Burundian Success

Burundian Success Burundian success vise a redonner espoir à la jeunesse burundaise, à montre la face cache d’un peuple prés à tout pour s’en sortir.

Nous faisons Parti de cette catégorie de la jeunesse qui crois que c’est possible de réussir au Burundi

27/12/2022

Umugwiza tunga benshi bazi kwizina rya Siyoni avuga ati "Ubaye honnête ukongera ugakora cane uratunga ntakabuza"

23/12/2022

Ubu butumwa buduherekeze miriki gihe c'imisi mikuru

13/12/2022

Abantu bose ntibaremewe gutanguza ibintu hari nabaremewe kubikuza

Kurikirana ikiganiro cose kuri YouTube link iri muri commentaires

06/12/2022

Nimba uri Umurundi, n'itegeko ufise kugira ico umariye Uburundi.

uremera ko ufitiye ideni UBURUNDI?

Umuntu wese muhuye n’itunga kuri wewe
28/11/2022

Umuntu wese muhuye n’itunga kuri wewe

Niki umariye abandi? Ushoboye iki?Vyiyumvireko kandi ugire indwi nziza
21/11/2022

Niki umariye abandi? Ushoboye iki?
Vyiyumvireko kandi ugire indwi nziza

Already on our YouTube channel, subscribe in the bio.
13/11/2022

Already on our YouTube channel, subscribe in the bio.

12/11/2022

Ngo ejo azotuyagira vyose, abashaka link nimutubwire muri commentaires

Inyuma yo kuziganya amafranga birakenewe ko umenya kuyarwiza, kuruyu wa mungu tuzoganira n’umuhinga Ezechiel Hatungimana...
11/11/2022

Inyuma yo kuziganya amafranga birakenewe ko umenya kuyarwiza, kuruyu wa mungu tuzoganira n’umuhinga Ezechiel Hatungimana arongoye Kingdom Investors - Pesa Yetu ingene tworwiza amafranga yacu

25/10/2022

Wovyifatamwo gute mugihe usanze amafranga ukoresha arenze amafranga winjiza

Kurikirana aratubwira options zitatu dufise.

25/10/2022

Ketty Ruhara aratubwira Inyifato zitatu umuntu ashobora kugira mugihe asanze amahera akoresha ari hejuru yayo yinjiza

16/10/2022
Kuruyu wa mbere mu kiganiro   tuzoba turikumwe na Ketty Ruhara aho tuzoganira kubijanye ningene umuntu yokwimenyereza um...
15/10/2022

Kuruyu wa mbere mu kiganiro tuzoba turikumwe na Ketty Ruhara aho tuzoganira kubijanye ningene umuntu yokwimenyereza umuco wo kuziganya kugira yiteze imbere. Ikiganiro kizoca kuri YouTube yacu igihe cisaha imwe y'ijoro, gira subscribe ntucikwe🙂
Ketty Ruhara

Menya vyinshi kuri Pacifique Ndabihawenimana, umwe muba sifuzi mpuzamakungu dufise mu Burundihttps://youtu.be/QlOYXsVmwB...
08/09/2022

Menya vyinshi kuri Pacifique Ndabihawenimana, umwe muba sifuzi mpuzamakungu dufise mu Burundi

https://youtu.be/QlOYXsVmwBo

Ce mercredi 07/09 suivez l'intégralité de l'emission , avec notre célèbre arbitre international

06/09/2022

Ce mercredi 07/09 suivez l'intégralité de l'emission , avec notre célèbre arbitre international

31/08/2022

Isango ni isaha imwe y'ijoro unomusi itariki 31/08

Gira subscribe kuri channel yacu muri bio ntucikwe

30/08/2022

🚨Kuva kur'uno wa Gatatu mushobora gutangura gukurikirana ikiganiro "KU GICANIRO" mutegurirwa na mukagishikirizwa na biciye ku rubuga rwabo rwa Youtube.

n'ikiganiro giha akaryo urwaruka ko kuganira n'abaruboneye izuba mu mice itandukanye y'ubuzima bw'ubu n'ubw'ejo haza.

