Menya Hub Space

Menya Hub Space Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Menya Hub Space, Digital creator, Bujumbura.

Hinduka Umuhinga mugukoresha Ubuhinga bugezweho wongere uvuge neza Ururimi rw'akazi.

Artificielle
Enligne

Videography
Media Marketing
Design
Design

Uyu mwaka tugomba dutangure reka Ibe Intsinzi yawe , tangura gukorera kuri internet nawe ntibigume Ari  inkuru gusa ahub...
27/12/2024

Uyu mwaka tugomba dutangure reka Ibe Intsinzi yawe , tangura gukorera kuri internet nawe ntibigume Ari inkuru gusa ahubwo bibemwo, kuko bishoboka waba ufise umutahe canke atawe ufise .

Kuba ufise téléphone gusa birakwiye ngo nawe ukorere Kuri internet Kandi mugihe gito cane.

Izi nyigisho nizande? Ninde yoziga? Gute hehe?

"UMWAKA W'INTSINZI, MURI DIGITAL MARKETING PROGRAM"

🔳Kuba wipfuza canke ufise inyota yo gukorera Kuri internet

🔳 Kuba atakazi ufise canke atanumutahe ufise

🔳Kuba ufise Business Muga wipfuza ko ishika Kure hashoboka kuko , iyo business yawe izi benshi winjiza menshiiiii

🔳Kuba Ushaka kujana n'Ibihe kuko gukora kimwe mwiyi minsi usanga bidahagije

Izi nyigisho nkizi ugiye kuzironka kubuntu uciye mwiyi group WhatsApp

https://chat.whatsapp.com/JAFTFZ781ie9LKLEAuusPC

Niki ugiye kwiga?

🎁 Umuce wambere ugiye kuronka ubumenyi , uburyo internet ikora nuko woyivyazamwo umusaruro.

🎁Umuce wakabiri, ugiye kwiga uburyo bwabumenyi waronka woshobora kubuvyazamwo umusaruro

🎁Umuce wagatatu,uziga ico Twista Branding hamwe n'a Marketing uburyo widandaza canke wimenyekanisha Kuri internet

🎁 Uziga uburyo baduza imbuga (Boosting) nuko bakora Monetization yazo

Inyigisho udakwiye kuburamwo nagato, kuko ni kubuntu zigiye gutwangwa mwiyi group

https://chat.whatsapp.com/JAFTFZ781ie9LKLEAuusPC

Itariki: 02/01/2025
Kuri: WhatsApp
Ikiguzi: Kubuntu

🛑Uziga youtube Monetization
🛑Uziga Facebook, Instagram WhatsApp business Monetization
🛑Uziga Tiktok Monetization
🛑Uziga X Monetization
🛑Uziga Google Business
🛑Uziga Branding & Marketing
🛑Uziga Intelligence artificielle
🛑Uziga Phone Videography
🛑Uziga LinkedIn Monetization
🛑Uziga Copywriting

Inyigisho ziba gake, abazize bahinduka abahinga Kuri internet

https://chat.whatsapp.com/JAFTFZ781ie9LKLEAuusPC

Uyu mwaka tugomba dutangure reka Ibe Intsinzi yawe , tangura gukorera kuri internet nawe ntibigume Ari  inkuru gusa ahub...
26/12/2024

Uyu mwaka tugomba dutangure reka Ibe Intsinzi yawe , tangura gukorera kuri internet nawe ntibigume Ari inkuru gusa ahubwo bibemwo, kuko bishoboka waba ufise umutahe canke atawe ufise .

Kuba ufise téléphone gusa birakwiye ngo nawe ukorere Kuri internet Kandi mugihe gito cane.

Izi nyigisho nizande? Ninde yoziga? Gute canke hehe?

"UMWAKA W'INTSINZI, MURI DIGITAL MARKETING PROGRAM"

🔳Kuba wipfuza canke ufise inyota yo gukorera Kuri internet

🔳 Kuba atakazi ufise canke atanumutahe ufise

🔳Kuba ufise Business Muga wipfuza ko ishika Kure hashoboka kuko , iyo Business yawe izi benshi winjiza menshiiiii.

🔳Kuba Ushaka kujana n'Ibihe kuko gukora kimwe mwiyi minsi usanga bidahagije.

