#Alvella_Muhimbare yaduteguriye vyishi kandi agaragara KO ariko arakora cane ninkomezi kugira aduhe bishasha mwuyu mwaka
NN Niki umubwiye kuvyerekeye ibikorwa vyuyu mwaka? #Andika muri #comment
Aha turi muntara y'a bubanza commune Gihanga umutumba Wa Kizina aho nagiye gukurikirana umutima wiwanje witomate uwupfuza kunshigikira.......
Hello mwaramutse neza !!!
Vuba cane hari Film nshasha igiye gusohoka muyitege vuba
Nimba wama udukurikirana kandi udukunda gira akajambo utubwîye twunveko wama udukurikirana
Uyumusi tubazaniye film y'a #KEZA #PART3
Hello Mwaramutse neza bivanye naho umwumwe wese aherereye
Y'a Film mwakunze cane y'a #KARIRE #Part2 irabandanya ryoherwa na
BUJA MOVIES ONLINE
Ntiwibagire kugira
#J'aime
#Commenter
#Partager
Hello Mwaramutse neza bivanye naho umwumwe wese aherereye
Y'a Film mwakunze cane y'a #KARIRE #Part2 irabandanya ryoherwa na
BUJA MOVIES ONLINE
Ntiwibagire kugira
#J'aime
#Commenter
#Partager
Hello!!! Bakunzi bâ #BUJA #MOVIES #ONLINE
Turabandanya kugumana namwe ibihe vyose
Iyi ni #KEZA #PART2 Ndaziko mwari muyirindiranye igishika muri beshi
Ntiwagire gukanda #Like , #Comment, #Share
Turakeneye #Commentaires zanyu KO mushimwisha Canke mudashimishwa
Hello!!! Uyumusi tubazaniye iyindi Film yitwa (#KARIRE #PART1 zigiye kuza ziracako ngaha ukwari zibiri . mukomeze kuryoherwa na #BUJA #MOVIES #ONLINE
https://youtu.be/A43Uq81iG-A