Dukeburane

Dukeburane Dukeburane binashobotse twigishanye twisunze ibwirizwa nshingiro ry'Imana, Umuremyi w'isi n'ijuru be

01/01/2022

Tubipfurije Umwaka mushasha.

04/09/2021

Niyonsaba yakoze ibikora Inka.

Dufashe aka Kanya kugira tubashimire kukugene mwakurikiranye post ziheruka, Kandi tubizezako tugiye kugaruka vuba bidate...
10/07/2021

Dufashe aka Kanya kugira tubashimire kukugene mwakurikiranye post ziheruka, Kandi tubizezako tugiye kugaruka vuba bidatevye. Ntimwibagire gukanda Subscribe kuri Dukeburane TV bityo musangize nabandi Bose.

Dukeburane binashobotse twigishanye!

Mumajambo yubaka, Karorero agira ati:"Happy independence to my beloved country   and all   Kur’uyu munsi Ni vyiza ko imb...
01/07/2021

Mumajambo yubaka, Karorero agira ati:"Happy independence to my beloved country and all

Kur’uyu munsi Ni vyiza ko imbere ya vyose tumenya ko nk’abarundi ivyo dupfana bisumba ivyo dupfa. Reka twubake uburundi kuko uburundi buzokwubakwa n’abarundi ubwacu. Tugire umugenzo wo kuvuga ko amata yera canke icirabura tukakivuga ko cirabura."

Uwiteka Imana agukomeze. Havurwa vyishi ariko kimwe nuko agacerere tumazemwo imisi katubereye akaryo ko kwiga vyishi. Ku...
12/06/2021

Uwiteka Imana agukomeze. Havurwa vyishi ariko kimwe nuko agacerere tumazemwo imisi katubereye akaryo ko kwiga vyishi. Kubanezejwe nikiganiro cacu turabahumurizako ataho twagiye ahubwo twari mwishure ndetse twize vyishi. Vuba turaje. Karorero ati:"Imbere Yuko ubwoko nimigambwe bibaho; Uburundi bwari Buhari". David Karorero komeza ubere akarorero beshi bakiri mubuzimire.

01/01/2021

Tubipfurije umwaka mwiza, imigisha iva Ku Mana ibane namwe mwese.

Imitima ibiri iburanira mu muntu. Ushobora kuba uvyirengagiza ariko ikizwi nuko buri wese muritwe iyimitima ibiri iturim...
01/11/2020

Imitima ibiri iburanira mu muntu. Ushobora kuba uvyirengagiza ariko ikizwi nuko buri wese muritwe iyimitima ibiri iturimwo (umutima w'ikibi be n'umutima w'iciza). Soma abaroma 7:14-25.
https://www.youtube.com/watch?v=ilcTXQJ7mrQ&feature=youtu.be

Ububi bw'umuntu be nubwiza bw'umuntu: ico uvomera murivyo bibiri nico gikura mubuzima bwawe. Higanirwa gukora ivyiza.

Imana ikomeze kuguhunda imigisha ncuti.
21/10/2020

Imana ikomeze kuguhunda imigisha ncuti.

I am really honored to be one of the youth advocate that will join the YOUNGA FORUM on the 24th october 2020 through the Live sessions that connect Youth Delegates directly with VIP speakers in an intimate immersive setting to discuss global challenges, co-create solutions and exchange ideas. Shake the hands of peers around the word (now virtually 😉).

Will also receive access to a bespoke four week leadership and advocacy training program by BridgingTheGap Ventures, along with curated career advancement and networking opportunities afterwards.

Kurikira iki kiganiro aho nsobanura ivyo ushobora kuba utaruzi canke wirengagiza kubijanye na Kahise muri rusangi.https:...
19/10/2020

Kurikira iki kiganiro aho nsobanura ivyo ushobora kuba utaruzi canke wirengagiza kubijanye na Kahise muri rusangi.
https://www.youtube.com/watch?v=LweDyqaW19Y

Kurikira iki kiganiro aho nsobanura ivyo ushobora kuba utaruzi canke wirengagiza kubijanye na Kahise muri rusangi.

