20/04/2023
Uko niko vyifashe muruyumwanya!
By Big Fizzo Vs By Kirikou Akili
Burundi
Uko niko vyifashe muruyumwanya!
By Big Fizzo Vs By Kirikou Akili
repost from Abeza Agency
prend plaisir à partager sa passion pour les métiers de l’accueil dans son sens le plus large en vous proposant des prestations d’accueil exclusives répondant à vos demandes les plus variées.
Avec L’engagement de votre image est maîtrisé parfaitement et avec élégance.
Nos hôtesses d'accueil partagent avec vous leur sourire, leur engagement et leur expertise lors de vos événements, à l'accueil de votre société.
D-ONE 257 🇧🇮 Social Mulala 🇷🇼
Sat-B
Nigiteramo Cabereye I Gitega Kwigenekerezo rya 12|06|2022 kumusi Wa Gatandatu, Kuri Stade Ingoma.
Hari Muri
Amajambo Ava Epfo Na Ruguru Ariko Abugigwa I Gitega, Biravugwako Kuvuburundi Bubaho Ntagjteramo Caribwabeho Nkico Mukuzuza Isinzi Ryabantu!
Tunabibutsa Ko UmugwiWe love muzikaaaNawo Wariwahishikiye Nawo Warakoze Akazi Abantu Barumva Umuziki Neza, Eka Uwatashe Icogiteramo Ntiyidoze Umunezero Wariwose!
Fyonda Like Kuri Page Yacu Mukuronka Bishasha Bivuye Hirya Nino Muri
We love muzika
Nabo Baraye Bahatwise! Bikaba Vyerekanye Ukuntu Ababasore Bakunzwe!
📌 Aho Bakaba Bari Muri
By Kirikou A Kili
IKIDOMA NO MUNDEGE NGO PAAAAAA ! 🙏🏾✈️🇷🇼
Mkombozi Lucifer
Inyuma Y' Umuririmvyi Kidum Kibido Yanditse Amateka Muri Career Yumuziki Wiwe, Mukuba Umuririmvyi Wambere Akwije Igitigiri C' Umuriyoni WAMA Akongera Akaba Umuririmvyi Wambere Ufise Indirimbo Ifise Amaviews Menshi Kubutaka Bw' Uburundi Aho Afise Indirimbo Yitwa Yakoranye Umuririmvyi Kazi Wumu Tanzania Lady Jaydee
(Kidum Ft LadyJayde - Nitafanya) Aho Yashoboye Gukwiza Igitigiti C'Imiriyoni Ine Nibice Umunani (4.8M Views)
Akaba Yakurikiwe Numuririmvyi Sat-B Mugukwiza Igitigiri C' Imiriyoni 4 (4M views) Kundirimbo Yakora Na Ava Mu Kundirimbo Yiswe
Mbe Nakahe Kajambo Utuye Kuba Umuhanzi Wambere Muburundi Gukwiza Umuriyoni Wama Views Akongera Akaba Uwambere Afise Ama Views Menshi Kundirimbo Imwe Eka No Kurubuga Rwiwe Rwa !
🛑
Mbe Ivya SSat-BVyo Gute?
Nuko Abantu Boba Banyotewe Na bishasha Bivuye Kuriwe?
Uyumwanya Izina Ryabonetse Riri Kurubuga Rwa Ati ( Sat B News Songs) Aho Abantu Benshi Bariko Bahiga Indirimbo Nshasha Za Sat B Mugihe Sat B Atandindirimbo Arasohora Mbe Hoho Niyasohora Bizoba Vyifashe Gute?
I jambo Rimwe Kuri Sat B
Yvan Buravan
Artist From Rwanda 🇷🇼
🛑 Stop
Harurukurukuru Kuru Ruriko Ruvugwa Kuri Sat-B
Yuko Show Yemeza Ko Ariyo Azojamwo Ariya Le 28/ Twenge Na Mutima Show
Ariko Dukoresheje Akenge Gato Murabona -B
Imbere Yuko Apostinga Iyofoto Ariwenyene Yambaye Fime Iyofoto Yariyamaze Kugaragara kuri Cover Ya Aho Rero Ukibaz a Ati!
Nimba Sat-B Bamushize Kuriyo Cover Batayaze Neza
Mbe Iyofoto Bayihawe Nande Ko Sat-B Ataribwigere Ayipostimga Na Rimwe?
Vyitwako Sat-B Show Ya Harmonize Azoba Ayirimwo
Gusa Yashatse Gukora Ico Bita Akantu Kotuma Avugwa Hirya Ni Nono Mukumenyekanisha Izo Show (Promo)
Mbe Kubwawe Ubibona Gute?
