Imyaka irenga 9 Erling Haaland akinira Manchester City
⏳⚽ Erling Haaland yiyongeye iyindi myaka 9 n'igice akinira umugwi wa Manchester City mu bwongereza, gushika 2034 ! 👀
🤷♂️ Bivuze iki mu rugendo rw'umupira w'amaguru kuri uwo mukinyi wo muri #Norvège
#Burundi #InturireSports #IjwiRyoKugwizaUmwimbu
Berufesbezeichnungen
👨🏫 Kuri uno munsi tugaruke dusozera iciswe amatazirano abadagi baha abantu bivanye nico bakora kandi bivanye nuko ari umusore, umukobwa canke umupfasoni '' Berufesbezeichnungen ''
#Burundi #Deutschkurs #IjwiRyoKugwizaUmwimbu
Top quiz
Est il possible d’entreprendre dans le domaine de l’humour ?
#Burundi #IjwiRyoKugwizaUmwimbu
Inturire Sports
⏳⚽ Real Madrid inyuma yo gutsindwa bikomeye na #Barcelone muri #Finale, uyu munsi bafise igikorwa kitoroshe imbere ya #CeltaVigo mukindi gikombe. Twitege iki ku bakinyi ba Carlo Ancelotti ?
💯 #Arsenal yaraye ikoze akazi kadasanzwe muri #Derby y'amaja ruguru ya #Londres Vs #Tottenham. N'igiki twosigarana muri urwo rukino ?
#Burundi #InturireSports #IjwiRyoKugwizaUmwimbu
Barcelone iracafise Ronald Araujo
⏳⚽ Ronald Araujo agiye kwongereza amasezerano muri #Barcelone inyuma y'amakuru yariko amurungika muba #Bianconeri. Yoba ari kubera imvune ya Íñigo Martínez, canke ?
🤔 #Tottenham ntiratsindira #Arsenal kuri #Emirates muri #PL kuva 2010. Uyu munsi twitege iki ?
#Burundi #InturireSports #IjwiRyoKugwizaUmwimbu
💥Umuvugabutumwa agendana ubumuga bwo kutabona!
🎯Twumvirize amateka ya Nahimana Jackson (67 622 510) umuvugabutumwa yasizwe amavuta naho asanzwe agendana ubumuga bwo kutabona.
#Burundi #BeYourOwnBoss #natweturashoboye
Kubera iki abakora Reggae tutababona batumiwe mu biteramo
🛑 Igituma abakora umudiho wa #Reggae tudakunze kubabona batumiwe mu biteramo bitandukanye
#Burundi #IjwiRyoKugwizaUmwimbu
Une cinéaste burundaise passionnée
Nadège Butoyi, une cinéaste burundaise passionnée🎬, nous raconte son parcours entre engagements sociaux et quête créative🎥, façonnant son art au fil des expériences et des rencontres.✨
#Burundi #BeYourOwnBoss #Ngerurira
Patrick SANGWA ku gashimwe FIFA The Best 2024
⚽🇧🇮 SANGWA Patrick igituma atatoye #Vinicius ku gashimwe ka "FIFA The Best", yarabitubwiye kuri Kazoza FM
🎙️Tumwumvirize mu kiganiro Inturire Sports co kuri uyu wa gatanu 10/01/2025
#Burundi #InturireSports #IjwiRyoKugwizaUmwimbu
Abaririmvyi birakwiye ko twiga ivyo kwinjiza amafaranga
🧑🎤Abaririmvyi bari bakwiye kwiga ingene bokorana n'abanyamitahe, kandi bakagira n'ubushakashatsi mu bijanye na #Busness y'umuziki
#Burundi #IjwiRyoKugwizaUmwimbu
Inturire sport
⏳⚽ Real Madrid ntitegekanya gusezerera Carlo Ancelotti uyu mwaka w'inkino i ruhande y'ivyo ibinyamakuru bitandukanye bimwandikako
🤷♂️ Twitege iki kuri Liverpool, Man City, Chelsea ku gikombe ca Premier League babandanya gukinira uyu munsi ?