Menya Magazine

Menya Magazine Entreprise d'Actualité, d'Informatique et d'Audiovisuel
(1)

Bienvenus chez Double Save House Design for you
24/04/2024

Bienvenus chez

Double Save House

Design for you

Bienvenue
16/03/2024

Bienvenue

Produit de qualité et le plus meilleurAvec    Natacha Burundi @à la une Miss Erica Mista Champagne
24/11/2023

Produit de qualité et le plus meilleur

Avec



Natacha Burundi

@à la une

Miss Erica

Mista Champagne

🔵 🔴 Uburundi 🇧🇮 buhejeje gutsinda Gambie 🇬🇲 ibitsindo 3 kuri 2 mu rukino rwa mbere rwo kurondera itike y'igikombe c'isi ...
16/11/2023

🔵 🔴 Uburundi 🇧🇮 buhejeje gutsinda Gambie 🇬🇲 ibitsindo 3 kuri 2 mu rukino rwa mbere rwo kurondera itike y'igikombe c'isi yose ca 2026.

FT : Burundi 3-2 Gambie

Urukino warubonye gute ?

🔵🔴 K'umunota wa 55 : Umumenyereza Etienne Ndayiragije ahejeje guhindura abakinyi 3.- Derrick MUKOMBOZI asubiriwe na Trés...
16/11/2023

🔵🔴 K'umunota wa 55 : Umumenyereza Etienne Ndayiragije ahejeje guhindura abakinyi 3.

- Derrick MUKOMBOZI asubiriwe na Trésor Mossi
- Bigirimana Abedi asubiriwe na M***a Omar
- Fiston Abdul Razak asubiriwe na Sudi Abdallah

60' : Burundi 🇧🇮 2-1 Gambie 🇬🇲

🔵 🔴 Gooooool Abedi Bigirimana31' : Burundi 🇧🇮 1-0 Gambie 🇬🇲Abedi ⚽ ( assist Saido Ntibazonkiza) Natacha Burundi
16/11/2023

🔵 🔴 Gooooool Abedi Bigirimana

31' : Burundi 🇧🇮 1-0 Gambie 🇬🇲

Abedi ⚽ ( assist Saido Ntibazonkiza)

Natacha Burundi

15/11/2023

Test app

Murahawe ikaze mweseBabakorera ibintu bimese neza kandi cane
14/11/2023

Murahawe ikaze mwese

Babakorera ibintu bimese neza kandi cane

30/06/2023

Hellooo

🔔Muyinga: Buramatari ati  Ingingo yari yafashwe na   wa   ngo ntikurikije amategeko  ntashobora kwirukanwa kubutaka nabu...
06/04/2023

🔔Muyinga: Buramatari ati

Ingingo yari yafashwe na wa ngo ntikurikije amategeko

ntashobora kwirukanwa kubutaka nabumwe bw'igihugu

🔴😱Birinze bigera ku rwego rwo kwirukanwa muri   burya biba vyakomeye.Uyo nawe s'uwundi ni umwigeme azwi kwizina rya Muke...
06/04/2023

🔴😱Birinze bigera ku rwego rwo kwirukanwa muri burya biba vyakomeye.

Uyo nawe s'uwundi ni umwigeme azwi kwizina rya Mukeshimana Aniella batazira yirukanwe muri komine Butihinda muntara ya ku mvo y'ukwitwarirwa n'abagore bo ku mutumba kwa Musitanteri arongoye iyo komine ko abatwarira abagabo.

Kuva ku musi w'ejo wa gatanu igenekerezo rya 7 ndamukiza 2023 nk'uko biri Mw'itangazo rya Musitanteri NDIKUMASABO Gilbert wa Butihinda,Uyu mwigeme Kirungo ntazoba yemerewe kuhahonyoza ukuguru.



Wifuza kuronka   ndetse nibicapo vyiza kandi bitunganijwe nezaWifuza gukoresha ibintu bijanye na  Wifuza ndetse no kwand...
29/03/2023

Wifuza kuronka ndetse nibicapo vyiza kandi bitunganijwe neza

Wifuza gukoresha ibintu bijanye na

Wifuza ndetse no kwandikisha ibintu bitandukanye

Nyarukira muri babigufashemwo.

