Rover Fashion Bdi

Rover Fashion Bdi RFB

08/10/2023

Groupe ya Whatsapp yagarutse ๐Ÿ˜…๐Ÿ˜…๐Ÿ˜… Edison baramwataze kumugeni wiwe๐Ÿ˜…๐Ÿ˜…

Koreshumwanya created the group

F***y Lavine : basha ninde yongeye kuzana ivyama groupe naho vyatugejeje ubuherutse

Alvella Muhimbare : koreshumwanya nkura mwiyi groupe yanyu ndagusavye

Bidondo Love : mwende zenu k**a hutaki we enda utuachie hapa hari umuntu yakuzanye ngaha ndiwosohoka ugavamo adi tugasigara

Jisho Reigns : none bidondo uko niko uvuga ikirundi ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

Koreshumwanya a ajoutรฉ Big Fizzo

Kirikou A Kili : abantu murikwegera

Big Fizzo : amahoro abo muri group, iyi groupe yerekeye iki gabashahu?

Bain Turo : baza uwayi crรฉe kandi ni wamugenzi wawe muhuza cane koreshifege

Drama T : yooo what's up group, tell us the news guys wht's going on here?

Alvin smith frimeur : koma ny**ko wamb**awe imsi yose kaza kivugisha ubwongereza, ako nagasuzuguro nani twe wibaza ko tutakizi

Alvella Muhimbare est partie

F***y Lavine : basha za muravuga ibintu vyisoneye ntimubona ko hariho abaca baza barikura muri grp

Alvin smith: oyaa Dram T karamenyerana, kuvaho twakiyamiye umenga ntikumva. Umuntu aba yibereye muma stress yubuzima nawe nggo nyokonyoko

Baudeni sina deni :none ukava muri group, ibibazo vyubuzima bwawe twe biraturaba nsanga kwa mutwe ndakugurire ikibangara hama uvyiyibagize

Koreshumwanya a ajoutรฉ Edisson Ndayahoze

O.l.g Olegue : hemwe mwabonye urya mudamu wa Edisson

Mo'W Kanzie : ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚ umve olegue basha none agizente?

Inรจs Raguรซl : hewe imyaka yo arayijanye ๐Ÿฅฑ๐Ÿฅฑ๐Ÿฅฑ edisson aranyica ๐Ÿ™…๐Ÿ™…

LinoG : sha naba ligendi gusa

Landrypromoter Bdi : mureke kumvugira nabi umukazana

Alvin smith: we landry ntawamututse bavuze koakuze gusa

Landry promoter : hama edisson niwe mwabonye arumwana

Monia Fleur : uti rero bose bazovyara kabiri bace baca imvyaro ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

Landry promoter : monia ntunkwegere ivyo sivyo je navuze

D-ONE 257 a intรฉgrรฉ via le lien d'invitation

Big Fizzo: est entrain d'รฉcrire ....
Turindire igice ca kabiri,ntiwibagire kugira like comment and share

26/09/2023

Talented Boy Christian
๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ

Ngiyiyondi ntwari irabonetse๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚Inyuma yo guheza kurya muri restaurant yarahiye ararengwa ko adasiga isosi yiwe yarihiye ...
25/08/2023

Ngiyiyondi ntwari irabonetse๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

Inyuma yo guheza kurya muri restaurant yarahiye ararengwa ko adasiga isosi yiwe yarihiye amahera nuko kuca yirenza isorori isosi arayinywa๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

