New migenge

New migenge Icyamamare✅

23/08/2023

umusore ariko avyitwaramwo
neza cane kutoka 🔥🔥🔥

yose ngaha kuri Youtube
⚡⚡⚡👇👇👇👇
https://youtu.be/ei3UX-_32Hs

11/07/2023
ibibintu ninde abiziaha nimugihe iphone uyimaranye nkimisi itatu igacaipfa battery
07/07/2023

ibibintu ninde abizi

aha nimugihe iphone uyimaranye nkimisi itatu igaca
ipfa battery

dramt bury ubuzima
06/07/2023

dramt bury ubuzima

?
05/07/2023

?

kuva aho mwavugiye 我  mwaro kumafaranga uyu nawe yiha amasahani atatu kurubanza uyu cameraman nuwahe? ◢▀◣░███░◢▀◣░█▀◣  ◥...
01/07/2023

kuva aho mwavugiye

我 mwaro kumafaranga uyu nawe
yiha amasahani atatu kurubanza

uyu cameraman nuwahe?
◢▀◣░███░◢▀◣░█▀◣
◥◣░░░█░░█▄█░█▄◤
░◥◣░░█░░█▀█░█◥◣
◥▄◤░░█░░█░█░█░◥◣

nimba ufise amaso akomeye raba iyifoto 30s hama uce uvuga muri comment ico ubona
01/07/2023

nimba ufise amaso akomeye raba iyifoto 30s hama uce uvuga muri comment ico ubona

If they born in Bangladesh ..!! 🙂
29/06/2023

If they born in Bangladesh ..!! 🙂

VAR in AfricaVideo Assistance Referee In Malawi🇲🇼
29/06/2023

VAR in Africa
Video Assistance Referee In Malawi🇲🇼

VAR In AfricaFirst Assistance Video Referee In Cameroon🇨🇲🇨🇲
29/06/2023

VAR In Africa
First Assistance Video Referee In Cameroon🇨🇲🇨🇲

nous sommes encore dans la colonisation
22/06/2023

nous sommes encore dans la colonisation

mbega iki gihe weee!!去  nibazeko atari muba legendbacu@
22/06/2023

mbega iki gihe weee!!
去 nibazeko atari muba legendbacu@

Le Sénégal défait le BRAZIL par un score de 4 #2...Félicitations aux Lion 🦁 de la teranga❤️
20/06/2023

Le Sénégal défait le BRAZIL par un score de 4 #2...

Félicitations aux Lion 🦁 de la teranga❤️

un jouer incroyabe avec son talent il a marque 2 buts👏😛😛😛😛😏brasil 2-4 senegal
20/06/2023

un jouer incroyabe avec son talent il a marque 2 buts

👏😛😛😛😛😏
brasil 2-4 senegal

legend
20/06/2023

legend

Bite ? Nguyu Wa Mugabo Mwiga Muri 8eme Fondamentale 😀Wewe Umuzi He ?
20/06/2023

Bite ? Nguyu Wa Mugabo Mwiga Muri 8eme Fondamentale 😀
Wewe Umuzi He ?

Aba photographe turakomerewe Sinibaza kiyi photo ahava ayitahana Amahoro. vuga umugani werekeye iyi photo.
20/06/2023

Aba photographe turakomerewe
Sinibaza kiyi photo ahava ayitahana
Amahoro.

vuga umugani werekeye iyi photo.

Amavuta afise ntasanzwe Mugihabandi batangura ivyabo bikarangirira munzira   wo mugihugu kibanyi c'urwanda ntasanzwe   w...
03/09/2022

Amavuta afise ntasanzwe

Mugihabandi batangura ivyabo bikarangirira munzira wo mugihugu kibanyi c'urwanda ntasanzwe wewe ivyiwe ntibisanzwee
Intambwe agezeko siyabose
Mbega abandi bacu aha mu Burundi haburiki
Tuvuge ko batazi kuririmba ??
Giricubivuzeko nawe ,jewe nkomeza kwumirwa

# Israel_Mbonyi

Bruce Melodie, amashusho y'amateka... 👌🏾Yarahagaritswe ariko ntiyasibije igiteramo. Yarekuwe hasigaye amasaha make cane ...
03/09/2022

Bruce Melodie, amashusho y'amateka... 👌🏾

Yarahagaritswe ariko ntiyasibije igiteramo. Yarekuwe hasigaye amasaha make cane ngo ibirori bitangure, ariko ntiyacitse intege 🤩

☺️ Igiteramo ca Bruce Melody kuri “Zion Beach” caraye kibaye ntibagirwa.

02/09/2022

Bruce Mélodie yarekuwe, nivyo basaba ntibaronse nikimyira curungorongoro
Sidukane niyonka kwirabira ivyiza

Vladimir Poutine ordonne la poursuite de l'offensive russe après la prise de la région de Louhansk.  Partager cette publ...
04/07/2022

Vladimir Poutine ordonne la poursuite de l'offensive russe après la prise de la région de Louhansk.

