LOLY FLOW TV

LOLY FLOW TV journalisme
(2)

🔴 Hari ukutumvikana kumbuga ngurukanabumenyi kuvuye kumyaka y'umunyezamu w'Umurwi nserukiragihugu Intamba Murugamba🇧🇮 Jo...
21/11/2023

🔴 Hari ukutumvikana kumbuga ngurukanabumenyi kuvuye kumyaka y'umunyezamu w'Umurwi nserukiragihugu Intamba Murugamba🇧🇮 Jonathan Nahimana yaramutse yuzuza uyu munsi imyaka 25 y'amavuko 🎊. Kungurukanabumenyi hari ukutavyemera kwa bamwe kw'iyi myaka hakaba ariko n'abandi bavyemera bavuga ko hari abantu bagira ibikuriro bitandukanye n'ivyabandi.

Tumwipfurize isabukuru y'amavuko Nziza 🥳

📸 LOLY FLOW TV
fLOWTV

21/11/2023
 ,Equipe nserukira gihugu yu Rwanda ihejeje kunyagira igihugu ca Afrique du SUD Ibistindo 2 ku 0 ,Za ntamba zacu nazo mu...
21/11/2023

,

Equipe nserukira gihugu yu Rwanda ihejeje kunyagira igihugu ca Afrique du SUD Ibistindo 2 ku 0 ,

Za ntamba zacu nazo mumbonera dufise ico kuvuga.

Landrypromoter BdiAlvin smith frimeurSat-BEdisson NdayahozeTylo Sixer Kilikou a kiliKoreshumwanyaMista ChampagneB-face O...
21/11/2023

Landrypromoter Bdi
Alvin smith frimeur
Sat-B
Edisson Ndayahoze
Tylo Sixer
Kilikou a kili
Koreshumwanya
Mista Champagne
B-face On The'flo
Big Fizzo

Ntabwo niriwe ndadondagura mwese gus ikintu kimwe nabasaba buri umwe wese aho ageze yahashikanywe n'abantu,

Fata ukuboko iyi talent iguma iyerera mukirere atawuriko arayitwararika
Epidey Winner kuva ku ndirimbo yiwe yambere ni hit kugeza uno musi ariko ico abura nomwe bantu ndondaguye twese hamwe birashoboka

Urashobora kunviriza iyi hit nshasha yuyu musore uciye kw'iyi link

https://youtu.be/YzJUNI0I6rk?si=-UmSPZPnwa4RuSXz
https://youtu.be/YzJUNI0I6rk?si=-UmSPZPnwa4RuSXz

Isabukuru nziza yamavuko kuri Jonathan Nahimana kumyaka 25 amaze yamavuko🤣
21/11/2023

Isabukuru nziza yamavuko kuri Jonathan Nahimana kumyaka 25 amaze yamavuko🤣

Umuntu amaze gutembera Bujumbura ahahantu ninde amaze kuhabona ? Bahita gut ?  FLOW TV
21/11/2023

Umuntu amaze gutembera Bujumbura ahahantu ninde amaze kuhabona ? Bahita gut ?

FLOW TV

🔴Burundi : Uyu ni  Madalena Nsekera, umutambukanyi w'umuganwa Petero Baranyanka. Aho ku maguru yari yambaye inyerere.Mub...
21/11/2023

🔴Burundi : Uyu ni Madalena Nsekera, umutambukanyi w'umuganwa Petero Baranyanka. Aho ku maguru yari yambaye inyerere.

Mubona atari aberewe?

📸 Isanamu yafashwe mu 1928 ariko yongererejwe umuco.

