Dutungwe n'Ibimera

Dutungwe n'Ibimera Ivyokurya bibabere imiti ,Imiti ibabere ivyokurya.

Erega narwo ni Urukundo!!=====================Ibihe tubayemwo vyuzuyemwo abantu b'imico itandukanye; hari abaza mu buzim...
22/10/2024

Erega narwo ni Urukundo!!
=====================
Ibihe tubayemwo vyuzuyemwo abantu b'imico itandukanye; hari abaza mu buzima bwacu tukibwira yuko batuzaniye urukundo ariko iminsi ikaduhishurira ibanga tutigeze tubwirwa n'abadukunze, kubera yoyo ihengeza idahengamye Kandi mbere ngw'akabande kayo atamuhana karengwa!! Wowe komeza ubakunde, Erega narwo, ni Urukundo!!

Isekere Pictures

04/10/2024

Ak**aro ko kunywa Amazi meza👇👇👇

03/10/2024

Shout out to my newest followers! Excited to have you onboard! Ihimbazwe Egide Courageux Egide, Schadrack Nduwimana, Nibizi Mertus, Kezakimana Ferdinand, Haganzimana Zacharia

UMUTI W'UBUHANZA.IBIGIZE UMUTI-Amababi yumye yigiti bita gombo-amavuta y'ikinobonobo-beurre de kariteUKO BIKORWAUfata ib...
02/10/2024

UMUTI W'UBUHANZA.

IBIGIZE UMUTI

-Amababi yumye yigiti bita gombo
-amavuta y'ikinobonobo
-beurre de karite

UKO BIKORWA

Ufata ibibabi vya gombo ukabisya hama ukavanga n'amavuta y'ikinobonobo naya beurre de qualité hama ukagira massage matin soir.

Nyimba ukunze icirwa gira like ubisangize n'abandi.

Mungumire hamwe gusa mwebwe🙈🙈🙅🙅.JohnJohnstech International
11/06/2024

Mungumire hamwe gusa mwebwe🙈🙈🙅🙅.
JohnJohnstech International

31/05/2024
Mbega waruzi Yuko imishatsi y'ibigori ari umuti udasanzwe?? Woba umaze kwihereza icayi c'ayo ngo ube uradushingira intah...
21/05/2024

Mbega waruzi Yuko imishatsi y'ibigori ari umuti udasanzwe?? Woba umaze kwihereza icayi c'ayo ngo ube uradushingira intahe??
Turiko turagira ubushakashatsi ku k**aro k'imishatsi y'ibigori vuba caane tuzobashikiriza ikiganiro c'uzuye neza.
Mwibuke, Dutungwe n'Ibimera

La bague de mariage est portée sur l'annulaire gauche car c'est le seul doigt ayant une veine connectée au cœur. Il semb...
21/05/2024

La bague de mariage est portée sur l'annulaire gauche car c'est le seul doigt ayant une veine connectée au cœur.

Il semblerait que c'est une question de symbolique et une tradition tirant son origine de l'Égypte.

"Vena Amoris" signifiant en latin la '' veine de l'amour ''
Cette veine relie directement l'annulaire de la main gauche à l'organe du cœur. Donc en insérant l'alliance à votre annulaire de votre main gauche, elle vous va tout droit au cœur (pour rappel le cœur se localise à gauche)

Sobanukirwa

20/05/2024
AKAMARO K'IBIGORI🔰Itanguriro 1:29Imana irababgira, it'Ehe ndabahaye ivyatsi vyose vyama utubuto biri kw isi yose, n'igit...
20/05/2024

AKAMARO K'IBIGORI

🔰Itanguriro 1:29
Imana irababgira, it'Ehe ndabahaye ivyatsi vyose vyama utubuto biri kw isi yose, n'igiti cose cama ivyamwa birimw' imbuto zavyo: bibabere ivyo kurya vyanyu.

