Up date hit news

Up date hit news C'est éduquer, divertir, informer et former sur les nouvelles dans tous le monde entier.
(1)

12/12/2023

ihiganwa ririko rirategurwa na rihuza imirwi irenga 20 iva mu mihingo itandukanye yo muntara nshasha ya ( , , )

ni le 25/12/2023 Kuri kuva isaha 14h hazoba hari n'a Père Noël

:le 30/12/2023

Belvédère

Biherekejwe n'abaririmvyi nka




Kwinjira ni 3k mubibanza bisanzwe n'a 10k muri VIP

Muraha
Amahirwe uyuhe murwi???

"Let The World See you"

Menya N'ibi Média

Butanyerera Dance Competition ihiganwa ririko rirategurwa na   Empire rihuza imirwi irenga 20 iva mu mihingo itandukanye...
12/12/2023

Butanyerera Dance Competition ihiganwa ririko rirategurwa na Empire rihuza imirwi irenga 20 iva mu mihingo itandukanye yo muntara nshasha ya (Kirundo,ngozi,kayanza)

Demi final ni le 25/12/2023 Kuri Noël kuva isaha 14h hazoba hari n'a Père Noël

Final :le 30/12/2023

Kuri Belvédère

Biherekejwe n'abaririmvyi nka
bwiz



Kwinjira ni 3k mubibanza bisanzwe n'a 10k muri VIP

Muraha
Amahirwe uyuhe murwi???

CBob Empire "Let The World See you"

07/12/2023
04/12/2023

Ino Ndirimbo ya nukuri bantu b'Imana Ni ishure ry'ubu*ima.

By Keyboy Irashobora Gushira kurundi gwego Uno Muhungu Mukemera ko Afise Impano 🔥🔥🔥 Jewe Ndayumviriza 5 Kumusi.

Ahubwo tuyumvirize twese Kuko Ntagisigaye Abarundi Biryohererwe Muri Rwarukundo Nyene 👌

Ushobora kuyumviriza uciye kuri iyi link iri musi

https://youtu.be/1Ej11xOSkEk?si=c7xGQ-J7GryW7upd
https://youtu.be/1Ej11xOSkEk?si=c7xGQ-J7GryW7upd

@à la une de Menya N'ibi Média 🇧🇮
Blaise Journaliste 🇧🇮

04/12/2023
02/12/2023

: ubu hoho ntiyavyoroheje.
💥 Za mwahora mushaka zabonetse ariko i beyi ziriko izokubahuka bake. Ushobora ku*igura uciye hahandi nyene kuri *140 # .
Genda murabe namwe.


Menya N'ibi Média

28/10/2023

Nibura abana 1.500 bari munsi y’imyaka 10, harimwo 600 bari munsi y’imyaka ine, biciwe i Gaza kuva ku ya 7 Gitugutu, nk'uko bigaragara ku rutonde rwashyizwe hanze ku wa kane n'umushikiranganji w'amagara y'abantu ngaho.

Abarenga 100 bashizwe kurutonde nkabatarengeje umwaka.

Menya N'ibi Média

Cc: The New-York Times

27/10/2023

Science shows that the cannabis people are using to treat anxiety is probably making it worse.

Researchers say this is particularly true for products high in THC, the substance responsible for marijuana’s intoxicating effects.

Cannabis companies have promoted the idea that their products can help anxiety. That’s a potentially lucrative market for an industry where profits have fallen short of lofty expectations.

Menya N'ibi Média
Blaise Journaliste
Mc Blaise

Cc : The wall Street journal

22/10/2023

*💎Ibintu bitangaje ku bantu bavutse mu kwezi kwa cumi (10)*

👉Nyimba ushishikajwe no kumenya ibintu bishimishije vy'abantu bavutse mu kwa cumi, uku ni ukwezi kwa cumi gufise iminsi 31. Ibiranga n'imico y'abantu bishobora gutandukana bitewe n'ukwezi bavutsemwo, ariko imico y'abantu bavutse mu kwa cumi iratangaje kandi irashimishije kuyumva.

