Umukuru w'igihugu Evariste Nda ahamagarira ahamagarira abantu Bose baba mu Burundi kwitabira rusansuma nyezina yatanguye kuri uyu wa mbere mu gihugu cose.Akaba yabivuze mugihe yarahejeje ico gikorwa co kwisansumisha.
Umukuru w'igihugu Evariste Nda ahamagarira ahamagarira abantu Bose baba mu Burundi kwitabira rusansuma nyezina yatanguye kuri uyu wa mbere mu gihugu cose.Akaba yabivuze mugihe yarahejeje ico gikorwa co kwisansumisha.
https://youtu.be/30h4Xunc_NA?feature=shared
Gira Subscribe
President Of Burundian Diaspora, Samuel Ndayiragije meeting with burundians in Dar Es Salam
#Kenya
🚨Abarundi baba muri #Kenya biyemeje gutenga imiriyoni zaba 200 inyubakwa @ Diaspora Ndundi.
https://youtu.be/s-fw_2XTIPE?si=ocSSZ8Blp0DOehdl
Gira Subscribe, Comment na Share
@topfans
Radio-Télévision Isanganiro RTI
Magazine Jimbere
Radio Indundi Culture
🚨Uburundi bugiye kwakira inama idasanzwe igira iya 23 y'isoko rusangi, ihurikiyemwo ibihugu vyo muri Africa y'epfo n'iyubuseruko COMESA.
Vyashikirijwe n'umishkiranganji w'imigenderanire ya Reta n'ayandi makungu Albert SHINGIRO, kuri uyu wa13 myandagaro umwaka wa 2024 , mugihe hari haramutse haba amasezerano hagati y'uburundi n'indongozi zirongoye iyo Soko rusangi.
#Imigenderanire
IJAMBO RYA Samuel Ndayiragije YATOWE NGO ARONGORE DIASPORA NDUNDI
Ejo isaha zine z’agatondo muri #Arizona hazoba ikiganiro c’ikibiriraho, ikiganiro cerekeye umugambi #ijana_ryawe
Ishengero METHODISTE LIBRE,ubupastori bwa CORNERSTONE,kubw’ububasha bwahawe na HARVEST COMFERENCE, iryo shengero riri n’iteka ntangere ryo kubatumira mu birori vyo kwugurura ishami ry’ishengero METHODISTE LIBRE mu gisagara ca PITTSBURGH intara ya PENNSYLVANIA. <———>Ivyo birori bikaba bizoba kw’igenekerezo rya 20 ukwezi kwa mbere umwaka w’2024. Aho bizobera ni kw’irangiro rikurikira: 801 Union Avenue , Pittsburgh,Pennsylvania 15212 ,amiga azotangura igihe c’isaha icumi z’umuhingamo.<————>
Iryo shami rizoba ryuguruwe,rizoba ryitwa GLORY FREE METHODIST CHURCH,uwo musi nyene rizoshikirizwa Reverend HATUNGIMANA PACIFIQUE nk’umuyobozi waryo musi y’ububasha bwa CORNERSTONE FREE METHODIST ubupastori. <———>Abazugurura iryo shami ni intumwa ya Conference Reverend MATT POOLE umubgiriza wa Conference na Reverent EMMANUEL DE MALEPRADE umurongozi w’ububwiriza bwa Pittsburgh akaba n’umurongozi w’ubu Pastori bwa CORNERSTONE. <———>Abatumire ni Reverend NDAYISABA SAMMUEL, Reverend MPOYE JEAN,Révérend ALANGA NGABOHEMO n’abandi ba Pastori bo mw’ishengero Methodiste Libre. <———>Haratumiwe kandi amashengero yemera Kristo ari mu karere ka Pittsburgh nka: VICTORY OF GOD ,REVIVAL INTERNATIONAL na UNITED AWAKENING BAPTIST CHURCH.<———>Hazoba hari choral zikurikira :WAKE UP, CALVARY na TANGAZENI.<———>
Hazoba guhimbaza Imana mu KIRUNDI,IGISWAHIRI N’IKIBEMBE.
Abipfuza aho bakorera amanama bahawe karibu
Ă Gishora,
Semaine de la Diaspora Burundaise 2023
#Isabukuru_Dukunde_Uburundi
Uwaririmvye indirimbo witiriwe iri sabukuru, August Burundi arabatumira kwitabira uru rubanza rudasanzwe.
#isabukuru_dukunde_uburundi
Pascalinda Poetry azobica bicike muri iyi sabukuru,
Let storm there.
Dicobu
RTNB
Les Jumeaux Music
Mutima le Comedien
Burundian Diaspora
August Burundi
Radio Indundi Culture FM
BLACK MEDIA
Magazine Jimbere
Buja FM
Akeza.net
Clapton kibonge
Radio-Télévision Isanganiro RTI
IngoMagazine
Umu promoter yigenga
Ding Rugamba
#Isabukuru_Dukunde_Uburundi
Umurwi wa #Komezakaranga nawo nyene uriteguye kuzoha umunezero no gukumbuza akiwacu abazoba bitabiriye iyi sabukuru.
Dicobu
RTNB
Radio Indundi Culture FM
Magazine Jimbere
Troupe Amagaba
Clapton kibonge
Kidum Kibido
#isabukuru_dukunde_uburundi
ABAGARUKIRAKARANGA nabo bazoteramisha muri iyi sabukuru .
Ikibanza : #Arena
Igenekerezo : 12.08.2023
Kwinjira : 30.000fr , 50.0000fr na 100.000fr ariko nuwugomba guterera vyodutera intege
Abanyakaranga, baragutumira mw’isabuku #DUKUNDE_UBURUNDI
#ISABUKURU_DUKUNDE_UBURUNDI
Umurwi wa #NINDE nawo nyene uzoteramisha abazokwitabira iyi sabukuru.
Ikibanza : #Arena
Igenekerezo : 12.08.2023 guhera isaha cumi na zibiri