Inkuba TV

Inkuba TV Inkuba TV page nshasha igiye kuza ibagezaho amakuru yizewe kandi meza yokwisi yose mubisata vyose

Bon Dimanche Inkuba TV WOOLO Umunota k'umusi
10/11/2024

Bon Dimanche

Inkuba TV
WOOLO
Umunota k'umusi

31/10/2024

Inkuba TV
WOOLO
Umunota k'umusi

💒 _*Uhoraho amanukanywe no kugutabara"*_

👆🏽Iryo jambo nawe kuri kano kagoroba rigire iryawe. Ahuri umenye ko izina twizeye ni izina rihambaye. Ayo majambo tuyishimikize nk'umutwe w'ijambo twigishijwe n'umukozi w'Imana mu gikorane co kuri uno wa kane, 31/10/2024.

Umuririmvyi yararirimvye ati: *"Amaso yacu yarabibonye, iminwe yacu yarabikorakoye, amatwi yacu yaravyumvise"*. Eka da! Ntivyagarukiye ku matwi gusa, hari abari kuvuga ngo erega waravyumvise ntiwabibonye. Ariko Yesu ni umwizigira ibihe vyose.

*📖 Kuvayo 2 : 23-25*

Umuniho w’Abisirayeli warash*tse ku Mana. Mbega woba u*i inzira y’agakiza kacu ? Iyi nkuru y’ugutabarwa kw’Abisirayeli, iradufasha kubitahura neza. 👇🏾

Naho Abisirayeli batwawe nk’inyagano muri Egiputa, aho bari kure, Imana yari izi ko izotabara.

N’igihe Farawo yari yatanze itegeko ko umwana w’umuhungu wese avutse kuri bo yicwa, nticabujije ko abakirizi bareka kubikora uko babitegetswe, kubera bubaha Imana ndetse baronka ivyo bamusigurira.
Imana imenya uko Mose, kuko yari izi ko izomucako.

Abisirayeli bamaze imyaka 430 bari mu buja, banihishwa no kuba mu buja barataka ; ugutaka kwabo gushikira Uhoraho.

❔Mbe nawe wumva hari ibibazo wumva nk’aho vyabaye umugabane wawe ? Warahevye no kwinginga Uhoraho ? Hari amakuru meza : "Igihe wataka, Yesu yarakwumvise, igihe wamuhamagara vyaraduze biramushikira."

Abisirayeli iyo batataka ngo bahamagare Uhoraho, ntawu*i ko kugeza n’ubu batari kuba bakiri mu buja. Nawe reka kwibwira ngo Imana irabibona, takira Uhoraho biramushikira. Bibiliya iravuga ngo _: "Ubabaye nasenge, unezerewe naririmbe zaburi."_

📖 *Itanguriro 28 : 13*

Uhoraho yaributse isezerano yari yaratanze. Iyo turiko turataka, bivyura amasezerano Uhoraho yadusezeraniye. Uhoraho ari inyuma y’ijambo kugira arish*tse. Ntibiraba igihagararo c’ingorane usengera.

_*[...]Uhoraho aramubarira, ati N'ukuri abantu banje bari muri Egiputa nabonye amarushwa barimwo, numvise gutaka kwabo batakishwa n'ababakoresha babahindagiza; kuko nzi imibabaro yabo, kandi manukanywe no kubarokora, mbakure mu maboko y'Abanyegiputa [...]*_ (Kuvayo 3:7-8).

👆🏽Vyarangiye abatabaye nk'uko yari yabibasezeraniye. Iyo ahagurutse gutabara nta kimutangira. Nta kintu na kimwe kigufashe Uhoraho atogukuramwo, kuko Agakiza kiwe karahambaye. Ico usabwa mutakire, arakwumva!

👉🏽Igikorane cose wogikurikiranira hano: https://lc.cx/51U58z /https://lc.cx/u53Ycd .

