Africast Career TV

  • Home
  • Africast Career TV

Africast Career TV Africast Career TV, Cast nom anglais dont sa signification Français Acteurs, nous sommes ici pour v

A happy new month from YAKAMI LUXURIOUS COMPANY LTD
01/07/2024

A happy new month from YAKAMI LUXURIOUS COMPANY LTD

Hello guys. YAKAMI LUXURIOUS COMPANY LTD, in Nairobi Kenya is looking for female influencer, who have a good number of f...
07/06/2024

Hello guys. YAKAMI LUXURIOUS COMPANY LTD, in Nairobi Kenya is looking for female influencer, who have a good number of followers, a good accent in English and Kiswahili. Who have enough time. Have Knowledge of French is an asset. If you're interested, submit your 30 seconds video showing your performance on # 0757145971

We're located in Eastleigh, BBS mall. Shop number E48.

Wooow amazing, amaaaaaazing....!🥰🥰🥰The amazing and craziness off discount in YAKAMI LUXURIOUS COMPANY LIMITED. You will ...
07/06/2024

Wooow amazing, amaaaaaazing....!🥰🥰🥰

The amazing and craziness off discount in YAKAMI LUXURIOUS COMPANY LIMITED. You will ask what...? As I inform you now.

Utasema oooh!!! Ningejuaaaa, but now you know. Visit us at BBS MALL EASTLEIGH. SHOP NUMBER E48. LOWER GROUND. ORDER WE DELIVER.

Call/Whatsapp 0757145971/ 0748454580/0733423635

What's you know about YAKAMI the new company in the town ??Do not use money for nothing again, use money for skin care, ...
21/05/2024

What's you know about YAKAMI the new company in the town ??

Do not use money for nothing again, use money for skin care, use money for take care of yourself. Cause money work on Earth. not on heaven enjoy life when you breath.

N’utilisez plus l’argent pour rien, utilisez l’argent pour les soins de la peau, utilisez l’argent pour prendre soin de vous. Parce que l’argent fonctionne sur Terre. Pas au ciel, profitez de la vie quand vous respirez.

YAKAMI LUXURIOUS COMPANY LTD
Gives better services than you think.
Visit his shop of cosmetics located in BBS MALL EASTLEIGH LOWER GROUND SHOP NUMBER E48 PUMWANI GATE GENERAL WARUINGE MURATHINA ROAD Next PUMWANI Maternity Hospital.

Or Call them on
0757145971
0748454580
www.yakami.fr

YAKAMI - KENYA welcome you in his first shop located in BBS Mall eastleight, Lower ground number E48. Entrance PUMWANI G...
20/04/2024

YAKAMI - KENYA welcome you in his first shop located in BBS Mall eastleight, Lower ground number E48. Entrance PUMWANI GATE. YAKAMI give you 10% for every products you buy.

Welcome again, shop with us benefit 10%.

*Affordable Wholesale and retail of pure, original products from France.

25/01/2023
  ry'indege.Kuri uyu wa 6 MUNYONYO 2022, indege y'ishirahamwe precision ryo mugihugu ca Tanzania yari itwaye ingenzi mir...
06/11/2022

ry'indege.

Kuri uyu wa 6 MUNYONYO 2022, indege y'ishirahamwe precision ryo mugihugu ca Tanzania yari itwaye ingenzi mirongo ine na zitatu (43), yakorokeye mukiyaga Victoria mukarere ka KAGERA imaze guhaguruka kukibuga.
Kugera kumuhingamo w'uyumusi Hari hamaze kumenyekana ko hitavye IMANA Abantu 19.

ACTV
📸 CREDIT

  Abantu N'ibintu.Ibikorwa vyo kwiyunguruza kukibuga mpuzamakungu c'indege I Nairobi muri KENYA vyiriwe vyahagaritswe bi...
05/11/2022

Abantu N'ibintu.

Ibikorwa vyo kwiyunguruza kukibuga mpuzamakungu c'indege I Nairobi muri KENYA vyiriwe vyahagaritswe bitumwe n'uko abadereva b'indege murico kibuga (Jomo Kenyatta international airport) bari mumigumuko.

Abiyunguruza bakidoga ko iryo hagarikwa ry'akazi ryatumye bakoresha uburyo burenze abandi basiba ibikorwa bariko berekezamwo.

Nayo uburongozi bw'ico kibuga bukavugako butakaza imiliyoni amajana atatu (300 millions Ksh) buri musi.