Raba ibintu 8 bitangaje biranga abantu bavutse mu kwezi kwa cumi:

👣1. Barangwa n'umutuzo kandi bakunda amahoro

Abantu bavutse mukwa 10 bakunda amahoro, kandi bifuza umutuzo hafi yabo. Ntibakunze kuvuga nabi canke kubwira abandi nabi. Kimwe mu bintu bidasanzwe kuribo ni uko bashobora kugumisha abantu bakunda mu bu*ima bwabo ahantu hizewe kandi hatuje, batabaretse ngo bahure n’ibibazo no gucika intege.

🫀2. Bagira urukundo

Abantu bavutse mu kwezi kwa 10 barakundana cane kandi ni beza. Yaba umuhungu canke umukobwa, bakunda abakunzi babo bibavuye ku mutima w'imbere kandi babashimisha kandi neza igihe cose.

🧠3. Bagira ubushake bwinshi bwo gukora

Abantu bavutse mukwa 10 baba barashize amanga, bakora cane kandi bakomeza kwibanda ku ntego zabo. N’ubwo akazi kaba katoroshe, bahora biteguye gukora cane kurenza urugero kugira ngo barangize umurimo bashinzwe.

🫵4. Babona ibintu neza kandi bagira icizere.

Ntabwo buri wese afise impano yo kubona ibintu bibi mu buryo bwiza, ariko abavutse mu kwa cumi bafise iyi mpano nziza ituma batandukana n'ubwoba bwose, n'amaganya no gucika intege.

🤌5. Bakunda ibihe vyiza

Kimwe mu bintu bikunze kuranga abantu benshi ni ukugira stress no kutabona umwanya wo kwishimisha no kuruhuka. Abavutse mu kwa cumi bo barangwa no kwiha umwanya wo kwishimisha no kugira ibihe vyiza. Muvyo bakora vyose bibuka gufata umwanya wo kwishimisha.

🙏6. Baritandukanya kandi bakora ibintu bishasha

Imitekerereze y'abantu bavutse mu kwa cumi irihariye, ari nayo ibafasha kwiyumvira ku bintu vyihariye kandi bakarema ibintu bishasha. Bakunze kurangwa no guhanga udusha mu bintu bitandukanye, kandi bakunze kugira intsinzi mu vyo bakora.

⚽7. Ntibigunga

Ibibazo vyo kwigunga no kuba bonyene ntabwo biranga abavutse mu kwezi kwa cumi kuko bakunze kuba aho abandi bari, kandi bazi no kubana n'abantu bo mu ngero zose bityo irungu canke kwigunga ntabwo bibaranga.

🥳8. Bagira umutima mwiza

Gukunda abantu, kuba incuti y'abandi hamwe no kumenya kubana neza nivyo biranga abantu bavutse mu kwezi kwa cumi. Aba bantu kandi vy’umwihariko bagira impano yo kwibonamwo abantu bose, bigatuma n'abandi babibonamwo bigakomeza ubucuti bwabo.

✍️ Blaise Journaliste
69 76 34 88
Up date hit news
Mc Blaise

Ngozi (Burundi) : 💥💫  ni International respectfull song __________________🤝🧠🦾Iy'indirimbo yahuje abaririmvyi b'  batanu ...
22/10/2023

Ngozi (Burundi) : 💥💫 ni International respectfull song
__________________
🤝🧠🦾Iy'indirimbo yahuje abaririmvyi b' batanu baba rappers aribo : , -Nino , , cadeau , , bayise ,ikaba yasohotse k'umusi wa gatanu itariki ya 20 Gitugutu 2023 ikaba yakozwe na :
: SPG
: Joachim Smith
( Bose bavuka muntara ya NGOZI )