*Yesu abahezagire!*

Inkuba TV Umunota k'umusi WOOLO
31/10/2024

Inkuba TV
Umunota k'umusi
WOOLO

🎤🎤🎤: Ijambo Niyawe Tubwire Ariko Utibagira Kugira Suivre (Follow),       J'aime(Like), Partages( Shares)Inkuba TV WOOLO ...
30/10/2024

🎤🎤🎤: Ijambo Niyawe Tubwire

Ariko Utibagira Kugira Suivre (Follow), J'aime(Like), Partages( Shares)

Inkuba TV
WOOLO
Umunota k'umusi

Umunota k'umusi Inkuba TV
25/10/2024

Umunota k'umusi
Inkuba TV

24/10/2024

_*Ni he dukura inkomezi zidushoboza kunesha?*_

Nta n'umwe adashaka kubaho mu ntsinzi kandi inkuru nziza n'uko Imana ibishaka. *Ugiye kwumva ibanga ry'aho ushobora gukura inkomezi zigushoboza kunesha*

📖 Josué 23 : 1 - 16

Yosuwa yabaye umukozi w'Imana adatambamira i buryo canke i bumoso. Vyasavye ko yibutsa abisirayeli ingene Uhoraho Imana yabanye na bo kuko yari agiye kurangiza urugendo rwiwe.

Yosuwa yabibukije ko ibitangaza vyose babonye bitavuye kuri we ahubwo vyavuye ku Mana kandi ko n'aho agiye kuvana na bo, Uhoraho azokomeza kubana na bo.

Ni ho Yosuwa yababwira ibanga ry'aho yakuye inkomezi zamufashije kunesha igihe we na Karebu babona ibinyuranye n'ivyo bamwe cumi babona. (Guharura 13 na 14)

Ivyanse ntivyanse ku Mana, yoyo umwaka utanguye yaravuze. Reka kuraba ibitagushobokeye, IVYAKUNANIYE YESU NTIVYAMUNANIYE.

*Ibanga ryashoboje Yosuwa ni kwifatanya n'IMANA akaramata (attachement)* :

Kwifatanya n'Imana akaramata:
- ni vyo biguha intsinzi
- ni vyo bigushoboza gukora igikorwa c'Imana n'ubushobozi.
- ni vyo biguha inkomezi kandi bikurinda ubwibone kuko uba u*i neza ko bitavuye kuri wewe.

Wewe ramiriza, utivanga. Kumbure uriko wiyumvira ico wigaruriye kuva umwaka utanguye, Imana yo yaravuze kandi ni washishikara kwifatanya na Yo akaramata BIRACASHOBOKA!

Wipfuza gukwirikirana igikorane cose fyonda hano : https://lc.cx/aMKvKs






Imana ibahezagire!

21/09/2024

Grace to Grace 🙏🔥🙏

PROGRAMME DES MATCHS D'AUJOURD'HUI LE 25/8/2024 : 🔄 ✅ INSCRIVEZ-VOUS SUR 1XBET AVEC LE CODE PROMO : IVYIZA ✅ INSCRIVEZ-V...
25/08/2024

PROGRAMME DES MATCHS D'AUJOURD'HUI LE 25/8/2024 : 🔄

✅ INSCRIVEZ-VOUS SUR 1XBET AVEC LE CODE PROMO : IVYIZA

✅ INSCRIVEZ-VOUS SUR MELBET AVEC LE CODE PROMO : IRISA

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 ANGLETERRE : PREMIER LEAGUE

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 15:00 : Bournemouth - Newcastle United
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 15:00 : Wolves - Chelsea
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿17:30 : Liverpool - Brentford

🇪🇦 ESPAGNE : LALIGA

🇪🇦 17:00 : Real Madrid - Real Valladolid
🇪🇦 19:00 : Leganes - Las Palmas
🇪🇦 19:15 : Deportivo Alaves - Real Betis
🇪🇦 21:30 : Atletico Madrid - Girona

🇮🇹 ITALIE : SÉRIE A

🇮🇹 18:30 : Fiorentina - Venezia
🇮🇹 18:30 : Torino - Atalanta Bergame
🇮🇹 20:45 : Napoli - Bologna
🇮🇹 20:45 : AS Roma - Empoli