29/08/2022

Dutangurire indwi yacu kuraya majambo y'ubwenge twaganiriye na .ruremesha arongoye

Indwi nziza kuri mwese
22/08/2022

Indwi nziza kuri mwese

Nivyiza kugira indoto nini, ariko nivyiza cane kugira intambuko nto nto zizogushikana
01/08/2022

Nivyiza kugira indoto nini, ariko nivyiza cane kugira intambuko nto nto zizogushikana

Week-end iratanguye, turyoherwe kandi btitwibagire no kurota
29/07/2022

Week-end iratanguye, turyoherwe kandi btitwibagire no kurota

"Ntugasuzugure umwanya wo kuyaga nabandi, ivyiyumviro bitandunkanye nivyo bivyara intambuko, nazo zikavyara ibintu"Ange ...
23/07/2022

"Ntugasuzugure umwanya wo kuyaga nabandi, ivyiyumviro bitandunkanye nivyo bivyara intambuko, nazo zikavyara ibintu"

Ange Muyubira

Igihambaye nukumenya neza aho ushaka gushika Indwi nziza y'ibikorwa kuri mwese
04/07/2022

Igihambaye nukumenya neza aho ushaka gushika

Indwi nziza y'ibikorwa kuri mwese

Umusi mukuru mwiza w'ukwikukira kuri mwese❤
01/07/2022

Umusi mukuru mwiza w'ukwikukira kuri mwese❤

"Ikosa si kumuvyeyi atarondeye canke ku muvyeyi yarondeye, ikiba ni wewe uriko uvyifatamwo gute?"Thierry Ndabigengesere ...
28/06/2022

"Ikosa si kumuvyeyi atarondeye canke ku muvyeyi yarondeye, ikiba ni wewe uriko uvyifatamwo gute?"
Thierry Ndabigengesere


08/06/2022
06/06/2022

Kuva ku miriyoni zibiri, gushika ku miriyoni 350, kurikirana ikiganiro cose Emanuel atubwire uko yashoboye kuduza umutahe wiwe, nurugendo rwiwe nkumudandaza

https://youtu.be/z_E9axnDRgs

Stay tuned, tomorrow 3 p.m
04/06/2022

Stay tuned, tomorrow 3 p.m

Remember to at least give it a try💪
30/05/2022

Remember to at least give it a try💪

23/05/2022

Ntutegerezwa gukora ico wigiye, ntidukwiye gusuzugura uwutaciye kuntebe y'ishure nkaho ataco amaze, ngaya amwe mu majambo akomeye ari muraka ka video, tubwire muri commentaires ico uvyibazako

Mugire indwi nziza

"Turota kuko tutarabishikako, kandi izo ndoto nizo ziduha umwete" Micheline Barandereka
21/05/2022

"Turota kuko tutarabishikako, kandi izo ndoto nizo ziduha umwete" Micheline Barandereka

16/05/2022

Kubera ari kuwambere, reka tubasangize zimwe mu ngingo ngendegwako zifasha Miss Dative mu buzima bwa misi yose no mu bikorwa vyiwe

Mugire indwi nziza

Adresse

Bujumbura
Bangui
ZIPCODE

Notifications

Soyez le premier à savoir et laissez-nous vous envoyer un courriel lorsque Burundian Success publie des nouvelles et des promotions. Votre adresse e-mail ne sera pas utilisée à d'autres fins, et vous pouvez vous désabonner à tout moment.

Contacter L'entreprise

Envoyer un message à Burundian Success:

Vidéos

Partager

MAgazine

Burundian success(le success Burundais) vise a redonner espoir à la jeunesse burundaise, à montre la face cache d’un peuple prés à tout pour s’en sortir. Nous faisons Parti de cette catégorie de la jeunesse qui crois que c’est possible de réussir au Burundi.

Burundian success promeut: le développement, les success story inspirants des entrepreneurs Burundais, le monde des affaires

Nous vison aussi a éduquer la jeunesse burundaise en rapport avec l’entrepreneuriat


Autres Société de médias/d’actualités à Bangui

Voir Toutes