EY-B Muco from M.T.G

  • Home
  • EY-B Muco from M.T.G

EY-B Muco from M.T.G Dialogue et video, photo

  ☎🎯 Inyuma y'imyaka myinshi cane badacane uwaka abaririmvyi babiri Sat-B na Kirikou A Kili vyaraye bibaye barahura babe...
01/09/2024


☎🎯 Inyuma y'imyaka myinshi cane badacane uwaka abaririmvyi babiri Sat-B na Kirikou A Kili vyaraye bibaye barahura baberewe cane baricarana barayaga barasangira n'agatabi 🚬
Bagahejeje baca bigira muri mood ya JE VAIS BIEN ⚱

☎🎯 Biba biryoshe cane kuba mubihe waruhiye wakoreye ukabihabwa n'amateka wanditse yawe . iyo ubirimwo muri ico gihe nico duca tuvuga ko uri mubihe vyawe ✍️

☎🎯 Mwese murabizi imyaka Kirikou Akilli amaze m' Umuziki niyo yaramaze adahuza na mugenziwe KARUME ariko amayeka n'ibirwi vya bano bose bahawe nibikorwa vyabo nico catumye bahura baricarana baraganira ikiyago cabo cambere kandi twizere ko ubucuti bwabo bugiye gukomereza no mubikorwa 💟

from m.t.g

🚨Ibishusho bimwe byumukinnyi mwiza mu mateka muri Porutugali ❤️🇵🇹 🐐  # TeamCr7BeninEY-BEY-B Muco from M.T.G
08/08/2024

🚨Ibishusho bimwe byumukinnyi mwiza mu mateka muri Porutugali ❤️🇵🇹

🐐

# TeamCr7Benin
EY-BEY-B Muco from M.T.G

❌️⛔️   ❌️⛔️📌intambara irabandanya hagati ya   hamwe na    unomusi rero amajambo yamuvuzeko ntasanzwe nakajembegete 😄😄ngo...
06/08/2024

❌️⛔️ ❌️⛔️
📌intambara irabandanya hagati ya hamwe na unomusi rero amajambo yamuvuzeko ntasanzwe nakajembegete 😄😄ngo yumye nkicema nkisima ya buseko ngo niryari imara imyaka 2 mumbwire namwe burya ibintu Nelly nat avuga nukuri abantu ngo mufana Dj Fernando ntimuzobona ijuru 😄😄ino ntamabara uwuzoyitambika biramusha impanuro kuri Dj Fernando basi 🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮😄😄

EY-B Muco from M.T.G

Address


Telephone

+25761036372

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when EY-B Muco from M.T.G posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to EY-B Muco from M.T.G:

Shortcuts

  • Address
  • Telephone
  • Alerts
  • Contact The Business
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share