ITEKA MUSIC

ITEKA MUSIC Media house, located in Bujumbura, Burundi. The face of Burundi where you get to see local news & international news.

The wait is over. Turangizanye umwaka muvyishimo twese.Kuruyu wambere D-ONE yahisemwo kuduha umunezero.
19/12/2024

The wait is over.
Turangizanye umwaka muvyishimo twese.
Kuruyu wambere D-ONE yahisemwo kuduha umunezero.

Urukundo mudukunda nugwagaciro kanini, turabatumiye kuza kunezegwa natwe kumyaka itatu iheze dutamba tutirorera.
05/07/2024

Urukundo mudukunda nugwagaciro kanini, turabatumiye kuza kunezegwa natwe kumyaka itatu iheze dutamba tutirorera.

😍Birahimbaye kwumva.Inyuma yo kwihweza neza bagasanga abarundi benshi baripfuza kubona umuririmvyi D-One yateguriwe ibit...
05/07/2024

😍Birahimbaye kwumva.

Inyuma yo kwihweza neza bagasanga abarundi benshi baripfuza kubona umuririmvyi D-One yateguriwe ibiteramo,Uburongozi bwa ITEKA bwahisemwo kumutegurira igiteramo atawe gikumiriye.

Ico giteramo kije kworohereza bose baba abato n'abakuru,abatunzi n'abakene kigiye kuzoba igenekerezo rya 27 Mukakaro 2024 kukibuga c'umupira w'amaguru mukinama.

: Nta kuvuga ngo ziganya akanoti kawe kuko kwinjira ari k'ubuntu muntumbero yo kwishimira hamwe imyaka 3 irangiye umusore wanyu D-One abarizwa mubiganza vya ITEKA.

Woba uri mubiteguye kuza kuyora umunezero wo k'ubuntu😍😜?

😍BMA (Buja Music Awards) irongeye kugaruka mugisagara ca Bujumbura.Inyuma y'igihe kitari gito iryo higanwa ryaragiye ama...
30/05/2024

😍BMA (Buja Music Awards) irongeye kugaruka mugisagara ca Bujumbura.Inyuma y'igihe kitari gito iryo higanwa ryaragiye amazimayongo mugisagara ca Bujumbura,vuba cane ibikorwa birongera gutangura.

Ni abahe baririmvyi uha amahigwe yo kuzotahukana iryo higanwa?

Time to bring out some of the gigs from the house.
11/04/2024

Time to bring out some of the gigs from the house.

Gwari urukino rw'inguvu,gwari urukino gwagaragayemwo gushamirana hagati ya Police yo mugihugu ca Brésil ndetse n'abakunz...
22/11/2023

Gwari urukino rw'inguvu,gwari urukino gwagaragayemwo gushamirana hagati ya Police yo mugihugu ca Brésil ndetse n'abakunzi b'igihugu ca Argentina,gwari urukino gwagaragayemwo amakosa menshi harimwo n'ikarata itukura.

Inyuma y'ivyo vyose vyarangiye Argentina ya Leo Messi itahukanye intsinzi y'igitsindo kimwe k'ubusa bwa Brésil.

✍️ : Belvier Mfisumukiza

.
.

CAPE TOWN TIGERS 🇿🇦 76-61 DYNAMO BBC 🇧🇮 .Umugwi wa Dynamo BBC utanguye vyanka munkino za Elite 16 inyuma yo kurengana ig...
21/11/2023

CAPE TOWN TIGERS 🇿🇦 76-61 DYNAMO BBC 🇧🇮 .

Umugwi wa Dynamo BBC utanguye vyanka munkino za Elite 16 inyuma yo kurengana igice cambere c'inkino za Road to Bal bamaze kwihebura.Kubona umugwi uvuye i Burundi🇧🇮 munkino za BAL bikomeje kuba nk'indoto.

✍️ : Belvier Mfisumukiza.

.

21/11/2023

du 21-11-2023 avec
Arséne Mukunde Dieumerci et Steve Gateretse
livestreaming by Jeredy Classic

Shika kuri youtube uheze ukurikirane umunezero w'ugwaruka gwaronkejwe impamya bushobozi mumwuga wokumenyesha amakuru kur...
18/06/2023

Shika kuri youtube uheze ukurikirane umunezero w'ugwaruka gwaronkejwe impamya bushobozi mumwuga wokumenyesha amakuru kuri Iteka Fm.

https://youtu.be/P4QmW0wtgNU

🔴 Nta nkeka ko utanguye indwi wihereza amazi ya   uheza ugakora akazi kamwe neza. 😋Araryoshe, ni meza kandi arazimbutse👌...
16/01/2023

🔴 Nta nkeka ko utanguye indwi wihereza amazi ya uheza ugakora akazi kamwe neza. 😋

Araryoshe, ni meza kandi arazimbutse👌💧

Address

Q. Industrielle Avenue De L'OUA No 55, Batiment Saint Pierre
Bujumbura
1010

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ITEKA MUSIC posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to ITEKA MUSIC:

Videos

Share

Category