The Young Generation Of Africans

The Young Generation Of Africans We want to promote our Generation as young Africans and Tell the truth about Africa.
(1)

🩲 Za mpuzu zituma ivyicarizo ("ibisusu") vy'abakobwa biboneka ko ari binini (push up) ngo ziragurwa cane ariko "mw'ibang...
22/04/2024

🩲 Za mpuzu zituma ivyicarizo ("ibisusu") vy'abakobwa biboneka ko ari binini (push up) ngo ziragurwa cane ariko "mw'ibanga ntangere". Kandi si uwari we wese azishobora: hari n'izigurwa 120.000 FBu
-------------------------------------------
🍑 Ku badatahura ivyo turiko turavuga, ni uduhuzu two munsi twegera umubiri cane (collant) abigeme canke abakenyezi bambara. Ku ruhande rw'inyuma haba hariyo ibintu bibumvye neza nk'icicarizo, iyo umuntu yambaye ako ga gahuzu ko munsi rero bica bituma inyuma haba hanini gusumba uko hahora. Ni ukuvuga umubiri yari asanganywe ukongerwako nya bisusu vy'ibikorano

😉 Bene izo mpuzu rero ngo zikunzwe kwambarwa n'abakobwa bafise inyuma hameze uko badashaka, kugira ngo biboneke ko ari hanini...

👥 Nk'uko tuvyiganirwa n'abasanzwe bacuruza izo mpuzu, ngo akenshi zikunda kugurwa canecane n'abakobwa canke abakenyezi baba bagiye ku manza. Bati: "Iyo bambara amakanzu, baca bashiramwo mwene izo mpuzu ziriko ibisusu kugira ngo zibafate neza babegwe imbere n'inyuma"

🙈 N'ubwo biri uko rero, ngo hari n'abandi baba bafise inyuma hatameze uko bipfuza. Abo rero baraheza bagaca bazigura bakaza barazambara bisanzwe kugira ngo base uko bipfuza

👙 Erega ngo si inyuma gusa, amakuru duhabwa n'abasanzwe bacuruza izo mpuzu nyene, ngo n'udufukisho tw'ibikiriza (soutien gorge) niko kw'uko, hari utwo usanga ari tunini bivyimvye, ivyo rero bikitwa "kubombesha"

💰 Ku bijanye n'uko ivyo vyambarwa bigurwa rero, ngo uko bitandukanye amabara, uko bikozwe canke bingana ni ko bitandukana n'ibiciro: hari bitobito bigurwa amafaranga ari hagati y'ibihumbi 30.000 FBu na 50.000 FBu, ariko ngo hari n'ibindi bigurwa amafaranga ari hagati y'ibihumbi 80.000 FBu na 120.000. Ibi rero ngo biba ari binini kandi bisa neza n'umubiri w'umuntu kuburyo usanze umuntu yakamaditseko utonabimenya

🙃 Basomyi ijambo ni rwanyu... izi nyambaro muzivuze ko iki? Mwari muzi hoho ko zibaho mu bwa Nyaburunga?

🇧🇮 The Young Generation Of Africans

21/04/2024

📩Bujumbura Burundi 🇧🇮 Aha Tuzoba Turi mumwaka wa........ Uzuza, 'Ngo Mukwizera no Gukora no Gusenga vyose birashoboka✅🇧🇮📩

📩  Umushikiranganji wa Amerika wimigenderanire nayandi Makungu agiye Gutangura Urugendo  rw'Imiisi itatu 3jrs mubu Shinw...
21/04/2024

📩 Umushikiranganji wa Amerika wimigenderanire nayandi Makungu agiye Gutangura Urugendo rw'Imiisi itatu 3jrs mubu Shinwa China kugirango Avyure Imigenderanire Hagati ya Amerika na China. Blinken Avugako azoyaga nabategetsi ba China abereke inyungu za Amerika zibangamiwe na China Hama nabo ngo bambwire ivyo babona ko Amerika ibarenganyako.