Partager cette publication✅✔🔥💥💥💥

Vladimir be poutine a annoncé, samedi le 25 juin,que la russie allait fournir à la biélorussie des missiles capable de t...
27/06/2022

Vladimir be poutine a annoncé, samedi le 25 juin,que la russie allait fournir à la biélorussie des missiles capable de transporter Des charges nucleaire alors que le Kremlin peine à remplir ses objectifs en Ukraine, peut-il obliger la biélorussie à combattre à ses côtés

urbaine:indege kajugujugu ya OTAN yasambuwe nigisirikare c' uburusiya.Ministériel y' inguvu muvyagisirikare y' uburusiya...
05/06/2022

urbaine:indege kajugujugu ya OTAN yasambuwe nigisirikare c' uburusiya.

Ministériel y' inguvu muvyagisirikare y' uburusiya yavuzeko yakoroye indege ya OTAN yaritwaye abasirikare mugace kitwa odessa,mubumanuko bwa Ukraine

Ukraine -Russie : Umurwa mukuru i  # KIEVUy'umunsi Uburusiya bwagitanguye kukirasahoIbisasu vyononye ibice bimwe vya  # ...
05/06/2022

Ukraine -Russie : Umurwa mukuru i # KIEV
Uy'umunsi Uburusiya bwagitanguye kukirasaho
Ibisasu vyononye ibice bimwe vya # KIEV mu
gitondo co kur'uyu w'Imana uy'umunsi nyene mu
gitero ca mbere ku murwa mukuru wa UKRAINE .
●Umwotsi wirabura wabonetse hejuru mu kirere
c'iki Gisagara. # UBURUSIYA buvuga ko bwarashe
ku biduga vy'Intambara vyatanzwe n'ibihugu by'i
BURAYI. Umuntu umwe niwe yakomeretse .
●Mu mezi ya vuba aha aheze, iki Gisagara wari
warasigaye utagiterwamwo ibitero, mu gihe
abasirikare n'UBURUSIYA cibanda mu karere ka
# DONBAS ko m'Ubuseruko bwa UKRAINE.
●Imwe mu mirwano o ikaze cane ubu iriko ibera
mu mu Gisagara ca .
●PEREZIDA wa UKRAINE # VORODYMYR_ZELEN
SKY yavuze ko ibintu bikomeye cane i
Severodonetsk " kubera Intambara iriko irahabera
ari ijisho kurindi .
●Gufata ico Gisagara vyatuma akarere ka
# LUHANSK kija mu maboko y'abasirikare
y'UBURUSIYA hamwe n'abarwanyi bafatanya na
bo baharanira ubwigenge bo muri ako karere,
bagenzura igice kinini c'akarere ca # DONESK
bihana urubibe.
●ZELENSKY yavuze ko Severodonetsk n'ibindi
bisagara amaja mu turere two m'ubuseruko
hariko haraswaho n'"indege burakanya, Ibikoho
vyarutura n'ibisasu vya misile", ariko ko
abasirikare ba UKRAINE bakomeje kuguma aho
bari bihagararako.,bakaba batanguye gutangaza
ko bariko barahigarurira.
# regiondes
# Ukraine

05/06/2022

Selon Vladimir Poutine, l’invasion de
l’Ukraine est une réponse aux velléités
expansionnistes de l’Otan. Pourquoi cette
organisation est-elle au cœur des tensions
entre l’Occident et la Russie ? Explications en
vidéo dans ce nouvel épisode de “Cartes sur
table”

Austria's Chancellor Karl Nehammer calls forintermediate EU membership for countries likeUkraine and Moldova to help the...
05/06/2022

Austria's Chancellor Karl Nehammer calls for
intermediate EU membership for countries like
Ukraine and Moldova to help them reach the
standards of the EU. LIVE updates: https://
aje.io/dn3caf

Ukraine's capital, Kyiv, was rocked by severalexplosions early on Sunday, a day afterofficials said Ukrainian troops had...
05/06/2022

Ukraine's capital, Kyiv, was rocked by several
explosions early on Sunday, a day after
officials said Ukrainian troops had recaptured
a swath of Severodonetsk in a counteroffensiv
e against Russia.

President Vladimir Putin warned the UnitedStates in an interview broadcast on Sundaythat Russia would strike new targets...
05/06/2022

President Vladimir Putin warned the United
States in an interview broadcast on Sunday
that Russia would strike new targets if the
West supplied longer-range missiles to Ukraine
for use in high-precision mobile rocket
systems.
Putin

05/06/2022

La peuple congolais président Vladimir Poutine je
suis avec vous je viendrai en Afrique pour vous
soutenir

15/05/2022
Murarabe neza hagaragaye KO hari iyindi page ya pirate yakozwe yitiriwa izina rya page tumenyereye;Jimbere magazine  .  ...
15/11/2021

Murarabe neza hagaragaye KO hari iyindi page ya pirate yakozwe yitiriwa izina rya page tumenyereye;

Jimbere magazine

.

Address


Telephone

+25761134005

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when New migenge posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Shortcuts

  • Address
  • Telephone
  • Alerts
  • Videos
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share