Izi nyigisho nkizi ugiye kuzironka kubuntu uciye mwiyi group WhatsApp

https://chat.whatsapp.com/JAFTFZ781ie9LKLEAuusPC

Niki ugiye kwiga?

🎁 Umuce wambere ugiye kuronka ubumenyi , uburyo internet ikora nuko woyivyazamwo umusaruro.

🎁Umuce wakabiri, ugiye kwiga uburyo bwabumenyi waronka woshobora kubuvyazamwo umusaruro

🎁Umuce wagatatu,uziga ico Twita Branding hamwe n'a Marketing uburyo widandaza canke wimenyekanisha Kuri internet

🎁 Uziga uburyo baduza imbuga (Boosting) nuko bakora Monetization yazo

Inyigisho udakwiye kuburamwo nagato, kuko ni kubuntu zigiye gutangwa mwiyi group WHATSAPP

https://chat.whatsapp.com/JAFTFZ781ie9LKLEAuusPC

Itariki: 02/01/2025
Kuri: WhatsApp
Ikiguzi: Kubuntu

🛑Uziga youtube Monetization
🛑Uziga Facebook, Instagram WhatsApp business Monetization
🛑Uziga Tiktok Monetization
🛑Uziga X Monetization
🛑Uziga Google Business
🛑Uziga Branding & Marketing
🛑Uziga Intelligence artificielle
🛑Uziga Phone Videography
🛑Uziga LinkedIn Monetization
🛑Uziga Copywriting

Inyigisho ziba gake, abazize bahinduka abahinga Kuri internet

https://chat.whatsapp.com/JAFTFZ781ie9LKLEAuusPC

Impanvu Meta (Facebook Instagram hamwe WhatsApp) ataco ikumariye kiretse  kuganira gusa, kAndi  wokabaye uyivyazamwo umu...
24/12/2024

Impanvu Meta (Facebook Instagram hamwe WhatsApp) ataco ikumariye kiretse kuganira gusa, kAndi wokabaye uyivyazamwo umusaruro.

Benshi bibaza ko Facebook Instagram hamwe WhatsApp ataco vyokwinjiriza uwugize ngo aragize ubwenge usanga ashira ibintu Kuri status gusa😭

Woba waruziko nkahamwe wokwubaka nezaa :

🛑 page
🛑 Instagram page
🛑 Whatsapp business

Ivyo bintu bitatu ukabishira kumurongo nezaa Woshika Kuri vyinshi mugihe gito cane.
Ushobora kuronka inyigisho za SOCIAL MEDIA MANAGEMENT ukiga nezaa uburyo izombuga zose zihemba.

Reka Business yawe ishike Kure cane mugukoresha nezaa imbuga ngurukana bumenyi.

Whatsapp +257 62696388/67809124

Niki twashoboye  kwigisha  m'umwanya  twaronse muri Conférence itegugwa  Na Google  aha Bujumbura, Burundi yitwa        ...
23/12/2024

Niki twashoboye kwigisha m'umwanya twaronse muri Conférence itegugwa Na Google aha Bujumbura, Burundi yitwa ikaba yabereye Kuri Université yitwa OLIVIA UNIVERSITY.

Inyigisho zari zerekeye uburyo INTELLIGENCE ARTIFICIELLE twoyivyazamwo umusaruro
Nukuntu internet yungukira Buri wese yoyikoresha neza.

🛑 Akazi kose ukora woba warasigaye inyuma mugihe woba udakoresha intelligence artificielle.

🛑Woshika Kuri vyinshi mugihe wohitamwo neza kujana n'ibigezweho

Niki ukwiye kumenya Kandi mugihe gito cane?

