Kingdom Company

Kingdom Company Entertairner Tv based in Burundi
(1)

15/04/2024

Salut, bon début de la semaine

🙏🏿FASHA NAWE WARAFASHIJWE CANKE UZOFASHWA🙏🏿✍🏾Uwu muvukanyi yitwa   Asanzwe arwaye igihe kinini afise ingorane y'amafyigo...
05/03/2024

🙏🏿FASHA NAWE WARAFASHIJWE CANKE UZOFASHWA🙏🏿
✍🏾Uwu muvukanyi yitwa
Asanzwe arwaye igihe kinini afise ingorane y'amafyigo, yarivuje kubitaro vyose bishoboka mu gihugu c'Uburundi ariko ntivyakunda ari naco gituma inama y'abaganga yapfunditse ko bomuha uruhusha akaja kwivuriza hanze mugihugu ashaka.
Yaragize ubushakashatsi ararondeza abona ko ibitaro YOSHODA HOSPITALS biri mubuhinde bifise ubushobozi kandi kumafaranga make afatiye kubindi bitaro yari yabonye.
Ariko nubwo biruko , amafaranga kuriwe aguma arumurengera cane ko yari yaranivuje igihe kirekire.Bamusavye $25000 kugira bamuhindurire ifyigo. Aho impapuro z'inzira ntizirimwo Canke Itike y'indege.
Ni umuyabaga akiri muto w'imyaka 24 avuka Mu Ruziba zone Kanyosha akironka impamya bushobozi agikeneye kubaho!
Agatererano kanyu karakenewe kugira yongere amererwe neza abashe nokwubaka kazoza kiwe. (Ineza y'umuntu niyo imutera gukundwa Ugira neza ukayisanga iyugiye.)
🤌Abari i Burundi mushobora guca kuri :
📍Lumicash 69591792 NZEYIMANA Béatrice ,
📍Ecocash: IZONDONDERERA Rebecca,
📍 compte BANCOBU ya NIHORIMBERE Alfred: 11598020101-76.
🤌 Ababa hanze y'igihugu muca ngaha kuri GofundMe : https://gofund.me/b49f663c
📱Abipfuza kuganiriza Alfred Nihorimbere bashobora guca kuri WhatsApp : (+257) 61 710 776.

IMANA IBAHEZAGIRE ABITANGA MWESE MUBURYO BW'IBIFADIKA CANKE MUBURYO BW'AMASENGESHO

🛑🚨OFFICIAL: Aigle 🦅 Noir 🛑 Akaribwaboneko Hano iwacu 🇧🇮 Ngiyo modoka yambere kubutaka bw' I Burundi igiye kuza irunguruz...
16/02/2024

🛑🚨OFFICIAL: Aigle 🦅 Noir 🛑 Akaribwaboneko Hano iwacu 🇧🇮 Ngiyo modoka yambere kubutaka bw' I Burundi igiye kuza irunguruza abakinyi bumugwi Aigle 🦅 Noir W'Imakamba Niyo modoka yambere mumateka yinkino nagira ndabibutse atariyo gusa 1 hari niyindi irimunzira Iza izoza irasahiriza iyo yindi. 🛑Nagira ndabamenyesheko iyo mudoka yikwije vyose nikuvuga Akazu ka sugumwe Toilette Gasanzwe karindani Ikibazo muri Commentaires inyishu muri Commentaires Iyo modoka uyibona gute??? Twizerako niyindi migwi igiye kubigenza nkuko 🤗🤗🫣

Ntibikiribanga yanditimbo yaba Basolait banyu mukarere yamaze kuja ahabona ni   na   Baje muyindi shusho Ibère uwambere ...
10/02/2024

Ntibikiribanga yanditimbo yaba Basolait banyu mukarere yamaze kuja ahabona ni na Baje muyindi shusho Ibère uwambere mukuyumviriza https://youtu.be/MtdCMVvNTJI?si=C7K0MN6-NgxSUzHI Ntimwibagire kuyisangiza Abandi no gukora Commentaires

Kahise k'umupira w'amaguru minkino zanyuma zigikombe c'Afirika "AFCON"🇩🇿▫️1990 : L’Algerie yakuyemwo Sénégal muri 1/2 gi...
10/02/2024