📩Blinken Yanavuze Ko Azobwira abategetsi ba China bareke Gufasha Uburusiya mubijanye ninganda Zikora ibirwasho Aho yavuze Ko ivyo biri mubiraje ishinga Amerika. Urugendo rwa Blinken rutegekanijwe Gutangura kwitari 24-04-2024 rurangire 27-04-2024. Reta Ya Biden yipfuza ko Imishamirano iri Hagati ya Amerika na China yogabanuka.

ko China izobumvira Irekane Gukora nu Burusiya nkukwo Amerika ivyipfuza ??

📩Irani🇮🇷 Yaguze Indege Za  -35 mu Burusiya .   Su-35 nimwe mundege za Gisirikare zifise Ubushobozi budasanzwe zikoranywe...
21/04/2024

📩Irani🇮🇷 Yaguze Indege Za -35 mu Burusiya . Su-35 nimwe mundege za Gisirikare zifise Ubushobozi budasanzwe zikoranywe Kandi na Tekenoroji Igezweho , Izifasha Kuba Zorwana mubahe vyose atabwoba. Izo ndege neza neza zifise ngo ubushobozi Nkubwa f-35 ya Amerika iyo nayo niyo igisirikare ca Israeli gikoresha cane . Biboneka neza ko Irani Yiteguye Guhangana na Israeli Muburyo bwose .

📩Igitigiri cindege Irani Yaguze zose ntikoramenyekana ariko ico twamaze kumenya nukwo iyindwi Irani izoronka Indege 25 za Su-35 . Nizo Uburusiya Buzoba bwashikaniye Irani nkukwo biri mumasezerano yubuguzi. Izindi ikazo zironswa hanyuma. Murumva Ko irani bariko bitegura Bikwiye. Hamwe Intambara yoba hagati ya Israel na Irani nukuvuga Ko hazoba uguhangana Kwa F-35 ya Amerika na Su-35 yu Burusiya. muvyumva gute? Ibintu birakomeye Isi YACU Iriko Igana habi.

📩Urugamba rugiye Gukomera Muri Ukraine, inyuma yaho Zelensky ashimiye ko Amerika yamuhaye Milliaridi $60 Zama Dollare . ...
21/04/2024

📩Urugamba rugiye Gukomera Muri Ukraine, inyuma yaho Zelensky ashimiye ko Amerika yamuhaye Milliaridi $60 Zama Dollare . Yategetse ko Ingabo zu Burusiya Zikora ibishoboka vyose kugira Zifate Igisagara ca iki nigisagara kigira 2 mukuba kinini Muri Ukraine .havuye umurwa Mukuru Kyiv. Ukraine nitakaza ico gisagara Ninkaho izoba ifashwe Yose. Iki Gisagara ubu Uburusiya buguma bugitera zamisile burikanya.👇

📩Uyu mwomenyera arinde ??❤️❤️👊
21/04/2024

📩Uyu mwomenyera arinde ??❤️❤️👊

21/04/2024

📩Urugamba rugiye Gukomera Muri Ukraine, inyuma yaho Zelensky ashimiye ko Amerika yamuhaye Milliaridi $60 Zama Dollare . Poutine Yategetse ko Ingabo zu Burusiya Zikora ibishoboka vyose kugira Zifate Igisagara ca iki nigisagara kigira 2 mukuba kinini Muri Ukraine .havuye umurwa Mukuru Kyiv. Ukraine nitakaza ico gisagara Ninkaho izoba ifashwe Yose. Iki Gisagara ubu Uburusiya buguma bugitera zamisile burikanya.

21/04/2024

📩Zino Salon zigezweho👊 Abagore Mupfuhira abagabo banyu mwihangane Ibi nivyo Bigezweho🤩😍❤️❤️

📩Ama Photo Yibirori vyo  Gusezera Umukuru Wingabo Za Kenya General  , Yitwave Imana ihitanywe nisanganya Ryindege Y'Igis...
21/04/2024

📩Ama Photo Yibirori vyo Gusezera Umukuru Wingabo Za Kenya General , Yitwave Imana ihitanywe nisanganya Ryindege Y'Igisirikare ca Kenya.. ibirori vyabereye kukibuga ca basirikare ahitwa Lang'ata. William Samoei Ruto