Ukaba uruwo canke urumukunzi w'umu*iki muri rusangi , iyi ndirimbo ibaryohere .
Mushobora kuyumviriza muciye ngaha musi

https://youtu.be/EtLj6R6dqUw?si=zF71tePI3k1ZJOZC
https://youtu.be/EtLj6R6dqUw?si=zF71tePI3k1ZJOZC

Mubandanye mukurikirana Up date hit news tubandanye tubaha ibintu bigezweho.
Ntiwibagire gukora

Blaise Journaliste
Mc Blaise
69 76 34 88
Journaliste

L’Organisation des Nations unies (ONU) est une organisation internationale regroupant 193 États membres depuis le 14 jui...
16/10/2023

L’Organisation des Nations unies (ONU) est une organisation internationale regroupant 193 États membres depuis le 14 juillet 2011. Elle a été instituée le 24 octobre 1945 par la ratification de la Charte des Nations unies signée le 26 juin 1945 par les représentants de 51 États. Elle remplace alors la Société des Nations.

Les objectifs premiers de l'organisation sont le maintien de la paix et la sécurité internationale. Pour les accomplir, elle promeut la protection des droits de l'homme, la fourniture de l'aide humanitaire, le développement durable et la garantie du droit international et dispose de pouvoirs spécifiques tels que l'établissement de sanctions internationales et l'intervention militaire.

La Charte des Nations unies définit six organes principaux : l'Assemblée générale, le Conseil de sécurité, le Conseil économique et social, le Conseil de tutelle, la Cour internationale de justice et le Secrétariat. Le système des Nations unies inclut plus largement des programmes, fonds, institutions spécialisées et apparentées.

Les six langues officielles de l'ONU sont l'anglais, l'arabe, l'espagnol, le français, le mandarin et le russe. Le Secrétariat des Nations unies ne reconnait que l'anglais et le français comme langue de travail, le Conseil économique et social des Nations unies reconnait l'anglais, l'espagnol et le français, et le reste des organes de l'ONU utilise les six langues officielles.

Depuis le 1er janvier 2017, le secrétaire général des Nations unies, nommé par l'Assemblée générale sur recommandation du Conseil de sécurité, est le Portugais António Guterres.

Le siège des Nations unies est situé à New York et bénéficie du régime d'extraterritorialité. Les 193 États membres y sont représentés par un ambassadeur permanent auprès de l'ONU.

Blaise Journaliste
Up date hit news
69 76 34 88
Kevin Girayezu sports official

Le diplomate est celui qui pratique la diplomatie au nom de son pays : il le représente auprès d'un autre État (c'est ce...
16/10/2023

Le diplomate est celui qui pratique la diplomatie au nom de son pays : il le représente auprès d'un autre État (c'est ce que l'on appelle la « diplomatie bilatérale ») ou lors de négociations internationales (c'est ce que l'on appelle la « diplomatie multilatérale »).

Up date hit news
Blaise Journaliste

Droit de veto au Conseil de sécurité des Nations Unies. Le droit de veto du Conseil de sécurité des Nations unies est un...
16/10/2023

Droit de veto au Conseil de sécurité des Nations Unies.

Le droit de veto du Conseil de sécurité des Nations unies est un droit accordé uniquement aux cinq membres permanents de ce Conseil (Chine, France, Royaume-Uni, Russie et États-Unis) qui leur permet de bloquer toute résolution ou décision, quelle que soit l'opinion majoritaire au Conseil.

Les cinq membres permanents exercent ce droit quand ils votent négativement, mais une abstention ou une absence n'est pas considérée comme un veto.

Pour les votes concernant les questions de procédure, le droit de veto ne peut pas être exercé, ce qui permet ainsi au Conseil de pouvoir débattre d'un projet de résolution même s'il est fort probable qu'un des cinq y mette son veto.

