Sun Of Africa

Sun Of Africa Notre objective est de partager des idées, des connaissances en rapport avec business in Africa, pu

13/08/2021
Mu ntumbero yo kwiteza imbere no guteza imbere akarere kacu, dusanga gukorera hamwe mu buryo bujanye na business ar'insh...
29/10/2020

Mu ntumbero yo kwiteza imbere no guteza imbere akarere kacu, dusanga gukorera hamwe mu buryo bujanye na business ar'inshingano ya buri wese yumva ko ico ciyumviro ari cioza. Birtyo, hano tuzoja ducishaho iyamamaza ry'ikintu icarico cose kigurwa canke kigurishwa (parcelle, inzu, imiduga, motos, television, n'ibindi,..). Hari n'abari hanze (diaspora) usanga bafise ibikorwa bakorera mu gihugu bakabura ababakurikiranira ibikorwa vyabo (kwubaka inzu, kurimisha, kworora, kugura za parcelles n'ibindi). iyi company ifise intumbero yo gukuraho ivyo bibazo kuko izoba ikorana n'abantu b'abizerwa kandi b'inyanka mugayo. ikintu cose kizoba gisaba kurihwa kizoja kirihwa ari uko nyene ubwite abonye ko bimeze neza.
Ikindi n'uko uwuzoba afise ico agurisha kizoba gifise ibikiranga koko vyerekana ko ari iciwe kandi atagasembwa karimwo. Abafise akazi nabo nyene tuzobafasha kuronka abakozi.
uwuzoba afise ico yokwigisha abandi kijanye na business, asabwe gutanga iyo ntererano yiwe kuri runo rubuga duteze imbere akarere kacu.

Misiyo yacu:
- Guhimiriza abantu mu gukora urudandazwa ku buryo bwa none buciye ku muhora wa internet mu kwiteza imere no guteza imbere akarere kacu.

Viziyo yacu:
- Mu myaka cumi iri imbere, urudandazwa ku buryo bwa bugezweho buzoba bwateye imbere ku rugero rwa 50% ku bisanzwe bihari kandi 60% y'abatagira ico bakora kibazanira amahera bazoba baronse ico bakora.

29/10/2020

Address

BUJUMBURA
Bujumbura
257

Telephone

+25779918735

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Sun Of Africa posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Sun Of Africa:

Share