New sport 4 TV bdi

New sport 4 TV bdi Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from New sport 4 TV bdi, TV Channel, Buja, Bujumbura.

12/09/2022

🔴 🔵 Amajambo Julian Nagelsman yavuze uno mumenyereza wa Bayern Munich mu rukino bazotana mu mitwe na Fc Barcelona

Julian Nagelsman ati 🎤 : turazi neza Fc Barcelona ariko abakinyi banje narababwiye ko Fc Barcelona yahindutse ubu ifise abakinyi bashasha yazanye bokwibagira ivya kahise kunkino zakahise zaduhuje nabo.

Barcelona yubu ifise ubusatirizi bwayo bwiza ndetse yugara neza muri Défense ifise abakinyi beza bakina hagati nka Pablo Gavi na Pedri.

Kumusi wejo Kimmich na Sabitzer bazokina hagati mu rukino rwo kumusi wejo

Sabitzer n'umukinyi ubu afise urwego rwiza yugara imipira neza tumukeye ejo mu rukino tuzohura na Fc Barcelona.

Julian Nagelsman kuri Roberts Lewandowiski 🎤 : Roberts Lewandowiski n'umukinyi yamye mu munyango wa Bayern Munich

Nzokwishima kumubona ejo ndanamwifurije kuzogira urukino rwiza

Lewandowiski n'umukinyi agorana cane muri attaque ariko si we mukinyi wenyene atavyorosha muri Fc Barcelona hariho n'abandi bigaragaza.

Yooo na   yanj kur new sports 4tv unomunsi haraba urukino ruza kuba ruryoshe nihagat   munich vs Hoffenheim (15h20) live...
27/09/2020

Yooo na yanj kur new sports 4tv unomunsi haraba urukino ruza kuba ruryoshe nihagat munich vs Hoffenheim (15h20) live sports 4

16/09/2020
11/09/2020
11/09/2020
11/09/2020

Il tecnico argentino ha guidato la squadra alla promozione in Premier

11/09/2020

Fulham are closing in on the transfer of Netherlands international right-back Kenny Tete.

11/09/2020

Chris Smalling has returned to Manchester United training but is working away from the first-team set-up, with negotiations ongoing over a proposed return to Roma.

11/09/2020
05/09/2020

Dani Ceballos has re-signed for Arsenal on season-long loan from Real Madrid.

04/09/2020

Sky Sports News' North West reporter James Cooper looks at the pressing issues coming out of Manchester United and the potential transfer activity following the signing of Donny van de Beek...

04/09/2020
03/09/2020
31/08/2020
30/08/2020
28/08/2020
28/08/2020
28/08/2020
Ntucikw kuraba ligue1 hagati ya Lyon vs Dijon live kur yi page
28/08/2020

Ntucikw kuraba ligue1 hagati ya Lyon vs Dijon live kur yi page

16/07/2020
16/04/2020
24/03/2020
24/03/2020
24/03/2020
24/03/2020
19/03/2020
18/03/2020

Address

Buja
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when New sport 4 TV bdi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category


Other TV Channels in Bujumbura

Show All