Le système du veto a été établi pour protéger les intérêts des membres fondateurs des Nations unies qui étaient sortis victorieux de la Seconde Guerre mondiale. À la conférence de Dumbarton Oaks en 1944 qui a prévalu à la création de l'ONU, il a été décidé que les représentants de la République de Chine, des États-Unis, du Royaume-Uni, de l'Union soviétique et, « in due course », de la France seraient des membres permanents. La France, même battue et occupée par l'Allemagne nazie, avait joué un rôle primordial en tant que membre permanent de la Société des Nations, était une puissance coloniale de première importance et les activités des Forces françaises libres aux côtés des Alliés leur ont permis de s'asseoir à la même table que les Quatre Grands.

En avril 2022, l'Assemblée générale des Nations unies met en place un système demandant une explication orale devant l'Assemblée générale dans les 10 jours ouvrables après chaque veto émis par un membre du Conseil de sécurité. Cependant ce texte n'induit pas de sanctions si cette justification n'est pas faite par l'État membre.

Up date hit news
Blaise Journaliste
69 76 34 88
Kevin Girayezu sports official
Ngozi (Burundi)
Mc Blaise
Keke Kevin Girayezu
Journaliste

12/10/2023

Burundi: Bafatwe...

Umushikiranganji wintwaro yo hagati mugihugu,umutekeno n'iterambere rusangi yasavye ko bofatwa bahanwa abakora ivya betting ngo ni abasuma.

Abandi yasavye ko bofatwa bagahanwa ni aba commissionnaire kuko ngo ni abasuma. Ngo igihugu nticotera imbere hakiri abagomba kurya bicaye. Yasavye abo muntwaro ko bafata abo bantu bose bagahanwa.

Yabivugiye munama ariko agirana nababuramatari,ba musitanteri nabo muntwaro muntara ya Gitega.

Nawe woba u*i ivyo betting?nawe woba ushimishijwe niyo ngingo? Kora partage kubwinshi mukore na suivre.

Kevin Girayezu ✍️

12/10/2023
  :  Keke Kevin Girayezu n'umu Journaliste wo kumboneshakure yitwa Up date hit news n'a   abikora bigashimwa kuko abifis...
11/10/2023

: Keke Kevin Girayezu n'umu Journaliste wo kumboneshakure yitwa Up date hit news n'a abikora bigashimwa kuko abifisemwo uburambe.

💥🦾Abeshi mumu*i kumbuga ngurukana bumenyi nka Fecebook lite n'izindi ni nk'umu Promoter de la capitale adasanzwe mukwandika amakuru y"inkino kurubuga gwiwe gwa Kevin Girayezu sports official .

❤️👍Nk'ukwo mumubona ngaho kumafoto arikumwe n'aba Promoters batandukanye nka Starboy , David Irakoze na baribahuriye kurondera inkuru kuri Melchior Ndadaye International Airport aho yari yagiye kutuzanira content ya The Ben .

💬 Inkuru yazanye kuri uwo musi ahura n'abo ba batandukanye,uyikeneye uyisanga kurubuga rukurikira👇👇👇👇👇👇

https://youtu.be/7AixMTj03X0?si=2Qr4eKCChjglsmS3

🌲🥀🌺Umukeneye ushobora kumurondera uciye kuri WhatsApp yiwe ni +25769333491
Kora follow kuri iyi page hama ubandanye ubona bishasha.

✍️Bertrand Burundi 🇧🇮
Extra
@à la une

  : Uwomu muhungu mubona kuri iyofoto arikumwe n'a Blaise Journaliste yitwa   ni Umu   wo kumboneshakure ya Up date hit ...
11/10/2023

: Uwomu muhungu mubona kuri iyofoto arikumwe n'a Blaise Journaliste yitwa ni Umu wo kumboneshakure ya Up date hit news n'a .

🧠 Avuka muntara y'amateka ya Ngozi (Burundi) akaba yize amashure yisumbuye kuri COMMUNAL KARAMBI muri zone MIVO , akaba yize igisata c' .