Mr. TuMr. Tubane NezaMr. Tubane NezaeMr. Tubane NezaJMr. Tubane Neza Jisho ReignssJisho ReignsnManyanga officialiManyanga officialeEunice manyanga officielnEunice manyanga officieliEunice manyanga officiel๐’•โ€ข๐‘จ๐’“๐’Š๐’”๐’•๐’๐’” ๐“’๐“ธ๐“ถ๐“ฎ๐“ญ๐“ฒ๐“ช๐“ทโ€ขโ€ข๐‘จ๐’“๐’Š๐’”๐’•๐’๐’” ๐“’๐“ธ๐“ถ๐“ฎ๐“ญ๐“ฒ๐“ช๐“ทโ€ขaโ€ข๐‘จ๐’“๐’Š๐’”๐’•๐’๐’” ๐“’๐“ธ๐“ถ๐“ฎ๐“ญ๐“ฒ๐“ช๐“ทโ€ขโ€ข๐‘จ๐’“๐’Š๐’”๐’•๐’๐’” ๐“’๐“ธ๐“ถ๐“ฎ๐“ญ๐“ฒ๐“ช๐“ทโ€ขabiriye akuya๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

Please follow this page Rover Fashion Bdi๐Ÿ‘€๐Ÿ‘€๐Ÿ‘€Rover Fashion BdiRover Fashion BdiRover Fashion Bdi

Muri bangahe mwari mwatanguye kuyazura??๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚ntiwibeshere vuga ico wautanguye kwiyumvira ko agiye gucapaSimSimbizi Wa Sema...
25/08/2023

Muri bangahe mwari mwatanguye kuyazura??๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

ntiwibeshere vuga ico wautanguye kwiyumvira ko agiye gucapa

SimSimbizi Wa Semavumba Simbizi Wa SemavumbamSimbizi Wa SemavumbaisJisho ReignsiJisho Reignsr.Mr. Tubane NezaMr. Tubane NezabMr. Tubane NezazMr. Tubane NezaaiBain Turoro๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚
Ntimwibagire gukanda kuri follow canke suivre kuri Rover Rover Fashion BdioRover Fashion BdiRover Fashion Bdi

โšฝโญ•Hari benshi baguma babaza ati niyahe mboneshakure iza kwerekana urukino rwa El Classico  hagati y'umugwi wa REAL MADRI...
29/07/2023

โšฝโญ•Hari benshi baguma babaza ati niyahe mboneshakure iza kwerekana urukino rwa El Classico hagati y'umugwi wa REAL MADRID na FC BARCELONAโ“๐Ÿค”

๐Ÿ‘‰ Inyishu urukino rwa El Clasico abari muri Africa imboneshakure ya StarTimes yemeje ko iza kurwerekana ku Chaรฎne yabo Word Football TV ๐Ÿ“บ

Canal+ ntiza kuwerekana โŒ

Uza gufana i Bwami canke i Catalunya

๐Ÿ‘‰Tubasabe kwinjira muriyi page yacu mufyonde Aho handitse [ Aimer na Suivre], Warabigize haba handitse [ Aime Dรฉjร  na Suivi (e)] kugira mubandanye kuronka amakuru y'inkino agezweho??๐Ÿ‘Œ

โœ Fashion Bdi

WhatsApp Group Invite

26/07/2023

After choosing your favorite sport between cricket and football โšฝโšฝโšพโšพ
Then please follow my page to get some news๐Ÿ‘๐Ÿ‘
RoRover Fashion BdiaRover Fashion BdidRover Fashion Bdi

22/07/2023

Weekend vibes ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ

Naho yoza muri BUMAMURU FC wosanga ba vini Jr naba Gavi bahishikiye๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œโœ”โšฝโšฝโšฝ
20/07/2023

Naho yoza muri BUMAMURU FC wosanga ba vini Jr naba Gavi bahishikiye๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œโœ”โšฝโšฝโšฝ

โš โš Jewe ndabivuga mukantera amabuyeIbi navyo numva ngo mukunda gutanga insiguro zitagira imitwe namaguruInsiguro yibi nay...
15/05/2023

โš โš Jewe ndabivuga mukantera amabuye

Ibi navyo numva ngo mukunda gutanga insiguro zitagira imitwe namaguru
Insiguro yibi nayo niyihe??
Ndarindiye numve ivyo muvuga umwanya ni rwanyu
๐ŸŽค๐ŸŽค๐ŸŽค๐ŸŽค
Hala Madrid Forever๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œโšฝโšฝ

