Top Sports News

  • Home
  • Top Sports News

Top Sports News Amakuru y'inkino agezweho yizewe yo mwisi yose uzoyasanga ngaha
(3)

🔵🟣 Réal Madrid BOUM!!!!Jude Bellingham niwe atowe nk'umukinyi yaranze ukwezi kwi 12 muri Laliga Jude Bellingham niwe ato...
27/12/2024

🔵🟣 Réal Madrid BOUM!!!!Jude Bellingham niwe atowe nk'umukinyi yaranze ukwezi kwi 12 muri Laliga

Jude Bellingham niwe atowe nk'umukinyi yitwaye neza kuruta abandi Bose muri Laliga yamaze hafi inkino 6 muko kwezi atsinda ibitsindo yarabikwiriye uku kwezi Bellingham yaritwaye neza peee

✅ZFOOT

🟣🔵Real Madrid Jude Bellingham nawe yamaze gushika muri Dubaï ✅Abakinyi nkabose bahaye berekeza i Dubaï biravugwa KO bagi...
27/12/2024

🟣🔵Real Madrid Jude Bellingham nawe yamaze gushika muri Dubaï ✅

Abakinyi nkabose bahaye berekeza i Dubaï biravugwa KO bagiye kwitabirira ibirori vya Globe Soccer Awards biba uwu musi na Bellingham nguyo yahash*tse nawe ashobora kuronka agashimwe murivyo birori

Sports News

🟣🔵 Barcelona : Lamine Yamal uwu musi araronka akandi gashimwe ✅Lamine Yamal hamenyekanye impavu ari mumujyi wa Dubaï uwu...
27/12/2024

🟣🔵 Barcelona : Lamine Yamal uwu musi araronka akandi gashimwe ✅

Lamine Yamal hamenyekanye impavu ari mumujyi wa Dubaï uwu musore yahawe amakuru KO aza kuronswa agashimwe mubirori vya Globe Soccer Award biza gutarwa uwu musi

Niyo mpavu yibereye i Dubaï uwu musi araza kugaragara murivyo birori kandi aratahukana agashimwe

Lamine Yamal azakuba yaherekejwe na Agent wiwe Jorge Mendes n'umuyobozi wa Barcelona Joan Lapolta uwu musi kumyaka 17 araza kubika akandi gashimwe mubirori vya Globe Soccer Awards

_✅Mundo Depoltivo

🟣🔵Liverpool biragaragara KO ariwe murwi wonyene uhaye wiruka kugikombe ca Premier League nkibintu tubonye muri Boxing Da...
27/12/2024

🟣🔵Liverpool biragaragara KO ariwe murwi wonyene uhaye wiruka kugikombe ca Premier League nkibintu tubonye muri Boxing Day

🤝Man City -yaranganije

⛔Tottenham- iratsindwa

🧿Chelsea -iratsindwa

⛔Man United- iratsindwa

Ariko Liverpool ya Arne Slot yo amanota 3 yarayaronse atangorane bigaragara KO ariwe murwi wonyene bisa nkaho EPL iri mumaboko yabo

😂Liverpool ifise ikirarane itarakina irusha amanota 7 Chelsea

😂Liverpool irusha amanota 8 Arsenal ikirarane kitarajako

😂Liverpool irusha Man City amanota 14 ikirarane kitarajako

🔥🔥Abandi nibarondere ibibanza igikombe aba Reds kirimuntoki zabo EPL isa nkiyaheze sinumva ikosa Liverpool yokora igatakaza ikibanza ca Mbere

🟣🔵 Barcelona Jorge Mendès ahagarariye Lamine Yamal yemeje KO Lamine Yamal arihafi yokwongereza ayandi masezerano Jorge M...
26/12/2024

🟣🔵 Barcelona Jorge Mendès ahagarariye Lamine Yamal yemeje KO Lamine Yamal arihafi yokwongereza ayandi masezerano

Jorge Mendes yagize ATI : Lamine Yamal vuba arongereza ayandi masezerano ategerezwa kubandanya akinira Barcelona sishobora kubabwira KO bizoba mukwezi kumwe canke abiri ariko bizoshika ayongereze

✅Mundo Depoltivo

🔵🟣😁😁Ntibisanzwe Chaîne ya Laliga kuri YouTube yafashe ikora Vidéo yamateka Vinicius yakoze 2024 ariko baza kwikemesha ba...
26/12/2024

🔵🟣😁😁Ntibisanzwe Chaîne ya Laliga kuri YouTube yafashe ikora Vidéo yamateka Vinicius yakoze 2024 ariko baza kwikemesha bakoresha isanamu ryigitsindo Sorloth wa Athletico Madrid aheruka gutsinda Barcelona i Monjuic iyo Chaine ya Laliga Yoyo yerekanye Vinicius KO ariwe yabikoze abakinyi bâ Barcelona baryamye

Wewe ubona gute raba ayo masanamu 2 Laliga bariko barayitwenga mubinyamakuru bitandukanye 😁😁

✅Source : Yariga

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 𝐅𝐔𝐋𝐋 𝐓𝐈𝐌𝐄 : Premier League WOLVERHAMPTON 2️⃣➖️0️⃣ MANCHESTER UNITED ⚽️ 58" Cunha                            🟥 Fe...
26/12/2024