From Natacha Burundi
Bienvenue à l' Hotel Club du Lac Tanganyika mais l'entrée est par invitation pour tous mes fans et mes amis(es) 🔥🧚🏽♀️🔥
•
Karibu kuri Laboss Part yuno mwaka iteguriwe cane cane aba fans banje bo kuri Facebook ari 👉🏽 Super Fans kandi muri Super Fans kabisa. Abandi nabo mugume mukora mubandanya mushigikira umuziki w'Uburundi muri rusangi 💋 💋💋❤️
🧏🏽♀️ Ukuntu ama invitations azotangwa nzobibamenyesha vuba ariko mwese aba Super Fans muri mugihugu muzotegerezwa kuronswa invitations zanyu❤️
🍾
Killy
Tanzanian Music Artist 🎶
Epidey Winner
Burundian Music Artist 🎶
Natacha Burundi
Burundian Music Artist 🎶
Natacha Burundi Ati:
(Mundabe jewe muravye ayo mazi aho ava mwosanga mwiyumviriye ibindi bintu🤪)
Bisigura Ko Ivyo Twibajije Nawe Arivyo Yibajije 😂😂😂 Sibintu
Acaraherahereza Ati: 👇
•
•
Niangalieni mimi mkiangalia hayo maji yanapotokea mtajifikilia mambo mengine🙄
🌽
https://youtu.be/uqqSR8OUJM8
Uwumusvya Maze Atwereke Canke Bama Nike Amaboko 😂😂😂😂
Sibintu
NataNatacha BurundiuNatacha Burundi 🔥
O.l.g Olegue
Burundian Music Artist 🎶
Natacha Burundi
Ati : Sitaki Jasho
Akajambo Kamwe Kuriwe
BantuBwoy Entertainment
Happy birthday to the big boss Big Fizzo. Much love and respect
From Belle 9ice x Sat-B
Belle 9ice | Honey
Preoder link 👉🏽 Africori.to/honey
from Natacha Burundi
MUYINGA❗️GITEGA ❗️
Are you ready???
•
MAKAMBA, NGOZI, ………. Coming soon 😉
👑
Neza Na Neza Ivya Bigenda Nkivya
Shidukana Niyonka Rero Mukwikura Akabeho Uri Kumwe Na
Umunyabwenke Umubonera Mumajambo
Sat-B Ati: '' Public yari ihari kuri iki giteramo yari aba DG, Chief D’entreprise, barishe 50.000,20.000 na 100.000 etc... aba bakeneye Confiance yacu ku buryo umuziki uduga agaciro. Kubw’ivyo nkumuntu afise vision itari iy’umuziki gusa nategerezwa guca amanota mu ndero.''
Natacha Burundi
TBT 2012
Concert Kamenge
from Drama T
HAPPY BIRTHDAY TO ME 🎈
KUBAKUNZI BUMUZIKI ,KUBAKUNZI BANJE ,KUBAKUNZI BUMUZIKI INDUNDI
KURUYU MUSI WAMAVUKO NIFUJE KUSANGIZA ABAKUNZI BANJE BOSE AHO BARI KO NDABAFITIYE UBU BUTUMWA UMWANYA WARIWO WOSE 🙏♥️
MADAMU DIR: .elarts
Song Produced by :
HAPPY BIRTHDAY TO ME ♥️??
from D-ONE 257
Imana imbere🙏🙏
Uyu yitwa azwi kundirimbo 👉 https://youtu.be/ZXxkUmzg3ao ,
muri 2018 naramwandikiye kuri Facebook ndamubaza ukwo nobigenza kugira nkore kuyumugabo muri Agape records
Vyahavuye bicamwo ampa
Icogihe nakoze twise nayo yarishwe n’umunyeshure twigana yitwa ndamufasha kwandika igitero cambere nanje ndirimba n’igitero ca2 👉 https://youtu.be/cAj4ff20DPY
Agape yarayikunze yemera kubandanya amfasha kuko Umujournaliste wese yaza kuri yaramwumvisha ati 🙈
pro Imaniguhezagire cane🙏
Masterland warakoze cane n’inkuru ndende🙏🙏
Mfasha muri dushimire
🙏🙏
from Sat-B
Brand new from Empire Avenue 🏹
Available on 29.07.2022 🎥 🔞
Belle 9ice
from Dj-Philbyte
Ladies and gentlemen, i'm about to drop the Ep of the year 😎 Buja vibes EP is on the way🔥🔥🔥n'uwahe muririmvyi ukunda utipfuza ko yoburamwo??
D-ONE 257
🇧🇮 Burundian Music Artist 🎶
We are bring you a new song from him
Link 👉 https://youtu.be/prgR2a7aSMc
from Sat-B
Uko imyaka igenda niko nagenda ntahura yuko hari uwukunda Sat-B, Ariko Hakaba N’uwundi Atazopfa amukunze canke akunde ibikogwa vyiwe naho yokora ibimeze gute ? Oft yaravyonse mw’ibere akura arivyo abavyeyi bamubwira😀😀😀😀
Turifuza Generation Ziri Smart Zitaroze 🇧🇮
Ibaze Gushiramwo 10.000 Ugacuhabwa Bonus Ya 10.000 Mugihe Uba Ukoresha Code Promo
NB: Uronka Bonus Ingana Nayushizemwo
Natacha Burundi Nawe Ati 👇
I wish you all the best this week❤️
👉🏽 Code Promo NATACHA https://bit.ly/3h###em
Rimwe Na Rimwe Iyo Uravye Sat-B
Na History Yiwe Bikwigisha Iki?
🇧🇮 Burundian Music Artist 🎶
We are bring you a new song from him
👉 https://youtu.be/vDzoiC658QA
https://youtu.be/vDzoiC658QA
Natacha Burundi
Muri Swimming pool 🏊
Brand New Song From Her
👉 https://youtu.be/uqqSR8OUJM8
Ngahorero Mbwira Iyo Uravye Sat-B Umubonamwiki?
Burundian Music Artist 🎶
Kirikou A Kili
Burundian Music Artist 🎶
Belle 9ice
Burundian Music Artist 🎶
Bujumbura
Be the first to know and let us send you an email when MY Tv Online posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.
#LaMazi Natacha Burundi Muri Swimming pool 🏊 Brand New Song From Her #Ikigori 👉 https://youtu.be/uqqSR8OUJM8 #mytvonline257 #bujaflevamusic #bujaflevanews