โš โš โš Hari ibibazo vyinshi mpora nibazaMbega iyi yaba ari football โšฝโšฝbaba bariko bakina Canke yaba ari basketball canke vol...
13/05/2023

โš โš โš Hari ibibazo vyinshi mpora nibaza

Mbega iyi yaba ari football โšฝโšฝbaba bariko bakina
Canke yaba ari basketball canke volley Ball๐Ÿ๐Ÿ???๐Ÿ™†๐Ÿ™†

Oya namwe mumbwire uko mubibona canke mwabibonye
Jewe narabuze uko nobisigurira abantu๐Ÿ™…๐Ÿ™…
๐ŸŽค๐ŸŽค๐ŸŽค๐ŸŽค๐ŸŽค๐ŸŽค

BIRABAYE๐Ÿšซ๐Ÿšซโš โš โš Inyuma yaho habereye urukino rwariko ruhuza Real Madrid hamwe numugwi wa Manchester City bikarangira bangan...
11/05/2023

BIRABAYE๐Ÿšซ๐Ÿšซโš โš โš 

Inyuma yaho habereye urukino rwariko ruhuza Real Madrid hamwe numugwi wa Manchester City bikarangira banganije igitsindo kimwe kukindi inyuma ya match hakaguma hayerera amafoto yerekana uko igitsindo ca Manchester City cinjiye

Kumakuru dukesha ikinyamakuru Mundo Deportivo nuko igitsindo cumugwi wa Manchester City gihejeje gufutwa bivanye nuko umupira wagaruwe wari wamaze kugera hanze
Ikindi naco nuko nikirata yumuhondo yahawe Umumenyerza wa Real Madrid Mayo yafuswe kuko basanze yariko avuga ukuri

Ubu rero akaba ari igitsindo kimwe ca Real Madrid kubusa bwa Manchester city
Abakunzi ba nyeninzu muvyakiriye gute?????

๐Ÿšซโš โš โš โš โš โš โš Sorry nariko ndapima ko noshobora kwandika inkuruโœ”โœ”

Ubusesanguzi
08/05/2023

Ubusesanguzi

๐Ÿ”ด๐Ÿ”ดUBUSESANGUZI IMBERE YA MATCH YA REAL MADRID NA MAN CITY๐Ÿ”ด๐Ÿ”ด

โžก๏ธ Ikibuga Santiago Bernabeu kigiye kwakira imwe muma matchs yitezwe n'abantu bensh kand ntakekeranya ko ari match itegerezwa kudusigira amateka nk'abakunzi ba football.Ni kumusi wa kabiri isaha zitatu z'ijoro kumasaha ya hano iwacuu, ni champions League bantuu banjeee, ni match y'umuriro kabisa ndabibuts ko ari urukino gwo gutanguraa(match aller). Twokwitega ikii kuri runo rukino?

โžก๏ธ Ubwa mbere ni equipe zibiri zigiy gukina zisanzwe zikina ama jeux atandukanye. Man City ni tiki taka na pressing mugih baba batakaj i ballon kand City ni equipe igomb gukinira muri demi terrain ya team barik barakina. Ni Guardiola tuzi kandi ahindura imikenyuro buri mwanya kandi utigera umenya 11 biwe bamahoo.turemezanya nezaa ko nimba harih ama equipes afise abakiny beza kand benshi Man City irimwo

โžก๏ธ Ni Real Madrid tuzi nayo ikina ahanini jeu ya contre attaques kensh iyo yahuy n imigwi ikomakomeye yifashishije abakiny bayo banyaruka nka Vinicius cank Varverde. Ni Real Madrid kand tuzi nezaa ko iyo hageze Champions League atavyo kuzuyaza, twarabibonye no mumwaka uhezee Madrid yigaragaza nk'umwami w'iri higanwa. Ni Carlo Ancelotti umwe mubamenyereza azi gupanga equipe yiwe neza ndavuga muma post twarabibony akinisha Camavinga kuri 3 akahakin neza, twarabony Varverde akina kur 7 akabishobora. Ni na Ancelotti kand tuzi neza ko kubintu vyo kugomboza no gusoma urukino abizi kand abimenyerey cane cane iyo hageze mur league des champions. Bivuzengo Ancelotti barumvikana n'abasore biwe cane kuburyo umukenyuro ashaka ariwo bakina kand kenshii bikabahira cane cane muri champions League

