08/01/2024
😱Kumushara wumukinyi saido Mane kundwi ahembwa amafaranga 760.000 zamafara yama Euro(Menya neza kundwi atari kukwezi) Ariko kwuno munsi niho yashoboye kubana 💍nuwo bavyumva imbere yimana namategeko🥺❤️.
🤔Mbega mwihweje Umufasha wiwe???
😋Ivyemezwa nawe nuko uwo yinjije murugo asanzwe afise umubiri wiwe udahinguwe bimwe benshi bakunze kwita (Mkologo) eka ngo ntiyerekwa nazanzara bakunze kubandika kandi mbere ngo ninzara ziwe ntizisize ,mbere nimishatsi yiwe simwe babandika,eka ngo muvyo yanamukundiye nuko yambara nimpuzu zimukwiye neza ,mbere nubugeni bwiwe ntanimiziki🎼 bwarimwo Igitangaje nuko uyumunsi nyene uno mukinyi wumupira yagiye no gukora imyimenyerezo ⚽️nkuko bisanzwe.
🤔Mbega weho iyo uba mukibanza cuno musore wari kuvyigenzamwo kuno???