🇩🇪 ALLEMAGNE : BUNDESLIGA

🇩🇪 15:30 : Wolfsburg - Bayern Munich
🇩🇪 17:30 : St Pauli - FC Heidenheim

🇫🇷 FRANCE : LIGUE 1

🇫🇷 15:00 : Lens - Brest
🇫🇷 17:00 : Nantes - Auxerre
🇫🇷 17:00 : Nice - Toulouse
🇫🇷 17:00 : Strasbourg - Stade Rennais
🇫🇷 20:45 : O. Marseille - Stade Reims

🇳🇱 PAYS BAS : EREDIVISIE

🇳🇱 12:15 : Fc Groningen - AZ Alkmaar
🇳🇱 14:30 : Heracles - Willem ll
🇳🇱 14:30 : Sparta Rotterdam - Feyenoord
🇳🇱 16:45 : Go Ahead Eagles - RKC Waalwijk

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 ANGLETERRE : CHAMPIONSHIP

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 16:00 : Swansea City - Cardiff City

🇵🇹 PORTUGAL : PRIMEIRA LIGA

🇵🇹 16:30 : Arouca - National
🇵🇹 19:00 : Estoril - Gil Vicente
🇵🇹 21:30 : AVS Futebol SAD - Vitoria de Guimaraes
🇵🇹 21:30 : SC Braga - Moreirense

🏴󠁧󠁢󠁳󠁣󠁴󠁿 ECOSSE : PREMIERSHIP

🏴󠁧󠁢󠁳󠁣󠁴󠁿 13:00 : Celtic - St Mirren
🏴󠁧󠁢󠁳󠁣󠁴󠁿 16:00 : Aberdeen - Kilmarnock
🏴󠁧󠁢󠁳󠁣󠁴󠁿 16:00 : Motherwell - Hearts

🇹🇷 TURQUE : SÜPER LIG

🇹🇷 18:15 : Kasimpasa - Adana Demirspor
🇹🇷 20:45 : Antalyaspor - Hatayspor
🇹🇷 20:45 : Rizespor - Fenerbahçe

🇧🇪 BELGIQUE : JUPILER LEAGUE

🇧🇪 13:30 : FC Dendev EH - Club Brugge
🇧🇪 16:00 : St Truiden - Union St Giloise
🇧🇪 18:30 : Standard Liège - Beerschort
🇧🇪 19:15 : Sporting Charleroi - Kortrijk

🌍 CAF CHAMPIONS LEAGUE

🌍 14:00 : Gor Mahia - El Merreikh FC Bentiu
🌍 15:00 : Al Hilal Omdurman - Al Ahli Benghazi
🌍 15:00 : Coton Sport - AS Douanes Ouagadougou
🌍 15:00 : Ferroviairio da Beira - Mbabane Swallows
🌍 16:30 : Maniema Union - Ngezi Platinium
🌍 17:00 : Smartex - Victoria United
🌍 18:00 : ASKO - Deportivo Mongomo
🌍 18:00 : Djoliba AC - Red Star de Bangui
🌍 18:00 : San Pedro - Bo Rangers FC
🌍 18:00 : US Monastir - AS PSI
🌍 19:00 : FC Nouadhibou - Milo FC
🌍 21:00 : CR Belouizdad - AC Léopard de Dollisie
🌍 22:00 can m: FAR Rabat - Remo Stars

🇧🇮 BURUNDI : PRIMUS LEAGUE BURUNDI

🇧🇮 15:00 : Olympic Star - Bumamuru FC
🇧🇮 15:00 : Flambeau du centre - Moso Sugar
🇧🇮 15:00 : Kayanza United - Musongati
🇧🇮 15:00 : Ngozi City - B.S Dynamic

🔁TWANDIKIRE TUGUFASHE KUGURURA COMPTE YARIYO YOSE USHAKA YABA IYA 1XBET, MELBET CANKE BUBET.

🔁NIMBA VYARAKUNINIYE CANKE UFISE IKIBAZO MURI 1XBET MELBET CANKE BUBET TWANDIKIRE KWIYI NUMÉRO IKURIKIRA .