21/04/2024

📩Girl from Nigeria Of Cause Challenge❤️❤️👊🇳🇬🇳🇬🇳🇬

📩Ngaba abagabo Banezerewe cane Uyumusi✅ Amerika Yaraye Ihaye Ukraine Imfashanyo Yamafaranga angana na Miliyaridi $60 !! ...
21/04/2024

📩Ngaba abagabo Banezerewe cane Uyumusi✅ Amerika Yaraye Ihaye Ukraine Imfashanyo Yamafaranga angana na Miliyaridi $60 !! Prezida Zelensky yaramaze Imisi yidoga bikomeye kubwukwimwa IMFASHANYO na Amerika bivuye Kubashingamateka Batumvikana kunteguro yoguha Ayo mafaranga Ukraine.

📩 Inama Nshingamateka ya Amerika ejo niho Yemeza canka yatora iryo tegeko riha amafaranga Ukraine angana na Milliaridi $60 zamadollare ya Amerika. Ejonye yahise ashikiriza Ijambo amatora ahaze Aho yavuze Ko arintsinzi Nini kuri Ukraine ubu ngo Bagiye Guhangana nu Burusiya Biboneka . Akabazo mwibaza ko Ayamahera azotuma Zelensky atsinda Poutine?

📩tubibutse ko Ukraine Imaze guhabwa amahera angana na Milliaridi $210 zama Dollare ya Amerika kuva Intambara yatangura Ahorero ntitwashizeko ayatanzwe Nibihugu Vya Buraya. Ubu Amerika yongeyeko Izo Milliaridi $60 . urugamba rurakomeza agakino kagira kongere gushuha.

20/04/2024

Kwibabaza nkuku kwose Bakobwa ngo muba Mushaka iki??👇😅 Gutobora umukondo sicoroshe😅

20/04/2024

📩Mugihe Zelensky wa Ukraine Iriko Iratabaza avugako Ibirwanisho Vyabaheranye !Uburusiya Bubandanya Kwerekana ko Bikwije kukirwanisho ! Uru Nuruganda Rukora Ibirwanisho rumwe Muri nyishi Uburusiya Bufise .Raba bino Bi Burende vyose Hama ngo Uburusiya buzohererwa nibirwanisho? Otani iragaba Ntize Yite Mumuriro iwubona🤔

20/04/2024

Gukorora Drone uku nikwo bikorwa🔥🔥

📩Israel Yakoze Igitero Muri   casambuye ikambi yarimwo abarwanyi bashigikiye    ayamakuru abandanya Avuga ko hapfuye Aba...
20/04/2024

📩Israel Yakoze Igitero Muri casambuye ikambi yarimwo abarwanyi bashigikiye ayamakuru abandanya Avuga ko hapfuye Abasirikare 2 gusa abandi 8 barakomereka .ayamakuru nyene abandanya avuko Abasirikare bose bari muriyo kambi bahise bimukira muyandi kambi kubera iyo kambi yasambuwe bikomeye.

📩🇮🇱🇮🇷 Irani yavuze Ko mugihe Israeli izobangamira inyungu zayo itazihangana nagato izohita nayo itera Isreali arko Kugeza ubu abategetsi ba Irani ntibaramenyesha niba bagiye kwihora Kandi cank babireke ukwo kugira Intambara ntiyaduke Mukarere kose . Tubibutse Ko hamwe Intambara Hagati ya Irani na Israeli yo kwaduka ko Isi Yose yogirwako Ingaruka zikomeye muvyubutunzi kuruta izatewe ni ntambara ya Ukraine nu Burusiya. Kubera Umuhora ucamwo Ibitoro bikwiragizwa Kwisi Yose Uri muraka karere Irani yoca Iwuzibira.