🔳 Text to text
🔳Text to audio
🔳Text to website
🔳 Text to app
🔳Text to software
🔳 Text to image
🔳Text to song
🔳Text to video
🔳 Video to video
🔳Image to video
🔳Link to text
🔳Text to codes
🔳Text to analysis
🔳Text to data
🔳Data to video or text
🔳Audio to audio
🔳 Image to Text
🔳 Enhancing
🔳 Restoring

Ubwo hamwe n'ubundi buryo ukoreshamwo intelligence artificielle ikaguha ico wipfuza
Haca hakurikira uburyo ushobora kubivyazamwo umusaruro Arico twita

Ushobora gutangura gukorerera henshi nka:

🛑 Fiverr
🛑 Upwork
🛑 Linkdin

Ushobora no gushinga imbuga nka:

🛑 YouTube
🛑 Facebook
🛑 Instagram
🛑X
🛑 Tik Tok

Ugatangura gukorerera kwizo mbuga Kandi ukinjiza ukoresheje intelligence artificielle
Wipfuza inyigisho twandikire Kuri : +257 62696388/67809124

#

17/12/2024

🌟 **Une Expérience Inoubliable au Google DevFest 2024** 🌟 J’ai eu l’honneur de participer au **Google DevFest** en tant qu’intervenant, où j’ai animé une ...

16/12/2024

🌟 **Une Expérience Inoubliable au Google DevFest 2024** 🌟

J’ai eu l’honneur de participer au **Google DevFest** en tant qu’intervenant, où j’ai animé une session sur **comment exploiter l’intelligence artificielle pour générer des revenus et créer des opportunités en ligne**.

Cet événement m’a permis de rencontrer des professionnels passionnés et des esprits innovants, tous engagés à repousser les limites de la technologie et à façonner l’avenir numérique. Ensemble, nous avons exploré des stratégies concrètes pour transformer les outils d’IA en leviers de réussite professionnelle.

💡 Si vous êtes intéressé par les opportunités offertes par l’intelligence artificielle ou souhaitez en savoir plus, je vous invite à suivre **Menya Hub Space** pour des conseils pratiques et des formations sur mesure.

🌟 **Une Expérience Inoubliable au Google DevFest 2024** 🌟  J’ai eu l’honneur de participer au **Google DevFest** en tant...
16/12/2024

🌟 **Une Expérience Inoubliable au Google DevFest 2024** 🌟

J’ai eu l’honneur de participer au **Google DevFest** en tant qu’intervenant, où j’ai animé une session sur **comment exploiter l’intelligence artificielle pour générer des revenus et créer des opportunités en ligne**.

Cet événement m’a permis de rencontrer des professionnels passionnés et des esprits innovants, tous engagés à repousser les limites de la technologie et à façonner l’avenir numérique. Ensemble, nous avons exploré des stratégies concrètes pour transformer les outils d’IA en leviers de réussite professionnelle.

💡 Si vous êtes intéressé par les opportunités offertes par l’intelligence artificielle ou souhaitez en savoir plus, je vous invite à suivre **Menya Hub Space** pour des conseils pratiques et des formations sur mesure.

**HASIGAYE  AMASAHA  KUKO  SAMBIRI ZIJORO  (2OH) KUMASAHA YA BUJUMBURA  PROMOTION IRANGIRA.**  Rangiza umwaka nawe ukore...
28/11/2024

**HASIGAYE AMASAHA KUKO SAMBIRI ZIJORO (2OH) KUMASAHA YA BUJUMBURA PROMOTION IRANGIRA.**

Rangiza umwaka nawe ukorera kuri internet, kandi kinyamwuga gusa.

Inyigisho zose ubu Urashobora kuzironka haba mukibanza canke online (Enligne)

Promotion igiye kumara iminsi itanu gusa aho inyigisho ugiye kuzironka ahuri kuri Whatsapp canke Telegram, Wipfuza mukibanza nahone birakunda.

Ngizi inyigisho uzoronka muri:

**HINDUKA UMUHINGA MASTERCLASS**

🔷UZIGA UBURYO BARONDERA AKAZI UKORESHEJE :

✅LINKEDIN
✅FIVVER
✅UPWORK

Uziga ibikenewe ngo uhitemwo nuko wubaka profile yawe ikaba professional.

🔷UZIGA GUKORESHA NEZA INTELLIGENCE ARTIFICIELLE.

UGIYE KUBA UMUHINGA MU:

✅KWUBAKA IMBUGA UKORESHEJE INTELLIGENCE ARTIFICIELLE

✅GUKORA VIDEOS

✅GUKORA IMAGES

✅GUKORA GUKORA LOGOS

✅GUKORA RECHERCHE

✅GUKORA APP

✅ GUKORA ANALYSE

✅GUKORA TRADUCTION (TRANSLATION)

✅GUKORA AMAJWI HAMWE INDIRIMBO

HAMWE N'IBINDI VYINSHI USHOBORA GUKORESHA INTELLIGENCE ARTIFICIELLE.

