18/04/2024
π΅ Bakunzi ba Films Ndundi , uy'umunsi tubazaniye Film ! Nimwinjire muri Commentaire muyikurikirane β
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Stars Vision Team, TV Channel, Bujumbura.
π΅ Bakunzi ba Films Ndundi , uy'umunsi tubazaniye Film ! Nimwinjire muri Commentaire muyikurikirane β
π΄ TOBO BOY NGIYO IRASOHOTSE πππ
RIVA HOT FILMS IN ASSOCIATION WITH LET THE STAR SHINE
Film yamaze gusohoka yirabe uciye ngaha kuri youtube
https://youtu.be/4RrlIEikWJI?si=oM709_h04rQ8Z4uH
π΅ Ego ntibikiri ibanga !!! irasohotse β
Yikurikirane mugufyonda hano ππππππππ
https://youtu.be/4RrlIEikWJI?si=ctq-Tzc5-CbDIKIw
π΄ Umurwi k'umunsi w'ejo jeudi uzobagezaho Film bise ! Raba Coming Soon wongere ukore Subscribe kugira ntize igucike β
ππππππ
https://youtu.be/N3aUVA0Xtb8?si=pXUpCLzIHaQs1ypf
Aha turabibutsa ko iyandikwa rikibandanya kubipfuza kudugirizwa impano zabo muburyo bwagutse β
AMASO Y'IMBWA ahiwanyu yifashe gute?
Nguyo Nikon The Fire atuzaniye indirimbo nshasha yise AMASO Y'IMBWA ikaba ari indirimbo izoba iremesha kandi iryoshe nokumviriza.
Kubashaka kuba barumva ibikorwa vya Nikon Link muri Comment.
Tuyitege bidatevye
Hidden Talent Media
Sandy Nduwimana
HAPPY RIVER hot
π΅ NIKO HURU by ππππ
ONE DAY ni indirimbo ya akaba ariko afashwa na HAPPY RIVER HOT ndetse akaba yanamwemereye kumushira muri . indirimbo yose ngiyi link.
https://youtu.be/BhaOvELP4Ec?si=S2YeeXpOE4HMqYkt
https://youtu.be/BhaOvELP4Ec?si=S2YeeXpOE4HMqYkt
πͺ ICAMAMARE HAPPY RIVER hot KIRAGARUTSE NA FILM NSHASHA β‘π₯π₯π₯π₯π₯π₯π₯π₯
Vuba vuba Film yise MUBI ayibatamwo ,! Mukore SUBSCRIBE hano ntizobacike https://youtu.be/pJ4NHbZnhvk?si=5xi4Zd5twEoMXNHq
π΄ Umuhinyanyuzi yizewe kandi ariko abikora neza Mur'ikigihe , abarizwa muri π€
π΄ π.π.π wa ππ’ππππ§ πππ₯ππ§π ππ¨π¦π©ππ§π² arabipfurije umwaka mwiza wa 2024 βοΈ
HAPPY RIVER hot
Sandy Nduwimana
π΄ Twivuye inyuma , turipfurije Isabukiru nziza Nikon The Fire !
Imana ikomeze kukurinda no kukwongera imbaraga murugendo urimwo π₯π₯π₯
Hidden Talent Media
π΅π΄ Iterambere mwoba mutabonye muri ribagezeho βοΈ
Umurwi ππππππππππ ππππ uje uzanye impinduka zidasanzwe muri π€πΉπ·ποΈπ§π½οΈπ¬
Kubatarababona neza , mukurikirane indirimbo yabo bisa MUTIMA mugufyonda Link iri muri Commentaires !
Ikindi , nuko bagiye kubagezaho igizwe n'indirimbo cumi bise βοΈ
Abashaka kubona impinduka zije muri , duhurire muri Commentaires kuri Link β
π€ ποΈ
π΅ Mwite , Canke umwite !
