
Kuva utanguye umwuga wo kubarira ubu arashima intambwe agezeko akanahamagarira urindi rwaruka kwijukira imvyuga kuko ngo ni Diplôme itabora kandi ukoreshereza aho uba ugeze hose!
_______

🔸️Aho twayaga na ndikumana asanzwe akora igirayeri yatuganiriye neza uko akora akazi kiwe aratunjinjibura kuko twasanze amaze gutera intambwe itari nto kandi mukanya katari kanini !
Woba ufise umwuga ukunda?
______

Burundi Ingingo🇧🇮________🔴Burundi: «Guhera uyu musi nta citwa VIP mu bubare birimwo!»✍️Ivyo bihejejwe gushikirizwa n'umu...
17/10/2022

Burundi Ingingo🇧🇮
________
🔴Burundi: «Guhera uyu musi nta citwa VIP mu bubare birimwo!»

✍️Ivyo bihejejwe gushikirizwa n'umushikiranganji wambere Gervais Ndirakobuca mu nama ariko aragurisha ba buramatari b'intara zigize igihugu c'Uburundi ku murwa mukuru wa politike i Gitega.

✍️Umushikiraganji wambere akaba amenyesha ko kiretse mu mahoteli ariho barekuriwe kuduza ivyo biciro. Nayo mu bunwero busanzwe ngo nta vya VIP birimwo.

Iyo ngingo akaba ayimenyesheje inyuma y'aho ishirahamwe Brarudi ridugirije ibiciro vy'ibidandazwa vyaryo.

Wamunezero w'abagendesha ivyuma vyunguruza abantu Moto, tuktuk, motoUhavuye umara umwanya urume rumara
17/10/2022

Wamunezero w'abagendesha ivyuma vyunguruza abantu
Moto, tuktuk, moto
Uhavuye umara umwanya urume rumara

Ariko rero ibibintu vyoshobora bake
09/10/2022

Ariko rero ibibintu vyoshobora bake

08/10/2022

Umukubito hamwe na semavumbi

Address

RN1
Bujumbura
0503

Telephone

+25768231906

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ishimwe Magazine posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ishimwe Magazine:

Videos

Share


Other Broadcasting & media production in Bujumbura

Show All