🔷UGIYE KWIGA UBURYO BADUZA ABA SUBSCRIBERS, FOLLOWERS NA TIME WATCH KURI YOUTUBE.

Mwizi nyigisho ugiye kwiga uburyo bakora Boosting kuburyo Monetization yoroha mugihe gito cane gose, aho Tuzoguha na System igufasha kuduza imbuga.

🔷UGIYE KUBA UMUHINGA MUGUKORA NEZA VIDEOGRAPHY NA DESIGN UKORESHEJE TELEPHONE YAWE.

✅Uzigishwa Canva
✅Uzigishwa Inshot (capcut)

🔷UGIYE KUBA UMUHINGA MUGUKORESHA GOOGLE WORKSPACE.

Tuzokwigisha uburyo Google Business ikora hamwe n'ibindi vyinshi vya Google hamwe nuko woyivyazamwo umusaruro.

🔷UGIYE KWIGA UBURYO FACEBOOK, INSTAGRAM, TIKTOK, YOUTUBE USHOBORA KUYIVYAZAMWO UMUSARURO KANDI MUGIHE GITO CANE.

INYIGISHO ZOSE ZIRI KURI PROMOTION AHO USHOBORA KUZIRONKERA RIMWE.

⚠️ 45.000 FBU INYIGISHO UZIRONKA KURI WHATSAPP (TELEGRAM)

⚠️80.000 FBU UZIRONKA MUKIBANZA (CENTRE VILLE BUJUMBURA)

⛔PROMOTION IZOMARA IMINSI ITANU GUSA, IZORANGIRA LE 27/11/2024.

IYANDIKISHE KURI:67809124
www.menyahub.space

Rangiza umwaka nawe ukorera kuri internet, kandi kinyamwuga gusa.Inyigisho zose  ubu Urashobora kuzironka haba mukibanza...
27/11/2024

Rangiza umwaka nawe ukorera kuri internet, kandi kinyamwuga gusa.

Inyigisho zose ubu Urashobora kuzironka haba mukibanza canke online (Enligne)

Promotion igiye kumara iminsi itanu gusa aho inyigisho ugiye kuzironka ahuri kuri Whatsapp canke Telegram, Wipfuza mukibanza nahone birakunda.

Ngizi inyigisho uzoronka muri:

**HINDUKA UMUHINGA MASTERCLASS**

🔷UZIGA UBURYO BARONDERA AKAZI UKORESHEJE :

✅LINKEDIN
✅FIVVER
✅UPWORK

Uziga ibikenewe ngo uhitemwo nuko wubaka profile yawe ikaba professional.

🔷UZIGA GUKORESHA NEZA INTELLIGENCE ARTIFICIELLE.

UGIYE KUBA UMUHINGA MU:

✅KWUBAKA IMBUGA UKORESHEJE INTELLIGENCE ARTIFICIELLE

✅GUKORA VIDEOS

✅GUKORA IMAGES

✅GUKORA GUKORA LOGOS

✅GUKORA RECHERCHE

✅GUKORA APP

✅ GUKORA ANALYSE

✅GUKORA TRADUCTION (TRANSLATION)

✅GUKORA AMAJWI HAMWE INDIRIMBO

HAMWE N'IBINDI VYINSHI USHOBORA GUKORESHA INTELLIGENCE ARTIFICIELLE.

🔷UGIYE KWIGA UBURYO BADUZA ABA SUBSCRIBERS, FOLLOWERS NA TIME WATCH KURI YOUTUBE.

Mwizi nyigisho ugiye kwiga uburyo bakora Boosting kuburyo Monetization yoroha mugihe gito cane gose, aho Tuzoguha na System igufasha kuduza imbuga.

🔷UGIYE KUBA UMUHINGA MUGUKORA NEZA VIDEOGRAPHY NA DESIGN UKORESHEJE TELEPHONE YAWE.

✅Uzigishwa Canva
✅Uzigishwa Inshot (capcut)

🔷UGIYE KUBA UMUHINGA MUGUKORESHA GOOGLE WORKSPACE.