📩Gélase Daniel Ndabirabe Arongoye Inama Nshingamatega Avugako Muri   no Muma Bank yandi Atamahera meshi Ariyo ariko ngo ...
20/04/2024

📩Gélase Daniel Ndabirabe Arongoye Inama Nshingamatega Avugako Muri no Muma Bank yandi Atamahera meshi Ariyo ariko ngo Abanyagihugu Mumihana Barayafise. Ibi yabivuze mugihe bariko hirwa Itegeko rizogenga amatora yimirije ya 2025, Naya 2027. Ivyo yabivuze bibuye kukibazo cabazitoza bisa nukwo Basabwa Ingwati Nini cane. Mukibanza cu Mukuru W'igihugu uzotanga Million 100.

ko Atari vyiza kubika amahera mumazu yanyu💵 Muyazane Muma Bank🙂

📩Kim Jong Un  Umukuru Wikirenga wa Korea Yaruguru Yagarutse mubinyamakuru, Ninyuma Yaho Televiziyo ya Korea Yaruguru Yer...
20/04/2024

📩Kim Jong Un Umukuru Wikirenga wa Korea Yaruguru Yagarutse mubinyamakuru, Ninyuma Yaho Televiziyo ya Korea Yaruguru Yerekaniye amasanamu ya Missile Nshasha Korea yagerageje ngo Iyo Misile nshasha Ni Nini cane kuruta ubundi bwoko bwamisire Ziriho kwisi Ubu. Pyongyang yayise super large Warhead.

📩 Kim Yatangaje ko Igihugu ciwe kigomba kumenyesha abansi baco ko citeguye Bikwiye guhangana nabo ibihevyose. Nimugihe Korea Yepfo , Japan na Amerika bariko bakorera hamwe imyimenyerezo Yagisirikare.

📩Izimboga bazita gute? Ngaho iwanyu hoba hariho abazirima?
20/04/2024

📩Izimboga bazita gute? Ngaho iwanyu hoba hariho abazirima?

20/04/2024

📩Kumutumba Mukerezi😞 Raba ukwo vyifashe Ibara ryaguye,🤔🤔Mana tabara Uburundi Udukize ibivyago🇧🇮 mwibuke Gutera ibiti.

📩Harabavuze ngo Yari Yaratevye🤔🏀🔴   Manirakiza ahejeje gutanga imihoho mu mabanga yarajejwe yo kuyobora Febabu ...📝 Ni i...
19/04/2024

📩Harabavuze ngo Yari Yaratevye🤔
🏀🔴 Manirakiza ahejeje gutanga imihoho mu mabanga yarajejwe yo kuyobora Febabu ...

📝 Ni inkuru ihejeje gusohoka muri aka kanya aho mw'ikete Jean Paul Manirakiza yandikiye umunyamabanga mukuru wa FIBA , umushikiranganji mu vyo ajejwe harimwo urwaruka, inkino n'imicokama n'uwuserukira urwego rugenzura inkino mu Burundi (Comité National Olympique du Burundi), aho yamenyesheje ko atanze imihoho mu kibanza c'uwurongoye urukino rw'umupira w'amaboko mu Burundi Febabu

📌 Aho rero abatari bake babona ko "itangwa ry'imihoho rya Jean Paul Manirakiza rigiye gukiza ibitari bike narirya ari mu bavugwa ko yaramaze igihe azingamitse urwo rukino rwa Basketball mu Burundi bivuye ku ngorane zari zimaze iminsi zirangwa muri iryo shirahamwe", aho twovuga nko ku bijanye n'igenduza ritarimwo umuco ry'ukuntu uburyo bwakoreshwa muri (audit), ihiganwa ryatevye gutangura (amezi 9 arakwiye) ugufatirwa ibihano na , ikibazo ca Dynamo BBC yakuwe muri n'ibindi...

👀 Akajambo kamwe kuri iyo nkuru...

The Young Generation Of Africans

📩Uyu mwana arafise Impano pe!! Uyu yashushanije mubombera yoba arinde??
19/04/2024

📩Uyu mwana arafise Impano pe!! Uyu yashushanije mubombera yoba arinde??

📩Ari mushikawe cank Umwana Wawe wo Mubwira iki? Nkimpanuro?🤔
19/04/2024

📩Ari mushikawe cank Umwana Wawe wo Mubwira iki? Nkimpanuro?🤔

19/04/2024

Iran irahambaye🤔 Igitoro cahise kiduza ibeyi kwisoko mpuzamakungu kubera Israeli Yateye Irani.

19/04/2024

📩Raba Ibitero Yakoze kuri 📩

  STOP ❌❌⛔  Babandanye Canke Barekeraho??
19/04/2024

STOP ❌❌⛔ Babandanye Canke Barekeraho??

