Umushikirangnji bwo gutwara abantu n'ibintu,ATRABU imodoka nk'izi iyo muzibonye mufata izihe ngingo?
Mbega iyo uri mumodoka nk'iyi wokwifata gute ibi bigushikiye?
Abaturanyi bo mu Rwanda babonako nubwo kukibuga c'Indege hagiye abo twokwita abamenyeshamakuru benshi bagiye gusanganira The Ben , Big Fizzo niwe muntu w'agaciro yarahari wenyene
Kuko big Fizzo niwe yadugije Tom Close,mugihe Tom Close nawe yadugije The Ben, mumajambo make ngo The Ben yahuye na Se wa Se wiwe uwo twita Sokuru mu kirundi
๐๐ฟ๐๐ฟ๐๐ฟ๐๐ฟ๐๐ฟ๐๐ฟ๐๐ฟ๐๐ฟ๐๐ฟ๐๐ฟ๐๐ฟ๐๐ฟ
Mugihe baba #youtubeur bashonje bariko biruka inyuma ya The Ben, Abakunzi b'Umuziki ndundi basanzwe bazi ico abaririmvyi b'abarundi bamaze mumuziki bagiye gushengerera Big Fizzo aho yari mumodoka V8, kuko we akazi yahembewe ko gushika kuri Airport yari yakarangije ahabwa umupfungo wiwe.
Mwebwe ba Youtubeur mukoreshwa n'inzara mutazi ikibakoresha,mumaze kwegeranywa mugatwagwa muma Bus kurya vyagenze vyerekana ko hari ikitagenda,kuko uwari gukora akazi kiwe neza yari kuva muhira aja kuri Airport afise invitation atari harya mwaciye guhabwa 10milles kugira musuzuguze igihugu ngo mwerekanye ko mukunda abash*tsi sivyo,
Ndaziko mwebwe uwufise 10milles yiwe aracabavyinagiza kuko ntimuhembwa ntahandi mukorera naho,ariko mwaraye mwiteje urubwa mw'ijambo rimwe mwaraguzwe 10milles.
Reke gusamaza abakunzi b'Umuziki ndundi kuko bazi ico bakunda,baraye bavyerekanye kuri Airport,aho gusamarira uwo yaje bagiye aho bazi hari umuziki.
United we Stand!! Straight we Win
Ivya Kajala Masanja na Mista champagne birashobora gufata inzira tubirindire buhoro buhoro,muzoba mumbwira Vuba ngo le 8 Mars azoba ari Bujumbura,
Mista Champagne nawe yavuzeko azosidukana n'iyonka arikumwe n'abafana biwe baja gutegera Kajala Frida.
Mubona bitera bijahe??
Inyuma y'imisi ibiri irangiye hari amwe mumakuru yagiye arashikirizwa ko umuririmvyi rurangiranwa wa Gospel Bahati Bukuku yoba yagize impanuka akaca yitaba Imana, uwo muririmvyi ubwiwe yavuye mugacerere arabeshuza ayo makuru.
Yagize ati : " Jewe meze neza n'amagara yanje ameze neza, amakuru avugako noba naritavye Imana siyo kuko ndi muzima, yongeye ati uwubona iyi nkuru ayimenyeshe abandi,"
Mubona gutarira urupfu umuntu ari vyiza?
Gira ico muvuze muri commentaire.
#KazozaMedia #Music #Gospel #Tanzania
Gasore agacupa kamutwaye yagiriyemwo ngo atalewa!!
Cherine Rock Song
Gasore Comedian
Gasore biramunaniye kuba ruguru agiye i Bujumbura ngo kuko ruguru nta ndagara n'imikeke biriyo kandi ngo na Plage ntazo.