TEL : 62 66 79 10 ( WhatsApp)

RÉSULTATS DES MATCHS DE CE SAMEDI LE 24/8/2024 ✅INSCRIVEZ-VOUS SUR 1XBET AVEC LE CODE PROMO IVYIZA EN MAJUSCULE ✅INSCRIV...
25/08/2024

RÉSULTATS DES MATCHS DE CE SAMEDI LE 24/8/2024

✅INSCRIVEZ-VOUS SUR 1XBET AVEC LE CODE PROMO IVYIZA EN MAJUSCULE

✅INSCRIVEZ-VOUS SUR MELBET AVEC LE CODE PROMO IRISA EN MAJUSCULE .

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 ANGLETERRE : PREMIER LEAGUE

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Brighton 2-1 Manchester United
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Crystal Palace 0-2 West Ham
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Fulham 2-1 Leicester city
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Manchester City 4-1 Ipswich Town
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Southampton 0-1 Nottingham Forest
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Tottenham 4-0 Everton
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Aston Villa 0-2 Arsenal

🇪🇦 ESPAGNE : LALIGA

🇪🇦 Osasuna 1-0 Mallorca
🇪🇦 FC Barcelona 2-1 Athletic Bilbao
🇪🇦 Espagnol Barcelona 0-1 Real Sociedad
🇪🇦 Getafe 0-0 Rayo Vallecano

🇧🇮 PRIMUS LEAGUE BURUNDI

🇧🇮 LLB Amasipiri - Messager Ngozi

🇮🇹 ITALIE : SÉRIE A

🇮🇹 Parma FC 2-1 AC Milan
🇮🇹 Udinese 2-1 Lazio Rome
🇮🇹 Inter Milan 2-0 Lecce
🇮🇹 Monza 0-1 Genoa

🇩🇪 ALLEMAGNE : BUNDESLIGA

🇩🇪 Augsbourg 2-2 Werder Brême
🇩🇪 Freiburg 3-1 Stuttgart
🇩🇪 Hoffenheim 3-2 Holstein Kiel
🇩🇪 Mainz 1-1 Union Berlin
🇩🇪 RB Leipzig 1-0 Bochum
🇩🇪 BVB Dortmund 2-0 Eintracht Frankfurt

🇨🇵 FRANCE : LIGUE 1

🇨🇵 Lyon 0-2 Monaco
🇨🇵 Lille 2-0 Angers
🇨🇵 Saint Etienne 0-2 Le Havre

🇳🇱 PAYS BAS : EREDIVISIE

🇳🇱 NEC Nijmegen 1-0 PEC Zwolle
🇳🇱 Almere City FC 1-7 PSV Eindhoven
🇳🇱 NAC Breda 1-2 FC Utrecht

🇵🇹 PORTUGAL : PRIMEIRA LIGA

🇵🇹 Casa Pia FC 0-2 Santa Clara
🇵🇹 FC Porto 2-0 Rio Ave
🇵🇹 Benefica 1-0 CF Estrela da Amadora
🇵🇹 Famalicao 1-0 Boavista

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 ANGLETERRE : CHAMPIONSHIP

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Bristol City 1-1Coventry City
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Hull City 0-0 Millwall
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 QPR 1-1 Plymouth Argyle
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Blackburn rovers 2-1Oxford United
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Middlesbrough 2-2 Portsmouth
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Norwich City 1-1 Sheffield United
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Preston North End 1-0 Luton Town
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Stoke City 1-2 West Bromwich Albion
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Sunderland 1-0 Burnley
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Watford 2-1 Derby County

🏴󠁧󠁢󠁳󠁣󠁴󠁿 ECOSSE : PREMIERSHIP

🏴󠁧󠁢󠁳󠁣󠁴󠁿 Dundee United 2-0 St Johnstone
🏴󠁧󠁢󠁳󠁣󠁴󠁿 Hibernian 2-2 Dundee FC
🏴󠁧󠁢󠁳󠁣󠁴󠁿 Rangers 6-0 Ross County

