26/04/2023
Icigwa: UBUSHOBOZI BUKWIYE BWO KURANGURA AMABANGA Y'ABUBABATSE
Uku ni k'Uhoraho Umucunguzi wawe, Uwera w'Abisirayeli agize, ati Ni jewe Uhoraho Imana yawe, nkwigisha ibikugirira ikimazi, nkakurongora mu nzira ukwiye gucamwo. Iy' uba warumviye ivyagezwe vyanje , uba waragize amahoro ameze nk'uruzi, kand' ukugororoka kwawe kuba kwarabaye nk'imipfunda y'ikiyaga; kand' uruvyaro rwawe rwobaye nk'umusenyi, n'abava mu nda yawe bobaye nk'umuhekeheke wawo; izina ryawe ntiryorandutse canke ngo rizimangane imbere yanje.
Yesaya 48:17-19
Bagenzi,
Igihe cose lmana yavuze abantu bakigira ukundi,ntibibura kubazanako ingaruka nyinshi knd umunezero waboc ugahera
Haribo ibintu bine lmana yashimyeko vyozokwamye bizanira mwene muntu umunezero.
Ingorane ziva kukutitaho no kudashira mungiro neza ivyo ibintu zituma ibibi n'ivyaha vyinshi kw'isi vyiyongera,knd vyose bikagira intumbero imwe rudende ariyo yo guhonya Burundi amahoro n'umunezero vy'umuntu
[5/15, 20:39] Thimothé Frere Tanzania: Ivyo ibintu bine lmana yageneye umuntu ngo bimuheshe umunezero ni:
*⃣kurya: bituma umubiri ,ivyiyumviro,amaraso bigubwa neza.
*⃣gukora:bigwanya ubunebwe no kwikunda mû muntu
*⃣kuruhuka: umuntu yasabwe kuruhukira mw'itiro nk'ikiruhuko ça buri musi gituma yiyubura mû nkomezi nshasha.
Ariko yasabwe no kuruhuka ikiruhuko véranda arico sabato ngo imiruho y'indwi yose ayibagire aronswe inkomezi zimubashisha kubaho indwi ikwirikira.
*⃣kurondoka(amabanga y'abubatse)
Umugambi wa satani ni ukuburagiza umuntu kubijanye n'izo ngingo zone.
Iyo hagize n'imwe ikorwa nkuko lmana itagenye, Cuba cnk kera umuntu arononekara.
Reka noneho tuvuge ku ngingo y'a kane: *kurondoka:kurangura abanga y'abubatse*
✅lmana niyo yabigenye.
Uhoraho Imana aravuga, ati *Si vyiza k'uyu muntu yibana wenyene;* hinge ndamuronderere umufasha bikwiranye. Maz' uwo muntu aravuga, at' *Uyu n'igufa ryo mu magufa yanje, n'akara ko mu mara yanje:* azokwitwa Umugore kuko yakuwe mu Mugabo . Ni co gituma umuntu azosiga se na nyina, akabana n'umugore wiwe akaramata, bakaba umubiri umwe.
Itanguriro 2:18, 23-24
Adamu akimara guhabwa Éva,ako kanya umunezero wiwe wagaragariye mû maso no mumajambo ati''uwu ni igufa ryo mû magufa yanje....''
Ariko mukwita amazina ivyaremwe vyose akuburamwo uwo biringaniye,yiyumvamwo irungu
Paulo nawe ati
:
Umubano w'ababiranye ni wubahwe na bose, kand' *uburiri bgabo bgoye guhumanywa* : kukw abashakanyi n'abasambanyi Imana izobacirakw iteka.
Abaheburayo 13:4
Ariko kubgo kwirinda gushakana, umugabo wese agire uwiwe mugore, n'umugore wese agire uwiwe mugabo. Umugabo ahe umugore wiwe ivy' akwiye, kand' umugore na we abigenze artyo ku mugabo wiwe. K*k' umugore ataganza umubiri wiwe, arik' uganzwa n'umugabo; kand' umugabo na we ntaganza umubiri wiwe, arik' uganzwa n'umugore. Ntimukimane, sh*ti kumbure musezeranye igihe, kugira ngo mubone uburyo bgo gusenga, kandi mwongere mubane, Satani ntabageragereshe kutirinda kwanyu. Ariko namba badashobora kwirinda babirane: kuko kwabirana ari kwiza, kuruta gushuha.
1 Ab'i Korinto 7:2-5, 9
Uri banga ry'abubatse rikwiye gukorwa neza knd mucubahiro.
K*ko nkuko iyo mirongo y'a bibiliya ibivuze ,abavyigenzamwo nabi ntibazobura kubihanirwa.
✅ *Bimwe mû bitera uri banga ryeranda kuba umuvumo aho kuba umugisha*
▶.kubikora kenshi ku musi cnk ijoro rimwe.
Bitewe nuko binunuza icunyunyu ça zink gikoresha ubwonko neza,ni vyiza kw'abantu birinda kurenza urugero .
▶si vyiza gupfa kubikora hatabanje kubaho umwumvikano.bitabaye bityo vyotera indwara nyinshi,cncn kumugore.
▶isuku y'ibitsina naho ni nkenerwa.lmyanda myinshi irashobora kwonona ibihimba vy'irondoka.
▶ni vyiza kubikora ku ntumbero imwe 'umunezero ,atari agahato cnk igiturire co kuronkerako izindi nyungu.
[5/15, 20:42] Thimothé Frere Tanzania: ✅ *zimwe mû mpamvu zituma bamwe bagira ubushobozi buke BWO kunezerezanya* .
⏺kunywa inzoga / ibiyayuramutwe
⏺umuhangayiko urenze wo mu bwonko/ stress
⏺kudategurana neza imbere yo kubikora
⏺gukunda kwiha ibinure mva bikoko arivyo bishobora kuzana iruba rya kinyamaswa
⏺kwigana ivyo wabonye cnk wumvise udafitiye inararibonye( p***ographie) mugenzawe ataco abiziko.
⏺kubana nabi n'uwo mwubakanye mû hindi bijanye n'ubuzima BWO mû rugo.
✅ *bumwe mû bufasha bwohabwa uwufise ubushobozi buke.*
🤝🏻umugabo
Gukunda kurya sésame n'ingano vyinitse bikamera.
Kimwe murivyo,ibiyiko 3 bigaherekezwa n'urutomate+indimu+n'ubuki.
Amababi y'amapera yuzuye amashi yawe yompi.
Sekura
Banga muri 1l y'amazi y'akazuyazi.
Nywa mugitondo,saa 6, no kumugoroba.
Bikore imisi 3.
Igikakarubamba( gifise amabara nk'ay'inzoka)
Sekura
Banga n'amazi 3/4 l
Nywa 1/4l x 3 ku musi.
Bikore imisi 3.
🤝🏻umugore
Sezame nkuko twabivuze ku mugabo
Épinards+umutobe w'igitoke (sa imbere utavanze amazi)
Nywa igikombe1/2l x3 ku musi,imisi itatu.
Bivura ''kwumira mû gitsina'' frigidite
Kubatoronka umwanya wo kuwutegura turafise iyisanzwe iteguwe kugira twese twiyumve uwukeneye tugane kutubona biroroshe ufyonda aho handitse WhatsApp ucutubona canke utwandikire 65 47 65 62
Tubibutse ko dufise na groupe ya WhatsApp ibaha na p***o ziberek ivyo tuba twabigishije
N.B 🔞 uwudafise imyaka cumi n'umunani ntitumwakira
Imana ibitwumvishe knd iduhe amagara meza mw'izina rya yesu.