🔴NAMWE NIMWIRABIRE
Muganga avuye umuntu ari mumahanga batarikumwe
Ibibintu n'ibitangaza kabisa
Isangemwo nawe
🔴DORE UMUKOBWA YISHE MUGENZIWE AMUZIZA URUKUNDO
Ibibintu nivyakomeza uku Isi igiye kubona ibara raba hano vyose uko vyatanguye 👇👇👇
🔴IBI WARUBIZI?
Iyi video irabivuze vyose ibishize hanze
Isangemwo nawe
🔴NKA THOMAS
Mwararavye video nyinshi mugira ico muzivuzeko ariko iyinayo ije izirenze sinzi nimba jeho noyita ukuri kuko ibi novyemera ndavyiboneye nayanjemaso nka Thomas
Koko bibaho?
Ngo s'umupfumu n'umukozi w'Imana?
Isangemwo nawe
Koko ibibintu bibaho?
Nawe uri mubatemera canke uremera ko bibaho?
Raba iyi video yose usobanukirwe ibijanye n'imiti gakondo hamwe n'abavuzi gakondo
Isangemwo nawe
Kirazira guhemuka murukundo kandi urukundo bararukora ntibaruvuga
Isangemwo nawe
🎬 Ndabihamya(Ndavyemeza)
Kubona uwundi akora nkibi bizofata imyaka nka 50ans
❤ My Girl friend nimwiza ariko akunda kumbwira ibibi vy'abagenzi biwe vyonyene
Video&Photos z'abantu nakoresheje muri iyinkuru n'abantu banje tuzinanye ntanzigo nabikoranye twabigiye inama
Isangemwo Nawe
🔥Uze ubambwirire ati hasigaye inzira 1 yonyene gusenga mugaheba vyose
🎤ndabibabwira kuko nanje ndi umwe muri mwebwe
Isangemwo Nawe
Ndatahura neza ko muvyonkenera umwana w umuntu atarimwo nawe bimenye kuko umuntu azosiga se na nyina.... ariko ndabizi kandi ko abantu b umutima bakiriho Isangemwo Nawe