Tuzokwigisha uburyo Google Business ikora hamwe n'ibindi vyinshi vya Google hamwe nuko woyivyazamwo umusaruro.

🔷UGIYE KWIGA UBURYO FACEBOOK, INSTAGRAM, TIKTOK, YOUTUBE USHOBORA KUYIVYAZAMWO UMUSARURO KANDI MUGIHE GITO CANE.

INYIGISHO ZOSE ZIRI KURI PROMOTION AHO USHOBORA KUZIRONKERA RIMWE.

⚠️ USHOBORA KURONKA INYIGISHO KURI WHATSAPP (TELEGRAM)

⚠️CANKE UKAZIRONKA MUKIBANZA (CENTRE VILLE BUJUMBURA)

⛔PROMOTION IZOMARA IMINSI ITANU GUSA, IZORANGIRA LE 27/11/2024.

IYANDIKISHE KURI:67809124
www.menyahub.space

💥💯💪Akabirya rero kamwe muri vyinshi tugiye kubazanira🔥💰💷💶🏮Twarababwiye🖨️ LINKEDLIN🖥️mu📀 nyigisho tugiye kubazanira ziran...
26/11/2024

💥💯💪Akabirya rero kamwe muri vyinshi tugiye kubazanira🔥💰💷💶

🏮Twarababwiye🖨️ LINKEDLIN🖥️mu📀 nyigisho tugiye kubazanira zirangiza umwaka.

🏮💥Iyo serivise mwumva rero ni ikintu gihambaye🏆🏅cane,ww ukira kwuzuza ivyo usabwa n'ivyo ushoboye🎖️,nimba ari ubumenyi ufise mu kintu kanaka🖥️ Hama nimba ari akazi kabonetse ukabona uronderwa💪 .🔥💢Benshi birabaha akazi💥💯 kandi keza bivanye n'ivyo ushoboye.Ako ni akabirya kamwe muri vyinshi tugiye kubazanira💥💪

Ntimucikwe N'izi nyigisho 💯💥 zirangiza umwaka.Kaze muri benshi

Inyigisho zikaba zizoca mwiyi groupe

21/11/2024

💥🌹💯Ntutangwe,ni Kiri uyu Musi wa 5 ku mugoroba 🤑💪💪⭕Za nyigisho twatanguye  Zirabandanya🎈Kaze rero muri bënshi mu nyigish...
21/11/2024

💥🌹💯Ntutangwe,ni Kiri uyu Musi wa 5 ku mugoroba 🤑💪💪

⭕Za nyigisho twatanguye Zirabandanya

🎈Kaze rero muri bënshi mu nyigisho zirangiza umwaka tubigishe Ido Nido uburyo 15♨️ wovyazamwo umusaruro✔️ Intelligence Artificielle 💰 ukoresheje téléphone 🤳📳💯 yawe

https://chat.whatsapp.com/H0xqLJeVlhCFEEZLFJlQEc

💪🔴Izi nyigisho💯💥ntizizosiga umuntu uko yaje🤏🤌🔴Inyigisho zizotangwa  itariki 22/11/2024  inyigisho  zituma utahura uburyo...
20/11/2024

💪🔴Izi nyigisho💯💥ntizizosiga umuntu uko yaje🤏🤌

🔴Inyigisho zizotangwa itariki 22/11/2024 inyigisho zituma utahura uburyo internet ikora nuko woyivyazamwo umusaruro. 💸💰💰

JANA N'IBIHE MASTERCLASS

Nguru urutonde gw'inyigisho uzoronka

🔘 Uburyo basaba akazi, nuko wubaka profile professionel hama bigatuma uronka akazi hirya no hino kwisi kuri.

✅LinkedIn
✅Fivver
✅Upwork

🔘Uziga uburyo Intelligence artificielle ubuhinga bugezweho uburyo babukoresha nuko wibivyazamwo umusaruro.

Uziga :

✅Image creation
✅Script Creation
✅Research and Analysis
✅App Creation
✅Song Creation
✅Logo Creation
✅Web Creation
✅Designing...... Etc

Hamwe n'ibindi Uyu mwaka ugiye kuba Umuhinga kuri Intelligence artificielle.