 ,Yaraye akoze agahigo , Ni nyuma yaho amaze kwigarurira imitima ya benshi mu ntara Zamaja ruguru mu gihugu cacu c'Uburu...
21/11/2023

,

Yaraye akoze agahigo ,
Ni nyuma yaho amaze kwigarurira imitima ya benshi mu ntara Zamaja ruguru mu gihugu cacu c'Uburundi,

Kuva hariya muntara ya Kayanza umwigeme ukomeye cane muvyo gufotora no gufata amasanamu Tiffany Luxin amaze kuba ari bitumwako uyu mwana w'umukobw akaba asanzwe ahurukiye muri ONE Mission label akaba yavutse itariki 5/12/2004 n'ukuvuga yibitseko imyaka 19
Nyuma yaho twari tumenyereye urundi gwaruka iyo gwarose impamya bushobozi uwo musi ruba gwifashe nkabami iyi ntwarikazi yacu yoyo siko ibibona kuko ku musi wiwe wo guhabwa diplôme yariko arakora akazi ko kwifatira amasanamu bagenziwe ,

LOLY FLOW TV yashoboye kwegera uyu mwana Akaba yatumenyesheje kwatagihe cakaruhuko arabona mugihe atarabona ko harico amaze gushikako,

Tubibutse y'uko izi Arizo mpano igihugu gikeneye kuko ibi ndahamya neza kwari imboneka rimwe

Ukababa ufise urubanza

d'anniversaire
des dots
de diplome
Uyu mwigeme arashobora kubigufashamwo aho woba uri hose





The C.E.O Of loly flow Media ₩¥€$ #《》

Bamperuka nkiri dogo none ubu narakuze, Chriss Eazy agiye kumarira umwaka i Burundi.========Mwisomere inkuru yose hano ⬇...
21/11/2023

Bamperuka nkiri dogo none ubu narakuze, Chriss Eazy agiye kumarira umwaka i Burundi.
========
Mwisomere inkuru yose hano ⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️
https://www.daflx.com/articles/imyidagaduro-umuririmvyi-chriss-eazy-yahamagawe-guteramira-abarundi

Uko umwaka utashe, Christal Évents isanzwe irongowe na Paulin Bizimana abenshi bazi nka DJ Paulin irategura igiteramo kirangiza umwaka. Uno mwaka batuzaniye chriss eazy hamwe n'umu DJ uri mu bubatse izina muri Kenya, DJ Nshiski.

Yagize Ati :
“Abakunzi banje bari i Burundi bamperuka umwaka uheze, nari nkicaruka mu muziki kuko nari mfise indirimbo ‘Inana’ yari imaze ukwezi kumwe isohotse. Numva budaca ngo mpure n'abakunzi banje.”
By john

Abantu baba Imbo Bubahwe. Ejo natembereye murumonge mbona banzaniye ngo mfungure.wewe Ibi biramaze kugishikira watembere...
21/11/2023

Abantu baba Imbo Bubahwe. Ejo natembereye murumonge mbona banzaniye ngo mfungure.wewe Ibi biramaze kugishikira watembereye muntara iyihe ?

Ikibuga c'uburundi uko kizoba kimeze   INTWARIBurundi bwanyaburunga  FLOW TV  JAYBE
21/11/2023

Ikibuga c'uburundi uko kizoba kimeze INTWARI

Burundi bwanyaburunga

FLOW TV

JAYBE

Amanota ya exetat bahejeje kuyagabanya.  buhejeje kugabanya amanota. bikaba bitegekanijwe abo bashasha kobazoba bash*tse...
20/11/2023

Amanota ya exetat bahejeje kuyagabanya.

buhejeje kugabanya amanota.
bikaba bitegekanijwe abo bashasha kobazoba bash*tse guhera itariki 27/11/2023

By john

ndakunda lumitel itunganiriza abanywanyi neza kandi connexion nahanaha ewe lumitel waje hageze.              Flow TV by ...
20/11/2023

ndakunda lumitel itunganiriza abanywanyi neza kandi connexion nahanaha ewe lumitel waje hageze. Flow TV by jaywinner hunter Akimana👏👏😆😆

20/11/2023

Ngo Messi azoza kungendera muhira iwanje le 21/11 nibande bazoza kumfasha kumwakira🙏🙏

Abarundi bagera  kuri  cumi bakorera mu gisata c'umuziki  nibo bafashe indege k'umuhingamo wo kuri uno munsi  berekeza m...
20/11/2023

Abarundi bagera kuri cumi bakorera mu gisata c'umuziki nibo bafashe indege k'umuhingamo wo kuri uno munsi berekeza mu gihugu ca Maroc aho bitabiriye isabukuru "VisaforMusic " ryama ribera muri ico gihugu ukwo umwaka utashe .