Ayo yose n'amazina ashobora kwitaba igihe cose umuhamagaye !
Inyuma yo kwitahura , inyuma yo kubona ko atakazoza , inyuma yo kubona ko igisagara kimwagiye , yahisemwo gutimbisha maze agana π.π.π π°π ππππππ πππππ πππππππ , maze amutura ingorane ziwe yahura nazo mw'ibaarabara , arangije amwereka ko afise impano idasanzwe yo kuririmba !
amaze kubibona ukwo , yahise afata icemezo kuri , maze ahitamwo kumwakira mumuryango wa , gutyo aba arasezereye ibarabara !
Musimbire muri murabe y'indirimbo y'uno musore wacu rero , kuko igiye kubageramwo yose vuba cane ! N'ibindi vyiwe biriko birategurwa .
π΄ A'IJURU NI BANDE FULL MOVIE βοΈ
Nhiyo Part 1 irabashwayemwo ! Mwinjire muri Commentaires musangeyo Link
π΄ Umwe mubarundikazi bariko bateza imbere impano z'uburundi muburyo bugaragara βοΈ
Mwite Sandy Nduwimana ubundi wikomereze πΆ
π΅ Sandy Nduwimana Arabifurije n'umwaka mushasha wa 2024 βοΈ
β HIDDEN TALENT COMPANY , yuguruye Mu hafi yaho benshi bakunze kwita !
Murahawe ikaze kuko ntihasanzwe βοΈ
β« Nikon The Fire Araza akakubarira nti , hariho umwanya wo gukora ivyunguka βοΈ
Uno musore ariko yiywara neza nk'umu afise kazoza kadasanzwe π₯π₯π₯
π΄ ππ¦π°ππ¦π’ π°'π’π¬π‘ππ¦ππ HAPPY RIVER hot π₯π₯π₯
β« Uw'IMANA mwiza kuri Sandy Nduwimana π
π΄ Umwana ariteguye kwatsa umuriro βοΈ
ππππππ ππππππ πππππ πππππ β
π£οΈ Turashobora kubona igikorwa cugara umwakaπ kije kizanana kwa Sandy Nduwimana
HAPPY RIVER hot
Hidden Talent Media
Let The Star Shine Media
π΅ Mugire intango y'indwi nziza hamwe na Sandy Nduwimana β€οΈ
Hidden Talent Media
HAPPY RIVER hot
Let The Star Shine Media
π₯ π₯
Mubisanzwe Uno musore uyumwaka wa 2023 tugiye kurangiza yawukozemwo vyinshi kandi vyiza !
π΄ π.π.π wa arabifurije nziza βοΈ
π΄ π.π.π wa ππ’ππππ§ πππ₯ππ§π ππ¨π¦π©ππ§π²
HAPPY RIVER hot π
π΅ Umwana w'intambara π₯
Buri muntu wese agira igihe ciwe βοΈ
Uno musore uravye ukuntu ariko ararwanira umuzika urabona neza ko ariko atera yegereza mubihe vyiwe nyezina π₯π₯π₯
Mwite Nikon The Fire π π₯
π΄π΅ Hidden Talent Media Ibipfurije intango y'indwi nziza π
π΄ Ese woba wararavye iyi ndirimbo nshasha idasanzwe y'uyu musore ? Ngiyo yikurikirane hano
πππππππππππ ππ² πππππ ππ https://youtu.be/alIzSuOmVAw?si=CizVeo56y1LqRXON
Bujumbura
Be the first to know and let us send you an email when Stars Vision Team posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.