👍💯💞💔💕💔Ubu rero akaba ari umwe muba babikora bigashimwa kurizo zandika kumbuga nka Facebook n'a YouTube , Instagram n'izindi aho mushobora gukurikirana ibikorwa akora muciye kuri iyi link

https://youtu.be/krcOnruDZ9g?si=iP0YdiStdTpfOalz
https://youtu.be/krcOnruDZ9g?si=iP0YdiStdTpfOalz

Ikindi mwomenya n'uko asanzwe ari ari kw'isoko. Uwumukeneye amurondere kuri WhatsApp yiwe ni +257 79920775

Mc Blaise
69 76 34 88
Keke Kevin Girayezu
Kevin Girayezu sports official
All praise and thanks to Allah the exalted, the Lord of the universe, May the choicest blessings and peace of Allah be upon the last Messenger and Prophets, Muhammad, his family, Companions and all those who follow his footsteps till the end of this unive
@à la une

  : Igice ca nyuma c'ihiganwa ryateguwe na   Umuco FM biciye mu kiganiro   live show ryaraye riraringiye.Abaririmvyi bat...
02/10/2023

: Igice ca nyuma c'ihiganwa ryateguwe na Umuco FM biciye mu kiganiro live show ryaraye riraringiye.

Abaririmvyi batandatu harimwo abigeme babiri nibo bari bashoboye gushika mu gice canyuma c'iryo higanwa.

Ihiganwa rikaba ryatahukanye umuririmvyi wo mu ntara ya Kayanza i yitwa Paloma

Yaronse iherekejwe ni telefone ,n'uburenganzira bwo kuzokorerwa indirimbo na muri ya Destino ku buntu, n'utundi dushimwe harimwo kuzomara weekend y'akaruhuko muri de passage yitwa belle vue Residence n'ibindi....

Uwa kabiri yabaye umwigeme yitwa Ninziza nayo uwa gatatu akaba yabaye umwana muto yitwa Darlene n'aba bakazoca baja hamwe bakorerwe indirimbo imwe barikumwe ku buntu, bakaba bararonse n'utundi dushimwe,...

Twobamenyesha kandi ko abandi batashoboye kuba muri batatu ba mbere baronkejwe aka bahasha.

Utwo dushimwe twose tukaba twaherekejwe n'impapuro zerekana Ko bitabiriye iryo higanwa ryari ryatunganijwe n'insamirizi ku ncuro yambere.

Ikiganiro live show mugikurikirana k'umusi w'lmana isaha zitatu zijoro 21h ,no k'umusi wa gatatu isaha umunani z'umurango 14h hamwe na .

Source : Radio Umuco FM.

Up date hit news
Blaise Journaliste
Mc Blaise
Ngozi (Burundi)
69 76 34 88

27/09/2023

https://youtube.com/watch?v=7AixMTj03X0&si=v__MUBdTjGmCFAaK

The Ben live in Bujumbura Burundi 🇧🇮 at Melchior Ndadaye International Airport Today .hosted by Bertrand Burundi 🇧🇮 and Blaise Journaliste .
Invités ni The Ben and all medias.
Up date hit news
Mc Blaise
Journal Ncuti
Journaliste Reporteur d'image : Kevin Girayezu sports official .


All praise and thanks to Allah the exalted, the Lord of the universe, May the choicest blessings and peace of Allah be upon the last Messenger and Prophets, Muhammad, his family, Companions and all those who follow his footsteps till the end of this unive .

M-Frenzy :   /Call me everything niyo ndirimbo nshasha igiye kuja hanze kumusi w'ejo itariko 27.09.2023 . -Frenzy ni imw...
26/09/2023

M-Frenzy : /Call me everything niyo ndirimbo nshasha igiye kuja hanze kumusi w'ejo itariko 27.09.2023 .
-Frenzy ni imwe mumpano ziriko neza hariya muntara y'amateka ya Gitega aho agiye kubaha indirimbo nshasha igira gatatu,vuba turamubazanira muri Extra History Shortly kuri MENYA N'IBI MÉDIA.
Umukeneye kumuha support umurondere kuri WhatsApp yiwe ni +25765495440 canke umurondere kuri YouTube channel yiwe ni M-Frenzy OFFICIAL.
Keep supporting us here for evrything ya M-Frenzy.