We avugako Big Fizzo na B-face On The'flo bahunze ruguru bakaza i Bujumbura.๐๐๐๐๐๐
Nkurunziza Peace Park Complex
Ouverture du Stade Nkurunziza Peace Park Complex Le 25 Juin 2022
Namibia 1-1 Burundi
Namibia 1-1 Burundi
HIGHLIGHTS
Big Fizzo
Umuririmvyi Big Fizzo Mugani Desire ahejeje kumenyesha abakunzi biwe bari mugisagara ca Londres mubwongereza ko atazokwitabira igiteramo cari gitegekanijwe kw'igenekerezo rya 4 ukwezi kwa gatandatu
Yamenyesheje ko nawe bitamuvuyeko kandi abakunda
Mugani Big Fizzo Desire
Nawe umuzi kuyahe mazina??
#KazozaMedia #Actualitรฉ #Music
El Shadai by Ange Noella
Ange Noella kuva muri Ecole Technique Vocale yashize ahabona indirimbo imeze neza yise El Shadai.
Mugire Uw'Imana mwiza na El Shadai ya Noella
Indirimbo yose ni hano : https://youtu.be/Yz7WFIyf0rE
BIGI
Kizigenza wa kabiri w'Intamba mu Rugamba Gaรซl BIGIRIMANA yamaze gushika mumugwi Nserukiragihugu Intamba mu Rugamba mbere akaba yatanguye imyimenyerezo mubandi
Raba uko yakiriwe ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
#KazozaMedia #Actualitรฉ #IntambaZacu #Burundi
Yanga Vs Simba
Umugwi wa Young Africans Sports Club uhejeje gutsinda Simba SC Tanzania murukino rw'igice ca kabiri gishira icanyuma mw'ihiganwa rya Azam Sport Federation Cup, barose amahirwe yo gushika mugice canyuma Final.
Raba uko igitsindo ca Young Africans cinjiye
Intamba mu Rugamba
Umugwi Nserukiragihugu Intamba mu Rugamba officiel watanguye imyimenyerezo yo gutegura inkino 2 Uburundi bwimirije gukina na Namibia na Cameroon.
Bakizigenza b'umugwi Nserukiragihugu Saido Berahino na Saido Ntibazonkiza bakaba batarashika mugihugu
Big Fizzo ft Bruce Melodie
Mugikoni kwa Big Fizzo na Bruce Melodie biriko birasha umwanya uwariwo wose barabahako ivyo batetse.
Aka gashobora kuba agace k'indirimbo ya Big Fizzo bariko bakorana na Bruce Melodie
Muyiteguriye gute abakunzi b'abo baririmvyi??
#KazozaMedia #Actualitรฉ #Music
Francine NIYONSABA
FRANCINE NIYONSABA ahejeje gutahukana ihiganwa rya Wanda Diamond League I Doha
Raba uko yitwaye kumetero ibihumbi bitatu Muminota 8 n'amasekonda 37 n''ivyijana 70
Mutima bamutereye imbeba ๐๐
Mutima bamutereye imbeba ๐ค๐
Mutima(Comรฉdie) numu Chรฉrie wiwe๐๐ฎ๐คฃ
Mutima(Comรฉdie) numu Chรฉrie wiwe๐๐ฎ๐คฃ
Kwoga mu maraso ya Yesu Kristo
Emera woge mu maraso ya Yesu Kristo ubone gukurwaho ivyaha
Yesu n'umutabazi
Yesu n'umutabazi
Inyama iteye ikibazo
Inyama iteye ikibazo
Denise Nkurunziza
Denise Nkurunziza nta Facebook akoresha
Abamwiyitirira bashashaka kubiba
St-b
๐คญ "Kuba mfise aba ex bari hagati ya 90 na 100, sindavyishimira"
๐ "Nanditse Sidibe kuko kari akaryo ndonse ko gukora collabo n'uwahoze arongoye Uburundi"
๐ "Sat-B= Satellite du Burundi"
Tambwe na ncoro ๐
๐
Ivya Tambwe na Ncoro vyatanguye kera
๐ Barakuranye, babana hafi
๐ Equipe ngo ni imwe: Urunani
๐ Muga Tambwe atanguye kwivanga mumafoto yiwe, Ncoro vyaramushavuje
adonai by vestine and dorcas
Adonai by vestine and dorcas