Send a message to Stars Vision Team:
Film #UMUSI_MUBI yamaze gusohoka yirabe uciye ngaha kuri youtube https://youtu.be/4RrlIEikWJI?si=oM709_h04rQ8Z4uH
ONE DAY ni indirimbo ya #LAYAN_DIGI akaba ariko afashwa na HAPPY RIVER HOT ndetse akaba yanamwemereye kumushira muri #HIDDEN #TALENT_MUSIC_LABEL. indirimbo yose ngiyi link. https://youtu.be/BhaOvELP4Ec?si=S2YeeXpOE4HMqYkt https://youtu.be/BhaOvELP4Ec?si=S2YeeXpOE4HMqYkt
β HIDDEN TALENT COMPANY , yuguruye #BAR_VIP Mu #CARAMA hafi yaho benshi bakunze kwita #KUKIBASSIN ! Murahawe ikaze kuko ntihasanzwe βοΈ
Umu kenyan muri Hidden talent media Burundi https://youtu.be/evySgx3ujos?si=ghyGlfNyh4IL00sl
Alain Nova avuze vyinshi kurupfu rwa Miss Erica https://youtu.be/TVHqCpEg9fk?si=wsRjetff6KH502uR
Umwana muto cane afise impano yishikiye muri Hidden Talent Mediaπ https://youtu.be/TVHqCpEg9fk?si=hYBob_PEiOc9xa79
SPG producer muri Hidden Talent Media https://youtu.be/IMksf_MPGR0?si=OegJVrAoxUUNUXmN
Uburundi burafise abana bafise impano Bakurikirane muri Hidden Talent Mediaπ https://youtu.be/3w1SGL2nj8w?si=HmQKnuxoQDO3REzE
π΄ Kurikirana ibirori vyo kwugurura #HIDDEN_TALENT_MEDIA uko vyagenze hano πππππππππ
RIVA HOT, ati unanipa Mapenzi ya Diference, Soon Something new is Coming up. https://youtu.be/NHl6dhBs0nI https://youtu.be/NHl6dhBs0nI
Indirimbo bayita #HAHIYE Niyumuririmvyi azwi kwizina rya #NIKON Arikumwe numuraperi #bigjay iherijisho video nziza cane tubandanye tunashigikira ababana bigihugu cuburundi. https://youtu.be/DikwrTnYt18 https://youtu.be/DikwrTnYt18
Vyakomeye cane, SANDY NDUWIMANA atanze Umuco impamvu yashize ZUWENA wa DIAMOND mundirimbo yiwe MILELE kandi afise TATUWAJE ya DIAMOND kukuboko, kurikirana ikiganiro. https://youtu.be/2scz7I6Av6k https://youtu.be/2scz7I6Av6k
Uwabonye TATIWAJE ya DIAMOND kukuboko kwa ZUWENA ninde? Birashoboka kuyo mwigeme yokwakira agakiza biciye muriyi ndirimbo kabisa. *SANDY & BAHATI BUKUKU - MILELE New Official Video 2023* https://youtu.be/2scz7I6Av6k https://youtu.be/2scz7I6Av6k
π΄ πππππ Β«ππππππππΒ» πππππππ Umwana arahaturiye π₯π₯π₯π₯ππππ
Nikon the fire yamaze gushika IKIGANDA muri Concert ya NEW GENERATION ALBUM. Muze muri benshi kuko azohaturira arikumwe na SIPI BOY nabandi baririmvyi benshi cane, ikiganda muri tayari kuri Pasika?
Indirimbo MUZABUKURU ya HAPPY RIVER yamaze kubashikira, muyirabe muciye kuri youtube yiwe ya HAPPY RIVER hot. https://youtu.be/JAF5tREA_uk https://youtu.be/JAF5tREA_uk
Aka Karirimbo ka HAPPY RIVER turagatuye abamama bose hamwe n'abigeme. Mukanyukure rero. https://youtu.be/NHl6dhBs0nI https://youtu.be/NHl6dhBs0nI
HAPPY RIVER ati, abagabo bakubita abagore babo mugire ico mubabwiye. BABIMUKORERE by HAPPY RIVER yamaze kubashikira muyisangize abamama bose n'abigeme. https://youtu.be/NHl6dhBs0nI https://youtu.be/NHl6dhBs0nI