Up date hit news
Mc Blaise

Ngozi (Burundi)
69 76 34 88
Blaise Journaliste
Keke Kevin Girayezu
Badmän Legënd

🗣️🗣️ *MENYA N'IBI MÉDIA* _//ABA  ARTISTES🎨 MUFISE IMPANO MURAHAWE IKAZE_ : Abantu mufise IMPANO yo kuririmba ariko mwabu...
17/09/2023

🗣️🗣️ *MENYA N'IBI MÉDIA* _//ABA ARTISTES🎨 MUFISE IMPANO MURAHAWE IKAZE_ :
Abantu mufise IMPANO yo kuririmba ariko mwabuze uko mukavya inzozi,
*_Menya N'Ibi Média_* iri ngaha kugira ibafashe kubageza aho mutokwigeza. Uru ni urutonde gw 'indirimbo Zigiye Gukorerwa Promotion no kugurishwa muri MENYA N'IBI MÉDIA nomuri *The New-York Times* ,Izo nazo ni izi zikurikira 👇👇🇧🇮:
1.🎤 Ntarataze ,
2.🎧Nabambwe,
3.🎹Ganza Sabwa,
4.🎻 Rien ne va,
5.🥁 Tornade,
6.🎬Buja Fleva,
7.🎺Ikiluga,
8.🎖️Final lover 💏,
9.🎷Nana ,
10.🎸🪕Call me for evrything ya M-Frenzy.

✍🏼Izi nizo ndirimbo zigomba gutangura gukorerwa promotion, ushobora.ku*iraba nokurigura uciye ngaha👇👇

https://youtube.com/?si=4g1Awk3gYTrXaRdL

https://www.facebook.com/profile.php?id=100077692686079&mibextid=avESrC

N'abandi mutariyandikisha munyaruke indirimbo zanyu zimenyekane vuba.
Woturondera uciye kuri WhatsApp 69 76 34 88.
Murakoze !!!

15/09/2023

https://youtu.be/EKXFmRfLPvo?si=MAQhJPolcOyJ-MNc

Hello,murameze neza?
Kwahukana biterwa n'iki?ni izihe ngaruka bitera mumuryango?twovyirinda gute?
Kurikirana ikiganiro cose uciye ngaha.
Ntiwibagire gukira s'abonner, j'aime, commentaire n'a partage.

✍🏼Blaise Journaliste, Bertrand Burundi 🇧🇮 n'a Kévin Journaliste

Ndabaramukije bakunzi ba Up date hit news .Nashaka gusaba imbabazi ndabamenyeshako iyi nkuru be n'izi foto natanze kuri ...
09/09/2023

Ndabaramukije bakunzi ba Up date hit news .
Nashaka gusaba imbabazi ndabamenyeshako iyi nkuru be n'izi foto natanze kuri uwu musi wa gatandatu, itariki 9/9/2023, nari nayikuye ku rubuga gw'ikimenyeshamakuru Shikiriza Burundi ariko nibagira gushirako inkomoko ryaho nakuye inkuru.
Nashaka rero ntere akamo abandi bamenyeshamakuru bagenzanje mwari mufise umugambi wogukora nk'ivyo ko mwobireka kuko tubandanije uku ntaho umwuga wacu wogera.
Gusibanganya amafoto atari gwacu mu ntumbero yo kuyiyitirira twibukanye ko bihanwa n'amategeko. Muradutunga rero mutuburane, ntibizosubira.

Murakoze!!

Mc Blaise
Up date hit news
Blaise Journaliste

💫👍  : >.💌🇧🇮 Ivyo vyashikirijwe n'a   GATERETSE arongoye   Ntahinyuzwa mu bikorwa vy'iterambere rusangi vyo kuri uwu wa G...
09/09/2023

💫👍 : >.

