18/10/2023
Bujumbura pendant la nuit ❤️
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Umurya w'inanga Tv, TV Channel, .
Bujumbura pendant la nuit ❤️
Mumirwi 15 imirwi 7 yakuwe mwihiganwa nayo imigwi 8 niyo yashoboye kubandanya Aho hakaba harejo kumugoroba igenekerezo rya 18/08/2023 munyubakwa za CENTRE AMAHORO mwihiganwa ryiswe KIRUNDO GOT TALENT ryatunganijwe na Radio REMESHAMAHORO FM isanzwe ikorera muntara ya Kirundo Murizo nyubakwa nyene.
Muriyo mirwi 8 izobandanya ikazosubira guhurira mugice canyuma 30/08/2023 ahonyene mu Kirundo muri Centre AMAHORO nayo umurwi wambere ukazohabwa akabahasha ka 200.000fbu
Uwakabiri 100.000fbu
Uwagatatu 50.000fbu
iyo migwi 8 hasigaye mwihiganwa ahanini igizwe n'urwaruka ikaba yatashe imenyesheje KO bagiye kwitegura bihagije.amakuru yido n'ido niyasango ya final
Bamaze hafi igisagara ca Kirundo province bazungurukana ivyapa(pancarte) vyanditse ngo izere Yesu .......nibindi ariko bageze mugisagara hagati Aho bita kuri station kwa khalfan niho baca bafatwa nigipolisi bajanya gufungirwa bamwe mugasho ka polisi abandi mugasho ka sentare nkuru ya kirundo na cane cne abigeme n'abagore Aho nigihe Bari batanguye kubuvugira aho bafatiwe nabwo ni Ubutumwa bwiza uwo murwi w'abantu beshi Bari murugendo mvugabutumwa bakaba Bari barongowe n'umukozi w'Imana Apôtre Samweli mugenziwimana asanzwe arangurira ibikorwa menyesha mana ngaho nyene Mu Kirundo bakaba baraye ijoro ryambere mwibohero bahowe Ubutumwa bwiza Matayo 28:16-20 nibaza KO arirwo rwari urufatiro rwabo Imana ibazigame barekurwe abategetsi nabo babumvirize kandi babarekure . @ ido nido naho bukera
Indirimbo zimwe zimwe abarundi basigaye basohora ziratitura imico nakaranga vyigihugu kugeza yahoo na reta isesemwa ikazihagarika kuvuzwa kumaradiyo no ku mateleviziyo 👏👏👏👏👏😎👌
Real Madrid yaraye yihanije FC Barcelone mukuyitsinda ibitsindo 4 kubusa bwa Barcelona nayo abafana ba Barcelona ntanumwe akivuga Bose ngo cweeeee!!!!!
I Butihinda ibintu ntivyoroshe namba yamara Aniella Mukeshimana wewe birangiye yoroherejwe inyuma yaho musitanteri w'ibutihinda afatiye ingingo yo kwirukana uwo mwigeme Aniella mwikomine Buramatari w'imuyinga wewe yavuguruje iyongingo avuga KO idahuye namategeko! Burundi buhire Imana yakuduhaye ikudutungire@ 👌
Isi iragoye
Kuberiki umwigisha yigisha ivya business akarinda asaza ata business akoze
Umuntu adafasha abandi vyerekana KO nawe ataco yifashije
Kandi umuntu afise ibintu siwe nyenibibintu ahubwo nyenibintu nuwubihako abandi.
Umwete wibintu ntiwerekana kuvyitaho nokubikunda.......iyaba vyarivyo indaya zovyaye hungu na kobwa
Noheri nziza kuri mwese hamwe n'umwaka mushasha mwiza!Hama musimbire kuri page ya miss kayanza
Ucugenda ahanditse Kelly Nina Inarukundo ugire j'aime na partage hamwe na commentaire
Uhejeje ucurindira ikizovamwo✍️✍️🔥
Inama nshingamateka ihagarariwe nuwuyiyoboye ihejeje kwemezwa igenwa ry'Umushikiranganji mushasha asubiriye mugenziwe yahahora nkuko vyasabwe n'umukuru w'igihugu c'UBURUNDI
Nibi navyo ni akumiza katagabanije na buke buke🙇🙇🙇ngo ngwiki???
Ntivyari bimenyerewe keshi ariko vyarabaye
Igenekerezo rya 18-21 myandagaro 2022 harabaye ibiteramo mvuganutumwa Kuri stade ya bushaza mukirundo kumugwa mukuru kikaba cari categuwe nurunani rw'amashengero ruchristo yo muntara ya Kirundo afadikanije n'ishirahamwe mvuganutumwa ry'abanyamerika Hakaba harabaye ibidasanzwe hamwe no gusengera intara n'igihugu hifashishijwe ibendera ry'Uburundi.mukamenya KO abajejwe inzego zintara bahabaye kikaba carangijwe no gusenga no gutazira Imana .