Iryo sabukuru rikaba rizoba kw'igenekerezo rya rya 22 gushika kw'igenekerezo rya 25 Munyonyo 2023 .ntimwibagire KO n'a jaywinner akora kuri radio buntu arimwo👏👏

# Flow TV ✍️✍️

hunter Akimana🤳🤳

Nukuri ikikintu je kirantesha umutwe. Kuberiki Imana Itasizeho abahungu Gusa ?  je birancanga.
20/11/2023

Nukuri ikikintu je kirantesha umutwe. Kuberiki Imana Itasizeho abahungu Gusa ? je birancanga.

👦🏾 Igenekerezo rya 20 Munyonyo uko umwaka utashe, amakungu ahimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe agateka k'abana 🥳📝 Kuva...
20/11/2023

👦🏾 Igenekerezo rya 20 Munyonyo uko umwaka utashe, amakungu ahimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe agateka k'abana 🥳

📝 Kuva mu 1989, ibihugu bigera ku 197 harimwo n' biramaze gutera umukono ku masezerano yo gukingira agateka k'abana. Muri ayo masezerano agizwe n'ingingo 57, havugwa ko umwana afise uburenganzira bwo kugira izina n'ubwenegihugu, ukuvuzwa, kuja kw'ishure, kugaburirwa bikwiye, gukingirwa amabi y'ubwoko bwose, n'ibindi

👀 Musomyi, aho iwanyu intambamyi zituma hatubahirizwa agateka k'abana ni izihe ?

# LOLY FLOW TV

by ibalde niyuhire député

Alvin smith frimeur je ngira siwe Akajambo kamwe kwino mbwa y'Imana.
20/11/2023

Alvin smith frimeur je ngira siwe

Akajambo kamwe kwino mbwa y'Imana.

Uyundi mugabo bqfashe ariko arambuka umupaka ata vyangombwa afise😅😅😅😅
20/11/2023

Uyundi mugabo bqfashe ariko arambuka umupaka ata vyangombwa afise😅😅😅😅

20/11/2023

🚨🚨Inyuma yo gukora indirimbo Igakundwa Yitwa Local ubu nyene umu artiste yitwa Epidey Winner ahejeje gushira hanze indirimbo yitwa ikaba igiye hanze mugihe uwu muririmvyi abarizwa muri Management ya Achieve Your Dreams

Reka Tubahe Link muri Commentaire Murabe aya masanamu ukuntu asa neza.

20/11/2023
 # Ngozi -----------------Abarimyi b'imbuto y'ibigori ,ngo ntibabona uko umwimbu w'ibigori,uzogenda neza nkuko bari bavy...
20/11/2023

# Ngozi

-----------------

Abarimyi b'imbuto y'ibigori ,ngo ntibabona uko umwimbu w'ibigori,uzogenda neza nkuko bari bavyiteze uno mwaka wa 2023 ushira uwa 2024.

Ivyo bikaba bivurwa na bamwe mu barimyi twashoboye ku ganira kuruyu wa mbere igenekerezo rya 20 ,Munyonyo 2023,aho bariko barabagara,ibigori bongera babifumbira ku mutumba Kanyami komine n'intara ya Ngozi.

Ico kibazo c'impongwa kikaba kivurwa no kuyindi mitumba itandukanye igize amakomine nka yose agize intara ya Ngozi.

Abo barimyi bakavuga ko umwimbu utazogenda neza kubera udukoko bita impongwa zateye imirima y'ibigori kandi zikaba ziyongera ku munsi ku munsi.,hamwe n'urubura rwabiguyeko rukagenda rutabaguye amababi.