💌🇧🇮 Ivyo vyashikirijwe n'a GATERETSE arongoye Ntahinyuzwa mu bikorwa vy'iterambere rusangi vyo kuri uwu wa Gatandatu igenekerezo rya 9 Nyakanga 2023, vyabereye mu ntara ya ku kibuga c'Umupira w'Amaguru co kugasaka .

Ukeneye ico utubaza twandikire kuri WhatsApp ni 69 76 34 88 hama ukore suivre uzohore ukurikirana inkuru dutanga.

Ngozi (Burundi)
Mc Blaise
Blaise Journaliste
Up date hit news

  : "La galerie de la ville de  "⁸ ni yo nyubakwa y'akarorero Komine   iriko iriyubakira mu buryo bwayo bwite n'inguvu z...
09/09/2023

: "La galerie de la ville de "⁸ ni yo nyubakwa y'akarorero Komine iriko iriyubakira mu buryo bwayo bwite n'inguvu z'abenegihugu b'iyo komine ata mfashanyo ivuye hanze.

Iyo nyubakwa igeretse iriko yubakwa hampande y'ibiro vya ku metero nk'ijana yahari ikigo ndagakaranga bita "Ku gasaka ka ".
Iyo nyubakwa imaze amezi 15 iriko irubakwa, ubu ikaba igeze ku bice 60 kw'ijana nk'uko tuvyiganirwa na Musitanteri wa komine Ngozi, Martin .
Nk'uko abandanya abishikiriza, ngo iyo nyubakwa igihe inama ya komine yiyumvira kuyitanguza ngo yashatse kwubaka inyubakwa iteye igomwe yo gukoreramwo urudandazwa ndetse hakazoba hariyo n'amabiro yo gukotesha ku bayipfuza bose.

Iyo nyubakwa bipfuza kuzokwinjira mu 2025, vyitezweko izotwara amafaranga agera ku miriyaridi zibiri n'igice.
Igice kimwe c'ayo mafaranga kikaba kiva mu kigega ca komine ikindi naco kikaba kigizwe n'ibikorwa bimwe bimwe vy'amaboko bikorwa n'abenegihugu bo muri iyo komine.

Kuri uyu wa 07 Nyakanga 2023, abenegihugu bo muri komine bakaba bari basidukanye n'iyonka, bagiwe imbere n'indongozi zabo, gushirako idari rigira gatatu.

Bamwe mu benegihugu twaganiriye barashima ico gikorwa c'iterambere. Umutama w'imyaka 90 ava muri zone twahahuriye akaba yatumenyesheje ko ashima cane umurindi w'iterambere komine yabo iriko. Ku bwiwe ngo naho ashaje ngo ategerezwa kwifadikanya n'abandi benegihugu mu kubafasha ivyo ashoboye gutyo aterere mw'iterambere rya komine avukamwo.
Uwo mukurambere akamenyesha kandi ko aho hambere bacaruka ibikorwa nk'ivyo bitabaho kuko amahoro n'umutekano ata vyaharangwa. Akabandanya avugako ari vyo vyari vyatumye komine yabo isigara inyuma mw'iterambere.
Agatera akamo urwaruka kuvyaza umusaruro amahoro n'umutekano baronse bigoranye.

Mwomenya ko ibikorwa rusangi vyo kuri uyu wa kane itariki 7/9/2023 vyari vyitabiriwe n'abenegihugu bo mu mazone yose agize komine , abakora akazi ko kwunguruza abantu ku makinga no ku mapikipiki mu gisagara ca , abajejwe intwaro kuva ku mitumba gushika muri komine, abajejwe umutekano no kwivuna abansi hamwe n'abandi bakora mu bisata bitandukanye aho mu gisagara ca .

Aho muherereye indongozi zaho hari imigambi yo kwinjiriza akanoti komine canke intara mubona ziriko zirakora?

