Mashimwe TV

Mashimwe TV Médias télédiffusé

25/12/2024
  Amanota 32 kw’ijana mu kibazo ca reta co mu mwaka w’icenda niyo yafatiweko kugira umunyeshure yemererwe kubandanya iny...
02/09/2024



Amanota 32 kw’ijana mu kibazo ca reta co mu mwaka w’icenda niyo yafatiweko kugira umunyeshure yemererwe kubandanya inyigisho z’inyuma ya shure shingiro. Abazoja mu mashure y’indaro canke aya reta yo mu gisagara ca Bujumbura mu bisata vy’ubuhinga, indimi canke kwigisha babwirizwa kuba baronse 50,5 kw’ijana.

Umushikiranganji w’indero yabivugiye mu kiganiro n’abamenyeshamakuru, kuri uyu wa mbere. François Havyarimana yamenyesheje ko abayobewe barenga gato ibihumbi 16. Ku bwiwe, abo barashobora kuja kwiyandikisha mu mashure y’imyuga canke bagasaba ibibanza vyo gusubiramwo umwaka aho biri.

Umushikiranganji w’indero amenyesha kandi ko umwaka w’ishure wa 2024 ushira uwa 2025 uzotangura igenekerezo rya 16 uku kwezi kwa Nyakanga.

Ibihe bishasha!Kuncuro ya gatatu Intumwa y'Imana Kévin SIBOMANA arongoye igikogwa Ubugingo busagutse yabateguriye igikor...
10/06/2024

Ibihe bishasha!
Kuncuro ya gatatu Intumwa y'Imana Kévin SIBOMANA arongoye igikogwa Ubugingo busagutse yabateguriye igikorana kidasanzwe co gusangangura ibicaniro bigose imiryango ndetse n'igihugu.
Burundi namwe mwese muri mumicungararo muratumiwe murivyo bihe.

 Ishengero UMUGWA W IMANA NZIMA (CLG Gitega)Ryarabateguriye ibihe bidasansanzwe vy'IkanguroHamwe n'Intumwa y'Imana Kevin...
15/05/2024


Ishengero UMUGWA W IMANA NZIMA (CLG Gitega)
Ryarabateguriye ibihe bidasansanzwe vy'Ikanguro
Hamwe n'Intumwa y'Imana Kevin SIBOMANA
Ku magenekerezo ya 17 na 19 Rusama 2024 kuri stade ex MIPAREC.
Bantu bo mu ntara Gitega no mumicungararo eka namwebwe mwese munyotewe Ikanguro ibi bihe ntibibacikee.

INKURU YUMUBABAROUmwungere mukuru w'ishengero rya pentekoti yitavye Imana,bivugwako yasandabiye iyo yari murugendo muri ...
07/05/2024

INKURU YUMUBABARO

Umwungere mukuru w'ishengero rya pentekoti yitavye Imana,bivugwako yasandabiye iyo yari murugendo muri Canada.
Turahojeje umuryango wiwe w'amaraso n'umuryango wa pantekoti
HAHIGWA ABAPFA BAPFIRA MUMWAMI

Aho Hari mw isabukuru ry'imyaka cumi iheze  Ishengero Umugwa w'Imana nzima iheze ribayeho.Iryo shengero riyobowe n Intum...
04/05/2024

Aho Hari mw isabukuru ry'imyaka cumi iheze Ishengero Umugwa w'Imana nzima iheze ribayeho.
Iryo shengero riyobowe n Intumwa y'Imana Kevin SIBOMANA ryari riramutse rirobanura n'abakozi b Imana muma bango atandukanye.
Ibirori vyasozewe n'ugusangirira hamwe ivy'umubiri navyo mukanyamuneza ntangere.

 Nkuko biriboneka kw'iyo karata y'ubutumire ishengero Umugwa w'Imana Nzima(CLG)ryateguye ibihe bidasanzwe vy Ikanguro.Ni...
29/04/2024


Nkuko biriboneka kw'iyo karata y'ubutumire ishengero Umugwa w'Imana Nzima(CLG)ryateguye ibihe bidasanzwe vy Ikanguro.
Nimugihe bari mw'isabukuru ry imyaka cumi iheze iryo shengero ribayeho.
Ibihe nkibi sivyo kwirengagiza .
Imana ihangaze Uburundi n'abarundi.

 : Ekereziya katorika IravyemezaKuva kumugoroba w'ejo har'Inkuru iriko ivugwa cane kw'Isi, yuko Gatolika yemeje ko abahu...
19/12/2023

: Ekereziya katorika Iravyemeza
Kuva kumugoroba w'ejo har'Inkuru iriko ivugwa cane kw'Isi, yuko Gatolika yemeje ko abahuje ibitisina babisangiye barongorana kandi bagahezagirwa.

Nk'uko tubikesha ikinyamakuru cegereye Vatican "LA CROIX" bikaba biri no mw'itanganzo rigizwe n'impapuro12 ryateweko umukono na Papa Francis, yavuze ko "Birekuwe k'umugaragaro guhezagira ubugeni bw'abarongoranye badahuje ibitsina ariko bidaciye mumigirwa y'Ekeziya". Iryo tangazo nyene riravuga ko bene kurongorana batazokwambara impuzu ziranga abagize ubugeni muntumbero yo kwirinda imishamirano canke ukwitiranya ibintu.
Ubwo bugeni kandi buzohezagirirwa ahandi hantu atari mw'isengero, nko muri Sanctuaire canke pérelinage buhagarikiwe n'Umupatiri, évêque canke umu diacre.
Munsiguro zatanzwe muri iryo tangazo, Papa yashimangiye ko atawushobora kwimana isakaramento ryo kwabira kuwurisavye.
Nk'uko amasakaramento atangwa kwinshi, ndetse bishika agatangigwa no mw'ibarabara kwanka gutanga iryo kwabirana kubahuje ibitsina ngo ntibikunda kuko uba uciye kubiri n'amabwirizwa y'Ekereziya.
Iyo rero ngo abahuje ibitsina basavye isakaramento ryo kwubakana, vyerekana ko bashaka guha ikibanza Imana mu mutima wabo, uwobibankira rero ngo yoba arenze amabwirizwa y'Imana n'aya Ekereziya.