ACTV
📸 : Credit

  n'umuutekano EACMuntumbero yo kubungabunga amahora n'umutekano mukarere ka Africa y'ubuseruko, kuwa 02. MUNYONYO. 2022...
03/11/2022

n'umuutekano EAC

Muntumbero yo kubungabunga amahora n'umutekano mukarere ka Africa y'ubuseruko, kuwa 02. MUNYONYO. 2022, igihugu ca KENYA caraye kirungitse abasirikare baco muri Répubulika iharanira intwaro rusangi ya kongo muntumbero yo gufasha kugarukana amahoro no gutuza umugwi M23.

Ivyizigiro ko amahoro agiye kuboneka vyoba koko bihari?


📸 : Credit

🟢🔴  yaraye agandaguriwe muri KENYA.  Umumenyeshamakuru akomoka mugihugu ca Pakistan yaraye yiciwe muri KENYA kuri uyu wa...
24/10/2022

🟢🔴 yaraye agandaguriwe muri KENYA.

Umumenyeshamakuru akomoka mugihugu ca Pakistan yaraye yiciwe muri KENYA kuri uyu wa 23 /10/2022, iyicwa ryiwe nkuko bishikirizwa n'igipolici co muri KENYA ngo ryabaye isanganya. Bikavugwa ko Hari imodoka yariko iraronderwa kuko yari yibwe ariko guhura na Sharif baramuhagarika biketse ko imodoka yibwe yoba ariyo yariko agendesha nawe yanka guhagara nikwo guca bamurasa amasase Atari make gutyo amufata mumutwe niko guca yitaba umuremyi.

Ivyo vyabereye muntara ya KAJIADO igihe c'isaha zine z'ijoro biriyamirizwa n'amashirahamwe aharanira agateka ka muntu muri ico gihugu mbere n'imvukira za Pakistan ziba muri KENYA. Bakavuga ko hoba harimwo imvo za politique kuko ngo Sharif atarabana ryiza n'intwaro y'igihugu ciwe kimwagiriza ko yoba yashize ahabona amakuru yerekeye ibiturire biribwa n'abategetsi bico gihugu...eka mbere ngo n'ayandi makuru achafuza igihugu ciwe.

: Citizen TV


📸 CREDIT

20/09/2022

Heraheza...!

With you wherever you go. For free in Week days.
20/08/2022

With you wherever you go. For free in Week days.

A vingt sept ans de naissance, Yvan BURAVYO, connu sous son sobriquet de scène BURAVAN Yvan, n'est plus dans le monde de...
17/08/2022

A vingt sept ans de naissance, Yvan BURAVYO, connu sous son sobriquet de scène BURAVAN Yvan, n'est plus dans le monde de vivant.

Ce chanteur Rwandais a quitté ce monde le matin de ce 17 août 2022 Suite au cancer.

Que son âme repose en Paix.

Photo : crédit

 At twenty-seven years of birth, Yvan BURAVYO, known by his nickname BURAVAN Yvan, is no longer in the living world. Thi...
17/08/2022



At twenty-seven years of birth, Yvan BURAVYO, known by his nickname BURAVAN Yvan, is no longer in the living world.

This Rwandan singer left he world on the morning of August 17, 2022. Following cancer.

May his soul rest in Peace.

Photo : credit.

  : Quatres dans 7 membres de la. IEBC se sont écartés de la commission électorale dite indépendante et deux autres bles...
15/08/2022

: Quatres dans 7 membres de la. IEBC se sont écartés de la commission électorale dite indépendante et deux autres blessés.

Selon l'annonce de Juliana Cherera, vice-présidente de l’IEBC : « Nous avons fait l’élection dans la question la plus efficace, mais certaines choses doivent être mises en avant. Nous sommes ici en raison de la nature opaque de la façon dont cet espace a été géré. Nous ne pouvons donc pas nous approprier les résultats qui vont être annoncés. Nous avons une porte ouverte où les gens peuvent aller devant les tribunaux. Nous exhortons les Kenyans à être pacifiques parce que l’état de droit va prévaloir. Nous allons faire une déclaration complète. »

Photo : Paul Mwinzi.

  sur Scène Icamamare mumuziki wa Tanzania Rajab Abdul Kahali azwi nka (Harmonize) kurubuga rw'umuziki ari muminwe ya po...
01/05/2022

sur Scène



Icamamare mumuziki wa Tanzania Rajab Abdul Kahali azwi nka (Harmonize) kurubuga rw'umuziki ari muminwe ya polici muri KENYA.