19/04/2024

📩ISILAYELI YAKOZE IBITERO KURI IRANI YAKA KANYA!!

🔥Amakuru Yihuta yaka KANYA    yoba Yatanguye Ibitero vyo Kwihora kugihugu ca    , Aka akanya ama Bombe bivurwa ko yaba a...
19/04/2024

🔥Amakuru Yihuta yaka KANYA yoba Yatanguye Ibitero vyo Kwihora kugihugu ca , Aka akanya ama Bombe bivurwa ko yaba araya Israeli ariko Yumvikana mubice bitandukanye Vya Irani , na Iraq, na Siliya, Aho hose hariho Ibigo Vya . Mukanya tubandanya tubamenyesha ukwo Biriko bigenda.

🔥Akarere ka Barabu kobq kagira kake Umuriro ushobora kuvyara Intambara ya 3 Yisi Yose mwe Muvyumva Gute?? . Abadatangwa The Young Generation Of Africans

📩Iran Yamaze Kugera mu Burusiya Kugura Ibirwanisho Nibikoresho vyu bwirinzi kugira Bitegurire Intambara Ishobora kuba Ha...
18/04/2024

📩Iran Yamaze Kugera mu Burusiya Kugura Ibirwanisho Nibikoresho vyu bwirinzi kugira Bitegurire Intambara Ishobora kuba Hagati Yabo na Israel. Amakuru yukwizerwa dufise nukwo ningabo zu Burusiya zishobora kurungikwa Muri Iran mugihe vyokenerwa Gufasha gucungera Abategetsi.

📩Photo 1 Ni Telephone Aho abashikiranganji bimigenderanire nayandi makungu Bibi bihugu baganiriye kubijanye numutekano. Iran Yarungitse mu Burusiya Deregasiyo yabasirikare bakuru nabandi bategetsi Harimwo Abajejwe ivyi Gisata cu mutekano Muri Iran. Iran biboneka ko atalanya Ko gutakaza iraziko Isreali idaheraywa. Ntibiza kworoha Mukarere ka Barabu. Mwe muvyumva gute?

📩Abarungitswe na Iran mu Burusiya kuza kugura ibirwanisho ubu Bamaze Kugendera Ibigo 2 bikora Ibirwanisho mu Burusiya.

📩R.I.P  Turahojeje Abanya Kenya🇰🇪 na Afrika Muri rusangi! Umukuru Wingabo Za Kenya   General   Ahejeje kwitaba Imana mwi...
18/04/2024

📩R.I.P Turahojeje Abanya Kenya🇰🇪 na Afrika Muri rusangi! Umukuru Wingabo Za Kenya General Ahejeje kwitaba Imana mwisanganya ryinde ribereye ahitwa -Marakwet Muri Kenya . Akaba Yari kumwe nabandi bategetsi bagisirikare bishika 9 bataramenyekena. Prezida wa Kenya William Samoei Ruto ahise ahamagaza Inama nkuru Ijejwe Umutekano Muri Kenya. Ubu bakaba Bakiri muriyo Namama yikibiriraho.

📩 ntiratangaza Urupfu rwuyu mu Generale Mukuru wingabo za Kenya ariko Abari ahabereye isanganya Bavuze Ko Atawarokotse muriyo Indege Yari Ireruye Uyu Mukuru wingabo za Kenya GN Francis Ogolla. Yitavye umuremyi Afise imyaka 61ans .
.l.P. Kenya , Afrika pole .🇰🇪

18/04/2024

Sat-B ngo arabaha ikintu gishasha kije kunyiganyiza Abo Muri Edini no Mukarere kose. 🇰🇪🇹🇿🇨🇩🇨🇲🇺🇬🇷🇼🇧🇮🇺🇲

Adresse

Yaoundé

Notifications

Soyez le premier à savoir et laissez-nous vous envoyer un courriel lorsque The Young Generation Of Africans publie des nouvelles et des promotions. Votre adresse e-mail ne sera pas utilisée à d'autres fins, et vous pouvez vous désabonner à tout moment.

Contacter L'entreprise

Envoyer un message à The Young Generation Of Africans:

Vidéos

Partager



Tu pourrais aussi aimer