Iyindi ntambamyi bavuga,n'inkukura yabitwaye cane cane ku bantu bataciye imikobeko ku barimiye ahantu hatemba.

Ku cerekeye gupompa izo mpongwa,bamenyesha ko abafundi b'indimo,bababwira ko boja kwigurira imiti mu maduka ( Pharmacie) adandaza imiti y'ibiterwa,hanyuma babigishe ingene bowukoresha mu gupompa izo mpongwa.

fLOW TV
# Ubutabazi butagira imbibe.

By Ibalde député

😵 Umugabo w'imyaka 41 ku mutumba   wa komine   mu ntara ya   yariyahuye kuri uyu wa 16/11/2023🪢 Amakuru ava kuri uyo mut...
20/11/2023

😵 Umugabo w'imyaka 41 ku mutumba wa komine mu ntara ya yariyahuye kuri uyu wa 16/11/2023

🪢 Amakuru ava kuri uyo mutumba avuga ko bamusanze yimanitse n'umugozi mu cumba. Ngo hari haciye imyaka ibiri agerageje kwiyahura baramutesha

🧠 Ababanyi bavuga kandi ko yoba yarafise ingwara yo mu mutwe, bivanye n'inyifato bahora bamubonana

🤔 Musomyi, wewe ubona wofasha gute umuntu afise imvyiyumviro vyo kwiyaka ubuzima?

📸: ©

# LOLY FLOW TV.
By ibalde niyuhire député

Abantu mwize Ibiharuro uwuja gutora inyishu 10000fbu ucunca inbox ndayaguhe pe ! . Com
20/11/2023

Abantu mwize Ibiharuro uwuja gutora inyishu 10000fbu ucunca inbox ndayaguhe pe !

. Com

👨 : umugabo umwe yahagaritswe n'inyamiramabi yagirizwa guturira inzu y'umuvyeyi wiwe-----------------------------🔥Iryo s...
20/11/2023

👨 : umugabo umwe yahagaritswe n'inyamiramabi yagirizwa guturira inzu y'umuvyeyi wiwe
-----------------------------
🔥Iryo sanganya ryash*tse nk'igihe c'isaha indwi zo kuri uyu wa 20/11/2023, muri karitiye ya komine . Nk'uko vyiganwa n'ababanyi, uwo mugabo ngo yinjiye mu nzu atangura gushwanira umwana w'umwigeme ahaba, aramusohora mu nzu haciye akanya babona inzu iriko iraka

🔥 Ababanyi bagerageje kuzimya bongera babomora uruhome kugira barabe uko bokura ibintu mu nzu ariko umucanwa wabarushije inguvu

🚨 Igiporisi kijejwe gukinga impanuka cahanyarukiye kirahumuza uwo muriro, kirakingira n'izindi nzu n'ubwo ata vyinshi vyarokotse muri iyo nzu yahiye

🙎🏽‍♂️ Abo babanyi bavuga kandi ko uwo mugabo asanzwe yubatse urwiwe mu nzu yahawe n'abavyeyi isanzwe iri muri urwo rupangu nyene. Bakemeza ko yoba anywa ibiyayuramutwe kandi ko yaramaze igihe afitaniye umubano mubi n'umuvyeyi wiwe hamwe n'umufasha wiwe

👀 Musomyi, wibaza ko ububisha nkubwo buva kuki?