N'inyuma yaho uwamufasha gutunganya igiteramo yakoreye murico gihugu, Eric OMONDI yegeranije amahera mubunywero butandukanye yemeza ko azobazanira Harmonize kurimbirayo ariko bikarangira batamubonye.

Amatohoza akaba ariko arakorwa.

AC TV
📸 CRÉDIT

  Y'AKANYAMuntumbero yo kwifatanya n'igihugu ca KENYA mukigandaro c'uwahoze akirongoye   MWAI KIBAKI, bitegekanijwe ko a...
29/04/2022

Y'AKANYA

Muntumbero yo kwifatanya n'igihugu ca KENYA mukigandaro c'uwahoze akirongoye MWAI KIBAKI, bitegekanijwe ko aja gushingurwa kumumusi w'uwa 30 NDAMUKIZA, 2022;

Igihugu ca TANZANIA biciye k'uwukirongoye Samia Suluhu Hassan cafashe ingingo yo kugandara imisi ibiri ibendera ryaco rikazoduzwa kugera hagati.

📸 Crédit.

🔴Breaking NewsMWAI KIBAKI DIESThe former President of the Republic of KENYA Mwai Kibaki has given up his soul.  Mwai Kib...
22/04/2022

🔴Breaking News

MWAI KIBAKI DIES

The former President of the Republic of KENYA Mwai Kibaki has given up his soul.

Mwai Kibaki (15 November 1931 – 21 April 2022) was a Kenyan statesman. He was President of the Republic between 30 December 2002 and 9 April 2013, succeeding Daniel arap Moi.
He dies on Thursday 21 April 2022 at 90 years.
May his soul rest in peace.

📸 credit
AC-TV

🔴MEDIA/BURUNDISad news.The family of journalists in Burundi has just lost one of their members.Thierry NIYUNGEKO, recogn...
14/04/2022

🔴MEDIA/BURUNDI

Sad news.
The family of journalists in Burundi has just lost one of their members.

Thierry NIYUNGEKO, recognized as a journalist and photographer / cameraman is no longer of this world of the living after an illness that did not even last long according to his relatives.

May his soul rest in.
📸 : Credit

Elle servie Dieu a travers ces chansons et a inspirée pas mal de gens a travers le monde mais par contre on la manquerai...
09/04/2022

Elle servie Dieu a travers ces chansons et a inspirée pas mal de gens a travers le monde mais par contre on la manquerai trop.

La musicienne de gospel nigériane Sis Osinachi Nwakuchkwu populairement connue pour sa chanson « Ekwueme » n'est plus de ce monde des vivants.

RIP
AC TV

 -  Dans une conférence qui vienne d'être terminé sur le réseau Zoom entre les présidents des pays membres de la communa...
29/03/2022

-

Dans une conférence qui vienne d'être terminé sur le réseau Zoom entre les présidents des pays membres de la communauté Est Africaine dirigé par son excellence le président de la République du KENYA , UHURU KENYATTA. Visant l'intégration de la RD Congo dans la communauté Est Africaine, le décision finale est que la RDC est apartir d'aujourd'hui un membre complet dans la communauté Est Africaine.

Son drapeau pourrait être mis dans tous les pays membres de la communauté Est Africaine ensemble avec les drapeaux des pays membres.

La RDC de même peut mettre sur son sol le drapeau de EAC.

🔵Nous félicitons la RDC.
📸 Crédit

 Lt Gen Muhoozi Kainerugaba umuhungu wa Museveni, yasezeye igisirikare.Muhoozi yasezeye mugisirikare kumyaka 47 y'amavuk...
09/03/2022



Lt Gen Muhoozi Kainerugaba umuhungu wa Museveni, yasezeye igisirikare.

Muhoozi yasezeye mugisirikare kumyaka 47 y'amavuka, igisirikare akaba yari akimazemwo imyaka 28.
Abihweza ibintu bakabonako bishoboka ko yoba agiye kwitegurira gusubirira se Museveni kurongora ico gihugu.

.TV

 .Inyuma yaho mukenyezi w'umunya zimbabwe yariko agendesha imodokari kuri uyu wa 07/03/2022 mumuji Nairobi, agonze umu m...
08/03/2022

.