โžก๏ธ Ni City tuzi ko itaratwaraa iri higanwa narimwe nubwo kensh tuba tubona umengoo barafise amahigwe mensh yo kuritwar ariko bikarangira basezerewe.Ni Guardiola n abasore biwe kubwanj bujuje ibikenew vyose kugira batwar iri higanwa ariko ikibaz ni kimwe. Barikura imbereee y'abami ba Champions League? ๐Ÿค”

โžก๏ธ Tugiy mukibuga kwa City ni equipe inyuma ni AKANJI, AKE, STONES na WALKER arik ahaa Guardiola ashobor guhinduraa ntawubizi. Iyi defense irakomeye arikooo ntawokwirengagiza ko attaque ya Madrid ya VINI, RODRIGO na BENZEMA ar attaque ikomeye cane.. Ahaa reo dushobora kubona Guardiola akinisha RODRI na GUNDOGAN basaa nk'abasubiraa inyuma cane gufash ino defense na cane cane mukwirinda ama contre attaques ya Madrid kukoo CITY yoyo izokinaa igumana umupira

โžก๏ธ Kwa Madrid inyuma ndibaza azob ari CARVAJAL, ALABA na CAMAVINGA, RUDIGER ntawubizi ino defense reo ishobora kuzohura n'aba attaquants bensh bivany n'umukenyur wa Guardiola aho ishobora guhura na HAALAND, MAHREZ, ALVAREZ na FODEN arikooo aha sindi sรปr kuko urutond gw abazotangur mukibuga ntagwonzi ariko biramutse bigenz ukoo Ancelotti vyoca bimusabaaa kuzibiraa gos akoreshej Aba defenseurs+aba mediateurs kugira babuz iyi attaques kwinjira muri surface de reparation bitagenz uko twohava tubona ibitsindo vyinshi.

โžก๏ธ Hagati mukibuga uwuzorush uwund ni uwuzoba afise abasatirizi bazindutse nezaa kuko iyi match izokinigwa hanini mur attaque mugihe reroo imwe muma defenses yasatiriwe bizoca biba ngombwa ko milieu bayiheba bakaja kuzibiraa....

โžก๏ธ kubwaw uha amahigwe equipe iyihe yo gutsinda iyi match.

โžก๏ธ Madrid irabandanya yiyerekane nk'umwami cank Man City irikurako agasuzuguro??

Gira j'aime kuri page iyi page nimba utarabikora please๐Ÿ™๐Ÿ™ All football news

05/05/2023

Basha narimaze imisi mugasho bandekuye ubunyene mumbwire
Muri Berry batanze Signal ya sangapi kugira ayunomusi ndayatore??
Mumbwire muzoba mukoze
Kuko nshaka aho ndiha inzoga narimpejeje kunywa
Mukwiha pole

03/05/2023

King's works don't stop
Watch by Fabelove DA K.SHAN BOY is available on YouTube
Use the link below to watch it

20/04/2023

Sha sindabeshe uwutararaba iyi song kuri YouTube hariho ama vitamine ariko arabura nkeu
by Big Fizzo out now on YouTube ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œ

Aguma ashosha๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘ŒMwibuke ko Shosha clip video iri kuri YouTube ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ
14/04/2023

Aguma ashosha๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œ
Mwibuke ko Shosha clip video iri kuri YouTube ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

14/04/2023

This prank is so funny
Imagine if you get drunk and you sleep nowhere
You you wake up you found yourself sleeping in coffin
What would you do???
According to me I will never drink no more

14/04/2023

Nopfuma notsa ibigori kwibarabara
Bakampfunga bampfunze๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿค”๐Ÿค”
Ewe sha mazuru ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