By john

Wabonye ukuntu Alvin smith frimeuraraba aba Fans ba Faux batazi aho indirimbo   ama Vieuws igezeko😂Ejo uzocuvuga ko Abar...
20/11/2023

Wabonye ukuntu Alvin smith frimeuraraba aba Fans ba Faux batazi aho indirimbo ama Vieuws igezeko😂Ejo uzocuvuga ko Abarundi badakora International Songs urindirira kuri Xender na Bleutooth😂??😂
FLOW TV by JayWinner hunter Akimana🤳🤳

 ,Mubgisagara ca ngozi kwibararabara RN1 Imodoka yo mubwoko bwa Hiace ihejeje gugonga imoto yo mubwoko bwa  ,Iyo acciden...
20/11/2023

,

Mubgisagara ca ngozi kwibararabara RN1 Imodoka yo mubwoko bwa Hiace ihejeje gugonga imoto yo mubwoko bwa ,

Iyo accident ikaba ibaye igihe c'isaha 9 zumuhingamo,
Iciza n'uko Imana yakinze atawahasize ubuzima

flowtv

🔴😭 Umuririmvyi Sat-B  arinjijwe ibitaro😭Nkuko mubibona kumasanamu ni Umuririmvyi Sat-B mukanya ahejeje gushira ayamafoto...
20/11/2023

🔴😭 Umuririmvyi Sat-B arinjijwe ibitaro😭

Nkuko mubibona kumasanamu ni Umuririmvyi Sat-B mukanya ahejeje gushira ayamafoto kuri statut ya Whatsapp yiwe biboneka ko ari mubitaro aca aherekeza ayamajambo agira ati "God help us" bisobanura ngo : "Imana idutabare"

😭 Si sat b gusa kuko ayandi makuru tumaze kuronka nuko numuririmvyi Inès Raguël aka kanya amagara yiwe atifashe neza

🙆 Eka naje ndikondandika bino numva aka gripre kamereye nabi

🙏 Mumasengesho yunomusi mwibuke kudusabira

FLOW tv hunter Akimana✍️✍️

Umuco mwiza kubakobwa batariko bitwara neza mwino midi tubasabe bihanure
20/11/2023

Umuco mwiza kubakobwa batariko bitwara neza mwino midi tubasabe bihanure

20/11/2023

Abafana b'intamba murugamba🤣🤣
Nisawa mumeze neza canke muracashavuye☺️☺️☺️

By john

19/11/2023

Mugume hafi ndababwira bimwe nahora kuburundi🤣🤣🤣

By john

19/11/2023

Jewe nanje Uno musi u BURUNDI nibutatsinda GABON
Muze kunyita umusega.

député #

Aba nibo bakinyi 11 bagiye gutangura mu kibuga hagati y'Uburundi na   ku kibuga ca Benjamin Mkapa Stadium.Uru rutonde um...
19/11/2023

Aba nibo bakinyi 11 bagiye gutangura mu kibuga hagati y'Uburundi na ku kibuga ca Benjamin Mkapa Stadium.

Uru rutonde umumenyereza Étienne Ndayiragije atanguje murwakiriye gute ?


# LOLYfLOW TV_Sports

.
By ibalde député

19/11/2023

LOLY FLOW TV ibipfurije umusi w'lmana mwiza 🙏🙏🙏

By député

✍️ Aya ni amasanamu amwe yerekana ibikorwa vy'inyigisho Umukozi w'Imana Chris Ndikumana yakoreye mu gihugu ca Cameroun m...
19/11/2023

✍️ Aya ni amasanamu amwe yerekana ibikorwa vy'inyigisho Umukozi w'Imana Chris Ndikumana yakoreye mu gihugu ca Cameroun mu gisagara ca Douala kuri Stade de Japoma .

✅Ico gikorane caritabwe Ku bwinshi n'ababa muri ico gihugu ndetse n'abo hanze yaco Aho hari benshi cane nakoze k'uburyo bw'umubiri ( ingwara ) ndetse no mu buryo bw'Impwemu.

🙏Abakeneye ukuboko kw'Imana baracari benshi cane! Imana ikomeze Kumukoresha nawe akomeze kuyigamburukira. # flow TV
by JayWinner hunter Akimana ✍️✍️✍️

Address

Chipata Mafrotte
Bujumbura
RUSAKA

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when LOLY FLOW TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to LOLY FLOW TV:

Videos

Share

Category


Other TV Channels in Bujumbura

Show All

You may also like