Kahise k'umupira w'amaguru minkino zanyuma zigikombe c'Afirika "AFCON"

🇩🇿▫️1990 : L’Algerie yakuyemwo Sénégal muri 1/2 gishira ica nyuma; hanyuma ica iratwara igikombe
🇹🇳▫️2004 : Tunisie yakuyemwo Sénégal muri 1/4 gishira ica nyuma; hanyuma ica iratwara igikombe
🇪🇬▫️2006 : Égypte yakuyemwo Sénégal muri 1/2 gishira ica nyuma; hanyuma ica iratwara igikombe
🇨🇲▫️2017 : Cameroun yakuyemwo Sénégal muri 1/4 gishira ica nyuma; hanyuma ica iratwara igikombe
⌛️▫️2023 : Côte d’Ivoire yakuyemwo Sénégal muri 1/8 gishira ica nyuma none igeze muri final final twibazeko amateka akibandanya

✅▫️ 2015 1/2 gishira ica nyuma RDC vs Cote D'Ivoire 1-3

icogihe Cote D'Ivoire yaciyitwara igikombe
✅▫️ 2023 Cote D'Ivoire vs RDC 1-0
⏳ Cote D'Ivoire yobigiye kwiyongera igikombe...

Umwihwezo!!!
hano Cote D'Ivoire irafise amahigwe 80% yogutwara ikigikombe twisunze Ibiharuro ariko tugiye kurabira mubiharuro vya Hafi maze turabe

Kahise ka hafi nako kavugiki reka turabe kuva 2019 ico ibiharuro bivuga hama turatora ikibivanwo

◽Mumice y'imigwi

✅▫️ 2019 Senegal vs Algeria 0-1
✅▫️ Senegal vs Algeria 0-1

◽urukino gwanyuma

▫️Algeria yaciye isohoka ariyambere mumuce wimigwi baribarimwo
🏆 Algeria yaciye itahukana igikombe yahuye murukino rwa nyuma na Senegal
✅▫️ 2021 Senegal yasohotse ariyambere mumuce wimigwi baribarimwo
🏆 Yaciye itahukana igikombe

◽ Mumice y'imigwi

✅▫️ Nigeria vs Cote D'Ivoire 1-0
▫️ Nigeria yasohotse ariyambere mumuce wimigwi baribarimwo

◽ Urukino gwa nyuma

⏳ Nigeria vs Cote D'Ivoire

mbega twitege kubona amateka yisubiriza!!!! Nigeria nayo igakora nkivyo Algeria yakoze muri 2019
hano Nigeria irafise amahigwe 80% yogutwara ikigikombe twisunze Ibiharuro

Tugaruke muri CAN 2019 tuyihuze na CAN 2023 twisunge bino biharuro

Aha turabiye gatoya kubiharuro vy'umugwi umwe turashobora kwibaza ninde azotahukana iki gikombe

🇹🇳▪️Tunisie 2019 :

Duhere kunkino zintango

Ngiyo Ndirimbo igomba ize ikuraho izindi zose umaze kumva ni   na   _Formidable Aho Bari hanze yigihugu gatoyi buca badu...
09/02/2024

Ngiyo Ndirimbo igomba ize ikuraho izindi zose umaze kumva ni na _Formidable Aho Bari hanze yigihugu gatoyi buca badutamwo i song yabo bise
Karaje aga song uzotura umukunzi🥰🥰
Jado Uhuru Don Formidable Mwakunze cane muma Émission Atandukanye yacako ngaha kurubuga https://youtube.com/shorts/lHWNCbk3C8U?si=nrJ235xbg9hcHuHz gwacu Nizereko muriko mwitegurira kwakirana yose Ino Ndirimbo yaba ba Solait bacu Injira murino Link 🔗 Kugira uze Wibera uwambere mukubona Ino Mpano yabano basolait https://youtube.com/shorts/lHWNCbk3C8U?si=nrJ235xbg9hcHuHz

Much respect to MB Data Pondizi 🫡🫡What Good Songs?? If you need this song Go on YouTube and open this Link 👉🏽
04/02/2024

Much respect to MB Data Pondizi 🫡🫡What Good Songs?? If you need this song Go on YouTube and open this Link 👉🏽

Title: TuzonabicaArtist: MB DataFeatured artist: Dj PhilbyteProduced by: Jojo ProMix and Mastered: Jigger BeatVisualizer: John Mabou