Inyuma yaho mukenyezi w'umunya zimbabwe yariko agendesha imodokari kuri uyu wa 07/03/2022 mumuji Nairobi, agonze umu motari bika muviramwo kwamburwa izo yambaye n'aba motari i Nairobi mugihugu ca Kenya,

, arongoye Kenya yafashe ingingo yo gusubiramwo iyandikwa ry'abakoresha moto Bose. Ategeka ko abambuye uyo mukenyezi bafatwa bagahanwa.

Hagati aho abamotari barenga ija bakaba bamaze kugezwa imbere y'intahe nayo uwagirizwa kwambura uwo mukenyezi akaba yamaze kumenyekana. Ubutungane busaba ko uwomubona wese yomushikiriza ubutungane.

Source : Citizen Tv
.TV

 .Inyuma yaho mukenyezi yariko agendesha imodokari kuri uyu wa 07/03/2022, agonze umu motari bika muviramwo kwamburwa iz...
08/03/2022

.

Inyuma yaho mukenyezi yariko agendesha imodokari kuri uyu wa 07/03/2022, agonze umu motari bika muviramwo kwamburwa izo yambaye n'aba motari i Nairobi mugihugu ca Kenya,

, arongoye Kenya yafashe ingingo yo gusubiramwo iyandikwa ry'abakoresha moto Bose. Ategeka ko abambuye uyo mukenyezi bafatwa bagahanwa.

Hagati aho abamotari barenga ija bakaba bamaze kugezwa imbere y'intahe nayo uwagirizwa kwambura uwo mukenyezi akaba yamaze kumenyekana. Ubutungane busaba ko uwomubona wese yomushikiriza ubutungane.

Source : Citizen Tv
.TV

  Umuririvyi w'indirimbo zihayagiza IMANA yasavye imbabazi.N'inyu yo kuboneka kumasanamu ya videyo ariko atera ubwoba um...
08/03/2022



Umuririvyi w'indirimbo zihayagiza IMANA yasavye imbabazi.

N'inyu yo kuboneka kumasanamu ya videyo ariko atera ubwoba umwana mutoya amubwira ko yomwica yasavye imbabazi.

📸 :Citizen Tv
AC.TV

Imico : INGOMAIkiringo c'amezi atandatu hamwe no kutavuza ingoma muwundi mugwi uwariwo wose Nico gihano abahurikiye mumu...
10/02/2022

Imico : INGOMA

Ikiringo c'amezi atandatu hamwe no kutavuza ingoma muwundi mugwi uwariwo wose Nico gihano abahurikiye mumugwi w'abanyakaranga bahawe n'ubushikiranganji muvyo ubujejwe harimwo imico k**a.


Imico : INGOMAIkiringo c'amezi atandatu hamwe no kutavuza ingoma muwundi mugwi uwariwo wose Nico gihano abahurikiye mumu...
10/02/2022

Imico : INGOMA

Ikiringo c'amezi atandatu hamwe no kutavuza ingoma muwundi mugwi uwariwo wose Nico gihano abahurikiye mumugwi w'abanyakaranga bahawe n'ubushikiranganji muvyo ubujejwe harimwo imico k**a.


  N'AKARANGA.Inyuma yo kunyuranya imico n'imigenzo y' uburundi mukuvuza ingoma bambaye ibirato, ikositimu n'ikaruvati, i...
09/02/2022

N'AKARANGA.

Inyuma yo kunyuranya imico n'imigenzo y' uburundi mukuvuza ingoma bambaye ibirato, ikositimu n'ikaruvati, ivyo ubushikirangaji muvyo bujejwe Barimwo imico k**a bufata nk'ingendo itabereye mumurisho w'ingoma , muruganda "Buja sans Tabou" baraye bafatiwe ingingo n'ubwo bushikirangaji nyene, yo kubuzwa kubandanya ibiteramo vy'urukurikirane rw'amasanamu bari batanguje kumusi wa mbere vyorangiye kumusi wa gatanu.



 En date du 6 Février.2022,  Le Sénégal vient de remporter la CAN 2022. Félicitations au Sénégal.
06/02/2022



En date du 6 Février.2022, Le Sénégal vient de remporter la CAN 2022. Félicitations au Sénégal.


Address


Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Africast Career TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Africast Career TV:

Videos

Shortcuts

  • Address
  • Alerts
  • Contact The Business
  • Videos
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share