๐ฅ๐ฅ๐ง๐ฎ Umuririmvyi Sat-B
๐ฅ๐ฅ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎUmuririmvyi Sat-B kizigenza mumuziki ndundi nabandi baririmvyi indirimbo yiwe #ANDOMAJE ni ndirimbo idasanzwe kubazi indirimbo utari umusirimu ntushobora kuyitahura
Kuko beshi muba mwamenyereye zimwe zimboranga izi nizo ndirimbo zo kugwego international kuri You Tube abandanya kuyobora izindi ndirimbo aho izindi ziriko ziruka kubera ku boosting Sat-B arik aduga neza cane muze tubandanye kuyi filling Link muri commentaire canke aha musi ๐๐ฅ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
https://youtu.be/muZLuLCZkzs?si=LtXsuO9LEgAo1ZtE
๐ญ๐ญโ๏ธโฐ๏ธ Mu RWANDA batoye ibiziga vyabantu bapfuye mugasho kafunga abantu mu RWANDA ๐ญ๐ญ
๐ญ๐ญโ๏ธโฐ๏ธ Mu RWANDA batoye ibiziga vyabantu bapfuye mugasho kafunga abantu mu RWANDA ๐ญ๐ญ
๐ญ๐ญ๐ Mana tabara Congo By Ndayikeza Ismaรซl uno musolait ndamukeneye dusangire agacupa kumugoroba akoze Indirimbo yarikenwe akoze
๐ญ๐ญ๐ Mana tabara Congo By Ndayikeza Ismaรซl uno musolait ndamukeneye dusangire agacupa kumugoroba akoze Indirimbo yarikenwe akoze muze tuje kuri you Tube yiwe tuyi partage mpaka KAGAME ayumvirije Link muri commentaire canke aha musi ๐๐ฅ๐ง๐ฎ
https://youtu.be/0GelHQeJyvM?si=x7AfQxWqsupxGDYu
๐ฅ๐ฅ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ Hange Muri music Fabelove DA K.SHAN BOY na B-face On The'flo uno muririmvyi
Akaba numu Raper #M_Joe_Rapper yamaze kugabisha abarundi nabaririmvyi bagenziwe ko hari ibombe agomba asohore Akanya nakanya
Muze kuri You Tube yiwe mube murakora s'abonner muri bwabumwe nurukundo abarundi baturaze Link muri commentaire canke aha musi ๐๐๐ฅ๐ฅ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
https://youtu.be/xgS7y3rhxlc?si=oxjJu2YR-IM2OTxj
๐ญ๐ญ Mu RWANDA Ubwoba ni Bwishi kuri President KAGAME mugihugu ciwe Biravugwa cane ko Hari ibitero biriko bitegurwa mwibanga rikomeye cane
๐ญ๐ญ Mu RWANDA Ubwoba ni Bwishi kuri President KAGAME mugihugu ciwe Biravugwa cane ko Hari ibitero biriko bitegurwa mwibanga rikomeye cane
๐ญ๐ญ IBINTU burashobora kuba bibi mu RWANDA Igisirikare ca Congo ๐จ๐ฉ๐จ๐ฉ kiriko gutegura igitero simusiga
๐ญ๐ญ IBINTU birashobora kuba bibi mu RWANDA๐ท๐ผ๐ท๐ผ Igisirikare ca Congo ๐จ๐ฉ๐จ๐ฉ kiriko gitegura igitero simusiga kizokura M23 muri Congo bacomore gushika mu RWANDA
๐ญ๐ญโ๏ธโฐ๏ธ๐ท๐ผSULTAN MAKENGA BARAMURASHE_ NGAYA AMASEZERANO ARI HAGATI Y_URWANDA N_UBURUNDI(360P)
๐ญโ๏ธโฐ๏ธ๐ท๐ผSULTAN MAKENGA BARAMURASHE_ NGAYA AMASEZERANO ARI HAGATI Y_URWANDA N_UBURUNDI(360P)
๐ฅ๐ฅ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ Umuririmvyi Sat-B yongeye kwereka abaririmvyi bo mu Rwanda ko bari hasi cane muri music indirimbo ANDOMAJE ikoze amateka kuri You Tube
๐ฅ๐ฅ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ Umuririmvyi Sat-B yongeye kwereka abaririmvyi bo mu Rwanda ๐ท๐ผ ko bari hasi cane muri music indirimbo #ANDOMAJE ikoze amateka kuri You Tube Ubu tuvugana ihejeje kuzima ingwano yo kuri You Tube indirimbo yiwe niyo iyoboye izindi ndirimbo kuri You Tube yiwe Link muri commentaire canke aha musi ๐๐๐ฅ๐ฅ๐ง๐ฎ
https://youtu.be/muZLuLCZkzs?si=6I4_NxQ2zUBDH48F
๐ญ๐ญ ๐ท๐ผ๐ท๐ผ Urwanda burigihe ruteye uburundi ruratsindwa duca twagura imbibe__Kirundo ivyabayeyo ntibazovyibagira Rwanda gwitonde tudafata Kigali nayo ๐คฃ๐คฃ
๐ญ๐ญ ๐ท๐ผ๐ท๐ผ Urwanda burigihe ruteye uburundi ruratsindwa duca twagura imbibe__Kirundo ivyabayeyo ntibazovyibagira Rwanda gwitonde tudafata Kigali nayo ๐คฃ๐คฃ
๐ญ๐ญโ๏ธโฐ๏ธ Inkurumbi kugisirikare ca Congo inyuma yogufata ikibuga cindege Kavumu aba chef muribo batanguye gucanamwo baterana igifusi ibintu vyantangaje beshi cane
๐ญ๐ญโ๏ธโฐ๏ธ Inkurumbi kugisirikare ca Congo๐จ๐ฉ๐จ๐ฉ inyuma yogufata ikibuga cindege Kavumu aba chef muribo batanguye gucanamwo baterana igifusi ibintu vyantangaje beshi cane
Iyi niyompamvu yukuri Abasirikare BABARUNDI bavuye i BUKAVU barigendera
๐ญ๐ญIyi niyompamvu yukuri Abasirikare BABARUNDI bavuye i BUKAVU barigendera
๐คฃ๐คฃ Arahumaganye #Big_Fizzo kwino ncuro muzoba mumbwira ๐คฃ