🙄🙄ARAGIYE KWELI R.I.P Umuririmvyi Saidi Brazza yaryamiye ukuboko kw'abagabo  Yapfiriye ku bitaro bimwe vy'i Ngozi mw'ijo...
24/03/2023

🙄🙄ARAGIYE KWELI R.I.P

Umuririmvyi Saidi Brazza yaryamiye ukuboko kw'abagabo

Yapfiriye ku bitaro bimwe vy'i Ngozi mw'ijoro ryo kuri uyu wa 23 ushira uwa 24 Ntwarante aho yari yanyarukanwe ku mvo z'amagara

🔔      Mu ntumbero yo kubandanya bahimbaza ukwezi kwahariwe abakenyezi kw'Isi,   bo mwi shengero rya   barabateguriye ig...
19/03/2023

🔔



Mu ntumbero yo kubandanya bahimbaza ukwezi kwahariwe abakenyezi kw'Isi, bo mwi shengero rya barabateguriye igikorane c'agakura

Ico gikorane citiriwe MUKENYEZI INYENYERI YAWE IGIYE GUKAYANGANA kigiye gutangura guhera ku musi wa mbere aho bukera igenekerezo rya 20 kugera 26 ukwezi kwa #3 mu 2023

Nkuko tubobona haratumiwe abavugabutumwa rurangiranwa batandukanye bava mu bihugu vya na hamwe nimirwi y'abaririmvyi itari mike

Vyumwihariko rero ico gikorane kizoremeshwa nabakozi b'Imana nka hamwe na musanzwe muziko babica bigacika muguhayagiza izina ry'Imana aha iwacu ndetse no mu makungu

Ntutangwe kuhashika ndetse no gutumira n'abandi

Ikibanza ni mu Kamenge, Mirango 2 kurya 13 hafi ya entenne aho bita KUMUSUFI

Mufise ico mubaza mwokwakura kuri 79567624 Umwungere mukuru

Murahawe ikaze

Mugire umusi w'Imana mwiza
19/03/2023

Mugire umusi w'Imana mwiza

18/03/2023

Hello guys

🛑 Ntisanzwe! Ino ni ihoteli igeretse 10 iherereye neza na neza muburaruko bushira ubuseruko bw'igihugu ca  !  Ino hoteli...
15/03/2023

🛑 Ntisanzwe!

Ino ni ihoteli igeretse 10 iherereye neza na neza muburaruko bushira ubuseruko bw'igihugu ca ! Ino hoteli iza kumwanya wa mbere w'izindi zose muri Afrika haba ukuntu yubatse n' uburyo izimvye! Ino kuyimaramwo amasaha 24 yonyene uriha amafaranga y' amarundi angana na 20.000.000!

Nubwo mwumva izimvye uko nticabujije ko umuryango w' abarwizatunga karuhariwe bamaze kuyifata yose atagace na gato kavuyeko mukiringo c' imyaka ibiri ,,( kuva mu kwezi kwa 5/2023 gushika mu kwa 5/ 2025 !

🔔 Umukinyi wa "Ninde" Vyunga Dassio yakina kw'izina rya "Bukombe" yitavye Imana kuri uyu wa 14 Ntwarante 2023 ku bitaro ...
15/03/2023

🔔
Umukinyi wa "Ninde" Vyunga Dassio yakina kw'izina rya "Bukombe" yitavye Imana kuri uyu wa 14 Ntwarante 2023 ku bitaro bikuru vya

Mugenziwe Kireko avuga ko yafashwe giturumbuka kuri uyu wa 13/03/2023 aca ajanwa kuvurirwa ku bitaro bikuru vya Gitega ariho yitabiye Imana uyu munsi

Uwo mukinyi ngo n'umwe mu batanguranye igikino umugwi Ninde

Address

Kamenge
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Menya Magazine posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Menya Magazine:

Videos

Share