31/01/2024

Yuma yayandi ma Hit Song mwumvise nguru Urusasu Gwa MB Data buca Adutamwo ati Twe turi muvyunguka 🤗💪🔥 Mwiteguye gute kwakira iyisonge ya MB Data

27/01/2024
  Imana Imuhe iruhuko ryiza Rip
19/01/2024

Imana Imuhe iruhuko ryiza
Rip

Igiti kigukora mujisho rimwe kabiri corimena                                        nawe vuga uwundi mwibutsa bijanye ni...
18/01/2024

Igiti kigukora mujisho rimwe kabiri corimena nawe vuga uwundi mwibutsa bijanye nibibaye kuri Real Madrid 😂😂😂

Mwicunge iyi numéro ndumiwe nuko asanze yagira yibe umusuma mugenziwe 😂😂😂 Ibaze vrt nikuva ryari Lumitel iduhamagara kur...
18/01/2024

Mwicunge iyi numéro ndumiwe nuko asanze yagira yibe umusuma mugenziwe 😂😂😂 Ibaze vrt nikuva ryari Lumitel iduhamagara kuri WhatsApp 😂😂😂

Kubamuzi ninde? Niki umuziko?
18/01/2024

Kubamuzi ninde? Niki umuziko?

17/01/2024

Muraba ba Solait Wamenyemwo nde ???
Inyishu muri Commentaires

Our Legend Nimba umwibuka neza Nigiki Umwibukirako...??
10/01/2024

Our Legend Nimba umwibuka neza Nigiki Umwibukirako...??

Isomère ivyaraye bibaye Kuba Sore bacu🇧🇮😭 We Love Muzika Baraye Basuzuguwe Babima Agaciro Ariko Abatazi Agaciro Kumuriri...
31/12/2023

Isomère ivyaraye bibaye Kuba Sore bacu🇧🇮
😭 We Love Muzika Baraye Basuzuguwe Babima Agaciro Ariko Abatazi Agaciro Kumuririmvyi Wiwacu I Burundi Bemera Kugaha Umunyarwanda Christopher Muneza 😭 Muti Vyagenze Gute ??

Abana Bigihugu Igihe Bashika Kuri Stage Mwijoro Ryaraye Rikeye Babwiye Abariko Baravuza Ko Bobakiriza Amatara Kandi Bobo Bipfuza Kuririrmba Live music Ata Play Back Bashaka Kuririrmba 🙌

Inyishu Bahawe N'abarundi Bangenzabo Bari Mubuhinga Bwivyuma Welove Music Bishuwe ngo :

Nta Live music Mwemerewe Kuvugirizwa Mutegerezwa Kuririmba Play Back Ngo Live Music Yemerewe Muneza Wenyene 😂😭🇷🇼

Ibaze Kwanka kuvugiriza Live Music Abiwanyu Ngo mubibikiye Umunyamahanga ?? Kubera Iki tutaragira Akarangamutima ko Gukunda Ivyiwacu 🤔

Ibaze Bagiye Bataririmvye Baciye Bivira Kuri Stage , Bataririmvye Za Eheee Na 😭😭😭 Ibi Bintu Birimwo Ibibazo Nubwo Abantu badashaka kwibaza 😭

Ese Konzi Bari bateguye kuki babahindutse Munyuma ko batabavugiriza music Live Guys 🇧🇮 Muga bakauivugiriza ??? Wewe kwatarirvye Play Back ???

Nukur Ubu Rero Karashize Ingani Twebwe Nyene Dusuzugurane Ariko Twiteho ivyahandiiiii ??

Ndabibutse ko Abaririmvyi Bacu Bose Big Fizzo ba LinoG Baririmvye Play Back Ariko Umunyarwanda Christophe Aririmba Music Live 🤔🇷🇼🇧🇮

Kiretse WE Love Musika Baciye banka Kuririrmba Bahitamwo Kubivamwo 🙌

Kubwawe Ninde Ari Mumakosa Hagati Ya WE Love Muzika Nabateguye Igiteramo ??

Ibaze Guta Umwanya Wawe Wose Uriko Urategura Music Live Muga Washika Kur Stage Bakagutegeka Kuririmba Play Back '? Murazi Ukuntu Bibabaje ???

