Théo TV

Théo TV Ukwamamaza Inkuru nziza y'Umwami wacu YESU KRISTO.

16/01/2025
Hi gus na amini mukosalama mahari mulipo.just nikuwajulisha kwamba hapa karibuni tutawasukumia nyingine Nyimbo ambayo it...
16/01/2025

Hi gus na amini mukosalama mahari mulipo.just nikuwajulisha kwamba hapa karibuni tutawasukumia nyingine Nyimbo ambayo itakua baraka maratena kwetu nakutakia kua wakwanza kuitazama ingia kwenye Youtube chene yangu uandike hivi:
# TV # Utaona kazizi zetu usisahabu Ku s'abonner asante kwakututia moyo mubarikiwe sana.

Biblia. Luka 15:31
[31]Akamwambia, Mwanangu, wewe u pamoja nami sikuzote, na vyote nilivyo navyo ni vyako.
And he said unto him, Son, thou art ever with me, and all that I have is thine.

Shalom bene Data mu Mwami wacu YESU KRISTO.Nizereko muguwenez cyn,hm nipfuje kubasangiza ino ndirimbo yiswe NYIGISHA usi...
07/01/2025

Shalom bene Data mu Mwami wacu YESU KRISTO.

Nizereko muguwenez cyn,hm nipfuje kubasangiza ino ndirimbo yiswe

NYIGISHA usimbir muri YOUTUBE chêne yanj Hm mwiy'abonne muribensh kugira dusangire Imigisha y'Imana turibensh mur'uy'umwaka IMANA itwigishe:"Kuyikunda,Ubuntu bwayo,Kuyitwenza ,Nkuko yama ibidukorera mwarahezagiwe .

Toujours # Tv # #.

06/01/2025

NYIGISHA BY THEOGENE

YADUSHWAYEMO
INJIRA YOUTUBE

UYIRABIRE

ubgenge mubgongereko kwirinda; ukwirinda mukwongereko kwihangana; ukwihangana mukwongereko kwubaha Imana;   ukwubaha Ima...
04/01/2025

ubgenge mubgongereko kwirinda; ukwirinda mukwongereko kwihangana; ukwihangana mukwongereko kwubaha Imana; ukwubaha Imana mukwongereko gukunda bene Data; ugukunda bene Data mukwongerek' urukundo. Kuko namba mugira ivyo, bikagwira, bituma mutaba abanyabute cank' ingumba ku vyo kumenya neza Umwami wacu Yesu Kristo .
2 Petero 1:6-8

Shlm shlm bera b'Imana nizerek muguwenez.Juste mfashe akanya kokubipfuriza umwaka mushsha hamwe n'a Théo TV.Ndabamenyesh...
03/01/2025

Shlm shlm bera b'Imana nizerek muguwenez.

Juste mfashe akanya kokubipfuriza umwaka mushsha hamwe n'a Théo TV.

Ndabamenyeshak uyumwaka wa2025 tugiye kubona bishsh iconsaba kurimwebw nuwamutima nyene wokumfata kumugingo munsgigikira Mungu partage n'a comment tutibagiy j'aime ok ndagize ndabashimira kubw'ir'ijambo:

Mbere kubg' iyo nyanduruko nyene, ubganyu mushiruke umwete wose; ukwizera kwanyu mukwongerekw ingeso nziza; ingeso nziza muzongerek' ubgenge;
2 Petero 1:5

16/12/2024
14/12/2024

Ubuntu bube muri mwebge n'amahoro, biva ku Mana Data wa twese no ku Mwami Yesu Kristo.
Abanyefeso 1:2

11/12/2024

Haleluya

08/12/2024

Haleluya Amen!!

Nturengane utayuguruye iyi Video
Muhezagigwe cyn nct yanj!!.

MUNGU mukukubarik hâta uliza mtuu.
08/12/2024

MUNGU mukukubarik hâta uliza mtuu.

13/11/2024

Kukw Imana ari yo idendebuye umutima wanje,
Kand' Ishobora vyose ikaba ari yo inciye ivutu.
Yobu 23:16

13/11/2024

Iyi ndirimbi n'Indirimbo ifise uguhirur igitandara kiruta ibindi vyose!NYIGISHA BY THEOGENE

Bon Dimanche
22/09/2024

Bon Dimanche

Ariko wewe, Betelehemu Efurata, nah' ur' inkehwa mu bihumbi vy'i Buyuda, muri wewe hazomviramw' uzoba segaba mu Bisiraye...
20/09/2024

Ariko wewe, Betelehemu Efurata, nah' ur' inkehwa mu bihumbi vy'i Buyuda, muri wewe hazomviramw' uzoba segaba mu Bisirayeli; amamo yiwe yahereye kera hose, ibihe n'ibindi.
Mika 5:2

19/09/2024

Nyigisha

Address


Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Théo TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Théo TV:

Videos

Shortcuts

  • Address
  • Telephone
  • Alerts
  • Contact The Business
  • Videos
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share