🌍 CAF CHAMPIONS LEAGUE :

🌍 CBE SA 1-1 SC Villa (3-2)
🌍 Al- Merreikh 2-0 Al-Nasr ( 2-0)
🌍 Red Arrows 2-0 Big Bullets ( 3-2)
🌍 Galaxy 1-0 Africa Stars ( 1-1, Pen : 6-5)
🌍 Sagrada Esperanca 3-0 St Louis suns united ( 4-0)
🌍 APR FC 2-0 Azam FC ( 2-1)
🌍 Young Africans 6-0 Vitalo ( 10-0)
🌍 Pyramids FC 3-1 JKU ( 9-1)
🌍 Teungeuth FC 1-1 Stade d'Abidjan ( 2-2, Pen : 4-5)
🌍 Raja Casablanca 5-0 AS GNN ( 7-1)

🇸🇦 SAUDI PROFESSIONAL LEAGUE :

🇸🇦 Al Kholood 0-1Al Ittihad
🇸🇦 Al Akhdoud 0-3 Al Hilal
🇸🇦 Al Shabab 0-1 Al Ettifaq

🇧🇪 BELGIQUE : JUPILER LEAGUE

🇧🇪 Westerlo 1-1 Oud - Heverlee Leuven
🇧🇪 Royal Antwerp 0-1 KV Mechelen

🔁TWANDIKIRE TUGUFASHE KUGURURA COMPTE YARIYO YOSE USHAKA YABA IYA 1XBET, MELBET CANKE BUBET.

🔁NIMBA VYARAKUNINIYE CANKE UFISE IKIBAZO MURI 1XBET MELBET CANKE BUBET TWANDIKIRE KWIYI NUMÉRO IKURIKIRA .

TEL : 62 66 79 10 ( WhatsApp)

https://youtube.com/shorts/l2-Cny5Js0Q?si=pLxEEaIjCGcdh-4KPlease: Subscribe And Share On My Channel YouTube Gusaba Kugir...
19/08/2024

https://youtube.com/shorts/l2-Cny5Js0Q?si=pLxEEaIjCGcdh-4K

Please: Subscribe And Share On My Channel YouTube

Gusaba Kugira: Subscribe Na Partages Nyishi Kuri Channel YouTube Yanje

Inkuba TV
Umunota k'umusi
WOOLO

In a world filled with distractions, Jesus is calling each of us to pause and listen to His voice. Are you ready to answer His call? This short video reminds...

Inkuba TV Umunota k'umusiWOOLO
19/08/2024

Inkuba TV
Umunota k'umusi
WOOLO

Inkuba TV
01/08/2024

Inkuba TV

30/07/2024

Inkuba TV
Iminota Itatu (3) Gusa Irakwiye.
Please Ndagusavye Wumvirize Ino Video Uyisangize Nabandi🙏🙏🙏
Utibagira Kugira Suivre Follow J'aime Like Commentaires Na Partages Nyishi Muma Groupes Murimwo Munatumira Nabandi Gufollowinga Page Facebook Ya INKUBA TV

Umunota k'umusi
30/07/2024

Umunota k'umusi

Umunota k'umusi
Nimba wizerako Imana ariyo buraro n uburamuko bwawe Vuga uti Amen.

Andika Couple Yawe Nawe Bagukorere Umuti Binakunze Bakwubakire Pharmacie 💯 💯 💕 💯 UMUNOTA K'UMUSI ✌️✌️✌️ Twibuka Kugira S...
27/07/2024

Andika Couple Yawe Nawe Bagukorere Umuti Binakunze Bakwubakire Pharmacie 💯 💯 💕 💯
UMUNOTA K'UMUSI ✌️✌️✌️

Twibuka Kugira Suivre Follow J'aime Like Commentaires Na Partages Nyishi Kuri Page Facebook Y'Umunota K'umusi

https://www.facebook.com/profile.php?id=100083228173986

Address


Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Inkuba TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Inkuba TV:

Videos

Shortcuts

  • Address
  • Telephone
  • Alerts
  • Contact The Business
  • Videos
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share