Musomyi aho uherereye wari bwumve abarongorana basangiye ibitsina?aho iwanyu mwavyakiye gute?

BishashaUmukozi w'Imana Chris NDIKUMANA yarabateguriye AMASENGESHO ADASANZWE YO GUSENGERA UBURUNDINi kw’igenekerezo rya ...
04/12/2023

Bishasha
Umukozi w'Imana Chris NDIKUMANA yarabateguriye AMASENGESHO ADASANZWE YO GUSENGERA UBURUNDI

Ni kw’igenekerezo rya 4/1/2024 aho hazoba amasengesho yo gusengera Uburundi .

Kubazoba bashaka kubana nawe kur’uwo musi, mushobora kwiyandikisha muciye kuri application ya Kanguka canke kuri site ya Kanguka

uwo musi bizoca en direct kuri page yiwe nyene ya Facebook.
Amasengesho azotangura sa moya (7h) arangire sa kumi na zibiri (18h)

Aho hari kumunsi w'ejo aho Abantu bavuye mu mihingo itandukanye y’igihugu ca Cameroun hamwe no mu bihugu bibanyi nibo ba...
19/11/2023

Aho hari kumunsi w'ejo aho Abantu bavuye mu mihingo itandukanye y’igihugu ca Cameroun hamwe no mu bihugu bibanyi nibo bari benshi murico gikorane ca , caremeshejwe n’umuvugabutumwa w’umurundi Chris Ndikumana.

Aha twovuga abakongomani , abavuye ku murwa mukuru wa Cameroun Yaoundé, abavuye Côte d’Ivoire , Nigéria , Ghana n’ahandi. Harimwo rero n’abarundi bavuye ino , hamwe n’abasanzwe baba murico gihugu .
Turateye intege umuvugabutumwa Chris NDIKUMANA



 InfosNIBIHE BITAMENYEREWE TUTOKWIRENGAGIZARwaruka, Ablaze Soldiers Youth Conference ni umwanya duhawe n'umuremyi w'ijur...
24/08/2023


Infos
NIBIHE BITAMENYEREWE TUTOKWIRENGAGIZA
Rwaruka, Ablaze Soldiers Youth Conference ni umwanya duhawe n'umuremyi w'ijuru n'isi kugira ngo duhabwe ukumenya amabanga atuma tugendera mu ntsinzi mu buzima bwacu.

Muri kino gihe isi isugerejwe n'umwiza mwinshi n'ibikorwa vyinshi vy'umurwanizi, Imana igomba guhagurutsa ingabo zaka umuriro zizogaragaza ubushobozi bwayo, zikimika umuco wayo aho ziherereye hose.

Azoba kandi ari ibihe vyiza vyo kunagura ubuzima bwawe bw'impwemu n'ukumenya intumbero y'ubuzima bwawe.

Ni kuva kuri uyu wa mbere 28/08 (17h); kaze twakire ivyankenerwa Imana yaduteguriye kugira tubeho ubuzima yipfuza ko tubaho hano muri ino si.

Turabakunda. Murahawe ikaze!

Ishengero ry'Anglicane ku musaga ryifuza gukora igikogwa ciza Gufasha impfuvyi n'abantahonikora .Ibikogwa bene nkibi bir...
22/08/2023

Ishengero ry'Anglicane ku musaga ryifuza gukora igikogwa ciza
Gufasha impfuvyi n'abantahonikora .
Ibikogwa bene nkibi birakwiye kugwira cane
Twagire duhamagarire abantu Bose mufise umutima w'ubugiraneza gushigikira iki gikogwa categuwe niri shengero!

19/07/2023

Ibihe bidasanzwe Imana yateguye iciye kumuvugabutumwa Chris NDIKUMANA

Turipfurije isabukuru nziza abarundi n'uburundi y'imyaka 61 iheze Uburundi buronse intahe y'ukwikukiraa!katubere akaryo ...
01/07/2023

Turipfurije isabukuru nziza abarundi n'uburundi y'imyaka 61 iheze Uburundi buronse intahe y'ukwikukiraa!katubere akaryo keza ko kwirimbura n'ukuraba Ko tukigendera iragi ry'uwitangiye iyo ntahe umuganwa Ludoviko RWAGASORE,Imana ihezagize amashimwe Abarundi n'uburundi!

New infosÉdition ya 2 y'igikogwa ubugingo busagutse yiswe ngo "gusangangura ibicaniro vyose vya satani  "ca garutse ni k...
06/06/2023

New infos
Édition ya 2 y'igikogwa ubugingo busagutse yiswe ngo "gusangangura ibicaniro vyose vya satani "ca garutse ni kuma genekerezo ya 24 na 25 zukwezi kwa gatandatu uyu mwaka !Tubibutse ko mugice cambere cabaye mumwaka uheze habonetse isinzi ryabakir'indwara,ababohoka ,ibitangaza n'utwumiza vyarabonetse!

Address


Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mashimwe TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Mashimwe TV:

Videos

Shortcuts

  • Address
  • Telephone
  • Alerts
  • Contact The Business
  • Videos
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share