02/10/2023
Abashikiranganji bane mu bagize reta y'U bahinduwe.
- Ubushikiranganji bw'amagara y'abantu bugiye kurongorwa na Lyduine Baradahana. Asubiriye Sylvie Nzeyimana.
-Prosper Dodiko niwe agiye kuramutswa ubw'ibidukikije, uburimyi n'ubworozi. Asubiriye Sanctus Niragira.
-Venuste Muyabaga asubiriye Déo Rusengwamihigo ku bushikiranganji bw'abakozi n'akazi.
-Ubushikiranganji bujejwe iyinjira ry'Uburundi mu muryango wa Afrika y'ubuseruko bugiye kurongorwa na Gervais Abayeho. Asubiriye Ézéchiel Nibigira.
Inkomoko RTNB