Murikino kiganiro Dawudi adusangiza ibikorwa vyishirahamwe yatanguje m'uburundi. Iryoshirahamwe rishimikira cane kunyigi...
18/10/2020

Murikino kiganiro Dawudi adusangiza ibikorwa vyishirahamwe yatanguje m'uburundi. Iryoshirahamwe rishimikira cane kunyigisho be no kwiteza imbere ndetse nomubijanye namagara y'abantu. Iryoshirahamwe kandi risanzwe rikorera no mumakambi yimpunzi ari muri Kenya, mu Rwanda ndetse na Kongo, aho bashimikira kubiganiro bifasha urwaruka kwikingira indwara cane cane inyigisho zibafasha kwibagira ibihe bidasanzwe baciyemwo. Iryoshirahamwe kandi rirahimiriza urwaruka rw'impunzi mubijanye namashure muntumbero yokwiteza imbere munyigisho zizobafasha muri Kazoza.
https://www.youtube.com/watch?v=whmcgOuuVvc

Murikino kiganiro Dawudi adusangiza ibikorwa vyishirahamwe yatanguje m'uburundi. Iryoshirahamwe rishimikira cane kunyigisho be no kwiteza imbere ndetse nomub...

Ibwirizwa ryo kutivangura, David Karorero.https://youtu.be/s-v4YWZUJy4
11/10/2020

Ibwirizwa ryo kutivangura, David Karorero.
https://youtu.be/s-v4YWZUJy4

Ubu butumwa bugenewe urwaruka rw'abarundi eka ndetse nabadukuriye bose. Muze twitandukanye nibwiriza rituma twivangura maze dushireho ibwirizwa ritugira umwe...

Turagize mwiriwe na mwaramutse kubakunzi bacu Aho muri hose bivanye naho miherereye. Twipfuje kubamenyeshako ibiganiro b...
28/09/2020

Turagize mwiriwe na mwaramutse kubakunzi bacu Aho muri hose bivanye naho miherereye. Twipfuje kubamenyeshako ibiganiro bigiye gukomeza ukuri kwamye. Mutwihanganire gato mukurindirako ivyo bikoresho bidushikira.

21/09/2020

Kubakunzi bikiganiro dukeburane binashobotse twigishanye tubifurije amahoro atangwa n'Imana.

Barundi barundikazi namwe ncuti zuburundi, kurikira Ubu butumwa bwa Lieutenant Irakoze.
18/07/2020

Barundi barundikazi namwe ncuti zuburundi, kurikira Ubu butumwa bwa Lieutenant Irakoze.

03/06/2020

Kurikira ikiganiro nagiranye na mugenzanje Dawudi Karorero aho namubajije kubijanye nubutumwa aherutse gushikiriza kurubuga rwiwe rwa Facebook. Ubwo butumwa ...

Kurikira ikiganiro nagiranye na mugenzanje Dawudi Karorero aho namubajije kubijanye nubutumwa aherutse gushikiriza kurub...
03/06/2020

Kurikira ikiganiro nagiranye na mugenzanje Dawudi Karorero aho namubajije kubijanye nubutumwa aherutse gushikiriza kurubuga rwiwe rwa Facebook. Ubwo butumwa bukaba bwakwiragiye ahantu heshi cane kuburyo nabanyamerika ubwabo baje bakagira ico babivuzeko.

https://www.youtube.com/watch?v=UJMW55bgI2c

Kurikira ikiganiro nagiranye na mugenzanje Dawudi Karorero aho namubajije kubijanye nubutumwa aherutse gushikiriza kurubuga rwiwe rwa Facebook. Ubwo butumwa ...

Mbe Nikuki twihutira kubona amakosha y'abandi??https://youtu.be/fxdjpiz-JFY
02/06/2020

Mbe Nikuki twihutira kubona amakosha y'abandi??

https://youtu.be/fxdjpiz-JFY

Iyi video yerekeye ubutumwa mugenzanje Dawudi Karorero yashikirije kurubuga rwiwe rwa Facebook, aho yibaza impamvu abarundi turiko twiyamiriza uguhohoterwa g...