Menyere gukunda ivyiwanyu🇧🇮❤️✅

Vuba Amakuru Yaha hantu murayahabwa wewe ukunda Kuryohegwa buritegura cane week-end nuguturira 🤞 We wibaza karihe ??
22/12/2023

Vuba Amakuru Yaha hantu murayahabwa wewe ukunda Kuryohegwa buritegura cane week-end nuguturira 🤞 We wibaza karihe ??

22/12/2023

Un grand merci à mes nouveaux followers ! Jean Paul Ihanga Ryimana, Prime Issa Irakoze, Haluna Pili Ngenza, Irangabiye Dany Kagabo, De Desire Niyonkorera, Benja Nduwa, Chris Roi

01/11/2023

Un grand merci à mes nouveaux followers ! André Manitungabayo, Arsène Njejimana

27/08/2023

Ama 200 we atubwirako Abisi Barura arumururazi Nawe Niko woba ubibona ??

Ikibazo ni kimwe niyihe mpamvu Fabelove Da K SHAN BOY Yifuzako president wa Amical des musiciens du BURUNDI Yifuzako ata...
15/08/2023

Ikibazo ni kimwe niyihe mpamvu Fabelove Da K SHAN BOY Yifuzako president wa Amical des musiciens du BURUNDI Yifuzako atanga imihoho we wibazako hoba habaye iki canke nikihe kibazo coba Kiri hagati ya Amical des musiciens naba Ririmvyi?

Turi niteka ryinshi ryo kwifuriza Isabukuru nziza yamavuko our CEO Wacu 🎉🎊 Burundi Kingdom Campany na Bktv Turakwifurije...
15/08/2023

Turi niteka ryinshi ryo kwifuriza Isabukuru nziza yamavuko our CEO Wacu 🎉🎊 Burundi Kingdom Campany na Bktv Turakwifurije Isabukuru nziza

26/06/2023
10/06/2023

🎉🎊🥇🏆⚽ NINDE AZOBA UMWAMI W'IBURAYA MURUKINO RWA 'FINALE' HAGATI YA INTER MILAN na MANCHESTER CITY ???Ironkere ibice 200% vya bonus ukoresheje code promo : CISHA

✅ Ca kur'uyu murongo wironkere application :👉 https://bit.ly/3BDLNRN

✅ Uhejeje uce wiyandikisha mugukoresha code promo : CISHA

✅ Gerageza wuzuze ivyo vyose bagusaba kwuzuza

✅ Shiramwo inoti uciye muburyo bworoshe cane bwa Lumicash canke application ikworohereza bigufashe kuronka bonus !💰

Miss Nishimwe Laurie claudia yaserukiye Uburundi muri   I   muri    mumuhaye angahe kuri 10? Mubona azotsinda ayo mahiga...
15/11/2022

Miss Nishimwe Laurie claudia yaserukiye Uburundi muri I muri mumuhaye angahe kuri 10? Mubona azotsinda ayo mahiganwa?

Gira akajambo uvuze ngaho muri commentaire

Rest in peace Buravan
17/08/2022

Rest in peace Buravan

Hello Everyone Muraho mumeze neza Giyi imwe mumyidogo Kuvyaraye bibaye Mugiteramo Ca   Aho Mukinama Aho Bamwe muba Star ...
07/08/2022

Hello Everyone Muraho mumeze neza Giyi imwe mumyidogo Kuvyaraye bibaye Mugiteramo Ca Aho Mukinama Aho Bamwe muba Star banatashe Badahonyoye kuri Steg We Avugako kuvyabaye atankeka vyategerezwa kuba Kuko Ngiyo Urubanza Rutabayemwo Akavuyo Ntiruba gwaryoshe 😂😂 Ayo namwe mumajambo yasohoye abicishije kuri Status ya whatspp yiwe Suwo gusa hari numwe muba Journalist Yasavyeko Koyovuga ahari Ngo akamusanga kugira ngamurihe bimwe mubikoresho vyiwe bateye ibuye bikononekara 😂😂 Gumana tubandanye tubabwira Kora 'aime nawe nimba warahash*tse Tubwire uko wabibonye Gumana n'a

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kingdom Company posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Kingdom Company:

Videos

Share

Category


Other TV Channels in Bujumbura

Show All