1⃣"Reka ivyo kurya vyawe bikubere umuti,kandi umuti wawe ukubere ivyo kurya."Hippocrate,Medecin grec
✅Ibigori bitera umunezero no kwibuka
✅Bifise isukari kubice [70-77%]
✅Indemamubiri [7-10%]
✅Amavuta[3-5%]
✅Ivyunyunyu cane cane fluore
✅Bituma amara akora neza
✅Birakenewe kubaribwa mumara,n'abatituma neza
✅Abana bakunda kumererwa nabi bahejeje kurya
✅N'abakunda kugwara gucibwamwo
✅Birakenewe kubagwaye umwingo
✅Abafise amaraso make
✅Bitera kuvyibuha
✅Amavuta y'ibigori ashira kurugero rwiza ayandi mavuta ari mumaraso akagabanya amavuta menshi mumaraso
✅Nivyiza guhuza ibigori n'ibinyamiteja(ibiharage...) bitewe nuko bikenera acide aminé yitwa lisine
✅Ubuyi bw'ibigori nibwo bwemewe kubana bagitangura gufungura kuko butuma batagumbiza(kuva kumezi 6)

🔰IBIKENEWE VYOSE IMANA YARABIREMYE.

n'Ibimera

*"When we get attached to things,we expect a lot. When we expect a lot, so.times we don't get it. Aalnd when we don't ge...
17/05/2024

*"When we get attached to things,we expect a lot. When we expect a lot, so.times we don't get it. Aalnd when we don't get it, we become sad and we suffer."

✍️✍️

16/05/2024

Un grand merci à mes nouveaux followers ! Néhémie Nkunzimana, Dorine Tuyizere, Pasteur Eric Nshimirimana, Felix Kwizera, Sysy Mimi, Lyly Anny Loxana

Amahoro. Ndabamenyesha Yuko vuba caane mugiye gusubira kwumva ibiganiro tubategurira, Atari mu buryo bw'inyandiko gusa. ...
02/05/2024

Amahoro. Ndabamenyesha Yuko vuba caane mugiye gusubira kwumva ibiganiro tubategurira, Atari mu buryo bw'inyandiko gusa. Tugiye kuza turakoresha n'uburyo bwa Videography mu ntumbero yo kworohereza abasanzwe Bafise ikibazo c'amaso bidakunda Yuko basoma inyandiko zininiya.

Dutungwe n'Ibimera

30/04/2024

Un grand merci à mes nouveaux followers ! Norette Muhimpundu, Mohamed Suhaibu, Yihimpundu Emma Divine, Simon Bucumi, Niyonahabonye Innocent, Bosco Munezero, Zawadi Gashimwe Samuel, Tel Aviv Jackson Nzoyihaya

Utwo mubona batwita petit cola.Mubuvuzi k**a utwo dukoreshwa kubantu barwaye umutima,amaso y'agaharage (cataracte),kumwa...
21/04/2024

Utwo mubona batwita petit cola.

Mubuvuzi k**a utwo dukoreshwa kubantu barwaye umutima,amaso y'agaharage (cataracte),kumwara umwanya munini mumabanga y'abubatse.

Kubagabo bamara umwanya muto urayifata ukayisya ukagira ifu Hama ukavanga n'ubuki ikiyiko kukiyiko Hama ukarya.ushobora kandi kuja urarigata ifu yayo wavanze n'isukari.

Ntimudufyinateko turanazimvye vivante n'ak**aro katwo.gusa abatuzi nibo baturondera.muzodusanga mwisoko nkabari ng'aha Bujumbura cotebu turahari no kwa sioni.

Muhezagirwe.
Dutungwe n'Ibimera

Uhoraho ni we muco wanje n'agakiza kanje: nzotinya nde?Uhoraho ni we gihome gikingira ubugingo bganje, ni nde azonca ivu...
04/04/2024

Uhoraho ni we muco wanje n'agakiza kanje: nzotinya nde?
Uhoraho ni we gihome gikingira ubugingo bganje, ni nde azonca ivutu?

Happy Birthday to you John

04/04/2024

Happy Birthday to you John🥰

28/03/2024

Umuravumba !!!

Address

Ntahangwa
Bujumbura

Telephone

+25779934504

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Dutungwe n'Ibimera posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Dutungwe n'Ibimera:

Videos

Share