
24/03/2024
Ndabahaye mwiriwe bakunzi mwese b umupira wamaguru
Uno musi kw igenekerezo rya
24 /3 /2024 hakaba habaye urukino rw umupira wamaguru rw umirwi yo mucicaro ca 3 kuri Stade yo muri komine Bubanza rwahuje DAAWAT NUR FC yo muri komine GIHANGA na
VISION 2025 FC yo muri komine RUGAZI .urukino rukaba rwarangiye kuntsinzi ya VISION 2025 kubitsindo 3 kuri 1 ca DAAWAT NUR.
📌 Mwomenya ko VISION 2025 ikwije inkino 3 idatsindwa
Ikaba yatsinze inkino 2 inganya rumwe
🍓 VISION 2025 ikaba yanganije na
👉 Academy 1-1 itsinda
👉ISHAkA na DAAWAT NUR ikaba ikwije Amanota 7 munkino 3
📌 DAAWAT NUR ikaba iheruka gutsinda Best boys y ibubanza murukino rwayo rwambere urukino batsinzwe na VISION 2025 rukaba rwagira 2 nabo bakaba bakwije amanota 3 munkino zibiri
Murakoze kudukurikirana abakeneye kwumviriza urukino rwose nyandikira kuri 69822551 murwironkere kubuntu
❤️Abbas Niyo Bubanza News❤️