Udukeneye wotwandikira kuri WhatsApp 69 76 34 88 canke kuri +25776087350
Canke kuri e-mail ni [email protected]
💯Source et Photo : Shikiriza Burundi

Up date hit news
Blaise Journaliste
Mc Blaise


Burundi Bwacu : Uyu bamwita Maitre Usta akaba ari umwe mubaririmvyi b'abarundi bakorera umu*iki wabo mugisagara ca   .Ak...
03/09/2023

Burundi Bwacu : Uyu bamwita Maitre Usta akaba ari umwe mubaririmvyi b'abarundi bakorera umu*iki wabo mugisagara ca .
Akaba asanzwe ari n' kuri kaminuza y' ,twakoranye ikiganiro naramukunze cane mpitamwo kumuzana ngaha,ushaka kubona ibikorwa vyiwe uca ngaha hepfo kwizo link urabe

https://youtube.com/

https://instagram.com/maitreusta

https://www.facebook.com/maitreusta

Izo zose ni imbuga ushobora.kumukurikiranako ukeneye ibikorwa vyiwe diiii.
Mugire aho muba mwubahwe uwo yari Maître Ustaa nariko ndabereka kuko ni umwe mumpano dufise ngaha iwacu mu 🇧🇮.

Unkeneye unyandikire kuri +25769763488
Ndi Blaise Journalistee
Mc Blaisee
Up date hit newss

 :Message ya   kuri Lumitel ntikigenda kuri 15fbu nkuko vyahora,mpaka ukwize 25fbu.Ishirahamwe   ryadugije ibiciro bimwe...
02/09/2023

:Message ya kuri Lumitel ntikigenda kuri 15fbu nkuko vyahora,mpaka ukwize 25fbu.

Ishirahamwe ryadugije ibiciro bimwe bimwe aha twovuga nka message yahora igenda ku mahera 15fbu ku muhora wa kuri ubu ikaba igiye ku mahera 25fbu, ikaba kandi yakuyeho imitekero y'5.000fbu n'7.000fbu yahora iboneka kuri na ,igasigura ko yayikuyeho ku mvo yuko iriko ishira ubuhinga ku gihe.Twobamenyesha ko hari haciye ikiringo gito iyisubije muri na .Ishirahamwe rikamenyesha yuko ryazanye umutekero wa YouTube w'amasaha 2 naho nyene ukayironka uciye kuri canke .

Musomyi iryo duga ry'ibiciro uvyakiriye gute?

Blaise Journaliste
Up date hit news
Mc Blaise

Intumwa Zirongowe N'Icegera Ca Sergueï Choïgou, Umushikiranganji W'Umutekano Muri Russie 🇷🇺, Zari Burkina Faso 🇧🇫 Mu Ntu...
02/09/2023

Intumwa Zirongowe N'Icegera Ca Sergueï Choïgou, Umushikiranganji W'Umutekano Muri Russie 🇷🇺, Zari Burkina Faso 🇧🇫 Mu Ntumberi Yo Gukomeza Ubucuti Hagati Y'Ivyo Bihugu.

Hari Itariki 31 Myandagaro 2023, Igihe Younous-Bek Evkourov Yabonana Na Ibrahim Traoré Prezida Wa Burkina Faso.

Blaise Journaliste
Mc Blaise
Up date hit news

Inyuma ya Drama T  na Sat-B, Big Fizzo nawe agire agende gukoma abari    yitwajije Hit song yiwe  .Muzomuzanire amashugw...
02/09/2023

Inyuma ya Drama T na Sat-B, Big Fizzo nawe agire agende gukoma abari yitwajije Hit song yiwe .

Muzomuzanire amashugwe yiwe abantu muri i Dubaï.

Blaise Journaliste
Mc Blaise
Up date hit news

Address

Avenue U Développement
Bujumbura

Telephone

+25769763488

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Up date hit news posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Up date hit news:

Videos

Share

Category


Other Media in Bujumbura

Show All