Murakoze
MN:ushaka ibintu vyiza bizimbutse mukirundo ni mukabande Kuri RAMBA SHOP kwa GILBERT!WELCOME
ukeneye ibintu vyiza nkibi ntahandi atari kruwu musore mubona
Ivyo bikaba aribikorwa vyo muntoke ziwe kandi birasukuye!ubikeneye ca hano utwandikire canke whatsapp 79459090
birazimbutse in Burundi
Ngarutse kukubwira KO ugeze mukirundo mugisagara hari imangazine idasanzwe usangamwo vyankenerwa vyose
Ibinyobwa
Ibiribwa
Ibikoresho vyomunzu
Ibijanye nigikoni
Nibindi nibindi.......... -mukabane Aho bita kwa GILIBELI ntanakimwe kihabuzeRAAMBA@SHOP URINYISHUUUUUUU🔥🔥🔥
INGABIRE BENNY ANNAISE, candidate numéro 10 représentant la Province de Kirundo
Ntibikiri ibanga ingo jeudi le 23/12/2021
Psaumes 150
Bwira mugenzawe abwire mugenziwe KO mukirundo hari
Iyi ni alimentation yakatarabone iri mukirundo centre mukabande ntakintu nakimwe kihabuze.baza Kuri alimentation RAMBA CHEZ GILBERT ntanumwe atahazi Kaze mwese akabeyi ntikavuna AA🔥🔥🔥🔥
Naho amalitiro meshi yigitoro yafashwe anyegejwe adandazwa Kuri magendo harejo kuwakane Kuri station iri igitega bikavugwa KO ari iya Honorable Gabriel NTISEZERANA bamwe bati aratumaramaje!
Abandi ngo reka turindire ikivamwo!
Uburero ntivyatevye iyo station yandikiwe igitasi camande ya milliyoni zitatu zamarundi(3.000.000fbu)
Umushinga mateka nawe ntiyatevye gusohora itangazo rivuga KO umukozi aciye mukinwabi bititirirwa station ihurikikiye mwishirahamwe BU.P.P iyo station isanzwe itwagwamwo we akavugako bagiye kuhwanya mwenubwo busuma kugira ntibwongere!
Ubu rero bihinduye imforo umwe wese kurubanza yari yaciriye mumutima.hagiye gukurikira iki?mbe bizoba nka kumwe kwa Spes NJEBARIKANUYE.oya da reka turabe iyo bihinda bija! ?
Ahuciye hose ngo uravye musi ubona amafoto mwene Ayo mubona ngaha👇👇👇👇
None vyoba bitegetswe KO kizira kwubakana murushanya imyaka cane nivyabindi bita ishari?!?ariko ndaguye ndagarutse hariho igihe usanga barutana imyaka myishi kuburyo uwufise Mike murabo babiri umenga harico yakurikiye nkamaronko kuwumusumvya imyaka nyabuna tubivuge tubisubire urukundo ntanumwe afise ya volume yarwo abahinga bavuga KO atambibe rugira.................
Abarundi muri mumahanga hariya l'ETA zunze ubumwe bwa America mwitegure kuko sebarundi arabashikiriye mumisi Mikeya cane cane Abo muri New York no mumicungararo
Igihungu ubonye gikeje umuntu umenye KO ABA akomeye.rero Fara ntafyina uwumwaka aravugishije abantu mpaka nubu aguma avugwa # wokora ufatuma nabahambaye bakuvuganga
Kurikirana iki kiyago ntuhombe@@@ #
Ikiganiro cakataraboneka@nibishasha umviriza utahure aha iwacu ni i BURUNDI si mumahanga
Ikiganiro ni "ni bishasha"uragisanga. Hano kandi urumva ivyutaruzi gira 👍👍👍 na comentaire
Kurikirana iki kiganiro Kuri Umurya W'Inanga TV urunguka vyoshi bigiye ahabona
Ikiganiro "ni Bishasha" igice ca kabiri kuvuga ngo ibikorwa vyo murugo muze mwumve namwe😅🤔🤔🤔🤔🤷🤷🤷
Bamwe ngo amafaranga nimabi cane abandi ngo no Money no life bisigura ngo atamafaranga nta Buzima none tuyiteko arimabi?canke abantu nibo babi kumafaranga?je vyancanze kukuntu mbona nkumuntu ampaye umukagato winoti nokora imigambi uza wumva umuntu aguciyintege ngo amafaranga nimabi caane?none mumbwire nimabi cnke kubayabuze nibo babonako arimabi??