13/04/2023

Let's go on YouTube to watch clip video is available now ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ
Let me say it good work from our Burundian HipHop's King๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ
FabeloFabelove DA K.SHAN BOYSFabelove DA K.SHAN BOYNFabelove DA K.SHAN BOY๐Ÿ”ฅFabelove DA K.SHAN BOY

12/04/2023
11/04/2023

Ababahungu baranyishe nkeu๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

SUIVEZ CES DEUX PAGES SVP ๐Ÿ™๐Ÿ™
05/04/2023

SUIVEZ CES DEUX PAGES SVP ๐Ÿ™๐Ÿ™

๐Ÿ”ด๐Ÿ”ดUBUSESANGUZI IMBERE YA MATCH YA EL CLASSICO ๐Ÿ”ด ๐Ÿ”ด

โžก๏ธ Ni match igiye kuba kuruno musi isaha zitatu kumasaha ya hano iwacu.

โžก๏ธ Twibukanye ko ari match retour (urukino gwo gusubiriza) mu gice ca kabiri gishira icanyuma mu gikombe c'umwami ahoo muri Espagne. Murukino gwo gutangura Barรงa yari yatsinze 1-0 kukibuga Santiago Bernabeu ca Real Madrid.

โžก๏ธ Duhereye kuri defenses z'iyi migwi ibiri, kuri Madrid defense yaboo arashobora kuba aziba ari Miltao, Nacho, Carvajal na Rudiger. Ahaa rero ndafise amakenga kur ino defense y'aba meringues ndavuga kuruhande gwa Carvajal kuko turabibona twese ko ariko arasaza mugihe rero azoba ari kumurongo umwe na Baldรฉ hamwe na Raphigna abasore banyaruka gusaaa. Aha rero kuri Ancelotti yocaa araba agakinisha Valverde asatira yongera azaa arasubira inyuma kugira afashe Carvajal kuko bitabaye ukoo ino defense ya Madrid iraremegwa bitume iguma isatigwa aho gusatira kand Madrid ariyo ikeney ibitsindo.

โžก๏ธ Kuri Barรงa nahoo defense yayo ndibaza iza kuba ari Baldรฉ, Alonso, Araujo na Kounde. Nino defense ndayifiseko amakenga cane cane mubwugarizi(defense central) ndavuga Alonso na Kounde kuko nkuko tumaz imisi tubibon kuma Classico, Araujo aca aca kuruhande kugira afate Vini. Aha rero kur Alonso na Kounde ica mbere ntibamenyeranye gukinana mur central defense ibihava bikorako iyi barรงa kuko kubusatirizi bwa Karim Benzema na Vini hamw na Rodrigo, imipira iza kuguma ari myinshi mur surface de reparation kubera Madrid yoyo iza gukina match irondera ibitsindo atavyo kuzibiraa kugir bagombore igitsindo batsinzw muri match aller. Ibura rya Christensen mur defense ya barรงa rirashobora kuyikwegera akarambaraye

Amahigwe je kur uno musi mbona ari kunganya.

โžก๏ธ Turashimira abantu mudutera intege mukundaa ibikogwa vyacu,Imana ibahezagire.. Ngirako nibutsa abankurikirana ko football atari ibitutsi,umuntu atanze ubusesanguzi bwiwe biba bivana nuko abona ibintu kand abantu ntibabon ibintu kumwe, iyo rero tutahurije kuvy nanditse naw uca ushikiriza iciyumviro cawe muri commentaire ata gutukana... Football ni Fair Play. Murakoze cane Turabakunda. Ukaba utaragira j'aime kuri iyi page fyonda All football news uyishireko uzoze tuzoz turasangira ivyiyumviro mu gusesangura ama matchs.

โžก๏ธ wew uha amahigwe equipe iyihe yo gutsinda iyi classico? Uri Barรงa cank uri Madrid?

29/03/2023

This entrance
Is so amazing I
In

Address

RN5
Bujumbura

Telephone

+25777897954

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Rover Fashion Bdi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share


Other Media/News Companies in Bujumbura

Show All