🔘Boosting And Ads

Ugiye kwiga uburyo bagura aba Followers nuko baduza ama vues haba kuri Facebook, Instagram, TikTok, YouTube hamwe n'izindi mbuga nuko wobihindura akazi kawe.

🔘Social Media Management

Ugiye kwiga uburyo Bubaka nuko bakurikirana imbuga ngurukana bumenyi zose hamwe nuko bazivyamwo umusaruro

🔘MONETIZATION

Nigute internet Ihemba muri Rusangi?

Uziga uburyo internet Ihemba, Amakosa ukwiye kwirinda nivyo ukwiye gukora ugitangura

Link ya whatsapp inyigisho zizocamwo.

Kaze muri benshi Tubihere ubumenyi bugezweho
https://chat.whatsapp.com/GJzDZHMYGMN4WDvnEnevMM

Ngibi  ivyugiye kwiga nawe  kandi vuba gusa uba utanguye kubishikako, injira muri group uciye ngaha kwiyi link hama nawe...
20/11/2024

Ngibi ivyugiye kwiga nawe kandi vuba gusa uba utanguye kubishikako, injira muri group uciye ngaha kwiyi link hama nawe utangure gukorera kuri internet.

https://chat.whatsapp.com/GJzDZHMYGMN4WDvnEnevMM

**JANA N'IBIHE MASTERCLASS **

Nguru urutonde gw'inyigisho uzoronka

🔘 Uburyo basaba akazi, nuko wubaka profile professionel hama bigatuma uronka akazi hirya no hino kwisi kuri.

✅LinkedIn
✅Fivver
✅Upwork

🔘Uziga uburyo Intelligence artificielle ubuhinga bugezweho uburyo babukoresha nuko wibivyazamwo umusaruro.

Uziga :

✅Image creation
✅Script Creation
✅Research and Analysis
✅App Creation
✅Song Creation
✅Logo Creation
✅Web Creation
✅Designing...... Etc

Hamwe n'ibindi Uyu mwaka ugiye kuba Umuhinga kuri Intelligence artificielle.

🔘Boosting And Ads

Ugiye kwiga uburyo bagura aba Followers nuko baduza ama vues haba kuri Facebook, Instagram, TikTok, YouTube hamwe n'izindi mbuga nuko wobihindura akazi kawe.

🔘Social Media Management

Ugiye kwiga uburyo Bubaka nuko bakurikirana imbuga ngurukana bumenyi zose hamwe nuko bazivyamwo umusaruro

🔘PHONE VIDEOGRAPHY & DESIGN

Ukorera kuri internet uba ukeneye kumenya gutunganya neza amashusho yivyo ukora arinayo mpanvu inyigisho nkizi uba uzikeneye kandi vyihuse.

🔘MONETIZATION

Nigute internet Ihemba muri Rusangi?

Uziga uburyo internet Ihemba, Amakosa ukwiye kwirinda nivyo ukwiye gukora ugitangura

Link ya whatsapp inyigisho zizocamwo.

https://chat.whatsapp.com/GJzDZHMYGMN4WDvnEnevMM

www.menyahub.space

💥💯Abandi Intelligence Artificielle iriko irabateza imbere💵💸💪🧏🔴Woba utari bwo umenye ko intelligence artificielle iriko i...
19/11/2024

💥💯Abandi Intelligence Artificielle iriko irabateza imbere💵💸💪🧏

🔴Woba utari bwo umenye ko intelligence artificielle iriko ituma Abantu benshi bibera abatunzi Ku bwa materefone yabo kandi vyoroshe⁉️✈️💪💵?

🔴Mu nyigisho zirangiza umwaka tugiye kubazanira kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 22/11/2024 zizotuma umuntu wese azoba yazikwirikiranye amenya gukoresha imbuga👌 ngurukanabumenyi nka WHATSAPP, FACEBOOK,YOUTUBE, TWITTER, TIK TOK, INSTAGRAM... mu vyunguka. 💵💰💵💸

Karibu rero muri benshi Tubihere ubumenyi bugezweho

Address

Bujumbura
0000

Website

http://www.menyahub.space/, http://www.menyahub.space/, http://www.menyahub.space/, http://w

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Menya Hub Space posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share