Amahoro abaganze Aho muri hose
Gishasha nuko tuza gutangura gukora ikiganiro gishasha ngaha nyene kuri TV Umurya winanga kikaba citwa ni "Bishasha"Kikaza gutangura isaha zine zijoro kkikamara iminota 45' ahanyene ikibiriraho kikaba gifatiye ahanini kumico nimigenzo(live)Kaze na karibu kikaremeshwa na Acteur Omega duhurire kuri facebook sayine@ winanga TV ni bishasha
Happy manifestation day to you marcelo photography🎊🎊🎊
We wish you all good from God
-photography
Uwu mubona beshi baramuzi ni Emma jambo umuririmvyi akaba numumenyesha makuru Kuri TV on Line ikorera muntara yakirundo yitwa AKAGOHE TV
EJO hahise niho twabonye ifoto yiwe yanditse KO ngo muradufatira ni umusuma nibindi murabibona kwiyo foto.turondeye uwamushize kurubuga rwiwe rwa Facebook atangiriza yamenyesheje KO arivyo kandi arumusuma
Tugiye kurubuga rwuwitwa Blezzo tha promoter nawe dusanga yabishize kurubuga rwiwe.
Iyo nkuru imaze kudutera amakenga twarondeye uwuvugwa KO yivye yahakanye avuga ATI:"umuntu arafise uburenganzira bwo kuja ahashaka atawe asezeye ariko ntaco yitwa umusuma"tumubajije ido nido yavuze ATI uwabikoze dusanzwe dufitaniye amafaranga rero nimba yambuze muhira akandondeza kumbuga yarenze amategeko kandi aravye nabi azohanwa naho yarumugenzi nayo uwo yigira Blezzo wewe nama bifu.inkuru naho igeze nayo ukuri ntikuramenyekana turarindiriye.nawe bigushikiye wovyitwaramwo gute?@ muri comentaire kuko ikiyago gisumba ikivi
Umusore umwe yitwa BUSONGERO wo muntara ya busongero commune busongero umutumba busongero
Yarakuze cane ageze mumyaka myishi atarubaka ugwiwe incuti nabagenzi ndetse numuryango nabamukikuje Bose ngo rongora turakubona tuzogufasha inyuma yurubanza ntaco uzoba tuzobafasha busongero biramwanka
Ngaho asimbiye jurés araronka uwo bavyumva kumwe agiza atya abibwira incuti abagenzi bakomera amashi rimwe ATI nyarutsa nyarutsa natwe turiko turarya umunyu.
Urubanza rurageze rurabaye mbere busongero utwo yarafise twose adushira mubirori avugati bazomfasha baravyemeye
Urubanza ruheze busongero atangura kwugurura Ama baruwa yintererano akabona ni ijana amajanajana aheza aronse udufaranga duke mumabaruwa tudahwanye namadeni yari yariye ngo bigende neza.
Busongero aterefona président wa comité ngo twaraye tumugushikirije ibisigaye twasubiye mubuzi bwacu niwubake rugume
Uwo wese akomakomye NGo niwubake rugume.
Mundwi zibiri Abo yaguranye batangura kuza umwe wese amusahura ico ashoboye .mukabusongero arabura iyaba niyava agire gutya asubira iwabo abiwabo ngo twaragusohoye genda wubake rugume maze abura iyaja niyava busongero nawe ivyo munzu vyose barabisahuye n'a nyeninzu yaje kumwirukana umusi amugeni wiwe amucika kuko yabona KO yaje kuruhama.none rero je busongero aguma aterefona ambwira ngo ndamufashe nabuze ico ndamubwira!mumpe impanuro ndamuha kuko arageramiwe kandi naje nabuze ico ndamusubiza.🤔🤔🤔🤤😪😹
Jeux olympiques Tokyo 2020
Umurundi wambere yoga yaravuyemwo
Umurundikazi wakabiri akubitana box nawe yararushijwe
Uwagatatu ni FRANCINE NIYONSABA aza kwiruka incuro yambere muguhiganwa kwiruka kumetero 5000 kuyumusi isaha 12h zumutaga kumasaha yo ngaha i BURUNDI
Akajambo KO kumukeza Niko wovuga canke?je kubwanje agire Imana ntivyanke nkabandi ?mubona twomwemerera KO agaruka namanyama yiwe?
Be the first to know and let us send you an email when Umurya w'inanga Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.
Ikiganiro cakataraboneka@nibishasha umviriza utahure aha iwacu ni i BURUNDI si mumahanga
Want your business to be the top-listed Media Company?