#CHINE : FORUM DE LA DIASPORA BURUNDAISE.
=======================
đ´Rendez-vous Ă ne pas rater pour tous burundais vivant en #Chine , le 15.FĂŠvrier 2025 dans la ville de Guangzhou.
Umuririmvyi #Kaka_Bonney yaraye yitabiriye igikorane ca #Chris_Ndikumana yaraye akoreye mugihugu ca CĂ´te DâIvoire.
Arsène Lupin Bucuti yagabiwe ibibuguru cumi nâumuvyeyi wâabarundi nyeninganji Evariste Ndayishimiye umukuru wâigihugu câuburundi.
Turamukeje.
Umurwi Les Jumeaux Music waraye ushize ahabona video yâindirimbo yari imaze igihe itangajwe ko igira isohoke ariko ikaba yaratevye bitewe nâuko bari mubikorwa vyinshi nkuko bitangazwa na manager wabo.Nâindirimbo irimwo ubutumwa bukomeye cane kuko basaba abarundi gukorera hamwe no kutaja mumatiku ahubwo bijukire gukorera mukibiri kugira uburundi buzoshike kuri yambonokazoza ya 2040-2060.Yumvirize yose uciye kuri iyi link đđźđđźhttps://youtu.be/57-GDXV6PTQ?si=BY7UtB7FRvouTp24
Samuel Ndayiragije arongoye ishirahamwe SAMUEL'S HOPE akaba ari n umuyobozi mukuru wa Burundian Diaspora asaba abenegihugu kwitwararika kworora igitungwa c'ingurube kuko gishobora kubatungisha mu mwanya muto.Yabishikirije kuri uyu wamungu aho yashikirije ingurube abenegihugu bo k'umutumba Nyabigina asanzwe avukako,ni muri Komine Nyanzalac y'intara ya Makamba.
@followers
@topfans
Umukuru w'igihugu Evariste Nda ahamagarira ahamagarira abantu Bose baba mu Burundi kwitabira rusansuma nyezina yatanguye kuri uyu wa mbere mu gihugu cose.Akaba yabivuze mugihe yarahejeje ico gikorwa co kwisansumisha.
Umukuru w'igihugu Evariste Nda ahamagarira ahamagarira abantu Bose baba mu Burundi kwitabira rusansuma nyezina yatanguye kuri uyu wa mbere mu gihugu cose.Akaba yabivuze mugihe yarahejeje ico gikorwa co kwisansumisha.
https://youtu.be/30h4Xunc_NA?feature=shared
Gira Subscribe
President Of Burundian Diaspora, Samuel Ndayiragije meeting with burundians in Dar Es Salam
#Kenya
đ¨Abarundi baba muri #Kenya biyemeje gutenga imiriyoni zaba 200 inyubakwa @ Diaspora Ndundi.
https://youtu.be/s-fw_2XTIPE?si=ocSSZ8Blp0DOehdl
Gira Subscribe, Comment na Share
@topfans
Radio-TĂŠlĂŠvision Isanganiro RTI
Magazine Jimbere
Radio Indundi Culture
đ¨Uburundi bugiye kwakira inama idasanzwe igira iya 23 y'isoko rusangi, ihurikiyemwo ibihugu vyo muri Africa y'epfo n'iyubuseruko COMESA.
Vyashikirijwe n'umishkiranganji w'imigenderanire ya Reta n'ayandi makungu Albert SHINGIRO, kuri uyu wa13 myandagaro umwaka wa 2024 , mugihe hari haramutse haba amasezerano hagati y'uburundi n'indongozi zirongoye iyo Soko rusangi.
#Imigenderanire