02/06/2020

Murantunge sinasobanuye ijambo kurindi ukwo yavyanditse kuberako vyabaye ngombwa ko nkoresha ico bita "paraphrasing" kugirango nshobore guha intumbero ijanye neza nubutumwa mugezanje David Karorero yashikirije kurubuga rwiwe rwa Facebook. David Karorero yanditse ati:

“Kuba uri m’uburundi ukaba uriko urwanya ihohoterwa rifatiye kurukoba ririko rikorerwa abirabure baba muri Amerika; ariko mumuryango wawe (nkumurundi) ukaba utemerewe kwubakana (kurongora umugore, canke kurongorwa numugabo) avuka muyindi ntara, canke muwundi muryango ndetse no mubundi bwoko. Ni Kuki?" (Aha nibazako mugenzanje yarangije ubutumwa bwiwe nako kabazo kagira gati ni kuki? Nibazako yashatse kubaza nti Kuberiki muriko mwiyamiriza ibiriko bikorerwa abirabure babanyamerika mugihe namwe nkabarundi mubikora ndetse kurugero ruhebuje?).

Ninde muntu yibazako igihugu rutura nka Amerika coba mubihe nkivyo kirimwo unomusi? Bene Data, muze twisuzume dutahureko...
02/06/2020

Ninde muntu yibazako igihugu rutura nka Amerika coba mubihe nkivyo kirimwo unomusi? Bene Data, muze twisuzume dutahureko ivyodupfa ari akamanyu kumutsima maze twikebuke tugarukire Imana. Ni mu Mana umuremyi wa vyose ni ho honyene haboneka ubugingo.

26/05/2020

Mube agahore mumvugo, mubikorwa, mukubana n'abandi, ndetse mube agahore muguca imanza ziroranye.

22/05/2020

Yeremiya 9:3 "Bafora ururimi rwabo nk'umuheto, kugira ngo barekure ibinyoma, bacitse abahambaye mu gihugu, ariko batabiheshejwe n'ukuri: kuko bava mu bibi bakaja nubundi, Kandi ntibamenye, ni jewe Uhoraho mbivuze".
Mutekereze kuriryo jambo maze muharanire ukuri.

28/04/2020

Igihe cose buri kiremwa muntu adafise ukwishira no kwizana, ntaterambere nyakuri ryobaho.

Mbe waruziko urwanko rugereranywa no kwica??Kurikira ikiganiro nagiranye na mwene Data David Karorero.https://www.youtub...
26/04/2020

Mbe waruziko urwanko rugereranywa no kwica??
Kurikira ikiganiro nagiranye na mwene Data David Karorero.
https://www.youtube.com/watch?v=62pLzkTymQY

Mbe waruziko urwanko ari icaha ndetse kigereranywa no kwica? Kurikira iki kiganiro urahungukira vyishi.

25/04/2020

Mube agahore
Matayo 5: 43-45
“43 Mwarumvise ko vyavuzwe, ngo Mukunde bagenzi banyu, mwanke abansi banyu. 44 Ariko jeho ndababgire: Mukunde abansi banyu, musabire ababahama, 45 kugira ngo mube abana ba So wo mw ijuru, kukw atuma izuba ryiwe rirasira ababi n’abeza, kand’ aha imvura abagororotsi n’abagabitanya”

25/04/2020

"Dukeburane binashobotse twigishanye"
Murahawe kaze mwese.

25/04/2020

Ukuri guca muziko ntigusha.

25/04/2020
25/04/2020

Address


Opening Hours

Monday 09:00 - 17:00
Tuesday 09:00 - 17:00
Wednesday 09:00 - 17:00
Thursday 09:00 - 17:00
Friday 09:00 - 17:00
Saturday 09:00 - 17:00
Sunday 09:00 - 17:00

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Dukeburane posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Dukeburane:

Shortcuts

  • Address
  • Opening Hours
  • Alerts
  • Contact The Business
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share