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 𝐅𝐔𝐋𝐋 𝐓𝐈𝐌𝐄 : Premier League

WOLVERHAMPTON 2️⃣➖️0️⃣ MANCHESTER UNITED
⚽️ 58" Cunha 🟥 Fernandes
⚽️ 90+8" Hwang

😁😁Iyi Boxing Day muyibona gute konamashetani ananiwe

🔵🟣Ewe Man City bino bitero vyose bikurindiriye 🫢🫢🫢
26/12/2024

🔵🟣Ewe Man City bino bitero vyose bikurindiriye 🫢🫢🫢

🔵🟣 Javier Tebas yagizwe icegera cambere cuwurongoye ishirahamwe ry'umupira w'amaguru muri Espanye RFEF ✅Iyi niyo nkuru i...
26/12/2024

🔵🟣 Javier Tebas yagizwe icegera cambere cuwurongoye ishirahamwe ry'umupira w'amaguru muri Espanye RFEF ✅

Iyi niyo nkuru ihaye ivugwa muri Espanye uretse kuba ariwe muyobozi wa Laliga yahawe iyindi Post azoba ari nicegera cuwurongoye Fédération muri Espanye

Sports News

🔵🟣🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 𝐅𝐔𝐋𝐋 𝐓𝐈𝐌𝐄 : Premier League     CHELSEA FC  1️⃣➖️2️⃣  FULHAM FC ⚽️ 16" Palmer                     ⚽️ 82" Wilson...
26/12/2024

🔵🟣🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 𝐅𝐔𝐋𝐋 𝐓𝐈𝐌𝐄 : Premier League

CHELSEA FC 1️⃣➖️2️⃣ FULHAM FC
⚽️ 16" Palmer ⚽️ 82" Wilson
⚽️ 90+5" Muniz

NEWCASTLE UNITED 3️⃣➖️0️⃣ ASTON VILLA
⚽️ 02" Gordon 🟥 32" Duran
⚽️ Isak
⚽️ 90+1" Joelinton

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 𝐅𝐔𝐋𝐋 𝐓𝐈𝐌𝐄 : Premier League

NOTTINGHAM FOREST 1️⃣➖️0️⃣ TOTTENHAM HOTSPUR
⚽️ 28" Elanga 🟥 90+4" Spence

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧?

AFC BOURNEMOUTH 0️⃣➖️0️⃣ CRYSTAL PALACE

😂😂Iyi Boxing day ntakurya amafaranga yumuzungu kirazira 🫣

🟣🔵OOH🫢🫢 Intamba mu Rugamba birangiye zigaritswe i Kampala kabisa Burundi🇧🇮 0-1 🇺🇬Uganda
26/12/2024

🟣🔵OOH🫢🫢 Intamba mu Rugamba birangiye zigaritswe i Kampala kabisa

Burundi🇧🇮 0-1 🇺🇬Uganda

26/12/2024

🟣🔵 Goalll Goallll Uganda icambere

Uganda 1-0 Burundi

26/12/2024

🟣🔵 30Min : Uganda 0-0 Burundi

Ntahantu nahamwe uriko uraca reka tugume tubarabira hagufi

🔵🟣HT: Man City 1-1 Everton. Bernardo Silva ⚽️14'  || Iliman Ndiaye ⚽️36'
26/12/2024

🔵🟣HT: Man City 1-1 Everton.

Bernardo Silva ⚽️14' || Iliman Ndiaye ⚽️36'

🔵🟣GOOOAL......Ndiaye36" MANCHESTER CITY 1️⃣➖️1️⃣EVERTON FC😁😁🫣
26/12/2024

🔵🟣GOOOAL......Ndiaye

36" MANCHESTER CITY 1️⃣➖️1️⃣EVERTON FC

😁😁🫣

🔵🟣 Golazoooo GOOOAL.......Bernardo Silva 15" MANCHESTER CITY 1️⃣➖️0️⃣ EVERTON
26/12/2024

🔵🟣 Golazoooo GOOOAL.......Bernardo Silva

15" MANCHESTER CITY 1️⃣➖️0️⃣ EVERTON

🟣🔵OFFICIAL: Jack Grealish, Ederson, Matheus Nunes, Kyle Walker, na John Stones abo Bose ntanumwe azakuboneka murukino Ma...
26/12/2024

🟣🔵OFFICIAL: Jack Grealish, Ederson, Matheus Nunes, Kyle Walker, na John Stones abo Bose ntanumwe azakuboneka murukino Man City igiye gukina na Everton ntibanari no kuri Bench

🟣🔵Man City ntibisanzwe  Abakinyi ba Manchester City bahatirijwe  kuryama mu kibanza c'imyimenyerezo kw'igenekerezo rya 2...
26/12/2024

🟣🔵Man City ntibisanzwe Abakinyi ba Manchester City bahatirijwe kuryama mu kibanza c'imyimenyerezo kw'igenekerezo rya 24-25 Kigarama imbere y'urukino rwuno munsi bakina na Everton

Abakinyi ba Man City ngo bamaze imisi ibiri barara barakora imyimenyerezo badataha bararayo

Niyo mpamvu hafi bataboneka ku mbuga ngurukanabumenyi muri iyi misi ya Noweli bashaka bategure Boxing Day neza barabe KO bogaruka uwu musi turaraba ivyabo imbere ya Everton 14h30

Sports News

Address


Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Top Sports News posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Top Sports News:

Shortcuts

  • Address
  • Telephone
  • Alerts
  • Contact The Business
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share